BOBO RUGURIKA AKOZE AMAHANO

  Рет қаралды 7,162

Chimamanda Moses Office

Chimamanda Moses Office

Күн бұрын

Пікірлер: 76
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye 6 ай бұрын
Igihugu cacu kirababaje bro ntakihari kuko nivyahuha vyarahuhutse icobazi ninzigo bafitira ababanyi hokwigira kubafise icobagusuvya vuga bwana vuga I❤
@ErnestKatihabwa
@ErnestKatihabwa 2 ай бұрын
Bob ntashobora kuvuga ikintu atatohoje numenyeshamakuru abifitiye uburambe ! Namba atarivyo nibamubeshuze nico bajejwe ! Bob niyirambire
@cecilegashugi9523
@cecilegashugi9523 2 ай бұрын
Uri intwari nukuri uyu murimo ni uwagaciro gakomeye cyane Uburundi nibuhumure rubabyiruye ababahemucyira bari hafi kuranduka ntaho bazabacicyira da😂😂
@chantalkarekezi2405
@chantalkarekezi2405 6 ай бұрын
😂😂😂 uranyishe njo babakubite kukibuno no.kumufutu😂😂😂
@HAKIZIMANAZachee-x4n
@HAKIZIMANAZachee-x4n 3 ай бұрын
arko man gerageza uze ukora video yiminota mike 5 or 10
@GasoreAlexis-cn3hn
@GasoreAlexis-cn3hn 6 ай бұрын
Moses uburero uriko uraza kbxa komereza aho burya twese turi bamwe ico tutahurizako harigih utashaka kuvugisha ukuri bandanya ntudebukirwe courage!!!!!
@bapfakureraabel2309
@bapfakureraabel2309 3 ай бұрын
Ndagukunda kdi ibitekerezo byawe biratwubaka
@jocelynefuraha9781
@jocelynefuraha9781 6 ай бұрын
Moise imana iguhe umugisha utagabanyije kuko urinfura yabaye twaridufute abandi 10 nkawe ibihugu byanchu byaterimbere bikuzura urukundo
@shumbushadieudonne4377
@shumbushadieudonne4377 6 ай бұрын
Wowe ngukunda cyane pe kuko umvugisha ukuri
@kruh3881
@kruh3881 3 ай бұрын
Wapi ntago NEVA yatinyuka guhana kuko bamurusha inguvu. Barya ba General nta patriotism bagira ata initiative yo guteza imbere igihugu bama bafise
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 ай бұрын
Kutinya kuvuga k amabarabara yubatswe na president bagaza😂😂😂wanka kuvuga Iciza kigaragara kuko ivyiza bihari vyakozwe n'umututsi yitwa Bagaza?ntabakoroni bakoze amabarabara emera ubivuge Bagaza yubatse industries 32 zose zugajwe n'abadd sosumo niyo bariko barahohosha ubunyene.iyitwa k icikwege Ni Brarudi.
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 6 ай бұрын
Vyakozwe nu murundi
@B.s3909
@B.s3909 6 ай бұрын
Chimamanda oyee bakumpere agakanye turakwumva 100%❤
@onstudio2775
@onstudio2775 6 ай бұрын
Brother ndagukurikira cyane kandi urebakure kweli but reka ngukosoreho gato bavuga Analysis "əˈnalɪsɪs/ " not analysa nkuko usanzwe ubivuga. Urakoze turagukurikira 100%
@desouza21875
@desouza21875 6 ай бұрын
Niwaja muma correction ya Moses ntavyo wovamwo😅kubera ukuri kurenze avuga nuko tumukunda ntidu correctinga 🤗😍
@FerdinandNshimirimana-s7w
@FerdinandNshimirimana-s7w 6 ай бұрын
Nezaaaaa canegose ukuri kwuzuye pe
@MUTWAREJ.Claude
@MUTWAREJ.Claude 6 ай бұрын
Moses ugira ukuri kwinshi kbs!
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 ай бұрын
Abo mwakuye barasumba kure cane si muzosangaaaa ahubwo abo mwakuye ntanaho muhuriye ncuti😂😂😂
@angenkurikiye7703
@angenkurikiye7703 6 ай бұрын
Uvuga ukuri ndagukunda
@AdmiringFencing-tl7ks
@AdmiringFencing-tl7ks 6 ай бұрын
Nawe mosse warabuze ihero ryimiti, emwe yavuze ukuri ana DD nabarozi
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 6 ай бұрын
Sha Mbonye abarundi 2 bavuga ibintu bizima… wewe na ishule ryurugendo rwacu
@AdmiringFencing-tl7ks
@AdmiringFencing-tl7ks 6 ай бұрын
Ego shaaa urarinda ndakwemera, babwire
@norbertndayisenga3951
@norbertndayisenga3951 3 ай бұрын
Jew simbona iyo tuja kabisa
@axniza3216
@axniza3216 6 ай бұрын
Moses ivyapfuye nivyinshi mu Burundi iyo umuntu abivuze haribamwe baca bavuga ngo nukugwanya leta y'uburundi
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Nukuza uravuga ukuri.
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Bob Rugurika avuga ukuri 100%
@kanimary5642
@kanimary5642 6 ай бұрын
❤❤❤
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi 6 ай бұрын
Iyi Ngoma yabaroma irasara man, ariko nayo tuzoyisezerera
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Ikibabaje nuko abana babategetsi badakizura hagakizura abana babanyagihugu ngo nimbonera kure bica bagahohotera inzirakarengane. CHIMAMANDA uvuga ukuri pe.
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 ай бұрын
Moses Bobo rugurika avuga Ni ukuri kwuzuye
@iratuzijcloude
@iratuzijcloude 6 ай бұрын
@christiannsengiyumva124
@christiannsengiyumva124 6 ай бұрын
Ubwenge bwokubaka u burundi buri muri abo batutsi bakumira ,no mu rwanda irya ni tutsi system yo gutegeka hagiye abahutu hoca haba nko muri congo canke mu burundi. Hari igihangange mu rwanda conyuruza amahera menshi KAGAME akamutinya?umututsi aharanira igihugu umuhutu ineza yiwe.
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 6 ай бұрын
Wapi ngaho nta kuri kurimwo… mu batutsi harimwo ibito no mu bahutu harimwo ibito… rero ubwoko sibwo bwubaka hubaka ishaka numutima
@christiannsengiyumva124
@christiannsengiyumva124 6 ай бұрын
@@nmnteamdknn8405 uzovyerekwa n umwanya
@Slime-s5p
@Slime-s5p 6 ай бұрын
Oya ivyo nivyo nyene dushaka ko bihera nawe nivyo Ushaka kugarukana ngo umututei umuhutu? lol abakoranabi ni kugatwe kabo si ubwoko nabatutsi bo mu burundi bakoze amakosa menshi ntaciza bakoze atari bagaza gusa so aho dindagushigikiye !! Hakenewe new generation Igendera kugukunda igihugu nogushira imbere iterambere apana ubwoko
@sakani-b4867
@sakani-b4867 6 ай бұрын
Wap wewe aba Tutsi naba Hutu nikimwe ubu juju nibyo byiyumviro byawewe.
@christiannsengiyumva124
@christiannsengiyumva124 6 ай бұрын
​@@sakani-b4867 ukuri kurababaza mugabo ntikuryana. Uvyemera ubihakana nivyo bihari kuko n ibiriko biraenyuka ubu nivyasizwe n abatutsi (regidezo,otraco,onatel,sosumo,cotebu,isoko,n n ibindi vyinshi.Buyoya yabasigiye falcon mwashitse muyigurisha none Ndayishimiye yipakiza nk abandi,nimusubire kw isuka politique ntayo mushoboye.
@wisemanfromzerotohero970
@wisemanfromzerotohero970 6 ай бұрын
Reka shaa uwukize isemu yibagira icamwirukako ariko ntamvura idahita
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 ай бұрын
Moses iyo uvuga ngo abo. Bakuye bazosanga bakoze bibi gusumba abo bakuye???ubwo aba dd buriya uracizeye kumyaka 18 k bafise ivyo bakora vyiza?abakuwe kera uzosanga aribo bazimba
@GasoreAlexis-cn3hn
@GasoreAlexis-cn3hn 6 ай бұрын
Muta president ntashobora guhana kuko nawe nuwamber mubusuma none yokwihana ????😂😂😂😂
@espimugaragu5203
@espimugaragu5203 6 ай бұрын
Birababaje cane😢
@NdikuriyoDomitillePetronille
@NdikuriyoDomitillePetronille 6 ай бұрын
Ziduhe ziduhe Moses wacu
@ferdinandodanielo1
@ferdinandodanielo1 6 ай бұрын
Wavuga ntuvura kabisa.Ivuze vyose atacusize.Wavuza ukuri kwuzuye.
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 6 ай бұрын
Nonekobama mumasengesho ubwicanyi bukarushiriza bagatori muvyimba imisiyose bisobanuriki mbega basengimana canke rugurika ndamufana icavuga nicukuri abizera ntibarenganya bandi ntibasubiza bandihasi
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 6 ай бұрын
Meditation time with Moses🙏
@EpitaceNibitanga
@EpitaceNibitanga 6 ай бұрын
Erega Moses imbere yuko yubakwa hoho yaturiwe na nde kubera iki???
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 6 ай бұрын
Igihugu cacu nukugisengera ntabindi.
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c 6 ай бұрын
Bob ni WA mbere mukurinka abantu bamuha amakuru
@jinamajody
@jinamajody 6 ай бұрын
Ntabwo baspendinga amafaranga hubwo ni uburyo bwo kuyavota bagaca bayatwara kk ivyo bikorane mukubikoresha abanyagihugu babanza gucotiza Mosy weeeeh. Ni uburyo bwo kunyuruza itunga ryigihugu bakoreye kumarangamutima yababandi bamana ama bibiliya hariya tuvuka ba mama baca bavuga ngo ni IMANA ikunda uburundi ngo nn ga yemwe umukuru wigihugu asoma bibiliya mwari bwamubone he? Ils sont spécialisés mukwiba vraiment. Iryo shile bararyize bararirangizaaa hazoza uwunganya nabo apana uwo banganya. Hageze mumatora muzorabe Bujumbura na Bujumbura rural eka no mubindi bisagara guki badatorwa? Kubera abanyagihugu baho barafisuburyo bwo kubona ivyo bakora biciue mubinyamakuru no kuba influenceurs nkamweeeeeee
@buzinduandre7791
@buzinduandre7791 6 ай бұрын
Neva yibereye mu mavoka n'umuvinyu muri Eden ntabwo bubaka baririra ibiryo
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Umaze kubona umukuru wigihugu yirata yuko afise ivyokurya hariho abantu kurya 2 kumusi bitakibaho arakwiye kwikosora ntabe nkawamutunzi wigipfu yirata ngo mutima wanje ngo ruhuka ufungure unezegwe ivyakwirikiye wamutunzi wigipfu mwijoro yaciye apfa. Umukuru wigihugu arakwiye kwikubita agashi.
@iraguhamoise9202
@iraguhamoise9202 6 ай бұрын
Nibyo
@wisemanfromzerotohero970
@wisemanfromzerotohero970 6 ай бұрын
Aha naw uvuga kubera uriyo iyaba uri hariya baba baragukebeje ntibashaka umuntu avuga ububi bwabo sinzi ko ariyo democratie
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 6 ай бұрын
Abizera ntibarenganya bandi ntibasubiza bandi hasi ntibipfuza ivyabandi bagiri mbabazi bakundana ntibarobanura kugatumba ntibiba ivyabandi babumbwa nivyobafise
@habyarimanafrancois985
@habyarimanafrancois985 6 ай бұрын
Biriya samasengesho nuburyo bwa Porotike ya CNDD FDD ikoresha bwoguhuma amaso Abarundi ngobatabaza Leta ibyitabashije gukorera Abaturage ntamu Kristu ubaza Pasteur ibyo Pasteur avuzenibyo nahibyogusenga nukubeshya urwango abayobozi ba CNDD FDD bafite ntamupagani warugira basenga Bayali
@axniza3216
@axniza3216 6 ай бұрын
Ariko kubona nka industrie yisukari SOSUMO itifashe neza kubera inda zabayegetsi bayisahura. SOSUMO yashobora guha 20 kg yisukari ukwezi kuri family imwe ! Nukuvuga ko yohereza 12 millions yabanyagihugu isukari bose bakaronka baka nayishora mubindi bihugu. NONE YAKUGARA GUTE ?
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Erega avuga ko ahaze kubera yabonye yuko abo ayoboye benshi batabona ko President igihugu camunaniye nagomvye kuvuga Abasoda, abapolice, nabashikirangaji...etc...
@omernshimirimana
@omernshimirimana 6 ай бұрын
Turavye uko abarundi tubayeho nibiguma bishikira kuburundi bobo ivyo yavuze nivyo kuko ntamuntu asenga agira inzigo iyaba ari amasengesho impunzi zose ziba zaratashe zose aha shetani niwe yigendera mumitwe yabayobozi buburundi
@Ineza-n3r
@Ineza-n3r 6 ай бұрын
Bavuga ivyiyumviro ntibavuga IBITEKELEZO
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Imbonerakure nabamwe mubapolice barasibije igihugu pe.
@iraguhamoise9202
@iraguhamoise9202 6 ай бұрын
Babigufatanye numwaka ntibakurekura😂
@Imanaiwachu
@Imanaiwachu 6 ай бұрын
Abarundi nimudashaka kuhagarara mwiganire bazatumara namashetani sabanu 👿
@desouza21875
@desouza21875 6 ай бұрын
Ico bikoze aba dd baratabaguye igihugu impande zose bigaragara. Ivya bla bla bla twarabihaze
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Ikindi izombonerakure President nazikureho zireke gucafuza igihugu areke abapolice na basoda babe aribe bakora kandi batunganirize abanyagihugu atakuraba ngo uyu ni umu cndd fdd canke umu CNL bizofasha benshi kandi igihugu kizomera neza.
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 ай бұрын
ndashaka uzogire ico uvuga kuri Bagaza
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 6 ай бұрын
Bagaza yarapfuye navuge ibihari ubu…
@btsanime6138
@btsanime6138 6 ай бұрын
Iyontwaro ya Cndd fdd irakwiye kwikubita agashi vyase naho bave kubutegetse kunguvu , Abasoda barakwiye gukora coup deta hakarongora umupresident afise imbono canke afise kwumvira impanuro nziza bakazikorerako ataruko uburundi buzosigara ari ubugaragwa muminsi irimbere.
@NdayishimiyeRichard-g9b
@NdayishimiyeRichard-g9b 6 ай бұрын
Ibyo uvuga n'ukuri,ese ubutegetsi bwaba bumuriye bumuriye iki abarundi nta soko
@Africawewant
@Africawewant 6 ай бұрын
Haba governoment 'y' Uburundi na BOBO bose bariko babeshya abarundi bitwaje Imana na shitani mu Rwanda RIB iriko irafunga abapasiteri n' abafumu biba abaturage bitwaje Imana cyangwa shitani kandi yaba Imana na Shitani ntanumwe uraza ngo abapfunguze muri gereza cyangwe ngo bo bakoreshe izo mbaraga ngo bafungungwe kzbin.info/www/bejne/i2WxnaGDhtWGjcU . Igihari nuko abarundi bakwiye kureba Ibyagira akamaro scientifically, abayobozi bagakora akazi kabo akazi kiyobokamana bakarekera abiyita abakozi bayo, naho indongozi zigakorera abarundi.
@axniza3216
@axniza3216 6 ай бұрын
URIBUKA KURI RADIO BAVUGA KO VICE PRÉSIDENTE WA "ASSEMBLÉE NATIONALE " IKIGO CA "OBR' ARICO SERVICE YA TAXE ... CAVUZE KO MADAME LA VICE PRÉSIDENTE WA "ASSEMBLÉE NATIONALE " AHERANIYE 150 MILLIARDS DE FRANCS BURUNDAIS ZA TAXE "OBR" !! KANDI YARAYATANZE. 150 MILLIARDS FBU ico gihe 1$= 3000 Francs burundais. Nukuvuga ko yoroheje 50 millions $ office ya "OBR" . NONE YOBA YASHOYE ISUKARI INGANA GUTE !!! AYO MAHERA YAYAKUYE HEHE ??? VICE PRÉSIDENTE WA "ASSEMBLÉE NATIONALE " Agira monopole ya sucre ya SOSUMO bigenze gute kandi tuzi ko SOSUMA ari iya reta yigihugu !!!!!
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 6 ай бұрын
UBURUNDI BWOSE BUTASHYEMO AMARIRA NDAYISHIMIYE BINO BIGIYE KUMURENGA ABAHUNGU BE BAGUYE GOMAkzbin.info/www/bejne/apCzfK1jhtyLY6ssi=D8lIEnjoByw3TCzf
@dianeumuhoza6103
@dianeumuhoza6103 6 ай бұрын
❤❤❤
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz 6 ай бұрын
@Nadia-yj4un
@Nadia-yj4un 6 ай бұрын
❤❤
DID A VAMPIRE BECOME A DOG FOR A HUMAN? 😳😳😳
00:56
How I Turned a Lolipop Into A New One 🤯🍭
00:19
Wian
Рет қаралды 10 МЛН
She's very CREATIVE💡💦 #camping #survival #bushcraft #outdoors #lifehack
00:26
Mbega ukumenagura Emmanuel weeee
20:36
Chimamanda Moses Office
Рет қаралды 7 М.
DÉBOUT CONGOLAIS 16/10/24: LA CPI RÉPOND À LA RDC ! FÉLIX TSHISEKEDI S'IMPOSE À LUANDA...
42:35
𝗚𝗞𝗔𝗠 𝗧𝗩 𝗢𝗙𝗙𝗜𝗖𝗜𝗘𝗟𝗟𝗘
Рет қаралды 3,9 М.
LE 16/10/24 DIRECT ENSEMBLE NATIONALE  VITAL KAMERHE
CONGO LIBERTE TV
Рет қаралды 57
DID A VAMPIRE BECOME A DOG FOR A HUMAN? 😳😳😳
00:56