BOOM!💥😳Isaac avanye numugore wiwe (DIVORCE) || Umukobwa yabitumnye vyoose nguyu arabivuze vyoose🙄

  Рет қаралды 8,739

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 101
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 18 күн бұрын
Issac Issac Issac rekagufyina kinanibindi vyose apana urugorwawe duhe ibiganiro vyose ushaka apana urugorwawe ok 😢😢😢dushakumva kowubatse murikumwe na Hakizimana Fatuma ok
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 18 күн бұрын
Uyumukobwa avugira inyuma yakamera tumukeney imbere yakamera kandi ndamubony amaboko nikeza kandi ako nagatwiko
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp 18 күн бұрын
Journaliste urazi kubaza vrt bravoo
@NellyNiyonkuru-p3q
@NellyNiyonkuru-p3q 18 күн бұрын
Uyumudemu ntapfyine aho yamaze kuba urupfu ukwamuhevye niko nawe azoguheba 😢😢😢
@Gisbeauty
@Gisbeauty 18 күн бұрын
Umu journliste Atari professionnelle nagato. Ncuti genda muri formation pe
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 18 күн бұрын
😂😂ari muri stage ngaho
@Gisbeauty
@Gisbeauty 18 күн бұрын
@@user-qq6mv6vh3e ah ok ,birumvikana kabisa . Kuko iyo ico kiganiro wapi kabisa. Sindamwinjiriye ambabarire.
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 14 күн бұрын
Ivyonibinyoma kuko vyombabaza Issac avanye numugore we❤❤
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 18 күн бұрын
Journaliste urazi kubaza kubwanje numva noguha amashurwe yaww🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Darlene-ro9sc
@Darlene-ro9sc 18 күн бұрын
😳😳😳😳none barahukanye vyakweri mutubwire kwarukuri dusenge cane bongere basubirane canke muriko mutwika nkabanyarwanda😂😂
@ElvisNisabwe
@ElvisNisabwe 18 күн бұрын
Sha nibaze komuzinanye nuwomukobwa uramwifatiye j nkeka wize droit
@JjshHh-wp6rp
@JjshHh-wp6rp 18 күн бұрын
Vyombabaza basiii😭😭😭😭dukeneyumuco kabisa turamaganye iryotandukanapeee
@NIYONGEREKevin-e8l
@NIYONGEREKevin-e8l 18 күн бұрын
aho rer uwo mukobwa acayumvako atesa mukwahukanisha abantu bikundaniye
@DearNaah-st2nx
@DearNaah-st2nx 18 күн бұрын
Fifi Fidia dukeney umugirish na interv na Isaac aduh umuc kk ibi bintu birimw umwijima ham nae uz uraj imber ya camera 😊
@ساجساج-ي3ر
@ساجساج-ي3ر 18 күн бұрын
😢😢umenyeko wee utazoza uzanye bibi kandi ntanisoni un agira urananika ayomenyo
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp 18 күн бұрын
Ikintwengeje ngwababikor sivyiz nawe ari number one😂😂😂
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 17 күн бұрын
😂😂😂ngira ntarabikora🤷
@user-cn9fh9sp7c
@user-cn9fh9sp7c 18 күн бұрын
Mana wee urukundo ruracabaho Koko?kuberik abantu twibagira ningoga 😢😢😢😢😢 cane ndababaye
@AliceNDACAYISABA
@AliceNDACAYISABA 10 күн бұрын
Uwo mumenyeshamakuru kumeng harimw bif iyo kanguage ubivugamw😂😂❤
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 18 күн бұрын
Uyu mukobwa ni mwiza ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@SalhaIradukunda
@SalhaIradukunda 18 күн бұрын
😂😂😂😂 wana wake tuna shida saaana duuuuh wana wake atupendani jamani duuuuh 😢😂😂
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 18 күн бұрын
Izinkuru wapi ziganye nurugo mureke gukina muzane izindi nkuru
@AliceNDACAYISABA
@AliceNDACAYISABA 10 күн бұрын
Akokaririmb ningene karyosh❤😂
@NkurunzizaJamilla-
@NkurunzizaJamilla- 17 күн бұрын
kumbura umureke umugabo ntahave akuroga rondera rwawe kuko ntabubasha ufise rwokwifotozanya n umugabo w umuntu
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 18 күн бұрын
😅😅😅😅😅none nkuyu kurya yoba ahevye urya nawe niko yoguheba uriho
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 18 күн бұрын
Uno journaliste konumva nshaka kumubona😂😂😂 hanyuma icotuma Isaac yahevye umugore wiwe nico cotuma azoheba nuwo, gusa vyoba bibabaje😢😢
@user-gg9cv3wq4t
@user-gg9cv3wq4t 18 күн бұрын
Ja kwishure mukobwa. Je sinokwita numu journaliste, namba muri centare
@Ndayizigafildausi-j6t
@Ndayizigafildausi-j6t 18 күн бұрын
Icimana yifatanirije ntawushobora kugitandukanya Isaac nuwa Fatma. Allah ntayabyemera urupfu nirwo ruzobatandukany Carine rero niyaba arurupfu. azobatandukanya🙄🫢🫢
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 18 күн бұрын
Non gusoho kana numuga bo sibisa zwe reka kumurusha
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 18 күн бұрын
Wa mukobwawe wumu journaliste ndagukunze gushika naho.Urabaza urabaza urabaza Mana yanje ndakwemeye.😂😂😂🤣
@user-ke6tm1ku7h
@user-ke6tm1ku7h 18 күн бұрын
Isaac show. Yamberr. Ivyo sivyo mureke kubesha abantu Isaac yubatse. Neza umugore wiwe mwiza
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 18 күн бұрын
Izo prank ziranshisha zituma ntaheza ikiganiro😏😏😏
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 18 күн бұрын
We journaliste numva nshaka kukubona uranryoheye cane.
@EnockNdayishimiye-hn6oh
@EnockNdayishimiye-hn6oh 18 күн бұрын
Sha nawe wamwinjiriye mukumubaza ibibazo kwl
@EdouardineNdayizeye
@EdouardineNdayizeye 18 күн бұрын
Hummm iyo contenti siyo kuko umugore wa isac numu muslma isac nukonyene ubworero idini ryabo ribarekurira kurongora umugore arenze umwe ubworero nta divorce igomba kubamwo
@rodriguevebernsabimana2275
@rodriguevebernsabimana2275 16 күн бұрын
mubisanzwe hariho inyishu na reactions zitanga la realité des choses
@FatimaFatima-rx6dg
@FatimaFatima-rx6dg 14 күн бұрын
Fida harivyo ukwiye kubaza nibindi ucishako nkumukobwa Hama wahuye numunu atuje kwer dibaza kwatarivyo
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 күн бұрын
Ntibovana rekakurota😂😂
@user-tt2jq1th2r
@user-tt2jq1th2r 12 күн бұрын
Hooooooo. Mbega. Ikidahidka nimanayonyene. Bagore nimuze. Dilenyere. Turondere. Amahera. Natwe tuzeturarongoa. Kuko. Abobagabo ningorane. Yoooo. Birababaje. Bacha. Mbega. Ibibazo. Non. Nkuyo. Ariko abuswa ngo ararose umugabo. 😅😅😅😅😅😅
@user-qu7zk8yn8s
@user-qu7zk8yn8s 14 күн бұрын
Nukuri fidia arabazagiza peee kirazira kwinjirara umuntu nkukwo
@Nickojunior
@Nickojunior 17 күн бұрын
Journalist agufitiye bifu 😂
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 16 күн бұрын
Akaka journalist ninjajwa kabaza ubugoryi gusa ntakizima karikubaza.
@housnandayikeza
@housnandayikeza 18 күн бұрын
genda gahoro shaa akariy umw kaba kariy nuwundi,ngo numunt waw wahafi?ntanisoni ubivugana vrema🤔🤔inkoni ikubise mukeba urayirenza urugo
@lydi791
@lydi791 17 күн бұрын
Isaac Isaac Isaac uratumaramaj ningene wahora uduhanura kumbe Noe uyu mukobwa asumbiki Fatma jw mbona nanakimwe amusumba na nico amushikir vrt wanaume mukipata maisha mu nabadilika🏃‍♀️🏃‍♀️
@Sumayaofficialtv
@Sumayaofficialtv 17 күн бұрын
Niba bestooooo😂😂
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 16 күн бұрын
Namwe mwiza ubugugu be abanyarwanda kwirirwa baza kuvuga ivyaraye bibaye mungo zabo?ntanisoni.
@user-tt2jq1th2r
@user-tt2jq1th2r 12 күн бұрын
Natoke. Abalobwa biyimwaka. Ntibiyubaha ntibatinya. Umugobo wumuntù
@user-dy6pu3mu5i
@user-dy6pu3mu5i 18 күн бұрын
Journalitse bumenya ingene ubaza urabon ingene umwinjirira vya danger ababona ko amurengeye mukande like
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 18 күн бұрын
Kiki iyo msitutoshe
@lydi791
@lydi791 17 күн бұрын
Uryohewe gusambura Ingo zabandi mukibaza nimwe muri beza ahubw woshak woreka nawe sister kuko ww uzoba wa gatatu rero ugorukundo azoba agufitiye n urukundo nyabaki
@AliceKamikazi-q9f
@AliceKamikazi-q9f 17 күн бұрын
Journaliste wamurengeye umengo ugomba no kumukubita
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 18 күн бұрын
Aga Film kazonyoha😂😂😂😂😂😂
@speciosebizimana1307
@speciosebizimana1307 17 күн бұрын
Non wamukobwa ronderumusor ugendana nabagabo babandi kweli iyonimyaku woburikowitera😂😂😂
@zxcvbqwer1335
@zxcvbqwer1335 18 күн бұрын
Non ivyonivyo 😭😭🤔🤔
@HdHd-tb6mk
@HdHd-tb6mk 16 күн бұрын
Isac nukuri ndababaye nimba arivyo warahukanye vyombabaza nukuri
@thards4573
@thards4573 18 күн бұрын
None abamisilma ntibarongora abagore beshi ntagitangaje kirimwo
@IrakozeBienvenue-mg9pu
@IrakozeBienvenue-mg9pu 17 күн бұрын
😮😮😢😢
@RamazaniDady
@RamazaniDady 18 күн бұрын
Innalillahi wa inna illahi rajiun
@timotheeciza1592
@timotheeciza1592 18 күн бұрын
Réseau socié c koi?
@user-yy2rk4wi3p
@user-yy2rk4wi3p 17 күн бұрын
Abo barahaze
@Emmy22655
@Emmy22655 18 күн бұрын
kumubaza amajambo menshi reka bikundanire
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 18 күн бұрын
Jenibaz kwarkint barik barategura kuko kurizo photos zibonek kwaho hantu nihamwe kandi ibisuko nibimwe 😂
@loulumony8519
@loulumony8519 18 күн бұрын
Umbea moto moto napenda umbea😂😂😂😂😂😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 18 күн бұрын
Ngaho harahiye😂😂😂
@ShalhaS-wj6qf
@ShalhaS-wj6qf 18 күн бұрын
Nta usac yotongoza iyo ndaya mbaya hubwo namahera yaha ye isac kugura amenyekane icomaz kubona isac akunda abantu biyubaha umugore wiwe ariyubaha kandi yubaha abantu
@NiyonkuruDancille-ty6jt
@NiyonkuruDancille-ty6jt 18 күн бұрын
Journaliste wew urikwinjir mubuzima bwumuntu cane kand subira ugir formation yukunt woza urabaz
@mrarnoldseptembermrsjoys-yp6vz
@mrarnoldseptembermrsjoys-yp6vz 18 күн бұрын
Basha inrya yumwe nuburozi 😂
@ismailbigirimana-nb9ur
@ismailbigirimana-nb9ur 18 күн бұрын
Yoooooh Nukuri 😢😢😢😢😢😢 Sivyiza Yatwayumugabo wabandi😮😮😮😮
@mrarnoldseptembermrsjoys-yp6vz
@mrarnoldseptembermrsjoys-yp6vz 18 күн бұрын
Sheria ya dini sheikh! Inasema tukiwa na uwezo tuowe wake 4
@ShalhaS-wj6qf
@ShalhaS-wj6qf 18 күн бұрын
Sivyo isac ntiyokundana nuwutari umu islam​@@mrarnoldseptembermrsjoys-yp6vz
@noellanishimwe5890
@noellanishimwe5890 18 күн бұрын
Ingene rer aseka nabi
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 18 күн бұрын
Sivyo bariko bironderera viuz
@EugeneBertrandUwimana
@EugeneBertrandUwimana 18 күн бұрын
Gusa kweri kumenyerana sivyiza umubaza nkuko muzinanyi cane
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp
@FrancineNDAYIKENGURUKIYE-do6sp 18 күн бұрын
Mana garukira abagabo bo muburundi
@rehmastyle4446
@rehmastyle4446 18 күн бұрын
Sha Saac ntiyovana nu Mugore we kubera wewe ,ivyo bavyita kwidigadiga
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 18 күн бұрын
Kura insaku kuri social media
@LaetitiaMUHAYIMANA-cg2pk
@LaetitiaMUHAYIMANA-cg2pk 18 күн бұрын
Rek dusabikany ntuzi ko abakobw tur besh
@FideliteHabonimana
@FideliteHabonimana 18 күн бұрын
Amakuru ararwira nkubwo burofa mutuzanamwo
@bavuganezaImmaculee-pn9ni
@bavuganezaImmaculee-pn9ni 18 күн бұрын
Harahiye kwel😂😂😂
@garythebeast3056
@garythebeast3056 18 күн бұрын
None nibisanzwe Isaac ararekuriwe kurongora abagore yifuza idini rirabimurekurira ntabishasha ngaho.
@AlineBarandagiye
@AlineBarandagiye 18 күн бұрын
Journaliste nturiko umubaza ahubwo uriko umwagiriza uzosubire kwiga kabisa ntavyuzi
@Gisbeauty
@Gisbeauty 18 күн бұрын
@@AlineBarandagiye mercii. Najewe nabigizeko commentaire, ntiharagera ko abaza ibibazo. Nasubire muri formation
@user-id7go5ff7v
@user-id7go5ff7v 18 күн бұрын
Ntabirenz idini ryabo riramwemerer abagore bane
@KsaKsa-v9n
@KsaKsa-v9n 10 күн бұрын
😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 18 күн бұрын
Vyombabaza isaac avanye ntumugore wiwe murazi iyo bavanye jewe ndumugore wa isaac ntokuvyika intambi
@MC_Malova_the_Himaker257
@MC_Malova_the_Himaker257 18 күн бұрын
Carine ivy nivyo cnk????🤣😂🤔🤔 Ndaz kumeny but nimb Isaac naw agukunda mucakire wallah😅😅🤝💪💪
@irakozeshela1809
@irakozeshela1809 18 күн бұрын
genda hiyo😢
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 17 күн бұрын
​@@irakozeshela1809None mutagomb kubaka mushak tubagir gute kwli??😂😂😂🤷‍♂️🤷‍♂️
@user-ci7mz6jm3x
@user-ci7mz6jm3x 17 күн бұрын
😢😮😢😊
@Okia257
@Okia257 18 күн бұрын
MBEGA AGATWIKO NGO ACTION 😂😂😂😂😂😂😂MURI GUTWIKA BIRIBONEKEZA😅😅😅😅😅😅
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 19 күн бұрын
Oookay😂
@KeithaArakaza
@KeithaArakaza 18 күн бұрын
😥😥
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و 18 күн бұрын
Uwo mumenyesha makuru asubire kwishure yige ntazi kubaza ibibazo
@marthasonia5005
@marthasonia5005 18 күн бұрын
🤔
@rashedalfalah5986
@rashedalfalah5986 7 күн бұрын
None kumubaza umukangamira wakakobwa kumu journaliste none umugore wiwe akaba amufata ntabi birakuraba wewe birekere sibo bambere
@ConsolateKwizerimana-iy2mh
@ConsolateKwizerimana-iy2mh 18 күн бұрын
Ivyo sivyo nta Issac yotandukana n' umugore wiwe , kk kurongora abarenga umwe idini ryiwe rirabimurekurira rr abagore baba Islam ntanzigo bagira bazi gusangira umugabo unwe😂😂😂😂😂
@sesesese3851
@sesesese3851 18 күн бұрын
😮😮😮😮
@ChachaChany
@ChachaChany 18 күн бұрын
Bavuga ngo ata foto ntacabaye k ifoto zihari rero guhakan vyogoran kd sinumva umukobwa yogira umuntu wiwe wa hafi umugabo afis umugor n'abana bakobwa mwikebuke ham youtubeuse uraja mur formation uko siko babaza
@milamila8653
@milamila8653 18 күн бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@IgiranezaSaluwa
@IgiranezaSaluwa 18 күн бұрын
😂😂😂😂🤔🤔🤔
@ClaraCynthiagift
@ClaraCynthiagift 19 күн бұрын
😂😂😂😂😂
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 123 МЛН
POV: Your kids ask to play the claw machine
00:20
Hungry FAM
Рет қаралды 14 МЛН
Burundian wedding JEAN CHRITIAN & HILENE // HIGHLIGHT
7:16
Adams pictures
Рет қаралды 33 М.
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 123 МЛН