Très très philosophique Ubuzima ni nka akadenesi. Karidunda, kakidunda , kakaguca muntoki kakakurenga , ukakirukako kagaca musi yikamyo ikagafyonda. Génial!!!!! Icerekwa ni ikibona.... numugani wikirundi
@yvettetracy38532 жыл бұрын
Gafaranga avuga ibyubaka 😘🥰🥰
@soniakabano1632 жыл бұрын
Nanjye narimukumbuye uwo Bishop Gafaranga. Iyo wiga wari kuba umeze nka Dr. Rutayisire Antoine. Uko Gafaranga yavuga kose avugana impano yahawe n,Uwiteka. Akuma ndushaho gukunda Imana n,imbaraga zayo ndetse n,icyubahiro cyayo. Nanditse ntarumva ikiganiro cyose. Gusa ajye akunda gusoma ibitabo byinshi yiyagure mu bwenge. Impano ze zaguke. Avuge ndetse atange n,ingero zifatika. Kuko afite impano nyayo iva mu ijuru.
@Skyloveshow2 жыл бұрын
Basi kantereke agatebe nibishake bishirire 😂
@givehopetv2 жыл бұрын
Kd Koko 😂😂😂 Niko Isi imeze iyaba twemeraga guca bugufi
@ACMotivation9682 жыл бұрын
Ivyabuga gafaranga aha yaragiye gusoza , ishure siryo rigira umuntu kuba umuntu nyawe , nanje hari umunyeshure twigana Yaba uwambere kuva primaire namufata nkicitegererezo ,akanansobanurira , ariko ubu ibiyayura mutwe bimugejeie habi uramuraba ukibaza nimba Ari wamuhanga ikigo cari gifise bikakuyobera. Ishure niryiza ariko siryo rituma umuntu aba umuntu ahamye Imana ishobora kukwigisha ukanatera imbere ukanajijuka kurusha uwo aryamanye ama masters narabibonye
@ujenezaorthance99612 жыл бұрын
Ariko Irene Urancekeje Ngo yesu yateretaga nde
@niyomwungeresalomon64382 жыл бұрын
Kabisa lmana iguhe umugisha kwiryojambo naryo nirizima .
@Yemwe2 жыл бұрын
Ivyo uvuze nivyo nos colonels twahoze twubaha I Bndi ino muri scandinave barutwa na gapolari atwara bus 🚌🙏
@yvanmutaganzwa97342 жыл бұрын
Ewana kbsa Gafaranga ni number one!
@josephinendayishimiye17572 жыл бұрын
Egome pe nta gukura na rumwe Abaroma 8:38,39 Kuko najijutse yuko rwaba urupfu, canke ubuzima, canke abamarayika, canke intwaro, canke ibiriho ubu, canke ibizoza, canke ububasha, 39 canke uburebure bw’igihagararo, canke ubwimbike, canke ikindi caremwe cose, ata kizoshobora kudutandukanya n’urukundo rw'Imana ruri muri kristu yezu umukama wacu