Umva ndakwemera mu macumu no gusoma ibimenyeshamakuru ariko ivy'igisirikare ntabwo Ari isesengura ahubwo uvuge uti uko ndavyumva kuko mubakumviriza wibuke ko hari abize ivy'igisirikare kurwego rwo hejuru
@everdus13022 ай бұрын
None rero bishoboke ko Ukrain n'abambari babo bari Guingamp n'imitwe y'iterabwoba. Ndumva byivanze. None ni gute abanyamerika bakirirwa bavugako bazarwanya iterabwoba mw'isi kandi bakorana nabababashigikiye?
@prudenceniyomwungeri39382 ай бұрын
Uklene ntidukunda ahubwo iribgukora ibyo yatumwe na amerika
APANA AMINIYA BIONGOZI YA AFRIKA BAKONATUMBO MULEFU SANA BA RUNDI NGAPI BENYE BAMEKUFIYA MU CONGO SINIPESA? NINAPENDAKA UFAFANUZI YAKO SANA UKEFIKA KU BIONGOZI YA AFRIKA NINAFUNGA MASIKIYO.
@KaswarraKabagambe-gu1zm2 ай бұрын
Bundi nta mu yobozi wafurika akwiye kwakira ambassade ya Ukraine mugihugu ce kabisa