If you have any idea please WhatsApp us on +61 469 298 847 and then Please subscribe to this Chanel and leave your comment down there. Watch more on www.bujahits.com LIKE, COMMENT AND SHARE
Пікірлер: 32
@user-lu4kd6vb7j5 жыл бұрын
sawa turabakunda kandi turakunda ibiganiro vyanyu mugabo uko dutera imbere niko twipfuza ko ni ivyo dukora bitera imbere . rero nk 'iciyumviro canje muraze murashira iki gikino mu congereza kugira ngo na banyamahanga bacungukireko bongere nabo nyene baterere mu kugiteza imbere . sawa murakoze .
@user-yf5wd1fh7b5 ай бұрын
I love this please next time put it in town
@user-lu4kd6vb7j5 жыл бұрын
nashatse kuvuga hakaza hagaragara amajambo y icongereza y'ivyo umuntu aba ariko aravuga nerekeza ku Bakinyi ba Ninde be na Mwebwe nyene Buja hit tv.