Waouh a blessed family of prophet of Jesus Joshua Joshua
@aliceuwimana88093 жыл бұрын
Oh my God lovely family je vous aime trop, Warahezagiwe maman ufise umutima wera vraiment, Imana iguhe umugisha ko utwemerera daddy akadufasha
@mdras16162 жыл бұрын
Yesu aguhezagire mon pere ndabakunda cane ndiho kubwamasengesho yanyu mudusengera mwarahezagiwe cane🙏🙏🙇♂️🙇♂️🙇♂️❤️❤️❤️
@gadmayugi7960 Жыл бұрын
Nzofukama nsenge, nizere Yesu Kristo, nshake Uhoraho gusa nkurikire ukuri. Abashaka kandi bizera no gukurikira abiyita abavugishwa, nimukazanye!
@joselynjoselyn97693 жыл бұрын
Amen amen halleluya hallelluya thank you for prophet of Jesus joshua Joshua halleluya halleluya hallelluya t
@mitimaluna3133 жыл бұрын
Nafurahi kuona mumekumbatia, na munadumu katika imani pamoja na Yesu Christo. Mukinisahau ni mimi nilikuwa nyumbani kwenu pamoja na ndugu Kana mu 2019.
@firdauskaneza42454 жыл бұрын
Ntamuvugishwa nimana ahabwa icubahiro iwabo Kandi umwana yankwa niwe akura abenshi muvuga ko akoresha amadayimoni nuko namwe muyasenga abizera ko yesu kristo arumukiza numwami numukiza wubugingo bwacu ntacike intege nama commentaire ngo ugabanye gusenga abantu baremewe kuvuga nukugwisha abari kumurongo nibaze ko mwese mwizera ivyimana imutumye mutizera we Joshua we love u Kandi imana ikwongerereze amavuta
@سنتياالشهري4 жыл бұрын
Buja tv uyu mubdu ndabashimiy cane muza mwaturonkera umutumire yishura kk niriwe aragara lo inkomezi imana nñzimurimwo komera cane Joshoua numuryango Wawe
@Fildaus63063 жыл бұрын
Imana igukomez muriyonzira wahisemwo mukozi wayo na famille yawe ikomeze guhezagira imirimo yawe amavuta menshi avuy ku Mana agusesekareko
@erisfiorisndayis44222 жыл бұрын
IMANA ikomeze kuguha umutima wera DADDY ikomeze kukurinda gusubira inyuma,ikomeze kugukoresha ibikomeye in JESUS's name
@chimeneabuba80642 жыл бұрын
Amen🙏🙏🙏
@JeandeDieuMugisa-e9f3 ай бұрын
Mwarahezagiwe cane amen
@samuelinesamueline78204 жыл бұрын
Joshua ndabakunda sana wongerwe amavuta yokurongora intama za Ndiho🙏mugire umugisha ndetse mwarahezagiwe shalom
🤣😂😂🤣🤣🤣😅😆😆😁😁😁😂😂🤣🤣😅 yesu kristo wakoze wew wampezaginje umuvyeyi prophet of Jesus joshua Joshua halleluya papa kristo yesu abandany kuGUKOMEREZA MUZIRA YAYO KUKO YARAKUGIZE UWU DASANZWE MWIZINA RYA YESU KRISTO AMEN 🙏AMEN HALELLUYA