BURUNDI: Banyirukanye baziko ndi MANEKO😭 Bavuga ko ngendana INZOKA kubera IBITANGAZA IMANA INKORESHA

  Рет қаралды 8,268

ZABURI NSHYA

ZABURI NSHYA

Күн бұрын

#SHYIGIKIRA_BIBILIYA_0788304142
#Plaisir_0786388010
#ZABURI_NSHYA
/ @zaburinshya
iBURUNDI Banyita MANEKO | Bavuga ko ngendana inzoka mu mufuka kubera IBITANGAZA imana INKORESHA
Yesu ashimwe ! Iyi ni ZABURI NSHYA (Ishakiro ry' ubutumwa bwiza), urubuga rudashingiye ku idini, runyuzwaho ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo, binyuze mu buryo butandukanye. Hanyuma muramutse mushaka kugira inama mutugira, habaye hari igitekerezo mwifuza kudusangiza, cyangwa se indi nyunganizi, mwaduhamagara kuri Numero ya Zaburi nshya cyangwa mukatwandikira kuri: +250786388010, +250780736553 na +250722803600 (izi numero zombi ziba kuri whatsapp, Facebook: Zaburi nshya, Email: thicingenzi2@gmail.com
Uwakumva yifuje kudutera inkunga ngo umurimo dukora urusheho kugenda neza (Donation) yakoresha:
-ECOBANK ACCOUNT: 0013013810358301 (NTAGANZWA Plaisir)
-Moble Money: 0786388010 (NTAGANZWA Plaisir)
Murakoze cyane ! Imana ibahe umugisha

Пікірлер: 76
@polycarpendayisaba7970
@polycarpendayisaba7970 10 ай бұрын
Nukuri uwatumye uva muburundi yarirukanye umugisha. Jw nakiriy Yesu kubwawe. Gusa Imana yomwijuru ivyumve uzogaruke kandi vuba.
@nderekanoella817
@nderekanoella817 7 ай бұрын
Ooh mon pasteur TUYISENGE SHALOM. uyo n'umukozi W'IMANA pe ❤❤❤❤
@zawadiflora9422
@zawadiflora9422 10 ай бұрын
Humura mukozi wimana icoyakuvuzeho kizoba uzogaruka iwacu iburundi turagu kumbuye Imana igucirinzira ugaruke
@kanyangemimi5953
@kanyangemimi5953 10 ай бұрын
Yooooo Yambiiiiiii ,Ndakwibutse Pasteur mu kigobe ,Dusenga tuzunguruka dusenyura ,Imana yawe irantabara,J Pierre ,Yesu akwiteho cane
@mediamed1196
@mediamed1196 11 ай бұрын
Imana iguhumugisha uzagaruke iburundi imana izokubiranira shima ushiramanga
@FrançoiseNiyomwungere-o6f
@FrançoiseNiyomwungere-o6f 11 ай бұрын
Imana ikongere umugisha,ntituzokwibagira,waduhaye ingaburo yumutima
@desiremiburo3492
@desiremiburo3492 3 ай бұрын
Ndakwemera can niwewe watumye watwa na Christo Yesu
@FrançoiseNiyomwungere-o6f
@FrançoiseNiyomwungere-o6f 11 ай бұрын
Nkubu turaciteze ico Imana yadusezeraniye murushengero twarerewemwo
@zawadiflora9422
@zawadiflora9422 10 ай бұрын
Ivyovyakubayeho nivyovyabaye kumupastori wacu Pita wumunyarwanda ariko Yesu azogusubiza umwambaro turavyizeye mukozi wimana❤❤
@Ndabihawenimana
@Ndabihawenimana 9 ай бұрын
Icumuntu abiba nico yimbura...subiza inyuma ibitekerezo,itangura rya Eglise...niho Imana izongera kugarura ibihe wifuza kugaruka mu buzima
@hudhuda7387
@hudhuda7387 11 ай бұрын
Uyo mupasiteli numunyamugisha kandi twaramugiriyeho umugisha iburundi turamukunda cyane uhezagirwe nawe wamurondeye
@mpawenayobeny3630
@mpawenayobeny3630 8 ай бұрын
Yooo 😥Uzi ko kuva wirukanwa ntari bwasubire kukubona !Ndaryohew cane ☺️☺️
@aliceKwizera-n4r
@aliceKwizera-n4r 9 ай бұрын
Wubahwe mushumba ariko nubu turagukeneye iburundi kuko birimwisezerano imana yadusezeraniye kuzongera kugaruka ukaduha ubutumwa igihe nicagera tuzokubona mushumba mwiza wubahwe
@minanidjuma3044
@minanidjuma3044 11 ай бұрын
Natwe byaraduhungabanyuje paster wanjye gusa Imana ishimwe ko yahabaye,ndibuka ijambo ryama waduhaye nirivuga ngo,iyaba Uwiteka atariwe waruri muruhande rwacu abanzi bacu baba baratumize bunguri.
@TheodahadImpundu
@TheodahadImpundu 7 ай бұрын
Papa ndagukunda cane kandi wame wibuka ko uri papa wanje nanje nkaba umwana wawe bwite
@Kevin-qg3iu
@Kevin-qg3iu 8 ай бұрын
Uwo mwungere yahamagaw n'IMANA n'umugisha kuri benshi
@zephrinendayisenga1864
@zephrinendayisenga1864 11 ай бұрын
Pasteur turagukunda cane muri rehoboth ntituzokwibagira
@MarieGorethNiyonsaba
@MarieGorethNiyonsaba 11 ай бұрын
Uragaruka yesu navyemera .turagukumbuye yesu aguhe umugisha.
@EmileNiyonkuru-i5t
@EmileNiyonkuru-i5t 11 ай бұрын
Yesu Aguhe umugisha muvyeyi wacu ndizerako ivyo Data yavuze bizoshika
@NgaruyeCedrick
@NgaruyeCedrick 5 ай бұрын
Prais the lord my father 🙏
@NahayoAngelus-ie1rg
@NahayoAngelus-ie1rg 11 ай бұрын
Yooo Pasteur wanje Imana ikugirire neza namenye Imana kubwawe waranyigishije waransengeye warampanuriye Imana izabiguhembere ibihetangabo vyishi
@prosperbikorimana857
@prosperbikorimana857 11 ай бұрын
Mon Pasteur, Yesu aguhezagire. Imana twarayibonye.
@bravekis9095
@bravekis9095 11 ай бұрын
Jyewe napfushije umwana nanga kwemera mpeka indumbi ye , guys gupfusha umwana wibyariye birakomeye cyane pe
@EllaDarinaEllaDarina
@EllaDarinaEllaDarina 11 ай бұрын
Ayiiiiii pasta mu makara urahanyibukije pe hari amavuta adasazwe twagiranye ibihe bidasazwe Imana ikutuzigamire uri mpano twahawe n'Imana tuzosubira kukubona
@mugabekaziclaudette9392
@mugabekaziclaudette9392 11 ай бұрын
Ndagukunda nukuri jean ufite Imana muri wowe
@jurnotrossylavardin3456
@jurnotrossylavardin3456 11 ай бұрын
Mwatuberey umugisha nabugingo nubu Iman ikomez kukuzigam ic Imana yavuz izogisohoza
@cyriaque9997
@cyriaque9997 11 ай бұрын
Imana izogera kuduhuza pasteur wacu watubereye umugisha
@nicolentakarutimana4090
@nicolentakarutimana4090 11 ай бұрын
Ntanuwundi mukozi w'Imana ndaboona nkawe pasta wanje nkunda umuvyeyi wabose yumva bose
@EllaDarinaEllaDarina
@EllaDarinaEllaDarina 11 ай бұрын
Uko Imana yabihishuye biciye mu kanwa kawe vyose pasta niko biri nubu ico twiteze ubu vuba nukwinjira muri kanani yacu aba Rehoboth holy church Imana yacu ntibesha
@JeanneMutamuriza-lk9lr
@JeanneMutamuriza-lk9lr 10 ай бұрын
Yoooo pasta nongeye kukwunva ndi Jeanne wo munyakabiga shalome
@byukusengemoise387
@byukusengemoise387 11 ай бұрын
Uyumushumba niwe wambatije mumazi menshi iburundi nuzura umwuka wera afite amavuta ylmana nange nabaye umushumba ariko ntabizi mudufashe muduhe numero ya bishop
@celinecelina3323
@celinecelina3323 10 ай бұрын
pasta narakubonyemwo Imana
@ndayikengurukiyeange3259
@ndayikengurukiyeange3259 11 ай бұрын
Yooo ,Pasteur nakwigiyeko vyinshi.Nyakabiga,Ngagara.Suhuza maman Divine.Ndahamya neza ko urimw,imana
@hfhhfgkfn9fbj413
@hfhhfgkfn9fbj413 11 ай бұрын
Pastor watubereye umugisha iwacu iburundi Wakuye benshi mubuzima bwo kwigurisha ubazana kuri yesu,ntituzokwibagira
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 11 ай бұрын
Amen murakoze Pasteur wacu wasanga koko igihe ariki nkuko wari waravyeretswe ukabitumenyesha reka twizere Imana niyibizi
@thaddeendayizeye9581
@thaddeendayizeye9581 11 ай бұрын
Uwu muvyeyi yakoreye/akorera Imana muburyo bukomeye, umubwire ko abo y'igishije dukomeje umurimwo wa Yesu Kristo.
@nijimberejoselyne5464
@nijimberejoselyne5464 11 ай бұрын
Ndagukunda caane Imana iguhe umugisha mwinshi watuberey umugisha
@ihuwizeyeAnny_Arlette-mp2fk
@ihuwizeyeAnny_Arlette-mp2fk 11 ай бұрын
Pasteur Wanje Imana iguhezagire cane gose nukuri
@gerardmfuranzima9872
@gerardmfuranzima9872 11 ай бұрын
Imana ishimwe yarahabaye.Paster turagusuhuje.Imana ibarinde
@Karabo-
@Karabo- 11 ай бұрын
Habwa umugisha cyane Pasteur Jean Pierre wanyigishije Imana cyane Amavuta y'Iamana 🙏🙏🙏
@EricBanda-zd9he
@EricBanda-zd9he 6 ай бұрын
waratumye nkunda guseng arik abarundi imana itubabarire
@EllaDarinaEllaDarina
@EllaDarinaEllaDarina 11 ай бұрын
Twakubonyemo Imana i Burundi mushumba mwiza turagukunda
@NyiramisagoSeraphine-vh6sg
@NyiramisagoSeraphine-vh6sg 11 ай бұрын
Imana imuhe umugisha pastor pierre ndishimye kongera kukubona
@DesireNkeshimana-r9c
@DesireNkeshimana-r9c 11 ай бұрын
Watubereye umuvyeyi mwiza paster uhoraho aguhe umugisha
@MarieGorethNiyonsaba
@MarieGorethNiyonsaba 11 ай бұрын
Yoooo pasteur jean pierre muraho? Yesu wee uzogaruka ryari?
@Ndabihawenimana
@Ndabihawenimana 9 ай бұрын
Gusaba imbabazi abo wagiriye nabi....
@zionburunditv1885
@zionburunditv1885 11 ай бұрын
Ndahari Papa ndanezerewe gusubira kumva ibikomeza umutima wurugendo rugana isiyoni, umwami yabagabiye, ndafashijwe
@JeanNzamutuma-bh3dq
@JeanNzamutuma-bh3dq 11 ай бұрын
Komera niduhura ibyo wacagamo nanjye narimo mbicamo niduhura nzakubwira aho byarimokumberaho
@nahisemoyesugenereuse276
@nahisemoyesugenereuse276 11 ай бұрын
Hezagirwa Pasteur wacu. Turacari murirya jambo Papa
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 11 ай бұрын
Yoo, yaravyubushe Paster dukumbuye za nyigisho zawe!
@christella5092
@christella5092 11 ай бұрын
Gusa ikikiganiro ntambaraga zokukirangiza nobona kuko ivyuyumukozi wImana vyarampungabanije sinshaka kuvyibukiriza kuko ndamubonye nibaza impamvu atakiri Pasteur wanje nkumva umutima wanje atambaraga ufise zokuvyakira😢😢murakoze
@josettenzoyisaba7155
@josettenzoyisaba7155 11 ай бұрын
I'm sha twese nuko twasigaye mubibazo tubura uwudusonanurira ivyarivyo gusa umusi wanyuma asengera muri Rehoboth yaravuze uwamuhemukiye Claude sinzi rero ko arivyo
@minanidjuma3044
@minanidjuma3044 11 ай бұрын
Pasteur wanjye,ndishilye kukubona
@elvishavyarimana5761
@elvishavyarimana5761 11 ай бұрын
Imana n'Imana nyamana nukuri
@elvishavyarimana5761
@elvishavyarimana5761 11 ай бұрын
Nukuri pasta narakunyemwo Imana peee.
@DamienNtakirutimana
@DamienNtakirutimana 11 ай бұрын
Amen urampezagiye muragaruka ibubanza
@Ndabihawenimana
@Ndabihawenimana 9 ай бұрын
Mwalimu kweli yashaka kuguhirika😮
@ntakirutimanajeannette
@ntakirutimanajeannette 11 ай бұрын
Mon pastor , turacagukunda mwatuberey umugishaaaaaa Rehoboth holly church twozey ko uzogaruka
@MariamBatungimana-bn1yd
@MariamBatungimana-bn1yd 11 ай бұрын
Imana iguhaze kuramba Pasta Urumugisha kumahanga Vyukuri turakwishimira cane
@MarieGorethNiyonsaba
@MarieGorethNiyonsaba 11 ай бұрын
Waravyibushe cn
@MarieLouiseMukeshimana-f2y
@MarieLouiseMukeshimana-f2y 11 ай бұрын
Yoooo ndakwibutse mwakorera ruhande ya pafe
@josettenzoyisaba7155
@josettenzoyisaba7155 11 ай бұрын
Pasteur wanj sha namuheruka ari mutomuto caane asigay asa neza cane
@habarugiramathilde7587
@habarugiramathilde7587 11 ай бұрын
Yoo ndifuza numero za past jean pierre, narazirondeye ndaziburaa wee
@christella5092
@christella5092 11 ай бұрын
Muragahabwa umugisha my Pasteur
@bazarishakedative4084
@bazarishakedative4084 11 ай бұрын
pasta turagukunda cyane urumukoziwimana
@patricienyirahabimana4936
@patricienyirahabimana4936 11 ай бұрын
Amen Pastor uri umugisha wa benshi🙏🙏God bless u
@turibamweali8661
@turibamweali8661 11 ай бұрын
Nubona umuntu utarapfusha nushaka ujye ujya kurira umuhishe amaso kuko ntacyo aba azi rwose aba akubina nkurimo kumutera iseseme kuko igikomere cyo gupfusha ntawe wakiganiriza we atarapfisha na rimwe !
@raoul777
@raoul777 11 ай бұрын
Amen Amen
@enfantdedieu4347
@enfantdedieu4347 11 ай бұрын
Bavuga PERMIS si permet
@jimmymartin9773
@jimmymartin9773 10 ай бұрын
Kuva uvuye i Burundi sindakandagiza ikirenge muri rehoboth. Ni muduhe link ya zoom wahora utangiraho ubutumwa!🎉🎉🎉
@irambonaemery7722
@irambonaemery7722 Ай бұрын
Nubu mpejej kuhaca hariko ibirahure kind yarakoze kuzana umushinga iwacu
@byukaubohoketv8149
@byukaubohoketv8149 11 ай бұрын
Ibyunukuri pee uwonumuntu w, Imana
@alineniyitunga1872
@alineniyitunga1872 11 ай бұрын
Ameeeeen
@EllaDarinaEllaDarina
@EllaDarinaEllaDarina 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂yooo mbega inkuru zaw pasta turagukumbuye weeee😅😅😅
@divinediv5826
@divinediv5826 11 ай бұрын
Pasta wacu ntituzokwibagira
@desiremiburo3492
@desiremiburo3492 3 ай бұрын
Ndakwemera can niwewe watumye watwa na Christo Yesu
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 33 МЛН
"كان عليّ أكل بقايا الطعام قبل هذا اليوم 🥹"
00:40
Holly Wolly Bow Arabic
Рет қаралды 5 МЛН
小丑家的感情危机!#小丑#天使#家庭
00:15
家庭搞笑日记
Рет қаралды 31 МЛН
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 33 МЛН