INYIGISHO Z'URWARUKA: UMWANYA W'IBIBAZO - Inyungu ziri mukuzigamira umubiri wawe uwo muzobana.

  Рет қаралды 5,210

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 69 249 867

Пікірлер: 24
@ClaireIra-pd5sl
@ClaireIra-pd5sl 9 ай бұрын
Nezeregwe cane ninyigisho zanyu.Numva nanje arivyo nkunda kwigish'ugwaruka Aho nshoboye gushika.Imana ibakomeze Mpwemu wa Kristo ayakomeze.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
Amen
@turibamweali8661
@turibamweali8661 Жыл бұрын
Pasiteri Desire numugabo wumuhanga cyane kandi aratuje pe ! Imana imurinde
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@RaissaKaze
@RaissaKaze 10 ай бұрын
Imana ibazigame ❤❤❤
@HitabatumaJerome
@HitabatumaJerome 5 ай бұрын
Paster ,Imana ikomeze ibahe umugisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
Ameeeeennnn
@josueniyonsaba-kd9nj
@josueniyonsaba-kd9nj Жыл бұрын
Mwarakorey,Imana Neza pasteur na Mme wawe hamw na Muganga vraiment izi nyigisho ziranshyits,ahantu kabisa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍😍
@butoyiangeclarisse-ve4fy
@butoyiangeclarisse-ve4fy Жыл бұрын
Ndabakunda cyane gose uwiteka azabahe ingororano
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen
@eugeniefamily
@eugeniefamily Жыл бұрын
Ninyigisho nziza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Murakoze cane
@eugeniefamily
@eugeniefamily Жыл бұрын
@@burundigospeltv2661 ndabakuricyira cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Murakoze cane kdi mubandanye muhezagirwa
@MugishaPacifique-o4g
@MugishaPacifique-o4g 3 ай бұрын
😮😮
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 ай бұрын
😭🙏😭😭😭
@JolieNyakiza
@JolieNyakiza Ай бұрын
👍
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@hbomamanajanndamour
@hbomamanajanndamour 7 ай бұрын
Naj shir mur gpe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
Amennn
@DianeIrakoze-dv8ky
@DianeIrakoze-dv8ky 11 ай бұрын
Pasta ndasavy munchire mur groupe ya WhatsApp nanje ndumu jeune
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
murakoze
@hakizimanasylvie5772
@hakizimanasylvie5772 22 күн бұрын
Urukundo rwonyene nturuhagije kubaka urugo bisaba kugira ubwenge knd ikindi abahungu basigaye batinya inshingano zabo bwite.. 1. Pasteur Desire"Abakobwa ntitwemerew gukora akazi ngo natwe dushike ku ndoto zacu???kuko abahungu benshi bavuga ko batabana n abakobwa biyubatse ngo bobasuzugura 1.ikibazo ni uyu mukobwa afite intego cnk ni umuhungu afite imyumvire mibi??? Kuko kubwanj vyose ni ibiyago vyababiri 2.ikindi hari umuntu abafise ibikomere nawe ubwiwe atavyazi ark wibimubwira ntanabihe umwanya se wavyitwaramo gte??? Reka mfate akanya ndabashimira kubiganiro vyiza bitwigisha knd bigatuma tumenya abo turibo no kumenya abo dukwiye gufatanya urugendo 🙏
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 59 МЛН
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 12 МЛН
Worst flight ever
00:55
Adam W
Рет қаралды 31 МЛН
Abagore bagomba kuganza ABAGABO  Umuvumo bikwega  Emancipation irateye DIVORCE  Teramira URUGO kuko
57:28
Ingene imisore canke inkumi bokwubaka imigenderanire myiza n’Imana  partie 1
1:07:04
Evangeliste Alice Manisha-Official
Рет қаралды 950
Inyigisho z'abubatse (Igice cambere)
25:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 33 М.
TESTIMONY// NIWUMVA UBU BUHAMYA URASUBIZWAMO IMBARAGA
19:55
grace room ministries
Рет қаралды 43 М.
3 godziny z ks. Piotrem Pawlukiewiczem - MARATON
3:37:06
Ku Świętości
Рет қаралды 486 М.
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 59 МЛН