Jewe Hari akabazo nama nibaza ndavye ibiba Kuri KZbin: Kugeza uno musi sindashobora gutandukanya umuntu azana ubujajwa Kuri KZbin akitwaza ngo Ari Ku kazi, Aho atandukanye N'INDAYA yidandaza....Bose bakora ivyaha kugira baronke amahera....ICO batandukaniyeko ni uko indaya icumura yinyegeje, uwundi Nawe agacumura Ku karubanda, mbere n'icaha ciwe akacamamaza.