Couple ya BAHAVU😍 IJORO TWABYAYEMO byari AMARIRA😭IBANGA ku mwana bibarutse|NARATUNGUWE CYANE|Irebere

  Рет қаралды 51,104

CHiTA MAGiC

CHiTA MAGiC

2 жыл бұрын

Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri +250739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
#chitamagicTV #juliuschita

Пікірлер: 93
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
REBA VIDEO YA FLEURY NA BAHAVU: kzbin.info/www/bejne/g5DGpGCEerSBqKM
@irakizajeanette3515
@irakizajeanette3515 2 жыл бұрын
Chit wampaye nimero ya bahavu
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 2 жыл бұрын
Muhungu wacu wubahwe kuko ufise urukundo gwihariye turabakeje umwuzukuru wacu akurire mubiganza vya NDIHO nda❤👪👪
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
❤️🇧🇮
@claireniyompamvu5420
@claireniyompamvu5420 2 жыл бұрын
Amen
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 жыл бұрын
Ubu jewe ngiye kuzambahamagara Papa Amora Maman Amora kubera Imana yahinduye amazina sivyo none🥰🥰🥰
@samial-khusaibi772
@samial-khusaibi772 2 жыл бұрын
Mumfashe tumuhe umashi umusore wacu🙏🙏🙏🙏
@roosberghuis9958
@roosberghuis9958 2 жыл бұрын
Ndagushimiye Fleury umuhungu w' iwacu uzi kwishura ibibazo n' ubwenge kandi isi urayizi wanse kuyiganyira urazi ko ikiganiro kitaraba abakunzi gusa. Wanse kuvuga igituma Jeanet yagize ama émotions. Wavuze ko Jeanet yavyaye neza kandi nivyo ariko ivyakurikiye mu nyuma twumvise mûri irya vidéo mwashizeko naho mutavuze ama details twarumvise ko shetani yagomvye kwivanga mu nyuma umwana yaje. Wagize Imana na Chita irya vidéo ntiyayiravye neza yose yari kukubaza ivyo udashaka kuvuga. Niwivugire bike igihambaye nuko vyarangiye amahoro vyose.
@gateyenezaangel690
@gateyenezaangel690 2 жыл бұрын
Na Chita nawe bazamukoreshe ikiganiro atubwire uko nawe byaribimeze challenge yahuye nazo madam we arikwibaruka
@angeliquenyantabara5738
@angeliquenyantabara5738 2 жыл бұрын
Abagabo nkawe nibake fleury nimwonkwe 👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@beninkaconsolee9643
@beninkaconsolee9643 2 жыл бұрын
Imana ishimwe nukuri yarahabaye🙏🙏🙏
@lilianenduwayezu4104
@lilianenduwayezu4104 2 жыл бұрын
Imana ishimwe ko itahemukiye Papa Amora na Mama Amora🙏Papa Amora avuze ukuri nivyizako umugabo amenya agaciro k'umugore wiwe kuko kuvyara n'ikintu kitoroshe💪
@elzaineza8911
@elzaineza8911 2 жыл бұрын
Woww fleury end janete. Nimwonkwe tubavugirije impundu kbs. Welcome amora
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 2 жыл бұрын
Amora agakobwa Keza karekare k'impavu ndende comme son père. Turarindiriye kukabona.😳😳❤️
@marienzeyimana639
@marienzeyimana639 2 жыл бұрын
Fleury wubahwe cane uri intwari vraiment uzi gukunda umugore wawe uri un exemple parfait y'umugabo mwiza 👋👋👋 Papa Amora Imana iguhezagire cane. Love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mberwaange2944
@mberwaange2944 2 жыл бұрын
Congratulations fam Imana ishimwe yabahaye umwana numubyeyi akaba ari muzima 🙌🙌turabakunda cyane
@samial-khusaibi772
@samial-khusaibi772 2 жыл бұрын
Yoooooh Musore wacu uragakira mwena namadam imana yabahaye ikibondo cizaturabaku'da🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 2 жыл бұрын
Muragakira muryango mwiza! Mwarame neza turabishimiye 😘😘😘🇧🇮🇧🇮
@djamilaniwenshuti5190
@djamilaniwenshuti5190 2 жыл бұрын
Urumusazi turahaca ababyeyi ndagukunda cyane. Much much ❤
@beatricekingungwa2725
@beatricekingungwa2725 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cyane yabikoze 🙌🙌
@mugishasandrine4960
@mugishasandrine4960 2 жыл бұрын
Félicitation muhungu wacu lmana yari hafi yanyu
@jojo_bella_video
@jojo_bella_video 2 жыл бұрын
Nkunda Fleury & Janet cyane congratulations
@kamijulia581
@kamijulia581 2 жыл бұрын
Fleury aracyeye kweli🤔
@yamuragiyeodetha4775
@yamuragiyeodetha4775 2 жыл бұрын
Imana ikurize uwo mwana mubiganza byayo
@claudette2793
@claudette2793 2 жыл бұрын
Mbaye uwambere from Nairobi
@niyonzimasolange5320
@niyonzimasolange5320 2 жыл бұрын
Felicitation papa Amora abarundi🇧🇮🇧🇮twishimiy kwitw aunt😂😂
@mugishanyiramugisha1100
@mugishanyiramugisha1100 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@claudettemukamasera5386
@claudettemukamasera5386 2 жыл бұрын
Fleuri congratulations to your beautiful family!! Gusa nagirango mbabwire abacheri!! Umwana akwiye KWONKA GUSA KUMARA AMEZI 6 NTAKINDI KINTU UMUHAYE HABA N'AMAZI KU KAYIKO!!! Bifitiye umwana akamaro KANINI CYANE!!! Mugerageze rwose no mu ijoro Maman Amora rwose ajye yihangana akanguke yonse umwana shenge. Bimuha gukura neza bimurinda indwara bituma agira ubwenge bwinshi!!! MUBIKORE MUBIKUNZE NDABINGINZE!! UWITEKA AKOMEZE KUBITAHO KUBARINDA NO KUBATETESHA. Ndabakunda
@limageplustv9422
@limageplustv9422 2 жыл бұрын
Amora akarundikazi kacu 🥰🥰🥰🥰 🇧🇮
@sandy2sss827
@sandy2sss827 2 жыл бұрын
Iwacu iburundi twaronse umusengezana papa Amoral Félicitation
@vavaloveonlinetv204
@vavaloveonlinetv204 2 жыл бұрын
Umusengezana wacu💞💞💞💞
@ornellanamugisha7780
@ornellanamugisha7780 2 жыл бұрын
Ndakunda Care za Fleury mana weee😍ararengeje vrmt🤣urateussan shan Ppa Amora💖👌
@mukabuteraodette7553
@mukabuteraodette7553 2 жыл бұрын
Felicitation Papa et Maman Amora , Imana ishimwe cyane yarahabaye 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️
@nailaniyonkuru5718
@nailaniyonkuru5718 2 жыл бұрын
Erega Kuba umugabo ahari nibisanzwe ibihigu byateye imbere Niyo umugabo adahari barakubaza da agomba ninki itegeko.
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 2 жыл бұрын
Félicitations papa et maman Amora🇧🇮🇧🇮🥂🍾
@tuyisengeodile1105
@tuyisengeodile1105 Жыл бұрын
Pole mama Imana yarakoze
@justinmutabazi7353
@justinmutabazi7353 2 жыл бұрын
Chita ntugakoreshe ijambo ngo Umuntu udasanzwe kuberako iryo jambo niryabantu Babagome cyangwa bakorana nimyuka mibi
@Ubururu1numweru
@Ubururu1numweru 2 жыл бұрын
Imana ishimirwe imirimo yayo ,
@kembabaziphionah2702
@kembabaziphionah2702 2 жыл бұрын
Congrats Fluery and Janet 🙏🙏🙏
@aimeempundu1439
@aimeempundu1439 2 жыл бұрын
Can congratulations to Fleury and J family.
@justinegatoto3612
@justinegatoto3612 2 жыл бұрын
Imana harakoze sha Fleury na Jannet kubagabir ikibondo
@ganixkaela5975
@ganixkaela5975 2 жыл бұрын
Félicitations cane Papa na Maman Amora
@fastandtrusted1251
@fastandtrusted1251 2 жыл бұрын
Genda Chita urabaza.
@neneitekaryimanagateka2910
@neneitekaryimanagateka2910 2 жыл бұрын
Congratulations from 🇧🇮 Fleury et Jeannette
@NyirambonizanoSandrine-jz5df
@NyirambonizanoSandrine-jz5df 11 ай бұрын
Mwazambabariye ngahura na mama amoha Koko mwokabyaramwe
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 2 жыл бұрын
bemwutwubaha turakomerewe
@Ndahigi
@Ndahigi 2 жыл бұрын
Congratulations flery and Jeannette
@ellaagasaro496
@ellaagasaro496 2 жыл бұрын
Haribyinshi Chita agenda yigira kuri Sabin. Ni byiza cyane🙏🏾🙏🏾🙏🏾 I am about to be a new subscriber 😊
@user-dk2kl5dn7b
@user-dk2kl5dn7b 2 жыл бұрын
Ntacyo bitwaye kk ubwenge burarahurwa
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
Yes nicyo kixa cyo kugira inshuti nziza Sabin is a gd frnd pe nange nkunda inshuti zimeze kuriya
@hollymind9527
@hollymind9527 2 жыл бұрын
Nice👗👗💞
@karolldjikaroll3802
@karolldjikaroll3802 2 жыл бұрын
Pole sana mama
@Reine257
@Reine257 2 жыл бұрын
Chita yaravyaye 😳😳😳😳??
@martheu.8043
@martheu.8043 2 жыл бұрын
Cyeraaa
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Gloire à Dieu🙏🙏P.Amora&M.Amora aba🇧🇮 turishimye cane💘💘
@uwasekimenyi861
@uwasekimenyi861 2 жыл бұрын
Wigirira urukundo gwihariye nawapenda sana na bibi yako
@tuyisengehenriette9090
@tuyisengehenriette9090 2 жыл бұрын
Papa Amora💕💕
@celineclaudel4542
@celineclaudel4542 2 жыл бұрын
Chita gabanya ama kestion kuri papa Amora mbega woe ngo nayahe amagambo bahavu yamubwiye
@ahoranibambeadeline4230
@ahoranibambeadeline4230 2 жыл бұрын
Ni mwonkwe 😘
@valerieigiraneza7515
@valerieigiraneza7515 2 жыл бұрын
Chita umusi uzobyara bazokubaze.waturekeye papa Amora .gusa wubahwe wamuzanye mukiganiro
@ninavanbroek7004
@ninavanbroek7004 2 жыл бұрын
Nimba ari ukuvyara uwa kabiri.😂
@uwimanarenee6157
@uwimanarenee6157 2 жыл бұрын
Fleury umurunfi wiwacu mukire musimve imanga imana icane mukire rusizi ntirubasize mumire mpanda ntirubahande kira maman mwarujabutse🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@claudette2793
@claudette2793 2 жыл бұрын
Wooooow
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 жыл бұрын
Ariko Mana Chita waramuhaye ubwenge bwokubaza Chita ndasavye umusi nawe uzovyara bazokumbarize nawe twumve ukuzifata🤭🤭😃😃
@umutonichristelle2314
@umutonichristelle2314 2 жыл бұрын
😀😀😀😀 Tayari yarabyaye
@mukasekurubeatrice547
@mukasekurubeatrice547 2 жыл бұрын
Nimwonkwe
@mohdkwt5378
@mohdkwt5378 2 жыл бұрын
ndabakunda mwese mwubahwe🇧🇮🇧🇮
@umutonichance1685
@umutonichance1685 2 жыл бұрын
Ioo
@umutonichance1685
@umutonichance1685 2 жыл бұрын
Iooio
@umutonichance1685
@umutonichance1685 2 жыл бұрын
Mana iPod uyu is ubu uuuu
@alineuwamahoro3707
@alineuwamahoro3707 2 жыл бұрын
Uzomutuzanire muburundi
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 2 жыл бұрын
Chita bébé wawe gute?
@uwimanarenee6157
@uwimanarenee6157 2 жыл бұрын
😁😁😁😁😜😜😜😜😜
@soniasss2252
@soniasss2252 2 жыл бұрын
Waouuuu welcome our Fleury from Burundi😘😘😘 thank u Chita naw turagukunda😘
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
URAKOZE CYANE
@u.ablessed1688
@u.ablessed1688 2 жыл бұрын
Chita bwije ubwiwe nabantu bangahe ko bagukunda?,you are indeed loved
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
Ni Benshi
@nduwamahorochristella1946
@nduwamahorochristella1946 2 жыл бұрын
Chita kalibu Burundi
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 2 жыл бұрын
@@nduwamahorochristella1946 Egosha azoze iwacu🇧🇮🇧🇮
@ChannyNtare
@ChannyNtare 2 жыл бұрын
Congratulations
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌👌👌
@usanasesandra6302
@usanasesandra6302 2 жыл бұрын
Tuzanire jennet Turashima imana pe!!!!!!!.
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 2 жыл бұрын
Naramara kuruhuka nawe tuzamuzana
@usanasesandra6302
@usanasesandra6302 2 жыл бұрын
@@CHiTAMAGIC7 Ariko uzamuzana nyuma please 🙏
@newsp1841
@newsp1841 2 жыл бұрын
😭😭😭😭😭
@jeanneandfrancislifestyle1518
@jeanneandfrancislifestyle1518 2 жыл бұрын
Ubundi nibyo umugabo ajana numu gorewe agiye kubyara Africa ntibabyitahi piiii🤣 🇺🇸 nitegeko kujyana nu mugabo kabisa arakwuha amaze kubona uko bigenda!😭
@ganiganii449
@ganiganii449 2 жыл бұрын
👏👏💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@enrhietteirakoze8157
@enrhietteirakoze8157 2 жыл бұрын
Welcome fleurs wacu muburundi Imana ikomeze kubagira neza
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 2 жыл бұрын
Muragakira muryango mwiza! Mwarame neza turabishimiye 😘😘😘🇧🇮🇧🇮
@yamuragiyeodetha4775
@yamuragiyeodetha4775 2 жыл бұрын
Imana ikurize uwo mwana mubiganza byayo
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 81 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 16 МЛН
Head Phone Challenge | Srinish Vs Pearle
17:26
Pearle Maaney
Рет қаралды 428 М.
Again Unfiltered ft.Arjyou!
30:00
Unfiltered by Aparnna
Рет қаралды 1,2 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 14 МЛН
Stay on your way 🛤️✨
0:34
A4
Рет қаралды 6 МЛН
Приятного аппетита 🤣
0:15
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 9 МЛН
MrBeast Встретился С Сигмой😳 #shorts
0:48
a_ve_znali
Рет қаралды 2,8 МЛН
Никогда не убивай это существо! 😱
0:28