Ese ubundi uriya ngo ni Iyobokamana, witwa ngo ni umukrisru , wakira ingirwa mukozi w’Imana , uje gutera ubwoba undi mukozi w’Imana , Joel we ubukrisru bwe ni nyabaki🤷🏾♂️ Kuki atabashyize mu gikari ngo baganire, abibafashemo🤦♀️ Joel , aho wicaye wicaye, ibintu wakoze ntsbwo bigusa, ibyo twari tubimenyereye kwa ba Claude n’abandi nkawe
@GguGc11 сағат бұрын
❤❤❤❤🎉🎉🎉😢
@Mpauline20249 сағат бұрын
Courage Ezra wacu
@valeriemanirakiza307011 сағат бұрын
Bsr Chita. Emera ivyo umutumirwa ariko kubwira. Barya ba escro si abavugishwa n Imana. Ni injajwa. Ahubwo jewe birandenga. Imana bahuriye he nizo njajwa. Ivyo ntibibaho, barya bose na ba Skizofren, bafise ubusazi mu mutwe, ba bajane muri pyskiatri. Mutessi nawe, ibimushikira yoba yibera i Bulayi canke muri USD ntangorane, ariko muri culture zacu, oya oya kabsa. Harageze aho twabdika ibitabo duti:( Mutessi et ses hommes). Ariko vyongeye hako yoza apita pita, nimba atokwugara ni gufuri, ni yigire. Ariko karya ka gabo, Kari kuri niveau ya Mutessi. Ko mperuka yifata ki VIP, urya mugabo azoshobora ku mushimisha economiquement. Ubu lero Chita ( nta Mutessi azishima😂 cambu cawe, ngo nta mugabo yishima.
@DuduKiki-c9g6 сағат бұрын
Chita na Ezra murakoze ku kiganiro kiza. Imbuga nkoranyambaga zizatuma benshi ni ukuri biyahura kubera gutotezwa , byose ari ngo gushaka views 🤭