CNL INYANKAMUGAYO RUMONGE LE09 05 2020

  Рет қаралды 17,403

DJ Daniel Video Archives

DJ Daniel Video Archives

Күн бұрын

Пікірлер: 33
@niniouothman8260
@niniouothman8260 4 жыл бұрын
Kwenguvu zamungu batakubari beyi naimmaNi mungu hiyi turo hataaca bamwizi💪💪💪
@edermalbusinesssolutionsli1356
@edermalbusinesssolutionsli1356 4 жыл бұрын
Bwana Honarable Agathon Rwasa niwe rukiza rw'u Burundi. Imana yumve ayo masengesho nayandi yose y'Inyankamugayo zose, hama ishitse Isezerano ku Burundi. Dusangwe CNL
@jubajoseph8808
@jubajoseph8808 4 жыл бұрын
CNL tsindaaaaaa
@ivoneirakoze5733
@ivoneirakoze5733 4 жыл бұрын
Mana ayomasengesho ntagende imvumure Mana jimbere ya Barundi good luck Rwasa kuriyi Tarike 5/20/2020🤞🤞🤞🤞🤞🤞🤞
@reyilove8926
@reyilove8926 4 жыл бұрын
Muduhe ikindi gicemuzoba mukoze, CNL oyeeeeeeee tur'inyuma yawe Mutama Se Barundi
@levisnikizanahum5156
@levisnikizanahum5156 4 жыл бұрын
ndagusavye ntuzotumadamaze ivyo wiyemeje uzobishitse kubera twebwe dukunda imigambiyaww ntidukunda cnl dukunda wewe ukatumaramaza birakuraba
@esther8032
@esther8032 4 жыл бұрын
ndabakunza cane kuko mushira imbere Imana
@milym2713
@milym2713 4 жыл бұрын
Imana irashoboye vyose irabibon nigih umwan wayo yarik ababazw yarabibon natw twizer nigih abisilaeli bar mur egiput muraz bahuy nibibaz vyish knd Imana yarishoboy kurwany bary bos babacur bufun nabuhor .arik yarungits musa ngo abakurey muribuk ivyabay natw twizer ko rwasa yaj kudukur muriz nkoz zibib zab dd. Imana ibakomez ntibazobafung ,ntibazobic mwese ngo babamar Imana ndaz icizokor bazotangar bazob nkab nyegiput bahez muruz wallah .🙇‍♀️🙇‍♂️ahoturi hose turabasenger natw uburund buronk intambw Imana izobahezagir
@aminamunezero
@aminamunezero 4 жыл бұрын
🙌🙌🙌🙌
@JacksonJacknday
@JacksonJacknday 4 жыл бұрын
Congratulations #Honorable Agathon Rwasa Hopefully May 20 2020 intsinzi ni cash
@patrickkwizera5002
@patrickkwizera5002 4 жыл бұрын
Vyari biryoshe kweli Imana iduhindurire amateka umutama wacu Rwasa atsinde
@esther8032
@esther8032 4 жыл бұрын
Rwasa baba lao
@hfbthydhfby179
@hfbthydhfby179 Жыл бұрын
✌️✌️✌️💯💯💯
@chrisjunior6824
@chrisjunior6824 4 жыл бұрын
Mwami uri mwijuru komeza ubana nacu igihugu cuburindi ukibohore ugikure mubuja Uhoraho uhambay uyihe cnl gutsinda itsindire abene gihugu bose
@putinvladimir4788
@putinvladimir4788 4 жыл бұрын
Komera msazaaa Rwasaaaaaa
@mauwabijoux6966
@mauwabijoux6966 4 жыл бұрын
Uyo mudiho unkuye hasi iyo nza kuba hafi nari guserebuka bigacika kuko nisanze ndimwo ndatamba ahondi cnl tsinda navyifuje kuva 2009 turabasavye kurikanura nyanka mugayo izo nsiha ntizisubire kutwinjirira mubigega
@yvesthebarber1042
@yvesthebarber1042 4 жыл бұрын
Kuba yasenze yambaye injkofera ntabasenga batazambaye ariko bakanyuruza abantu bakabaniga babata muri rumvyironza wumva ibisesema IMANA arugusenga wambaye inkofelo
@bukeyenezaonesime818
@bukeyenezaonesime818 4 жыл бұрын
Nice song really
@fikiriniabdallah3372
@fikiriniabdallah3372 4 жыл бұрын
Komera mzeee
@venistendayishimiye1885
@venistendayishimiye1885 4 жыл бұрын
Remix ndake😂😂😂 tjr cndd fdd kandi rumonge nimuhira ico kibuga nimb atacujuje nabe arataha
@airangfyy8226
@airangfyy8226 4 жыл бұрын
Buratah wewe uyumwak arabatwar
@erictuzobana1067
@erictuzobana1067 4 жыл бұрын
Wewe Ntavyuzisha! kandi Uzotangara Raba Abantu Bahari Kandi Bahagera Kugushaka Kwabo Ataraba Dd Badutwara kunkoni Ngo Urira Imodoka
@kaburasalehe3660
@kaburasalehe3660 4 жыл бұрын
Murumonge mwibuke ko muhabaye nkabanyamahanga , imyaka 15 iraheze Ibarabara ryanyu barahakanye kuryubaka , ivyamwa vyimicungwe navyo bisigaye bisumbwa isoko namashindwe Yama mwishamba cimeza kubera Aho yashika atagishobora kujayo . Gwasa ashaka guhindura ivyovyose aba DD bananiwe , igitangaza nuko igiciro camakori ari umurengera Kandi barabiciye amasoko yibidandazwa. Mubure kutahakerebukira itariki 20
@kanezavanessa1793
@kanezavanessa1793 4 жыл бұрын
Nivyiza
@gerardkarengwa6312
@gerardkarengwa6312 4 жыл бұрын
Le 20/5/2020 muzorira mubonyenye akayagwa nimana murayigaya ntamuntu asengimana yambay inkofero ivyonibisesema uhoraho itariki ziratevye mumaramare
@mauwabijoux6966
@mauwabijoux6966 4 жыл бұрын
Ntawuhwanye nawe kuko yo sumwana wumuntu izobikora mutangare ivyo vyinkofero kuyikura no kutayikura ntibisigura ko amasengesho atayishikira canke itayunva reka yikorere
@niyonsabagenevieve4880
@niyonsabagenevieve4880 4 жыл бұрын
Ukoninku guta umwanya inkona yaratsimba taye uwufise amakenga nahebe
@river7419
@river7419 4 жыл бұрын
Turikumwe;
@francoisnduwumunsi7818
@francoisnduwumunsi7818 4 жыл бұрын
Muratwemeje
@imaginpaul5518
@imaginpaul5518 4 жыл бұрын
Karibu iwacu Mutama
@tigizigigim1527
@tigizigigim1527 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nimutsindwe neza mwemere rwasa iyo ngurube ya buyoya ntitumuha ntakorako ibihemu gusa
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
The selfish The Joker was taught a lesson by Officer Rabbit. #funny #supersiblings
00:12
Funny superhero siblings
Рет қаралды 10 МЛН
How do Cats Eat Watermelon? 🍉
00:21
One More
Рет қаралды 12 МЛН
#Burundi: Imyiyamamazo y'umugambwe #CNL mu ntara ya #Gitega
10:12
Mashariki TV
Рет қаралды 29 М.
ABASHINGAMATEKA20+1 BEMEJE AGATHON NKUMUKURU WUMUGAMBWE CNL BIDASUBURWAMWO
26:06
Ibirori vyaranze aba CNL bari kwiyamamaza mu Kanyosha
13:23
Kabaza WebTV
Рет қаралды 20 М.
Ijambo rya Agathon RWASA ahejeje gutorwa mu mugambwe CNL
15:57
Kabaza WebTV
Рет қаралды 41 М.
MUIMBI HOSIAH CHIPANGA MUDARE RAMAMBO MUTASA VS LEON MATESVA  KARANGANDA TV KUTORWA KWEMUNDA
18:01
The selfish The Joker was taught a lesson by Officer Rabbit. #funny #supersiblings
00:12
Funny superhero siblings
Рет қаралды 10 МЛН