Conférence - débat sur la fuite des capitaux d’Afrique

  Рет қаралды 10,759

Ntare Rushatsi House TV

Ntare Rushatsi House TV

Күн бұрын

Sous le haut patronage de Son Excellence le Président de la République du Burundi, la Banque de la République du Burundi organise une conférence - débat sur l ’ouvrage intitulé : «La fuite des capitaux d’Afrique : les Pilleurs et les Facilitateurs»écrit par Léonce NDIKUMANA et James K. Boyce SULAIMAN

Пікірлер: 27
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 2 ай бұрын
Dusavye aba journalistes na Banque du Burundi bazadikire Léonce NDIKUMANA bamusaba kuzakora films ( en français et en anglais ) yigitabo ciwe. Bizodufasha twe abanyafrika bose et les générations avenir. Murakoze. Vive les Burundais et vive les Africains ❤.
@Master-tw4yz
@Master-tw4yz 2 ай бұрын
Mbe ni kuki, incabwenge zacu zose zashitse ngaha atawuriko arandika..?😮vyose tubifata mu mutwe..?... Ico naco tugikorereko.. Merci Professeur. Merci Votre Excellence ku mpanuro udahengeshanya. Kandi nturuhe Mutama kuko uriko wubaka inyubakwa Nini . Umushinge, uwukomeye. Conscient de nos responsabilités devant Dieu, le peuple et l'histoire. ''Turi kumwe twese, birashoboka ''
@jdni9684
@jdni9684 2 ай бұрын
Par rapport à la question du ministre Dieudonné DUKUNDANE, il faut avoir le courage de refuser les contrats qui réellement ne nous apportent pas de gains. Nos confrères leaders des trois pays du Sahel sont un exemple de ce courage contre des ordres impérialistes. Nous attendons de vous des leaders courageux et véritablement panafricains. ça c'est la condition sine qua non pour arrêter des stratégies politiques de développement durable.
@nimubonaeric8074
@nimubonaeric8074 2 ай бұрын
Professeur Leonce ni ingabire Imana yahaye Uburundi.
@simbarakiyebenoit
@simbarakiyebenoit 2 ай бұрын
Mr le Ministre des Finances Audace pose la question de savoir qui sont les pilleurs et qui sont les facilitateurs de la fuite des capitaux. Il n'en connaît personne.
@Topnews6148
@Topnews6148 2 ай бұрын
😂😂 question piégée
@karaokeberceau
@karaokeberceau 2 ай бұрын
Enroler ce Monsieur dans le gouvernement SVP.L,intelligence est un talent comme le footbal on ne peut pas se developper quand on ne sait pas detecter les talents.
@19785881
@19785881 2 ай бұрын
Fuite des Capitaux,Africain Corruption ❤😂
@emerypatricknshimirimana2724
@emerypatricknshimirimana2724 2 ай бұрын
Le problème de l'Afrique se résume à la gouvernance.
@19785881
@19785881 2 ай бұрын
Tres bien ❤
@mbonihankuyeelie4590
@mbonihankuyeelie4590 2 ай бұрын
None ko umukuru wigihugu yishura ibibazo neza kandi akanavuga ingorane zihari, none nigiki gituma adafata ingingo ruhasha hama zubahirizwe? Ninkuko turindiriye ko abarundi bose bahinduka icarimwe babe abamarayika! Twahinduye inwirizwa nshingiro rimuha ububasha bwose mugihugu kugira ngo abe KIZINGENZA. Nakoreshe ubwo bubasha yahawe, ibintu bizoca bihinduka.
@STICCONSULTANTCOMPANYfn157f
@STICCONSULTANTCOMPANYfn157f 2 ай бұрын
Le branchisement , il souffit de regulariser je vais dire Regulations. Aussi, il souffit d'avoir des logiciels qui peuvent le faire . Demandes-nous STIC CONSULTANT COMPANY.
@jeannzambimana541
@jeannzambimana541 2 ай бұрын
Ikiyago kiraryoshe, ariko jew numva kugira ivyo vyose bihinduke nuko hoba ugushaka kwa reta kwo gutanga inyigisho kuri buri gacimburi bakigisha twebwe abarundi icarico kwubagiriza itegeko, icarico igihugu, akarorero Léonce atanze kubanyonga imiduga muri US ari mwikosa agatangwa numuntu, ivyo bigaragaza ko bafise iterambere mukumenya icarico igihugu. Ikindi nuko kuva kuri nyumbakumi baba abantu bazi inyungu zigihugu icarico. Kuko nimba umwenegihugu n'a nyumbakumi bashobora kubona umuntu ariko arimba ibarabara bakarekera, bazobonako uwivye itunga rusanga ari umwansi w'igihugu ? Ukazobona umwenegihugu kugira ahabwe ico itegeko rimurekurira akarinda kwakwa igiturire. Ugasanga umunyamahanga ariha ubwenegihugu bigakunda kandi aba ahari abarundi nindongozi. Vyose vyugariye muguhindura ingendo.
@ElyseHope1
@ElyseHope1 2 ай бұрын
Please muze murakoresha ikirundi Nico twese twumva neza murakoze
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 2 ай бұрын
Kubijanye n’igitirire ,umugambwe uri kuburegetsi kandi nubaha cane ,ufise ingumvu zikwiye zo gutwara igihugu ,ufise abanywabyi bakwiye ,ufise inzego zikwiye gushika ku bama nshingiro ,ufise abantu benshi bari mu nzego gushika kuri nyumbakumi,ufise uburyo bukwiye bw’amafaranga ,umusi umugambwe CNDD -FDD wofata ingingo uti kuva tolerence zero ku giturire ntandwi yohera igiturire kitabaye umugani mu Burundi.
@Bapfunya
@Bapfunya 2 ай бұрын
Mukoreshe abantu nkabo compétents kuko dufise abantu beshi batazi ivyobakora nicogituma tudatera imbere
@peaceloveisrael3992
@peaceloveisrael3992 2 ай бұрын
Ntakiganiro kizima gishoboka uvugana numukehabwenge. Ikijuuju kivanze nububwa karemano. Déjà mubahutu mwaravumwe mwese kuva isi iremwa. Ntakizima mwishoboreye
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 2 ай бұрын
Nimwumve nkuyumuntu ibintu avuze bitagira ubwenge. Ahubwo niwe wavumwe bakurabe neza, ntandero ufise wayihawe n'imbwa, ntiwarezwe neza ufise akanwa kanuka nabi uzokwame wibrosa kuko uranuka cane. A very poor mindset 🙄
@Korakome
@Korakome 2 ай бұрын
Ku dahana ku dahana
@FrankBigirimana
@FrankBigirimana 2 ай бұрын
Zamuvuga ikirundi mubwira abarundi
@ubuzimatvnzodesire
@ubuzimatvnzodesire 2 ай бұрын
Murabe mushireho amategeko ajanye na monnaies numériques liées à la CBDC , vyofasha cane
@clementineningabire9698
@clementineningabire9698 2 ай бұрын
❤❤❤🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇺🇱🇺🇱🇺
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 2 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv 2 ай бұрын
Nn iyo nama niyo mubufaransa canke niyo muburundi kuki mutavuga mukirundi gusa ivyo muvuga ntigikunda mukirundi
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 2 ай бұрын
Ikibazo cigiturire nintambara nini cane kurusha yamaaasu ubwo rero letat igomba guaguruka ikitnduknya nababikora bataravye uwariwe ubwo rero nukwirasa,
Niger : Tiani surprend tout le monde (P1)
43:35
New World TV
Рет қаралды 82 М.
Souleymane Bachir Diagne - UBUNTU #convapm17
18:10
Apm
Рет қаралды 84 М.
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 269 #shorts
00:26
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 2,2 МЛН
Burundi : Le président Pierre Nkurunziza est décédé
2:53
FRANCE 24
Рет қаралды 44 М.
Rwanda : le scandale qu’on vous cache sur le génocide
29:45
Investir Au Pays
Рет қаралды 93 М.
EDITION SPECIALE CONSTANT MUTAMBA
1:25:44
TOP CONGO FM
Рет қаралды 495 М.
Coups d'état en France ( speech officiel)
6:37
Naël Melerd
Рет қаралды 374 М.
The Match That Made Zinedine Zidane Retire
14:37
BR7 Football
Рет қаралды 3,4 МЛН
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 269 #shorts
00:26