CONFERENCE DEBAT: Urugo rwiza rwubakwa n'Imana/ Umwanya wo kwishura ibibazo - *FIN*

  Рет қаралды 21,189

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862

Пікірлер: 61
@hakizimanasylvie5772
@hakizimanasylvie5772 25 күн бұрын
Murakoze caane bakozi b IMANA ivyo mukora ni ubufasha kuba jeunes
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 25 күн бұрын
💞💞💞💞💞🥰🥰🥰
@jeannebintu1437
@jeannebintu1437 4 ай бұрын
Imana ishimwe yabahamagaye,mur'abakozi b'Imana Nzima, Uwo mutima w'urukundo mukunda Imana niwo Ubashoboje gutabara noguhanura ababunva. Mwavuze ukuri Kandi neza,utunva araba ar'Ingorane yiwe bwite canke ya wenyene. Imana Ibongerere Kuyimenya nogutahura ubugombe Bwayo kuri Mwebwe Bayobozi beza. Ndiho abahezagire cane muraduhezagiye bikomeye.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@IrankundaAmida
@IrankundaAmida 7 ай бұрын
Ndafashijw cn vrt muhzagirw 🎉🎉🎉❤❤ mukomez kutwigish vyinshi 🙏🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@louangevyizigiro7964
@louangevyizigiro7964 3 жыл бұрын
Vrt may God increase your familly bakozi b'Imana nukuri muratanz'umuco ukwiye mwongererezw imigisha kuyo musanganywe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Amen amen
@burundi8988
@burundi8988 9 ай бұрын
Iyi Débat iramfashije
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
Ameeeeennnn
@burundi8988
@burundi8988 9 ай бұрын
❤❤❤❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
Mbg ikiganiro 🥰🥰🥰🥰
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@niyomwungeregloriose7142
@niyomwungeregloriose7142 2 жыл бұрын
Murakoze kuriz nyigisho muriko mutanga
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
caneee
@odettendaribwirimana1605
@odettendaribwirimana1605 2 жыл бұрын
Gospel TV ndashimye ikiganiro. Nashaka mumfashe gutahura,bamenya gute umuntu akijijwe?
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
wotwandikira kuri numero yacu ya whatsap tukagutahuza
@mariamam5719
@mariamam5719 3 жыл бұрын
Waaaooo ikiganiro ciza burundi.🇧🇮🇧🇮kayangana🙌🙌🙌
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
amen
@jeaninenkeshimana4529
@jeaninenkeshimana4529 3 жыл бұрын
WAO , UN BON DEBAT VRAIMENT ! MERCI AUX COUPLES APOTRE KEVIN ET PASTA LOPEZ
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Merci bcp nawe ubandanye uhezagirwa
@MathiasNiyirera
@MathiasNiyirera Ай бұрын
Thanks Jésus
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@ernestkigongwe1042
@ernestkigongwe1042 3 жыл бұрын
Ndapfashijwe bimwe vy'umwihariko niyi debat kandi impaye umuco kubibazo nari sanzwe mfise nkumuntu yakijijwe en tout cas God bless you
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Amen amen nawe sangiza iyi link benshi
@NdayisabaFelix-dp5nl
@NdayisabaFelix-dp5nl Жыл бұрын
Apotre turagushyingiy cneee
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍😍😍😍
@mickgag4526
@mickgag4526 3 жыл бұрын
Imana ibahezagire cn
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Amen amen
@claudenibaruta7450
@claudenibaruta7450 3 жыл бұрын
Ndabashimiye caane Bashumba ba Christ kwizonyigisho. kuko zirakenewe caaane Murikigihe tugezemwo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
murakoze canee namwe mubandanye muhezagirwa
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 10 ай бұрын
Amen
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
Amen
@nizigiyimananizigiyanatobi213
@nizigiyimananizigiyanatobi213 Жыл бұрын
Utukundo ruraryoshe mwunfikana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍❣️❣️❣️
@felicitenibogora8017
@felicitenibogora8017 3 жыл бұрын
Mugerageze kurwiza ibiganiro nkibi bifasha la jeunesse muzane nayandi ma topic muhezagirwe🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Murakoze caneee ego tuzohora tuyabashikiriza mwarahezagiwe
@EvrardNduwayo-ku3ew
@EvrardNduwayo-ku3ew 6 ай бұрын
Loo
@jeanmarievianneynzeyimana7554
@jeanmarievianneynzeyimana7554 3 жыл бұрын
Nivyiza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
caneee
@clairendayikeza2895
@clairendayikeza2895 3 жыл бұрын
Waouh, kugwiza ibitero. Bon thermes😂
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@igorhabarugira
@igorhabarugira 2 жыл бұрын
Hhhhhhh.Amen.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
hhhhhh
@lysedeborah2179
@lysedeborah2179 3 жыл бұрын
Merci bien Apôtre
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Merci namwe murungikire benshi link
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Murakoze
@divineniyonsaba3587
@divineniyonsaba3587 3 жыл бұрын
Ariko mfise ikibazo muzompe numero ya Apotre Kevin nimba bishoboka nzokimubaza muzoba mukoze.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Mukeneye apotre Kevin womusanga aho asengera kuri CLG mu kinanira 4 azobafasha
@ornellanellykaneza837
@ornellanellykaneza837 3 жыл бұрын
Muzobandanye harimwo inyigisho nyinshi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 жыл бұрын
Ego caneeee murakoze kuntererano yanyu murungikire benshi link
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤😂❤😂
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
i'Pendo Sound - ZION (Official Video)
3:46
i'Pendo Sound
Рет қаралды 211 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 58 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
规则,在门里生存,出来~死亡
00:33
落魄的王子
Рет қаралды 32 МЛН
Pasteur Athom's Mbuma - Les 4 étapes quand Dieu cause un changement
1:19:03
KOMATANA N'IMANA HAMWE NA  APOTRE HUDUMA
1:27:21
IREMBO RY'AMAHORO
Рет қаралды 6 М.
LIVE:AMATERANIRO RUSANGE UMUSI WA GATANU | KUWA 17UKWAKIRA 2024
Ivugurura n'Ubugorozi
Рет қаралды 826
IKIRERE C'AMASHIMWE 3rd Edition with Armel ISHIMWE
42:26
Burundi Gospel TV
Рет қаралды 727
Ndagushima | Jean Christian Irimbere
7:53
Jean Christian Irimbere
Рет қаралды 67 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 58 МЛН