Naw burets nn ntagira izina ngo mukozi ham bamureka umwijogonyoro kk arafis izina ngo mukozi je birambabaje sana Kandi iyongeso abantu beshi mubigira nkidiri wapi ntabwo ari fersh
@Peacell4222 жыл бұрын
Bavuze Umukozi, Tresor, Cameraman!!!! 🤫🤐🤦🏽♀️
@mpawenimanaaline65762 жыл бұрын
Umva turabiz ko mufise umukoz suko??? Rer kwama umwanya wose ngo mukoz sivyiza vrmnt turabakund nivyiza ko tunakeburana uwondikubon ariko akuvugir ngo twahatarishij oya turikuvug ukur. Hama Nirna uzugeragez uvug cane. Ubugaruk uzusabe uwomukoz wawe imbabaz imber ya camera please mwubah. Non kumuvuz mwizin uhejej ubayik???
@mpawenimanaaline65762 жыл бұрын
Kugira bize bikworoher basi uzuvug cameraman wacu numwe mumenyerey akaba ari tresor tuzoca tumumeny njew ndase ngo umukoz gut?? Numuntu nkaband ngakaba yahevye igikoni🤔🤔🤔🤔Nihatar OK mwirambir mukomez kuturyoher
Camera MN zumuhamagara mwizina ryiwe apana kumuhamagar ngo mukoz turabiz kufis umukozi 😏😏😏😎😎heshimu kila mtuu Kwenye kz yake hata kama unamulipa mshahala!!
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣eka Nye ne mubamuhaze uwomwanyamuta mugiye kuryama ntimwobabantu ????hamabagore ngo babaharitse wewe nihna alvin araguhenda🤣🤣🤣🤣
@rukulucas93182 жыл бұрын
Weee mukozi tuvugir🤣🤣uwawe mukoz ni vip
@vivipro31722 жыл бұрын
Jewe nkundubwiyemezi ba alvin ntakindi🤣🤣🤣🤣🙄🙄🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@_-wt8ns4 ай бұрын
Ntiyoguchobora arivin abakwagij
@bijoux202 жыл бұрын
Ati mukozi njo jina lake muite jinalake
@presbndayiragije74142 жыл бұрын
Mutubwre umw umw apima ibiro bingah
@giannind47152 жыл бұрын
trésor yubahwee kli👌👌
@claireclara84582 жыл бұрын
Zamuravug mwizin ryie apn kuvug umukoz😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣
@jojo-ne3oy2 жыл бұрын
Rekaguhamagara uwanyu we mukozi😒ntahutaniye nabino binyendaro bihamagara abantu ngo shaghala😏kandi baba bazi izina ryumunt M tu ndabikurira Nini na Lavach 😁ariko guhamagara uwanyuko wap kwel
@loislouiseniyakire18032 жыл бұрын
Ntimuzosubire kuza muravugango umukozi murikumwe c'est pas bon.
@lyseakimana35612 жыл бұрын
Ndakunda ijwi ya Nirna vrmt
@ancillecilla2 жыл бұрын
Nirna araciy'ubwenge harico wari washatse ko avuga Kuri kirya kibazo c'ivyo ukora matin uvyutse 😂
@raissankuriragiye57912 жыл бұрын
Mukobwa mwiza nirnaah ❤️🤩
@kanyamunezadiane32402 жыл бұрын
bigez he?
@user_cherinawangaleАй бұрын
Who is there in 2024 on theire separation 🥺☹️
@arsene_mafiateur2 жыл бұрын
arafis nikirato ca Tommy
@Edbycarid2 жыл бұрын
Birantwenza abarundi turiko tuvuga ko twambara Louis vuitton🤣🤣 kandi tukaduza njwi rirenze
@lilianeerica33182 жыл бұрын
Ushaka bavugiki noe🤣🤣🤣🤣
@Edbycarid2 жыл бұрын
@@lilianeerica3318 wopfuma uvuga ati * naguze agahuzu keza hakurya kwa Oscar gasa nka Louis vuitton *🤣🤣