Débat:Bakorora inda gute|mbega agahinda twagize|papa yanyirukanye mw'ijoro cane|umwana yampfiriyemwo

  Рет қаралды 35,984

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

2 жыл бұрын

#Débat
Mwiriwe na Mwaramutse bakunzi bacu. Muri ca kiganiro cacu kandi canyu mukunda, twashimye kuganira ku mabi akorerwa abigeme mu gihe bishitse bagatwarira imbanyi iwabo...
Twagize amahirwe yo kuronka umwe mu bakobwa vyashikiye kugira atwiganire uko vyamugendeye... Témoignage yiwe irababaje cane twizeye ko hari benshi iza gusigira icigwa
tubibutse ko iki ari igice ca mbere, ica kabiri kiza kujako inyuma y'amasaha make.
Kubifuza guterera ikiganiro cacu Lumicash na Ecocash Zacu ni #61233934 na #76711802
MURAKOZE ❤

Пікірлер: 86
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Mwiriwe na Mwaramutse bakunzi bacu. Muri ca kiganiro cacu kandi canyu mukunda, twashimye kuganira ku mabi akorerwa abigeme mu gihe bishitse bagatwarira imbanyi iwabo... Twagize amahirwe yo kuronka umwe mu bakobwa vyashikiye kugira atwiganire uko vyamugendeye... Témoignage yiwe irababaje cane twizeye ko hari benshi iza gusigira icigwa tubibutse ko iki ari igice ca mbere, ica kabiri kiza kujako inyuma y'amasaha make. Kubifuza guterera ikiganiro cacu Lumicash na Ecocash Zacu ni #61233934 na #76711802 MURAKOZE ❤
@alelexd4442
@alelexd4442 2 жыл бұрын
Guterera n'ukuvuga iki? Investissement a long term cank vyabindi nyene vya barundi 🤣
@owlbig
@owlbig 2 жыл бұрын
Abahungu twetumeze gute nukuri 😭😭😭😭😭😭gute uja kumukobw ukamwononer ubuzim bwiwe nkuko hama naw ukiyumvir yuko k Imana izokurek amahoro tubetwiyumvir mugihe ugiye kuja muri relationship numukobwa menyayuko ko nawene ar umuntu nkawe ko yifuza gushik kundoto ziwe nkawe rero pas kumwononer ubuzima nukuri
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 жыл бұрын
Vraiment je suis très touchant concernant l’histoire de cette femme 👩😭😭😭,mais de l’autre côté,je suis ravi de voir my Nikita ☺️,Vraiment j’adore tous les émissions de siren vibes ,un coup ✊ de chapeau pour Hosy avec toute l’équipe,c’est la meilleure chaîne KZbin de tous les chaînes KZbin qui se trouvent au Burundi 🇧🇮 actuellement #🙌🙌🙌🙌#Cadeau from Sweden 🇸🇪
@ndayishimiyekersy8679
@ndayishimiyekersy8679 2 жыл бұрын
Darlène ari trop émotionnelle disiiiii . Jw niwe nagumye nirabira gusa disiiiii. Usivye ko yari yaberewe graaaaav 👌👌 yagumye arira sha🙈
@user-ip9fe5le8r
@user-ip9fe5le8r 2 жыл бұрын
Nihatari kabisa abantu baba vyeyi nabo nibarabe bisubireko kandi hari naba vyeyi batihera baganiriza abana babo babakobwa nanje ivyo vyarashikiye ariko jewe naciye nigira munyuma barangarura murugo naravyaye umwana wumukobwa Imana ishimwe
@muhined6790
@muhined6790 2 жыл бұрын
Ndabakunda caneee❤kandi muvuga ibintu iminsi yose bifasha benshi.🙏🏿courage cane mes soeur ,ntumeze mucike intege, turabakunda kandi turabashigikiye.😊👍🏾✌🏾
@melissanijimbere1577
@melissanijimbere1577 Жыл бұрын
Ingene darlène avuze ngo umuntu avuy kukazi agac afata agafanta ham agaca araba siren vibes kuri telefone😂😂😂umenga wambonye,hahhh,sinigera ndabahimba,vous m'Inspirez bcp et bcp..go ahead,ndabakurikirana cane
@arthuruwimana9392
@arthuruwimana9392 2 жыл бұрын
Sha ni benshi kbx bimeze presque uko kand hozy courage mufasha benshi nubwo jew ntariwo gusa ndagukumbuye kbx
@munozimimibahati2716
@munozimimibahati2716 2 жыл бұрын
Nisanze nariz😭😭😭 Icah cogukorora inda nikibi uwokitarashikir ntikizomushikir ntikirambaho arik ndcank kubi kugyar sugusaza uraca mubibazo ugifit Inda arik uvyay birahera nubw uba wirukanwe baragusubiza murugo,gus debat nziza mwubahwe ndbaknd🥰🥰🥰🥰
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Ariko iyo style ya dada ndayigutuye mon amie!! Ndayishaka Daaa
@martinenshimirimana1827
@martinenshimirimana1827 2 жыл бұрын
Nakunze analyse yuwo mukobwa yashikiwe Nico kibazo. Muvyukuri abana baraba ibigaba mais umuvyeyi akwiye kuguma ari umuvyeyi. Gutwara inda si crime yotuma abavyeyi birukana umwana. Abavyeyi nibikebuke. Merci pour l'émission Sirens TV.
@ndayishimiye8833
@ndayishimiye8833 2 жыл бұрын
Yoooooooo ww Wabaye nkanj wangu nanj nzoshinga intahe bisa nivyanj 😭😭😭😭
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
❤❤❤🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@midjoy4702
@midjoy4702 2 жыл бұрын
Mwubahwe mubiganir vyiza birimwinyigisho nziza
@Userr3649
@Userr3649 2 жыл бұрын
Waouww iki kiganiro ndagikunze cane...iyi emission ya fun and fact izogumeho vrmnt, kandi muzoze muravuga ibintu sans tabou nk'uku nyene, c'est tellement enrichissant.
@mairymairy1851
@mairymairy1851 2 жыл бұрын
Ikiganiro gitesa nnj aranvugiye ibintu arik jw nuko navyaye umwan wumwigeme❤️
@Mel5555.
@Mel5555. 2 жыл бұрын
Félicitations mwiza!!!
@bihayirosine7958
@bihayirosine7958 2 жыл бұрын
Ndababayeeeee pe pole sanaaa muntu wanjeee
@tedwewe4996
@tedwewe4996 2 жыл бұрын
Salut Hosy et toute l'équipe, courage muriko mukora ama emissions y'imkoramutima. Hama svp. n'oublier pas l'aspect juridique avuze affaire ya avortement aga cita un certain medecin mimba ari sophonie , hari uwabaye cité à un certain moment, svp emission ntiri live fata umwanya mukate ibintu nkivyo. Karako ko gukosora murere imbere murakoze.
@daciam8244
@daciam8244 2 жыл бұрын
Nikitaaaa idagadure unomusii sha, ntibizongeraa🤣😂😂
@donnar3790
@donnar3790 2 жыл бұрын
Dacia twagukumbuye 🤗🥰
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
@@donnar3790 ihangane vendredi azoba ahari
@donnar3790
@donnar3790 2 жыл бұрын
@@sirenvibestv merci
@verynicehello9
@verynicehello9 2 жыл бұрын
@@sirenvibestv Hosi ndabakunda cane ibintuvyose muvuze byaranshikiye Narahatswegusara jewembabwiye ukovyagenze ntawasubira gukunda umuryango jewe umuryangowanje narawansegushikanubu sindabiyumvamo ubumfise umwana mukuru afise10ans nibirebiresha icokiganiro gitumye nibukavyinshi Muhezagirwe numukama
@cynthiairadukunda5391
@cynthiairadukunda5391 2 жыл бұрын
Pore mama mbega weeeeee wewe warukuze gato mpore haruwatwaye inda a 12ans sha nihatariiiii
@iradukundalucie6108
@iradukundalucie6108 2 жыл бұрын
Nukuri nanje mfise intahe ntahuye nibibazo nkivyo Natinya kubera public bivanye numuryango mvamwo Mais Iyo idées ndayikunze
@yvettehaberisoni9597
@yvettehaberisoni9597 2 жыл бұрын
Courageeee les filles j vs aime bcp bcp ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@yvesuwizeyimana4543
@yvesuwizeyimana4543 2 жыл бұрын
Mwubahwee 🙏
@AisuperLove
@AisuperLove 2 жыл бұрын
So Sade for sure😣😣 Love from #Aisuper💓
@niyiganzamoses7586
@niyiganzamoses7586 2 жыл бұрын
Ndabakunda nanje nambara ecouteur nkaguma ni korera akazi kenje
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 2 жыл бұрын
Je vous encourage mes sœurs Hama je ico mbona gukorora inda sikintu ciza vyashitse ukayitwara woyivyara Hama abavyeyi bogerageza kuba hafi yumuwo vyashikiye umwana numugisha ico nohanura imisore vyashitse ugatwaza inda umwigeme mube hafi wishire mukibanza ciwe
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 2 жыл бұрын
Hama iyo muhaye umuntu kuvuga intahe nabe yirinda kuvuga ahavuka kuko ahibujumbura turazinanyi twese 🤣🤣🤣🤣
@sarasarah2242
@sarasarah2242 2 жыл бұрын
Yooo birababaje kweri ariko les jeunes bahakure ivyirwa nabavyeyi.
@itsmeagain7507
@itsmeagain7507 2 жыл бұрын
jewe namye ntinya gutwara inda cane c'était vrt ma phobie nukuri..pas parce que bampanuye(ou autre) oya plus kubera nabony une petite soeur à mon père yavyariye iwabo ingne yabayeho nabi aratotezwa gushika aho agwa mur depression abandanywa atotezwa gushika aramera nkumusazi...amaherezo arapfa nabi mur douleur irenze ..toute sa vie a été ruinée kubera erreur yakoz .. Rero abavyeyi batabaganirije apprenez des experiences des autres.. birafasha..vyashitse take heart life goes on..ntimwihebe naho bobaheba kubera ikintu cose kiberaho pour une bonne raison.. a viewer ❤
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
🥺🥺🥺❤❤
@alicehakizimana1582
@alicehakizimana1582 2 жыл бұрын
Nashitse courage
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 2 жыл бұрын
Hatare sana kabisa 😭🤣
@kimana8818
@kimana8818 2 жыл бұрын
Darlene uraberewe. Rek reo ntekerez numviriz iy témoignage
@henrylepage4671
@henrylepage4671 2 жыл бұрын
Le sujet est important. Nimushire mwo ubu sérieux, le professionnalisme svp
@user-il1ss7mz3p
@user-il1ss7mz3p 8 ай бұрын
Iyooooo😢 mpore mwiza n hatal
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
mpore nukur😭😭
@chadiashaka2152
@chadiashaka2152 2 жыл бұрын
❤❤❤
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 2 жыл бұрын
Muraberew bash!!!Hosy wew arakaaa👌👌
@hosyirakoze
@hosyirakoze 2 жыл бұрын
Merciiii ❤❤
@niyimbabazielise8919
@niyimbabazielise8919 Жыл бұрын
very chocked uwo mwana akomere cane.
@amayarwatv4562
@amayarwatv4562 2 жыл бұрын
nice
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Ivyo muvuga, nivyo kwer
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Ariko muraberwa mwabantu mwe
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 2 жыл бұрын
So sad 😭😭😭😭😭
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 2 жыл бұрын
Gukora imi bonano mpuza bitsina hataragera si vyiza bimfis ingaruk ambi kandi n icaha izo ngorane zose ni mwe muzitera muze mukoresha ubwenge Imana yabahay,plz,plz...
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 2 жыл бұрын
Hhhhhhhh Dada ubesh buhor rek nkumbwirek waberew nanj kumbon nambay gut muraberew tu debat yany ninziz
@grettaornellanezerwa9478
@grettaornellanezerwa9478 2 жыл бұрын
😥😥😥😥
@irakozesania1680
@irakozesania1680 2 жыл бұрын
Nihatar 🥺🥺
@melindorofficial3511
@melindorofficial3511 Жыл бұрын
So 😔🥺🥺
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 2 жыл бұрын
Hosy ndakeney kubon'ikintu kimuriza🙄
@melchiademarisasi6584
@melchiademarisasi6584 2 жыл бұрын
Nimba uwo muhungu atabeshewe ntaco amaze ndamugaye!
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 Жыл бұрын
💔
@grethairakoze9746
@grethairakoze9746 2 жыл бұрын
😭😭💔💔courage kuruyo mu maman
@niyonyishujeancarmel379
@niyonyishujeancarmel379 2 жыл бұрын
bite Gretha
@niyonyishujeancarmel379
@niyonyishujeancarmel379 2 жыл бұрын
bite Gretha
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😢😢😢😢
@mikeofficial2577
@mikeofficial2577 2 жыл бұрын
Murakoze cane. Ndifuza nanje KO mwampa ikiganiro nkavuga kuri life story nizerako vyofasha ubuzima bwa benshi, mwombwira ibisabwa? Murakoze
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Umv iryojwi mamawwee ati umwana nafyina caan
@niyiganzamoses7586
@niyiganzamoses7586 2 жыл бұрын
😢😢😢😢😢😢😢🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔
@FlorianeNshimirimana-jh7zw
@FlorianeNshimirimana-jh7zw 8 ай бұрын
💔💔💔💔💔💔
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 2 жыл бұрын
Sha Nikita wavuze vrmnt asha fone iri kuruhande mais amajwi yanyu ndayazi iyi Débat inyibukije vyishi kumungezi wnje oooooh my God 😭😭😭😭 alhamdoulillah Kuba fite aba vyeyi batahura bana fite umutima wongufasha alhamdoulillah wewe ntiyana sohoka no kwishuri yarafite aba mucunga zomvugana nawe muzovugane kuko nibintu vyofasha abantu vrmt mais ntari mu burundi ariko mura shobora kuvungana kuri whtsapp niya vyemera kuko nibintu andakunda kuvuga kuko vyara mukomerekeje
@ndayishimiyekersy8679
@ndayishimiyekersy8679 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane. Ariko twipfuza ko namw muzodusangiza vos expériences kuko niho twumva ko tunywanye koko . Niho muzonatubwira ivyo muzi cane kurusha kuza kutuyagira ivyo mwasomye cank mwumvis ahandi
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Genre débat bazikore kuma expériences yabo?
@Ikigatanyakazi
@Ikigatanyakazi Жыл бұрын
Ikiganiro ciza, nizere ko abavyeyi bahakura leçon. Kubganje, umwana ntakosa yagize, yafashwe kunguvu kubera ntiyari bgashikane imyaka yo kwemera "consentement éclairé", en plus nta education sexuelle yaribgaronke, ngo amenye où aller pour vivre une sexualité éclairée. Niyagira thérapie nziza azokira kwibona comme une fautive. Dans cette histoire est une victime, la responsabilité repose sur le gars, ses parents et la société burundaise. Surtout ne pas penser que le fait que yashoboye kwiga bisigura que il quand même un après. Abarundi tuvukana une faculté yo guhamba ububabare et on ignore que bisa nokuvundika muri twebge. Harashobora kuza ikintu gi trigger iyo trauma yaciyemwo, bikayangara. Mon conseil, arakeneye thérapie, et ses parents aussi.
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
Mumbabarire nanditse commentaire ntarumviriza ikiganiro kabisa kuko ndakozweko PE maana yanjewe
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
Mbegumuntu amvugiye ibintu vyose muri rusangi nijewe usivyeko jewe nibarutsemwo umwana wumuhungu Ubu akabarumusore mwiza caane .ndanabishimira lmana ariko kweli ndapfuye namarira kuko nibutse vyishi kabisa yoooo mbegintahe abakobwa dukomere ariko kimwe gusa jewe nta maman narimfise yonanyegera ngwambarire numuvyeyi wumupapa yaba bis nakazi caane muca mwumva uwotwarikumwe mwicogihe KO yari muka data .muranyibukije kandi ndabashimiye caane kweli.kandi abavyeyi baba papa biburundi mwige gutahura ikibazo gishikiye umwana kuko nawe ntaba yabigizemwo uruhara runini.
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 2 жыл бұрын
Warabaye intwari Imana iguhumugisha hamwe musore wawe
@familytv2217
@familytv2217 2 жыл бұрын
Hosy basha ntaza arira 🤣
@meriserge1415
@meriserge1415 2 жыл бұрын
Vyaramubayeko
@kimana8818
@kimana8818 2 жыл бұрын
Egooo menant c vaaa vyukur mwarameny débat kwar kuganir muhana apan udusimbirahamw
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Nta dusimbirahamwe twigera tuba muriki kiganiro. Nimba kuganira twisanzuye arivyo wita udusimbiramwe tu seras déçus
@kimana8818
@kimana8818 2 жыл бұрын
@@sirenvibestv oya diii oroha sinababwiy nabi mwese ndabakund
@ntirampebapadon2779
@ntirampebapadon2779 2 жыл бұрын
Kuru burofa
@estellatuyisenge2020
@estellatuyisenge2020 2 жыл бұрын
Ijwi ymw niryumntu azwi nukurii naho tutamubonaa 😀..hummm mpore cne
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Ushobora kuba wihenze
@meriserge1415
@meriserge1415 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@zaza8625
@zaza8625 2 жыл бұрын
Cane gose naje nahise mumenya
Pleased the disabled person! #shorts
00:43
Dimon Markov
Рет қаралды 27 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 68 МЛН
Каха заблудился в горах
00:57
К-Media
Рет қаралды 9 МЛН
🤔Какой Орган самый длинный ? #shorts
00:42
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 7 М.
Pleased the disabled person! #shorts
00:43
Dimon Markov
Рет қаралды 27 МЛН