David Tresor muri Australia ntivyamworoheye! Avuze imigambi agiye kurangurira mu Burundi

  Рет қаралды 10,222

Heritage TV Burundi

Heritage TV Burundi

Күн бұрын

#Subscribe
Contact us : heritagetelevisionburundi@gmail.com
Tél: +25776369000

Пікірлер: 29
@jacquelinesimbandushe7753
@jacquelinesimbandushe7753 4 ай бұрын
Dawudi muntu w’Imana let the anointing that was upon king David, anointing of praise and worship be on you i salut you man of God uzogume kubundikira no kwitwararikayo mavuta May the Lord continue to guide you and use you for His glory we will miss you though
@philippenahayo3242
@philippenahayo3242 Жыл бұрын
Imana ibandanye igukoreshe ibikomeye uva mu bwiza uja mu bundi. Indirimbo zawe zirimwo amajambo akomeye agukura ahantu akakugeze ahandi: Narahariwe, Yesu ni muzima , inkomezi zazuye YESU zikorera muri twe.🙏🙏🙏🙏
@christexishimwe7148
@christexishimwe7148 Жыл бұрын
Haleluah Haleluah Haleluah Haleluah Haleluah Haleluah Haleluah Haleluah yooooo ihemba neza iyo Mana turanezerewe watey'iteka lmana, igihugu n'ishengero rya Kristo komera Komera
@ukuri970
@ukuri970 Жыл бұрын
Ndukunze cane impanuro utanze ku baririmvyi...gukorera local church!!!!!!! Abaririmvyi benshi bo mu rusengero iri banga ntaryo bazi vrt!!! Merci bcp, David!
@ukuri970
@ukuri970 Жыл бұрын
Ndakunze ukuntu uvuga Yesu constamment! Biraboneka ko ariwe banga wegamiyeko! Uwumwegamiyeko aramushigikira! God bless you, brother!
@ElvisSOGO-vu3ie
@ElvisSOGO-vu3ie Жыл бұрын
Mon frère wubahw kwl ndumva ndagukund ndagukundira nic'imana yakugize kuvyukur urumugish kurijew ndetse no kumahanga vyukuri mwarahezagiw
@pasteurgilbert5016
@pasteurgilbert5016 Жыл бұрын
Congratulations brother David. Htv ndabakumbuye cane.❤
@cecilebukuru2298
@cecilebukuru2298 Жыл бұрын
One of our sons.We are proud of you.Tera imbele.
@prosperbibonimana2497
@prosperbibonimana2497 Жыл бұрын
Congratulations broo.ikiganiro ciza kirimwo inyigisho nziza,nukurema,gushikama mugakiza🙏🙏
@ascherbuntu8361
@ascherbuntu8361 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caane grand frère. Ndubatswe pe from A to Z harimwo ivyubaka beshi bikabaterintege murugendo rwivugabutumwa riciye mumuziki. Be blessed
@HeritageTVBurundi
@HeritageTVBurundi Жыл бұрын
Murakoze
@abelable7412
@abelable7412 Жыл бұрын
Congratulations 👏 ndanezerewe nikikiganiro! IMANA ibiteho bien 💪
@HeritageTVBurundi
@HeritageTVBurundi Жыл бұрын
murakoze
@NshimirimanaMarcien
@NshimirimanaMarcien Жыл бұрын
That's good
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
Felcitation David
@isaacnshimirimanaco-bi2560
@isaacnshimirimanaco-bi2560 Жыл бұрын
Merci kukiganiro,mwari mwagiteguye neza cane
@fabricenj
@fabricenj Жыл бұрын
Ikiganiro c ubwiza. Thank you HTv
@dieudonnekayobera933
@dieudonnekayobera933 Жыл бұрын
From Kinama! Imana Ni Nziza Cane. Amen
@FabriceNduwimana-eh2pb
@FabriceNduwimana-eh2pb Жыл бұрын
Yesu iyo umuhaye agaciro nayo ica iguha agaciro niwe wenyene akwiye gushirwa hejuru niw aganza abami bose
@DieudonneNimpaye-om1km
@DieudonneNimpaye-om1km Жыл бұрын
Congratulations well done
@HeritageTVBurundi
@HeritageTVBurundi Жыл бұрын
murakoze
@ozianandayakwize9785
@ozianandayakwize9785 Жыл бұрын
Abo bazungu bagukunda kuko hari inyungu bagukurako .. That's why bakugize Leader wabo .
@NzeyimanaGloriose-m4v
@NzeyimanaGloriose-m4v 4 ай бұрын
🇧🇮🙏🙏🙏💪🇧🇮🙏🙏🙏🇧🇮
@ildephonsehaganza1826
@ildephonsehaganza1826 Жыл бұрын
Félicitation mingi bwana David birahimbaye cane
@FrancineIRANKUNDA-g1g
@FrancineIRANKUNDA-g1g 9 ай бұрын
Komera cane
@JeanMarieNsengiyumva-qu9vm
@JeanMarieNsengiyumva-qu9vm Жыл бұрын
Hezagirwa mukurwanje mu Burundi
@yonimiki6366
@yonimiki6366 Жыл бұрын
My Brother David, Can I have your number please?
@HeritageTVBurundi
@HeritageTVBurundi Жыл бұрын
murakoze
@NshimirimanaMarcien
@NshimirimanaMarcien Жыл бұрын
That's good
Seja Gentil com os Pequenos Animais 😿
00:20
Los Wagners
Рет қаралды 25 МЛН
REAL 3D brush can draw grass Life Hack #shorts #lifehacks
00:42
MrMaximus
Рет қаралды 10 МЛН
This mother's baby is too unreliable.
00:13
FUNNY XIAOTING 666
Рет қаралды 38 МЛН
小蚂蚁会选到什么呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:47
火影忍者一家
Рет қаралды 109 МЛН
17 octobre 2024
9:57
Pytha Le Traditionnel Africain
Рет қаралды 6 М.
URI MU BIHE KI ?
43:34
MINEVAM Kigobe Church
Рет қаралды 1,3 М.
Mbega burya abagabo nibo batera akajagari mu gihugu kuvyerekeye irwirirana ry'abantu?
24:33
MARIAGE Idasanzwe y’umuririnvyi  mpimbaza MANA #Davidtresor & Elsie
48:48
NIWE , YESU NI WEWE NIZIGIRA - DAVID NDUWIMANA | LIVE IN NARAHARIWE CONCERT
11:22
Seja Gentil com os Pequenos Animais 😿
00:20
Los Wagners
Рет қаралды 25 МЛН