No video

DJ FERNANDO yatatse KADIE KEY atakury'umunwa|Intambara iradutse kuri MON LOGO izanye IBIBaZO bikomey

  Рет қаралды 10,015

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

‪@hittoptv‬ #hittoptv1 ‪@Mista_aye‬ #mistaaye ‪@melaninboy1‬ #gusto #bujumbura #burundi #monlogo ‪@SatBOfficial‬ #satb ‪@LandryPromoter‬ #landrypromoter #kediekay

Пікірлер: 67
@hittoptv
@hittoptv 2 ай бұрын
Turashima cane gose Mwebwe mwese mudushigikira Shigikira GIHUHUSI ENTERTAINMENT 🔥🔥👉🏼kzbin.info/www/bejne/pZSrgamqbpd6bdUsi=aDN0PAKxcl7bXZFg
@mareimabdalla1795
@mareimabdalla1795 2 ай бұрын
Mwovuga mworeka Dj Fernando turamukunda❤❤
@nishimwekingfleury5237
@nishimwekingfleury5237 Ай бұрын
Dj Fernando vyiza mwomwigengesera😂😂😂❤. Ni @hitmaker
@MugishaEdidie
@MugishaEdidie Ай бұрын
Ivyo ndabibonye muburundi gusa!! Kazima Imana imukunda
@EnockNdayishimiye-hn6oh
@EnockNdayishimiye-hn6oh 2 ай бұрын
Courage D j Fernand ❤❤❤❤
@JosianneNiyubuntu-qd2qn
@JosianneNiyubuntu-qd2qn Ай бұрын
Courage dj Fernando
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 2 ай бұрын
Nakazim Iman imwikundir ibisigay baribaz🎉🎉❤ courage Di DJ Fernand ❤❤
@prospernzeyimana5189
@prospernzeyimana5189 Ай бұрын
Ahubwo uyo muhungu dj fernando ntanirobo yindero afise
@JosianneNiyubuntu-qd2qn
@JosianneNiyubuntu-qd2qn Ай бұрын
You are crazy
@user-uu5fc4zb3j
@user-uu5fc4zb3j Ай бұрын
Landry ndakwikundiraa❤❤❤
@kamilgadobvs8112
@kamilgadobvs8112 Ай бұрын
Muri football iyo iteam itsinzwe amakosa ntibayata kubakinyi bayashira yose kumu coach niyompamva birangira banamwirukanye so think twice ibyo biratahuritse kbx
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 2 ай бұрын
💥💥 ndabon k ka game bakabandanij 🤗🤗. Duhurire Muri Classic Vibes this monday 💥💥
@fabgfabrice3180
@fabgfabrice3180 2 ай бұрын
Umuziki muburundi wariko uratera imbere cane gusa ico nosaba ni discipline mubisanzwe urwo rwaruka rureke kuborezwa na hit ngo bace bata indero kubera ntawuzi ejo mubisanzwe vyiza Imana igukunze ikaguha aga trou nagtoy sako kugara ahubwo nako kwiyorosha
@Denise-iw5ue
@Denise-iw5ue Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AgasobanuyeFilms257-b6k
@AgasobanuyeFilms257-b6k 2 ай бұрын
Dusesangurire vya Olegue waw yadandaje imbuga zose
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi 2 ай бұрын
Umwanya muhaye DJ fernando kubera habaye ikibazo ca kadie mwowumuha iyo akoze nigikorwa canke mukawuha zina murundi wese arimur industry, imiziki yacu yoterimbere ikamenyekana nohanze. Nimureke uburyarya nkaho mwigira komubakunze abobantu 2 Saga yarabaye nimushireko akaburungu ihere muhumwanya ibindi biteza imbere igihugu. Iyi saga nikihe kintu nakimwe yoba yarafashij industry yacu atari gushaka ngo naka bamwanke. Urwanko rwamunyankire ntaco rwigera rwinjiza kndi nuko DJ fernando ari upcoming artist iyaba arinka big fizzo mwoba mwasutsemwo mabisi
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd Ай бұрын
@@fearless-hz5yi uvuze ukuri pe, iyaba ari Fizzo ntanuwari kuvuga pe, inzigo izokomeza kwica abarundi pe, ivyo vyose ni visa yaronse ibateye inzigo, kumbure urya mu maman yarabapfumbatishije nicogituma baguma bavuga amajambo adahera, gusa umuntu wubwenge abumvirije yocabona ico murimwo kandi ico mwomenya ntaco azohomba aba fans biwe bazomugumako kandi indirimbo ziwe zizoguma zikundwa pe, namwe mugume muhekenya amenyo, igiti kirakurira mubabaji sha, namwe mwese mumuvuga ntimuri Perfect nagato kandi wosanga ivyanyu bigiye kumugaragaro mutoronka nayo mucira.
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi Ай бұрын
@@SteveNimpagaritse-wj4yd umurundi iyo ukoze ikosa canke uguye mungorane nihubona umutima mubi yaragufiseko benshi bararonse icobaherako baserura inzigo zabo
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd 2 ай бұрын
Ewe DJ Fernando sha uriko uraterimbere none ndabona abansi bakubanye benshi pe, mwebwe aba journalistes nabaririmvyi ntimushaka guteza guteza imbere umuziki womuburundi, Oya mwebwe mwese mufise inzigo gusa ntakindi gusa ico mwomenya nubwo Dj Fernando yozima amahirwe yiwe ntanumwe azoyatora usivyeko namwebwe ejo bizobabera umuvumo namwe. Mugiswahiri niho bavuga ngo "" Malipo ni apa apa duniani"" Rero namwe aba journalistes nabandi baririmvyi nimureke inzigo mukorere hamwe. Ivya Dj Fernando vyatubihihe cane pe, nimumureke mukore akazi Kanyu mureke kuguma muteranya abantu kuko mwebwe biraboneka ko mwapfumbatishijwe akantu kuko izo promotion mugirira umwe kugira mukorore uwundi nivyo Simbizi yashaka akore kuri BFace igihe Drama T yamufutira amajwi yiwe, rero nimureke kurya amahera yabantu kugira mukorore abandi. Canke landry nawe uguma umuvugira uwo mu maman aguhe visa nka Israël nkuko yariko arisabira aka visa kuri Buja FM. 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Nimureke inzigo mwebwe.
@PrincEloge
@PrincEloge 2 ай бұрын
Landry noe wabayki ko amatama avyimvye 🤣🤣😂😂
@VianneyButoyi-ug5ki
@VianneyButoyi-ug5ki Ай бұрын
Landry poromota nje ndu mu fans wae ndke arik hindur iyo coiffe ndk ushirek imw wahoran iy coif wapii ntigutok knd na nelly nat yarabilubwiy kbx 😢
@evlysnegrithahkz8199
@evlysnegrithahkz8199 2 ай бұрын
Da first 🎉❤
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 2 ай бұрын
Muramuhanura yihoreye vyoba vyiza,sinon indirimbo izwi kubayiririmvye sinon nubu hazwi abakinyi ba real madrid umumenyereza benshi ntibanamuzi ,hama ibi nivyo bicishe umuziki w uburundi hama uwo musaza wacu nahore kuko akora indirimbo kugira aronke ama marché agumye yitwara uko ntabwo ariko arigurisha
@djbambone1711
@djbambone1711 2 ай бұрын
Umutananirwaaa sas niyompamv nkwemer wwww
@cyriaquerocky1351
@cyriaquerocky1351 Ай бұрын
Landry Jew ndasaba tuzobonane turyane ipicha Sinzi ko wobifashamwo
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Nimumuveko sha mureke nawe aronke
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 2 ай бұрын
Imvugo yaw iragaragaza uruhande uhengamiyeko.
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
Ntimwagiye ngaho muravuga ngo Kadie Kay Ari mu kuri? Reka tuzorabe ko azokwiza uwundi muriyoni kuyindi oeuvre niho muzobona ko urya mukecuru atakirimwo
@elvisnihorimbere7644
@elvisnihorimbere7644 2 ай бұрын
Erega bro team ifise umutoza wa feke ntitsinda kandi umukinyi atubaha umutoza nubwo yoba akaze mukibuga birangira azimye 😂 abavyumva nkanje mumpe like
@KevinAhish
@KevinAhish 2 ай бұрын
1
@Melancenkurunziza-zh8ul
@Melancenkurunziza-zh8ul 2 ай бұрын
Bos bubahwe san
@user-mg4nr2yx5z
@user-mg4nr2yx5z 2 ай бұрын
😂none Dj Fernando nta kuntu yogabanya kuvuga😢 plus avuga plus biba nabi ,none k social media ibishe uja siren kad kay,umukubito kad kay ,ehe naw,nimubihagarik di bazovyimarire baturek twidetresse mu kumviriz indirimbo,nkubu Alvin smith yariyahuy kuri hahiy none ntirik iranarabw ,kbr iyo dossier na marriage ya simbizi😢
@SandrineAjeneza
@SandrineAjeneza 2 ай бұрын
Landry mwijambo rimw non kadi Kay ataraza we love nta ndirimbo ziryosh cnk za hitinze atarabonek
@user-vk7xb9jo6h
@user-vk7xb9jo6h 2 ай бұрын
Bazikorana n'a melanin boy kand niwe yatanga idée nziza can
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi 2 ай бұрын
@@user-vk7xb9jo6hntamiziki uzi
@eladaiteriteka6916
@eladaiteriteka6916 Ай бұрын
Indirimbo ziryosh baraziko kandi zaba zirenze saana.Gusa fernando ntiyari gushavuzwa nuko kadie key yavuz ko yamwandikiye.Kuko Fernando asanzwe yandika neza, ntivyotuma aburira indero umuvyeyi mubantu.Naba chris brown barabandikira kandi ntangorane iba irimwo
@chrisbertrandnyamusa9549
@chrisbertrandnyamusa9549 Ай бұрын
Nta ndirimbo ya 5M baribwaronke😂
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi Ай бұрын
@@chrisbertrandnyamusa9549 uwomugore afise zinghe za 5M?
@LewisNiyokwizigira
@LewisNiyokwizigira 2 ай бұрын
Hakwiye gushimirwa umumenyereza niwaruha mumutwe
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 2 ай бұрын
Bose nabogushimirw kuk nah aruh mumutw ntaj mur terrain 😅
@user-ce6bj3zp3c
@user-ce6bj3zp3c 2 ай бұрын
Muratdranya
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd 2 ай бұрын
Mbega igifaransa mwama muvuga sicirwa umuntu akakimenya? Ko mwama muvuga ko aririmba ashiramwo icongereza ntuwumva hoho nawe ko arenze? Mbega ko mutavuze kuri Korazon? Kirya gifaransa kiri muri Korazon ni Kadie kay yakimwandikiye? Abarundi tube tureka inzigo hama ibikorwa bije imbere none vraiment aka visa yironkeye kabatere inzigo koko? Uwuzobikora neza nuwuzozana Dj Fernando, Kadie kay hamwe na Melanin boy bose mukiganiro hama ikinyoma gikubitirwe ahashashe.
@HakizimanaIsaac-w6x
@HakizimanaIsaac-w6x Ай бұрын
😢😅
@nzambimanajeandedieu7453
@nzambimanajeandedieu7453 2 ай бұрын
L'obstacle dans notre industrie restera le même jusqu'à la suppression de ces générations.Landry vraiment
@user-ce6bj3zp3c
@user-ce6bj3zp3c 2 ай бұрын
Mwewe aba poromot musigur ivyo batabatumye
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 Ай бұрын
Dj Fernando yifuza ko hoba kimwe kukinsi hama bihere na kadikeyi,nasubize amaso inyuma arabeko ivyo yifuza ko nawe yabimukorey muri bellisma
@calvadosog
@calvadosog 2 ай бұрын
Oyo mumuziki hakora umuririmvy aha hariho abanditsi beshi bandika neza babuze impano yokuririmba bafise impano yokuririmba rega ntaw boziha ikindi kadie lay nimba yiyemera nagende yandikire ba bidondo turabe izo hit abandikira ashaje nabi😢
@RoseAleose
@RoseAleose 2 ай бұрын
Landry uyomuhung nagir inder mumuhanur yubah umuvyey ivyonibisanzw ivyobint nabirek kimw gus uryamuvyey sinomwitesh kuber arashoboy
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
T'es maudite toi!!! Qui t'a envoûté ?
@user-bb9wf2wj7m
@user-bb9wf2wj7m 2 ай бұрын
Jahiyo amwubaha mubiki
@user-eo2io4qe8h
@user-eo2io4qe8h Ай бұрын
Umviiriz wihorer shn apana kuvug ngo ntander agir ab barik bicir inot naw uvug nab ntaco wunguk gus nibarek uw mwana wigihug bamuh amahoro abant ni babi my friend bumvis uwugomb guter intambwe barageragez bakagomb kumushir hasi knd batarimana ubu ntawund avugwa ub niwe ivy mugir sivyiz muravuy kur dramat ub muraj kuyo
@startv257.
@startv257. 2 ай бұрын
Aramwatatse kabisa reka twumvirize nanje nce nataka kweli.......
@hittoptv
@hittoptv Ай бұрын
😂😂😂😂😂sawa baba
@jehovahniyokwizigira
@jehovahniyokwizigira Ай бұрын
Kandi nkaho vyokubabaza ari nkawewe uri umukinyi? Burya n'umukinyi haraho aba adatahura akamaro kumumenyereza Ugasanga Yama amukengera ko naho botsinda ataruhara abifisemwo. Burya amarira y'umumenyereza ishobora no gufata umukinyi mugihe umukinyi nawene adatahura ico y'umumenyereza amaze murikino🧠🧠🧠 Ntimuze mutangazw nuko abafana bahisemwo uwo bakeza nuko baba babona intege nke ninkomezi zumwe muribo. Kiretse gusa ko hariho abakinyi barwa mumporero
@karorerodjibril6251
@karorerodjibril6251 Ай бұрын
Ikibazo canyu aba youtubeur bo mu burundi nta créativité mufise na gato ibi bintu vyo kuza imbere yacu ngo muriko musigura ivyimiziki ntabishasha raba iyindi idée ibi vyashaje
@DamoG257
@DamoG257 Ай бұрын
Ntucikwe 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 kzbin.info/www/bejne/eWKxZpt7pLB3fJIsi=aWMuFazCcNAZKcvU
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
@NtihindukaJonathan-q4s
@NtihindukaJonathan-q4s Ай бұрын
Kazimimana Imukunda aho mwufuhiye kuber kuvuma kwiwe mutaramba lolo
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 24 МЛН
Люблю детей 💕💕💕🥰 #aminkavitaminka #aminokka #miminka #дети
00:24
Аминка Витаминка
Рет қаралды 662 М.
КАКУЮ ДВЕРЬ ВЫБРАТЬ? 😂 #Shorts
00:45
НУБАСТЕР
Рет қаралды 3,5 МЛН
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 30 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 24 МЛН