No video

#DjFernando

  Рет қаралды 12,561

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

‪@hittoptv‬ ‪@hittoptv‬ #bujumbura #burundi #congo #saporo #simbizi #landrypromoter ‪@LandryPromoter‬

Пікірлер: 56
@hittoptv
@hittoptv 2 ай бұрын
Turashima cane gose Mwebwe mwese mudushigikira Shigikira GIHUHUSI ENTERTAINMENT 🔥🔥👉🏼kzbin.info/www/bejne/pZSrgamqbpd6bdUsi=aDN0PAKxcl7bXZFg
@DestinIgiraneza-gc7xp
@DestinIgiraneza-gc7xp 2 ай бұрын
kirets iyo twigirishije😂
@benignenibitanga2051
@benignenibitanga2051 2 ай бұрын
Rek ndayikurikirane kwari wew ubamamaza ngira bazoduh ibintu vyiza
@payojiyo9453
@payojiyo9453 2 ай бұрын
Umuntu wambere wakoze amakosa ni Kadi Kay. Kubera ntamuntu aterera muri Cadeau ngo ace agenda arabivuga. Mu mico y’ikirundi iyo uterereye mu gakemanyi urahora. Akarero: Dufate je na Juste Gael turabagenzi. Aje akambwira ko ashaka guha cadeau y’imodoka ya 10 million umugore wiwe . Nje nkamubwira ko noshobora guterera 10 million akagura imodoka ya 20 million. Hageze ko juste Gael atanga cadeau k’umugore wiwe nsinoza kuvuga ngo iyo modoka narayiguze. Noba menje. Naho noba narayizanye nkayidedouana ntavyo mvuga. Ndareka Gael akemeza umugore wiwe n’abantu ko amukunda kandi ashoboye. Nje kurevendika ko nayiguze canke naterereye ninkuko mbanje kuvuga ngo nije namuhaye cadeau . Muyandi majambo Gael yakinye Role intermediaire gusa. Bisobanuye ko mba nkuyeyo bwabufasha namuhaye nabwishizeko.Mu majambo ya Kadie Kay wenyene” “Prendre ce que tu as donné , c;est voler “. Ariko agerageza kwiba iyo ndirimbo kubera yariye hit.
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 2 ай бұрын
Umutananirwa oyeeeee
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Simbizi kl ndamwemera foo Wallah
@SogoCeleusBucumi-oy8dy
@SogoCeleusBucumi-oy8dy 2 ай бұрын
Impa aga sapor man Iyo n bon uyanka yanka igihugu niterambere ry'igihugu mur rusangi
@alexisnbdi257
@alexisnbdi257 2 ай бұрын
Landry il faut kubaza witonz ww wagumy ugwanya simbizi ibint yagomb kuvug m merci beaucoup kur interview nziza ham muhe amahro Djfernando ntakosa afs
@bellaniyonkuru-ys7rd
@bellaniyonkuru-ys7rd 2 ай бұрын
Simbizi n'umutananirwa 😂🔥 ng ibintu bijemwo abantu bakuze ng nukumurabira saporo 😂😂😂 j ndab ❤😘✌️
@LimpompoMardodadi
@LimpompoMardodadi 2 ай бұрын
Melanin ❤❤❤💯🎧🛣
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd 2 ай бұрын
Urabivuze neza Landry, nimba Dj Fernando yaravuze kurya urya mu maman nuko nawe harico yumvise urya mu mère yamuvuzeko. Asha na Simbizi kabisa uruwambere pe harya harimwo agatego pe.
@djbambone1711
@djbambone1711 2 ай бұрын
Rek ntore agateb nicare numviriz kbxxxx umutananirwaa🎉
@evrardndikumwenayo9226
@evrardndikumwenayo9226 2 ай бұрын
Simbizi , nagomba ndakubwire ko brand ambassador wa Sapor Ari Jewe
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Ngwiyo ni saporo 😂 ngo Kandi saporo ikora nez ucuvuga ukuri 😂😂
@chadrackroutine
@chadrackroutine 2 ай бұрын
Ntumbwire uyu munsi sapor promotion
@BrandonKabanga-vo7nl
@BrandonKabanga-vo7nl 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🙌🏿🙌🏿🙌🏿🔥🔥🔥mwubahweee
@angelclovis2578
@angelclovis2578 2 ай бұрын
Noe iyo Titre wahay ikiganiro bihuriy hehee nivyoo tubonye mukiganiro!! Enfoiré😏😏
@alainparfaitcastaldo1785
@alainparfaitcastaldo1785 2 ай бұрын
Landry iyuri mukazi bigusaba ube serious rro ibiganiro nkivyo biberey abatazi ivyo barimwo kand simbizi aragkengera kubera utiyubaha knd utubahisha akazi kaw, ivyo birofa simbizi avugira mubiganira vyanyu sivyo ww akoresha, rro bitukwa mwebw rero akazi kabe akazi I ligala inyuma ya camera Juste Gael mwigireko wige gukor ibiganiro biri serieux nabantu bari serious, rro simbizi aragaya abamukoresha ibiganiro, j nta burofa nkubwo yokorera mukiganiro canj hama ngo ndagiposting nuko naw ugitiyubaha knd utubahiriza umwuga waw, iyo impanuro yokubuntu🧏‍♂️
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Hariho impanuro ziriwa
@bimenyimanaelyse370
@bimenyimanaelyse370 2 ай бұрын
Gabanya Sapor. Uranyica nkewe
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
Ivyobijwi mudahanahana umengo muriko muratanguranwa
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Ngo olegue atarafata aga hit ngoyarigisuma ngoyirirwa ariba 😂ngwacarapfungwa ngwinyuma yugupfungwa apfungwuye acashika yiba téléphone kandi ya muvayo😂
@isumbingaboEscobar-zf3rs
@isumbingaboEscobar-zf3rs 2 ай бұрын
Mwariye inoti yogufukafuka 😅
@ngarambelouis5094
@ngarambelouis5094 2 ай бұрын
Simbizi ww ndakwemera uvuga ukuri p, ko bellisima yanditswe na mere(kadie) mutubarize korazon yoyo ninde
@nduwimananadjibu2131
@nduwimananadjibu2131 2 ай бұрын
Uriko ubaza indero Simbizi?
@StonesOv
@StonesOv 2 ай бұрын
Like
@paternesonofgod
@paternesonofgod 2 ай бұрын
Wapi uyo mu ceo wa suporo ahubw ashk kuicya new generations
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 ай бұрын
Ewesimbiz uzivyichi
@hervengenzebuhoro6538
@hervengenzebuhoro6538 2 ай бұрын
Ikiganiro vyanyu ndabikurikirana aho mba ndi hose
@canesiusbigirimana7216
@canesiusbigirimana7216 2 ай бұрын
Mavumba ageze habi.asigaye anywa imimanurajipo
@sergetheeditor257
@sergetheeditor257 2 ай бұрын
Non nkaho nimb batarabishura 💸mukab muriko murayivuga nkuk ntimuz muriko murayamamaza😅
@benignenibitanga2051
@benignenibitanga2051 2 ай бұрын
Hama simbizi ntubeshe urya mu mere yamenyekany kubera iyi bifu ya Fernando
@saidiamisi2463
@saidiamisi2463 2 ай бұрын
Knd ikindi nac mumeny nez kwindirimb yageze mbal mukiring gito aho urya muman simbizi ashak kwidandaza incabweng
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 2 ай бұрын
Constat maze kugira #simbizi ntashobora gukora émission ngo ihere izina #Sat_b atarivuze🤣🤣
@nduwimananadjibu2131
@nduwimananadjibu2131 2 ай бұрын
Bivana niryukunda kk havuzwe menshi
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
Basha ikiganiro ca Landry na Idriss duheza kicumviriza turushe.you make noise
@Aiuoex
@Aiuoex 2 ай бұрын
Hamwe vyukuri vyoba arivyo atarivyo bateguye ukuntu uyo muhungu yashiriye isoni uryamu Maman n'ivyo nabonye uwakoze irya ndirimbo ivyo yasiguye uwo muhungu iyo ndirimbo yarikwiye guca ifutwa kuri KZbin yuwo muhungu vyihuse canke uyo mu Maman akarihwa amahera akwiye. Bitabaye ivyo indirimbo igafutwa mbere uyo muhungu akabuzwa no kuyicuraranga mubiteramo vyiwe. Kuko ubutandero ni bubi cane
@NiyongaboJonathan-ih8nk
@NiyongaboJonathan-ih8nk 2 ай бұрын
Landly amajwi yawe yabayiki!??
@jolisnintunze3796
@jolisnintunze3796 2 ай бұрын
Urya mu maman yahejeje kuvuma benshi ntitwari tumuzi.nimba batari babiteguye narabe abikorereko abivyaze umusaruro
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 ай бұрын
Sound zisohoka faux
@canesiusbigirimana7216
@canesiusbigirimana7216 2 ай бұрын
Amashusho atamba mwayafashe gte?higa umu cameraman abizi
@EM-fc3cw
@EM-fc3cw 2 ай бұрын
Ba muhira ibihaniro vy'ubwenge
@user-wd4kz8xc9l
@user-wd4kz8xc9l 2 ай бұрын
Sugusunikana none 😅niko bimeze mur indastrie
@mikepmedia3540
@mikepmedia3540 2 ай бұрын
Sha Landry urakuze ntuze ushigikira ubutandero bw'umuririmvyi numunsi nuyo mu maman ejo hazoza aba pt bashasha nawe bakwubahuke kandi bazi ko ubaruta rero nukuvyirinda kare
@krm3689
@krm3689 2 ай бұрын
Iyo camera na son ni fake sana en plus vyitwa ko mufise sponsorship.. Nimwipange guys
@payojiyo9453
@payojiyo9453 2 ай бұрын
Umuntu wambere wakoze amakosa ni Kadi Kay. Kubera ntamuntu aterera muri Cadeau ngo ace agenda arabivuga. Mu mico y’ikirundi iyo uterereye mu gakemanyi urahora. Akarero: Dufate je na Juste Gael turabagenzi. Aje akambwira ko ashaka guha cadeau y’imodoka ya 10 million umugore wiwe . Nje nkamubwira ko noshobora guterera 10 million akagura imodoka ya 20 million. Hageze ko juste Gael atanga cadeau k’umugore wiwe nsinoza kuvuga ngo iyo modoka narayiguze. Noba menje. Naho noba narayizanye nkayidedouana ntavyo mvuga. Ndareka Gael akemeza umugore wiwe n’abantu ko amukunda kandi ashoboye. Nje kurevendika ko nayiguze canke naterereye ninkuko mbanje kuvuga ngo nije namuhaye cadeau . Muyandi majambo Gael yakinye Role intermediaire gusa. Bisobanuye ko mba nkuyeyo bwabufasha namuhaye nabwishizeko.Mu majambo ya Kadie Kay wenyene” “Prendre ce que tu as donné , c;est voler “. Ariko agerageza kwiba iyo ndirimbo kubera yariye hit.
@ChristineNdabahagamye
@ChristineNdabahagamye 2 ай бұрын
Toka wew sema vumba nahora nkwemera ariko ubuho uvuz uburofa
@AlfredBagorikunda-cv7qc
@AlfredBagorikunda-cv7qc 2 ай бұрын
😂😂
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 2 ай бұрын
Landry arakwiye intererano.. Camera et son si neza cane Kndi arakora cane
@shazaboytheking9683
@shazaboytheking9683 2 ай бұрын
Unomus simbiz urik uvuga ibijuju gus
@gaston5192
@gaston5192 2 ай бұрын
Ijwi wapi
@mememet-bburundi
@mememet-bburundi 2 ай бұрын
Randry je mbona muriko murafyin nakino kirofa simbizi
@elarsene-qy3jl
@elarsene-qy3jl 2 ай бұрын
fernando nabambwe
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 2 ай бұрын
Sana😂
Parenting hacks and gadgets against mosquitoes 🦟👶
00:21
Let's GLOW!
Рет қаралды 13 МЛН
هذه الحلوى قد تقتلني 😱🍬
00:22
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 59 МЛН
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 24 МЛН
BIMWE MU  BY'AGACIRO JAYPOLLY YASIGIYE ABANA BE
10:32
Rotation Media
Рет қаралды 48 М.
Parenting hacks and gadgets against mosquitoes 🦟👶
00:21
Let's GLOW!
Рет қаралды 13 МЛН