DOUBLE JAY na KIRIKOU uku niko Bafashwe Nabi Mu RWANDA🇷🇼Philpeter INZIGO ahisemwo KUYEREKA Abarund

  Рет қаралды 21,763

HIT TOP TV

HIT TOP TV

7 ай бұрын

‪@3DTvRWANDA‬ #rwanda #burundi #congo #landrypromoter #bujumbura #philpeter250 ‪@doublejayonceagain9102‬ #doublejay ‪@kirikoua-kili4591‬ #kirikou #kirikouakili@

Пікірлер: 386
@Addadarlene
@Addadarlene 7 ай бұрын
Reka dusabe Imana umutima wokwihangana😢nasanze abanyarwanda atabumuntu mufise murimwe,ntarukundo,en plus murasuzugurana sana Imana ibabarire,nkunda igihugu canje❤Burundi never giver up
@juniorhabibu3274
@juniorhabibu3274 7 ай бұрын
Bro i wish you can mention abanyarwanda babagiririye nabi not abanyarwanda bose gusa njye i love burundians ikindi kandi ndakunda ko mukunda abantu cane mukomezanye uwo mutima
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 7 ай бұрын
​@@juniorhabibu3274yego sibose kuko abarundi na banyarwanda turabamvandimwe
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 7 ай бұрын
Reka sha urambonera 😢
@aaronbe9966
@aaronbe9966 7 ай бұрын
Donc là à la place de ta taque sur le DJ philpeter sur son comportement envers les musiciens burundais mais non tu mets tout les peuples rwandais dans les mêmes sacs comme quoi on a pas de cœur?
@nshimiyimanaisaac3306
@nshimiyimanaisaac3306 7 ай бұрын
Nukuri nago abanyarwanda turabagome ushobora gusanga Peter nayago bafitanye ikibazo We love you
@mbabazisarah1296
@mbabazisarah1296 7 ай бұрын
Sha Peter wanteye iseseme Urumugome kbs aba nya Rwanda ntarukundo mugira sinzi impamvu
@Aiuoex
@Aiuoex 7 ай бұрын
Ikindi kijuju cambere dufise n'uyo Landry, iyo abonye abanya Rwanda abiruka inyuma nk'akabwa kumusega kiruka inyuma ya shebuja. Sha Landry antera iseseme nkabura iyo ndahwa
@jeanineniyokwizera6965
@jeanineniyokwizera6965 7 ай бұрын
Ndasavye ureke kuntwenza😅😅😅😅 ukuntu ariwe atanguye kwerekana ingene abanyarwanda badufatiye abana bacu nico kimbababaje😢😢😢😢😢
@user-ij8eg4zs7y
@user-ij8eg4zs7y 7 ай бұрын
Nahakur isomo j ahubwo simbona ikintu abahigamwo
@user-uq9mt7yu6l
@user-uq9mt7yu6l 7 ай бұрын
​@@jeanineniyokwizera6965😭😭😭😭😭😭😭😭😭basha nta vyamaher.musc menyereye gus nanjye vyambananjye ibint wakoze abahung bac ubwo Landy ntakint ubony uyumus uzisubir witimbere nka gatuk mukwakir abantarwand nivyo bandukoze nihirya yejo Le 30 ngo christipho gwaze nukur nahowob uhebwa amaher rimwe nimwe mugayosha igihung caca ubon natw um DJ azomuvugiriz yongir nkivyo babagiz ndakumva akababar twararanye arik twebw abarund ntamutima mub twifitiy 😢😢😢😢
@Venuste1G.B-ny4ig
@Venuste1G.B-ny4ig 7 ай бұрын
Landry nimbwa ntakwij arabonak badusugur ark akavyirengagiz umusumw azovyuk asang twagigz Desabone ico kijuju
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😅
@VenusteNkunzumuremyi-du7nf
@VenusteNkunzumuremyi-du7nf 7 ай бұрын
Reka baduhishe ko batwanka natwe tubahishe kotubizi double Jay yagumany urukundo abirenzako🙏🙏🙏🙏
@kwizjofficial157
@kwizjofficial157 7 ай бұрын
Twari tumwishimiye tumushaka cyaneeeeeee, uriya murezi ngo ni Peter aramwicira performance kweli! Twabanye, ntimubishyire kubanyarwanda Bose
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 7 ай бұрын
Mwakoziki none komutamuhinduriye umu dj mufise umutima mubi abanyarwanda gusa ntaho muzodushira tuzobana muzokwama murababanyi mutubona dutambuts impande yanyu bibabaza
@braysondavy4489
@braysondavy4489 7 ай бұрын
Ntakibazo nakimwe mwebwe ahubwo abarundi oyee burakeye baze nabo tubereke wamutima mwiza mwama muvuga namaraso azokama😢jewe ndi🇧🇮 ariko shigikiye ababanyi reka batwigishee
@Shineboy797
@Shineboy797 7 ай бұрын
🇬🇦🎧💔 Nous les burundais ntabwo kamere yacu ari inzigo😊 Abarundi bagenzanje munyihere likes❤
@emilenduwayo7415
@emilenduwayo7415 7 ай бұрын
Uwuhisha kwakwanka umuhisha kubix kwisemba can bivyara agasuzuguro sinarinz k ab 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 mumez uk abarundii bumutima amaboko hejur birababaje ndak😢😢😢😢
@Burundihit257
@Burundihit257 7 ай бұрын
Randry nuwambere kwisemba
@murasandonyijean_marie9747
@murasandonyijean_marie9747 7 ай бұрын
Umunyarwanda azosubira kuduga kur stg muburundi tuzomutera amabyi😢
@Kaneza825
@Kaneza825 7 ай бұрын
Abarundi bose bari kuri the choice life ya peter muveko ntimuzosubire kumukurikirana numugome vraiment.
@ndemeyimanaines8201
@ndemeyimanaines8201 7 ай бұрын
Numva umenga noza nkabaka amaterefon mwese nkagira unsubscribe Kwa peter ubwo butindi niyompamvu ata hit agira yuzuye inzigo inzigo y,inyo ntitobora isi
@MayHey-tj7yw
@MayHey-tj7yw 7 ай бұрын
Wosanga Uri mubambere bashigikira abanyaru, murabazi ko arimihimbiri y’inzigo ntimwigera mubahindurira izombwa zabanyaru
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 7 ай бұрын
Egoo
@pascasienibona7235
@pascasienibona7235 7 ай бұрын
Muvuzikintu kizima
@KubwimanaEugene-ur1ce
@KubwimanaEugene-ur1ce 7 ай бұрын
Siwewe ubarengwesha mukuza urabakira umenga Niso atash iyo bajahiwacu hubwo vuba dutangura kwiyamiriza iyo hit top tv
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 7 ай бұрын
Phil Peter thank you so much .ngira iryo nisomo rikomeye kuri twebwe abarundi
@mbabazisarah1296
@mbabazisarah1296 7 ай бұрын
So sorry dear nanjye byandiye ahantu kbs
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 7 ай бұрын
Arakoze kutwigisha
@mbabazisarah1296
@mbabazisarah1296 7 ай бұрын
@@karoprint-nb7mu mutubabarire nawe azabona uzamuha inyishi Uwo mu promoter wakagoryi we na Philpeter bazashya
@Ungirenkugire
@Ungirenkugire 4 ай бұрын
Guys mureke urwango. Phil peter ababwiye ukuntu bamuruhije bagashaka kugendera ku mategeko yabo mwakumirwa. Baramututse ata equilibre . Niba kuri program umuntu bamuhaye indirimbo 2 kuki ashaka kuririmba icumi. Baba bamutumiye mu gitaramo ntabwo aba yakoresheje igitaramo cye
@user-hj5hb8rp3t
@user-hj5hb8rp3t 7 ай бұрын
Abarundi nukuri kwi Mana mutubabarire kbx biriyabintu Phili peter yakoze ntabwo aribyo ni ubu displine turabakunda knd muzatubanarire mugaruke muduhesho tubasabye imbazi nkwaba nyarwanda muri rusange l love you so much from rwanda ❤❤️🇷🇼
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 7 ай бұрын
Ntamubano winyenzi
@Aiuoex
@Aiuoex 7 ай бұрын
Ahubwo iyo mukubitigwa mu Rwanda, kuko muri ibijuju abarundi 100%. Baraza mukabakira nk'abami, ahubwo nibabacumite ibiti mumaso no mumatwi. Mwamihimbili mwe y'abarundi mwa mbwamwe. Muratumaramaza bimwe vyo kugwego ntanaho muzopfa mushitse mugihe muri ibigoryi bigeze hiyo. Baraza bakayora inoti iwanyu mwagenda iwabo bakabarutisha n'intozo
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 7 ай бұрын
Naw uravuze nabi cane 🤔🤔🤔🤔
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 7 ай бұрын
😂😂😂🤣🤣😅😅Akabi gatwengwa nkakeza ,nabo sibo ninzara niyompanvu bisemba caane
@user-ny1fj5hd7d
@user-ny1fj5hd7d 7 ай бұрын
Birambabaje vraiment
@SOUTHSOUND23
@SOUTHSOUND23 7 ай бұрын
Ndabivuze mbisubiyemo aba nya rwanda bafise abugome mumitima yabo tubabamo tubazi twihangane IMANA Irabibona izabaha umusaruro natwe iwuduhe
@user-pt4nb4ku7i
@user-pt4nb4ku7i 7 ай бұрын
Abanyarwanda ni 🐕🦮🐕‍🦺🐩
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 7 ай бұрын
Umwansi w'Uburundi n'umurundi nyene.arik dukwiye kuguma twihagazeko nomubihe vyinzara vyose kuko mubiterwa n'ubukene bigatumwa mubavyimbisha ibitugu mukibagira abiwacu.icomubafasha nigutangaza ibitagenda neza(conflicts)twige gukunda ivyacu niho tuzoshobora gukunda nigihugu.
@justinmuhimpundu2gmail
@justinmuhimpundu2gmail 7 ай бұрын
Umunya Rwanda wese ahari amenyekib tuzobibasubiz natw bitarangiriyah
@lyzzmuziliwadamas205
@lyzzmuziliwadamas205 7 ай бұрын
Landry ikosa ni ryiwanyu naho dushonje twese kwiha agaciro birakenewe kuberiki babafata nabi mukaguma mubisemba genzahooo reka kwica umuziki . Guta ibanga kumahera make birateye agahinda. Ikosa rindi ni kuritwebwe abafans ntidukunda ivyiwacu kndi sitwebwe ikosa nuko abo bidukundishije bafise inzigo mbi hako babona umurundi ateyimbere bahitamwo kuvyica vyose . Uzorabe hagati yatwebwe abarundi hagize uwugaya uwundi ntumwihanganira muga umunyamahanga akugaye uramutahura mbele akaba ariwe usaba imbabazi birababaje sanaaaaa turacari down
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 7 ай бұрын
Pole sana bahungu bacu niko biba bimeze mubuzima .kiliku sakabati yabivuze hakunigwa nijambo wonigwa nuwuribwiye
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Yoooo nibichange ukonyene ❤❤❤❤❤
@ROYAL-TV-SHOW.
@ROYAL-TV-SHOW. 7 ай бұрын
Gusa ukuntu mitsutsu yitway imbere ya double jay vyarambabaje 😮 warah
@ndemeyimanaines8201
@ndemeyimanaines8201 7 ай бұрын
Ndababay vyahatari ubwo butindi ngo ni peter ivyakorey abacu hejuru ya support 😢😢na yago acunge neza yashatse kumwicira igiteramo ivyo ntabigiriy twebwe yago chunga sana huyo nafki peter vyaranseko agira hit none agiye guta inzigo kubacu 😅😅😅 Abarundi mukurikira the choice muri bwabumwe 🤞🤞twagiye 😂😂 hako tujaniranya nabatabikoze tubanze dukorereko ubwo bugesera let's go 🫰🫰🫰💪💪🤞🤞
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 7 ай бұрын
Yakoze neza caaaneee uwo mu Dj
@yyyy6413
@yyyy6413 7 ай бұрын
Yoooooooo
@anjemuhoza3595
@anjemuhoza3595 7 ай бұрын
Jew nukuri ndanka uburyo landry yifyendekeza kuba nyarwanda bikanshisha 😏😏🇷🇼🎧💔
@julienirankunda
@julienirankunda 7 ай бұрын
Bavuga ngo
@djcedro7714
@djcedro7714 7 ай бұрын
😊fizzo niw wenyen atigera yisemba reason why ndamukunda kuk ar proud of yumwuga wiw. Abanya rwanda baz ko tubasumvy vyinshi mumuzik nic gitum badashka ko tubigaragaz.
@Arthur12995
@Arthur12995 7 ай бұрын
Uravyishe vyose mubasumvyaa ibik za mureka kwikina namwebwe
@ismangirabakunzi519
@ismangirabakunzi519 7 ай бұрын
Ariko mbona abanyarwanda bAkora ariyo mpamvu mwitwara gutya ubundi bagiye babishyuza collabo nibwo mwamenya ko babarenze
@ntahompagazeemmanuel8502
@ntahompagazeemmanuel8502 7 ай бұрын
Hhhh! Rekeraho kwikina,ahubwo muri iyi minsi iyo mutaza kwiyegereza aba star b'abanyarwanda mwari mwarazimye Burundu! Tubwizanye ukuri ni abahe ba star ndundi bari bazwi muri Covid-19 na mbere yayo ,for ex:Double jay,Kirikou,na Landry twabamenye kubera kwegera aba star b'u Rwanda.rero mureke kwiyemera mubanze mumenye ko hari byinshi mutarageraho ubundi mubanze mwige.love from🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@angeange4342
@angeange4342 7 ай бұрын
Nibazako abamentesha makuru buburundi nibobasuzuguza umuziku ndundi nibareke kwakira abanyamwanda neza mubihore muzorabeko batisubirako bagaca bugufi ikibazo nukomuguma muvyirengagiza niyompamvu babona mengo ntabwenge mugira
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 7 ай бұрын
Landry nawe biguhe isomo nizere ko wize urekereraho kwisemba am Rwandan but mbabazwa nuburyo Abanyamuziki bo mu Rwanda babasuzugura ariko mugakomeza kubihomaho
@Ungirenkugire
@Ungirenkugire 4 ай бұрын
Guys mureke urwango. Phil peter ababwiye ukuntu bamuruhije bagashaka kugendera ku mategeko yabo mwakumirwa. Baramututse ata equilibre . Niba kuri program umuntu bamuhaye indirimbo 2 kuki ashaka kuririmba icumi. Baba bamutumiye mu gitaramo ntabwo aba yakoresheje igitaramo cye(diallo)
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 7 ай бұрын
Kubetikibarundi. Mwisembacane. Abanyagwanda. Ntarukundobadufiseko😢😢
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 7 ай бұрын
Ariko Ndumviye impuhwe Abanyarwanda guko icogitero natanguye kubarundi nuko batazi Abarundi abaribo ndizerako bazovyishura
@user-hr8xr7pb6h
@user-hr8xr7pb6h 7 ай бұрын
Slt nakubari
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m 7 ай бұрын
Kwisemba nibyo bibi big up fizzo 🥂
@user-hw9iy6tw5h
@user-hw9iy6tw5h 7 ай бұрын
Ahubwo ahazobera ico giteramo nukugenda kuhigaragamvya
@RodrigueNgabirano-mz4ts
@RodrigueNgabirano-mz4ts 7 ай бұрын
Mwakir abanyarwand😮ndabasezer namw😮
@MbabaziNelie
@MbabaziNelie 7 ай бұрын
💗🔥🔥💯
@muvunyindahayomartin2661
@muvunyindahayomartin2661 7 ай бұрын
mwirenganya phill peter nubundi ndabona nta performence yarafise pe
@MungumbeleJeanndi-oy9bl
@MungumbeleJeanndi-oy9bl 7 ай бұрын
Sha ntamvura idahita niyo kuri nowa yarahise nibarindire imana irababona shaaaa😢😢😢😭😭😭😭😭😭😭😭😭ntacobitwaye ukora ineza ukayisanga imbere
@BenFaizo
@BenFaizo 7 ай бұрын
kigali hip hop
@allygwiza5362
@allygwiza5362 7 ай бұрын
Umusega ngo Ni Petero uduteranyije nabavandimwe b'ababarundi kweri
@sandrine5916
@sandrine5916 7 ай бұрын
Ntakibi gisumba ico harabantu babaho bafise inzigo leeee😢😢😢
@UwimanaRenee-vt8gs
@UwimanaRenee-vt8gs 7 ай бұрын
Yago ngira yocubwenge arabesque ukuntu iyonterahamwe afashe abana bacu nabi😮😮😮
@user-xh7po8yy7w
@user-xh7po8yy7w 7 ай бұрын
Nakundi
@hadijasalim7769
@hadijasalim7769 7 ай бұрын
Ndababa yepe
@innocentcifende9622
@innocentcifende9622 7 ай бұрын
😢birababaje
@makokoinnocent4571
@makokoinnocent4571 7 ай бұрын
Bazangaha bakinyazaa kumbe ari mburu baja gukorera busa izo... Bomboclaats
@youngkiller4920
@youngkiller4920 7 ай бұрын
Sha birababaje cane
@thegreatbuwante519
@thegreatbuwante519 6 ай бұрын
Jay Polly my dawg rest easy ✌️
@Ibigezweho.kuri.telephone
@Ibigezweho.kuri.telephone 7 ай бұрын
Ntibivuga Muta.
@gateraange3642
@gateraange3642 7 ай бұрын
Barundi mureke kurakarira abanyarwanda Bose ahubwo murakarire Phil Peter kuko niwe wakoze ibintu natwe tutarasobanukirwa koko kilikou na double jay bishimiwe amakosa naya kiriya kijuju ngo ni Peter 😢😢
@juniorhabibu3274
@juniorhabibu3274 7 ай бұрын
Kabisa si abanyarwanda bose babi ahubwo abantu nukwiba ibya philpeter wasanga batari bamwishyu akivumbura
@inesIteriteka-dg7jr
@inesIteriteka-dg7jr 7 ай бұрын
Heheh oyaa umunyebwa aba umwe agatukisha umuryango turababay bikwiyee
@marymgort1160
@marymgort1160 7 ай бұрын
Ntimutwagwe nagashavu Keshi vyakozwe na phil peter Ariko sikwizina ryabanyagwanda bose ubewoburyawasang peter arinomuri Ya team yabagwanya yago Rero Numva mwobishinj uwabikoze apan.bose.kuko.subawsmber.bajayo.bahorabagenda.kandibagafatwa.neza
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 7 ай бұрын
@@marymgort1160 turabazi sha Ico twabonye twakibonye yaco mwisigura
@WilliamsNsengiyumva-gt9tk
@WilliamsNsengiyumva-gt9tk 7 ай бұрын
Abanyarwanda mwese mwavukanye ibisebe kumutima.ntanumwe azubwenge kandi mwese mufise inzigo.ariko burya Abarundi dufise ukuntu duhora kandi tubabaye.ikirunga ntigipfa kumeneka ariko iyokimeneyse kirarimbura
@PacifiqueKadubire-jl8tr
@PacifiqueKadubire-jl8tr 7 ай бұрын
Umushenzi winryarya umugesera abadukwegera iyo mihimbiri bagayana Umuhitatu mvuga ni Landry nyakuranduka.
@aliciawinnie1611
@aliciawinnie1611 7 ай бұрын
Philpeter numugome pee koko
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 7 ай бұрын
Kabisa birababaje kandi cane😢😢😢
@fidelnjiwa1515
@fidelnjiwa1515 7 ай бұрын
Christopher aje muburundi tuzomutera amagi aboze ndake
@billkakooza2637
@billkakooza2637 7 ай бұрын
Abarundiii mugira amatikuuuu
@lexboy257
@lexboy257 7 ай бұрын
Urakoze can nabarundi tugushimiy pe merci beaucoup
@tvofficial6422
@tvofficial6422 7 ай бұрын
Komera
@user-nq1ls9vz2r
@user-nq1ls9vz2r 7 ай бұрын
Uwo mu DJ ndamwemeye cane uwobona ingene mubisemba birya bintu vyo kubona umunyarwanda mukamwirukaho inyuma nkimbwa beretse inyama biranshisha ntamusi binryohera pe
@niyonzimajacqueline7273
@niyonzimajacqueline7273 7 ай бұрын
Ndababaye nukuri pe kuko ntakundu Umurundi yogenda Mu Rwanda bamukorere nabi .nabo tukabakira neza ,,ariko ndibaza ribaye isomo.
@user-vw1oc4lp9f
@user-vw1oc4lp9f 7 ай бұрын
Randry uwomukaritasiii nyakurenzwivu siwee abitera bakaca bavyimba shaa rindira
@yafitaalghtany3812
@yafitaalghtany3812 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@aimablemunyarugo639
@aimablemunyarugo639 7 ай бұрын
This is saddening 😢😢😢😢😢😢
@user-ud5rq8ns5b
@user-ud5rq8ns5b 7 ай бұрын
Aba star babarundi mwisemba urwanda cane nje namande I'yo umu star w'urwnda aje iburundi aba KZbin channels ziburundi zose uzisanga kuri airport Kukise mwebwe mutobihoza Babarusha iki kobaza gusumira indagara numukeke I Burundi
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 7 ай бұрын
Ahubwo na yago amurabe neza kuko yashatse kumwicira show abarundi dukunde ivyacu
@BeniBonheurBigejera-ce8ph
@BeniBonheurBigejera-ce8ph 7 ай бұрын
Uwo Landry nyene ari mubambere mugufyetera iyo mikoshii yiruka nubu caméra umenga yarasaz ,burya Hama bazobakubita
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 7 ай бұрын
Ndumiwe kweli
@MuhozaChadia-in4fm
@MuhozaChadia-in4fm 7 ай бұрын
Sha nukuri naraye mbabaye vya dange😢😢😢
@juniorntahiraja
@juniorntahiraja 7 ай бұрын
Iyo nimishushwe beaf ihari iba ihari w naho wofurra ikinogo warengejeko ihema ukijajara ngo wagifuriye kwl tandukanya ko ikinogo kitafuriwe basha
@HuhaJames-hs8by
@HuhaJames-hs8by 7 ай бұрын
Mn yaratubabaj knd cane nukur
@derickcastor8008
@derickcastor8008 7 ай бұрын
DJ n'abanyarwanda biratandukanye.
@felicienbimenyimana5199
@felicienbimenyimana5199 7 ай бұрын
Uvuze neza rata bro
@mupatioctavo1624
@mupatioctavo1624 7 ай бұрын
😭😭 so sad kbs
@CharmentDc
@CharmentDc 7 ай бұрын
Ash igiteramo ca Christopher ntituzonyarayo nukuri kwimana
@user-zx7ji5zy7q
@user-zx7ji5zy7q 7 ай бұрын
Abarundi bagomba gufatwa nk'abanyarwanda mu Rwanda
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 7 ай бұрын
Imbwa yambere muburundi dufise ni Ladry promoter urumushenzi ndabivuze ngombe ndabizire ,Wew niwe muntu wambere uri inryanrya ukunda amahera nkurupfu niwe muntu uba uwambere mugaha ikibaza izombwa zaba nyarwanda zitugayira abana bacu bakabandanya badusuzugura harigihe muzicuza kubera ubukunzi bwinda,none nkibi nibiki kweri 😢😢
@MayHey-tj7yw
@MayHey-tj7yw 7 ай бұрын
Wosanga Uri mubambere bashigikira abanyaru, murabazi ko arimihimbiri y’inzigo ntimwigera mubahindurira izombwa zabanyaru
@user-pg1ed3yj8e
@user-pg1ed3yj8e 7 ай бұрын
Ivokibunda cumumenyesha makuru kitanigiye cabinye kuronse amahigwe abarundi baracuzera kiba ciyise namazina ngo mutananigwa muganga nibindi abarundi turayakira turacuzera tutaziko kije kugambanira umuziki ndundi gx harumusi uzovyicuriza ww nta bustar wasumvya ba canco amis wambwawe yomukamenge
@user-mi6ni6zu9r
@user-mi6ni6zu9r 7 ай бұрын
Umushenzi gusa akubahuka akanabivuga kand biva kuriwe nyene nahora ntatukana ndaba ibintu nirenganira ariko iyi mbwakazi yo mukamenge igambanira igihugu cacu irambabaza cane kand can😂😂😂
@saimonsimon9745
@saimonsimon9745 7 ай бұрын
Birababaje bro
@ngabire293
@ngabire293 7 ай бұрын
Landry nirofa gose knd akorera make ariko yita imbere muri vyose ng niw yakir abashitsi kuber kutiyubaha gusa nary bike aryam kare
@alicecycy4104
@alicecycy4104 7 ай бұрын
Nimukome iyobaje I Burundi murigira abayuwayi cane ngomwagiyekubakirana iteka none raba ivyobabakoreye akonagasuzuguro nukuri muzosubire
@Adrienravista
@Adrienravista 7 ай бұрын
Iyimbwa randri nyene siyo yishirahejuru mukurutisha izombwa zabanyarwanda ngaha muburundi ukamenga abarundi ntabikogwa bagira yovuga arinaco gituma bagaya abastar bacu murakwiye kwikebuka mugakanura mukabona nirenganira🚶🚶
@florienimanirumva2066
@florienimanirumva2066 7 ай бұрын
Ariko disi birababaje pe
@cleverlandtv6993
@cleverlandtv6993 7 ай бұрын
Phil peter niwe wabiciye stage peeee. Si twese peee mutubabarire
@user-vw1oc4lp9f
@user-vw1oc4lp9f 7 ай бұрын
Dj ndamwemeye yerekany ukuri arek uburyary kbx abarundi bituber icigwa kbx abanyarwanda ntamuziki baturuta ahubwo baturuta inzigo rek dushigikire ivyacu mazeee
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 7 ай бұрын
Ubukene burakengereza
@Musindi736
@Musindi736 7 ай бұрын
Hama asha natwe tuzoza tubafunga ntakibazo
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 7 ай бұрын
😂😂😂
@ibireziculturelagence
@ibireziculturelagence 7 ай бұрын
Ibi bitwereka KO dukwiye kuza turitwarira aba DJ bacu nkamba aba star bacu baronse Ama diri hanze bagenda batwaye umu DJ wabo
@thecreator4199
@thecreator4199 7 ай бұрын
Nibo bisebeje bajya mu gitaramo cy'ubugoryi. Ariko abarundi bari talented kurusha abarezi bacu nta n'umwe Uzi kuririmba usibye Mike Kayihura
@makokoinnocent4571
@makokoinnocent4571 7 ай бұрын
Esuitons ''2 j'y bomboclaats '' the problems Always kujipendekeza suace
@baranos5549
@baranos5549 7 ай бұрын
Rwanda kunzigo bafise bazonabica. Kwisemba bitera gusuzugurwa reka mubone
@ISONGAMedia
@ISONGAMedia 7 ай бұрын
Ariko iyi mayibobo yitwa philpeter yo gaceza amatangazo 😢
@murasandonyijean_marie9747
@murasandonyijean_marie9747 7 ай бұрын
Ndasaba abarundi bos bakoze sabuscrb ka pil pta mukureko kabis uyu muhimbire arasesemye
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 7 ай бұрын
Landry turakwiyamirije jew mbere ubandanije uhunahuna inyuma yabanyaryanda nzokwi desabone kuk niwe udusuzuguza wew ntana 5jrs zirahera ubaye umubodigad waba vestine uhabuka mukubakora ariko niwe ubay uwamber mukutwerek abana bigihugu cacu cuburundi uko bafashwe nabi nabamwe uheheta inyuma
@user-sr9yr6pc3p
@user-sr9yr6pc3p 7 ай бұрын
Muzomuting aje mu burundi tuzomwerek
@user-vg2op5fj1x
@user-vg2op5fj1x 7 ай бұрын
Abarundi bubahwe ahobukera uzokumva banasubiyeyo babamperamashi !!! Kk bibagiraningoga
@bonneanneejocelyne4316
@bonneanneejocelyne4316 7 ай бұрын
Philpetrer ngira nulwuzukuru wa Kayibanda kabisa.........iyo mburu
@Pro_sayg_marley
@Pro_sayg_marley 7 ай бұрын
Burya umutwe utagira umbwenge uruhisha amaguru , Aho wobabajwe nivyo bagiriye abarundi biwanyu uciye ahubwo ugirira iyo launch yubugugu , reka babagire ibiraro muzobibona mumisi irimbere , ndabatuye indirimbo ya pechie yitwa rwandaurundi
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 7 ай бұрын
Mwe mwirirwa mubisembako ngo mwagiye kubategera ninde munyarwanda araja gutegera umurindi za mucakeng ingso yokwisemba kubera 10mile muteye isoni
@ayandamasondo9789
@ayandamasondo9789 7 ай бұрын
🤔🤔🤔
@Geming-xb7iy
@Geming-xb7iy 7 ай бұрын
Ndagarutse kandi thx sana kur hittop TV kuterek ukwo mukeba wacu ameze ngira nabandi barundi murabona ukwo ako kagaye batweretse kameze Mukirund bavuga ngo >
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 7 ай бұрын
Akwitwa ikibiranyo
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 7 ай бұрын
Ikiburanyo
@user-sr9yr6pc3p
@user-sr9yr6pc3p 7 ай бұрын
Nivy vyabo.ntarukund mubitezeko
@igiranezaflavio2726
@igiranezaflavio2726 7 ай бұрын
Phil peter nta ndero agira
@irakoze5268
@irakoze5268 7 ай бұрын
Twarababujije ariko ntimwumva 😢 😂😂😂gusa ndababaye ukuntu 😔
@user-uh4ye4be2k
@user-uh4ye4be2k 7 ай бұрын
Philpeter watubabajee wakibwaweee never again Mn
@joeybiz2098
@joeybiz2098 7 ай бұрын
Birababaje kweli😢
@turatsinzebienvenue1373
@turatsinzebienvenue1373 7 ай бұрын
Ndabizi abarundi mwese mwarakaye ariko Kandi ndabizi abarundi mwese nta makuru mufite rero mutuze nyabahe njyewe narindi muri iriya show Uko byagenze ntakundi nuko show yatangiye itinze bityo buri muhanzi bamugabanyiriza indirimbo agomba kuririmba ziba 2 ariko Double jay wanyu ageze kuri stage arazirenza maramwibutsa ariko abirengaho uburyo bwo kumukura kuri Stage bacuranze indirimbo ya yago ❤❤ Bityo rero impamvu abahanzi babarundi mudatera imbere mwige kuba professional Kandi mugire discpline
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 44 МЛН
Mom's Unique Approach to Teaching Kids Hygiene #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 34 МЛН
No empty
00:35
Mamasoboliha
Рет қаралды 8 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 3,6 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
0:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 8 МЛН
Ой не могу 🤣❤️
0:33
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 2,1 МЛН
Inside Out Babies (Inside Out Animation)
0:21
FASH
Рет қаралды 16 МЛН
Waka Waka 😁 #funnyshorts #rianashow
0:14
RianaShow
Рет қаралды 27 МЛН
Mother Cat Drinks Lots of Coffee to Get By #funny #catlover #cuteanimals #cartoon
0:21
Super Emotional Stories
Рет қаралды 20 МЛН
MAGIC DRINK TRICK TUTORIAL 😱😳
0:20
Milaad K
Рет қаралды 37 МЛН