Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu. ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636) follow us @ on facebook, instagram and twitter #magicchannelTv#Entertainment
Пікірлер: 59
@truthboyofficial161k33 жыл бұрын
Peti yang #dramat #magictv #satb from🇧🇮🇧🇮
@alphajayburundi49833 жыл бұрын
Wagwan big bro ivy nivy tub dushk
@jonhkingwamabrabra73773 жыл бұрын
Ndaka kwiyitirira!
@B-Glory3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ ndakunda cyane ibikorwa vya drama t bisukuye nka nyene vyo
@twamp9113 жыл бұрын
Babwire Drama-T...nubwo Minouche adashaka ku kwumva😍😍😍😍😍 Ariko Minouche ngo abahungu nkabo ntabahari mu Burundi ubu rero twe turi hehe?😍😍😍
@mugishaaston63543 жыл бұрын
Drama turahari les mecs turi romantiques waana nibareke kukwayaguza,Minouche uzohe ikiganiro ma meuf azokubwira uko biri🥰🥰🥰
@bukururamadhan24423 жыл бұрын
Dramat the king Bantu bwoy number one
@msbanisa11493 жыл бұрын
Drama big up kbs abahungu harih abakiri serieux mgb ni bake
@rolandsurusuru38583 жыл бұрын
My man Drama-T you’re not alone! Minouche siwe wenyene ari romantique turahari turuzuye 😂😂😂
@willyndabaniwe25333 жыл бұрын
Uyu muririmvyi avuga neza. Numva afise de bonnes idées 👍
@gee_mitindo_952 жыл бұрын
I see you dramma t. From TZ🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿
@boashamah36423 жыл бұрын
Jewe nanje ndemeranya na Drama T Guteka bifise akamaro kanini murugo Jewe kwitekera nivyiza
@mugishaaston63543 жыл бұрын
Drama T muhungu wacu shan🥰 Big up bro#LOVE FROM🇨🇵🙌
@a1b7112 жыл бұрын
Respect for that
@brucehatungimana11423 жыл бұрын
Ndakunda ibiganiro vyanyu turabatey intege ngo mubandanye..muga mumbabarire nari mfise ico nterera...murashobora kuzoza muragira nibiganiro bifatiy kuvy Imana(gospel)??ndibaza ko vyoryoha de plus kuko we need to hear vyose...nimwanashak i'll b ur first guest wico kiganiro..Lol...bon merci idea yanje yariyo!
@jovioncuti32753 жыл бұрын
umunsi naronse umukobwa andaba nkuko Minouche yaravye Drama T kumunota wa 12:53 nzoca ntera ivi hasi nanje,
@enockado90403 жыл бұрын
Minouche yaraba Drama-T nkuwumunda can mwibanga.
@ngendakuriyoolivier2954 Жыл бұрын
Ababoyi nabo nabantu sha. Abomuburundi nabayaya muga baja hanx Arabia nahandi bitwa abamanoti
@gateretsealan7927 Жыл бұрын
Ego sha nababoyi nabantu disi
@gateretsealan7927 Жыл бұрын
Uwo mwana arihuse mukuvuga
@gladysnsabimana42612 жыл бұрын
Drama uvug nez vrt😍
@ngabomicheal66983 жыл бұрын
Uyo minouche nta rukundo agira. Kubera azi kwiyorobeka. Uyu kwiriye guhindura ririya zina akitwa “ mutimawibuye”. Azo je areka kwiyorobeka. Azotwereke umuhungu bakundana.
Mb😅 minou ubirato wabigurishije😂😂😂 cank ukeneye tukugurire bishsh 😅😂tubarire ukur 😉 Ndakwikundira sh
@waslaywagtg81073 жыл бұрын
Harahiye mur studio
@waslaywagtg81073 жыл бұрын
Nimumpe number mukoresha tuzoyage mumbwrir aho mukorera nzoze kubasaba interview
@dignedelicia66403 жыл бұрын
Minouche n Bella none nyene muri serious mwumviriza nyene ivyinkundo zabaririmvyi babarundi?hhhhh OK OK OK muzohamagare abakundanye nabo bababwire hhhh j mfise nk 3 nzi birwariye hhhh OK j vs aim qnd mm courage
@santiananiciteretse62973 жыл бұрын
Bazobahamagr mwbw mubiz mubirimw kk ababiz nib bobivuy maman munyana #originallifestyle😅ng if u know u know🏃🏃ababisobanij nibo ben kubisobanur🙌
@dandylankaburundi85283 жыл бұрын
Drama t arabaryohereje ikiganiro😂😂
@ferdinandnindabira63852 жыл бұрын
Minouche ndakunda ibiganiro vyaw non ko utariger uzan abo muvukan kimb bahari nom atar prive
@mumubeandra48013 жыл бұрын
Huku bby😄😆dram Sh
@deobiho3 жыл бұрын
Minouchien. I just played with your name 😂. Just a joke, ariko ntushavure. Sivyo ga Minouchien, Minouche Ange RUKUNDO. Turafise uwundi yitwa Ange RUKUNDO, ariko ni umugabo wa bana 3
@cffr58693 жыл бұрын
Minou ndafise ikibazo Bella niweyasubiriye keke??
@kumurundi37433 жыл бұрын
Urukondo ninkakazi mukandi Kandi gakomeye
@manirakizaboniface15863 жыл бұрын
Umwana arakaze💑👩❤️👨
@nimubonabeaudry10653 жыл бұрын
Dramat izo ni film nyinshi uraba raba ubigabanur
@gulaindrake77402 жыл бұрын
Minouche vyarakurenze biranka kumubaza kuri frienzone erega ntikabesha ako kajama 😂😂