Drama T umuririmvyi wambere mu Burundi ashobora guteka inyama n'ubugari muri 20 minutes gusa..

  Рет қаралды 55,991

Magic Channel TV

Magic Channel TV

Күн бұрын

Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media#LundiMéchant
• #FreshCuisine/Salade M...

Пікірлер: 167
@mamessimbanduku1815
@mamessimbanduku1815 2 жыл бұрын
So i love how he express in english and how he sounds like a native speaker.he performs well we wanna show our perfomances as we are in east africa
@Nino_officia
@Nino_officia 2 жыл бұрын
You guys , I love you especially drama t, numwana windero yitonda azi kuyaga akishurana ubwenge. Much love 💖💖💖
@MegaAlexison
@MegaAlexison 2 жыл бұрын
Iyi ikwiye kuba new show .. muhamagaza aba star mukayaga muriko muteka vyo ryoha cane . Minouche araboneka azaba umukenyezi mwiza Hama mwakoze kuduha inkuru nziza
@kimberly_sarah
@kimberly_sarah Жыл бұрын
he is just perfect😍🥰
@pacellirukundo6004
@pacellirukundo6004 2 жыл бұрын
Bella is cute & Drama T big up to show u can perform with more competences.......Love u guys
@karolldjikaroll3802
@karolldjikaroll3802 2 жыл бұрын
Safi sana drama Magic tv nciye numva shaka kubasaba challenge MEILLI vs VANIA ICE bateke i sauce nubugari ico twirabira 🙈🙈
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 2 жыл бұрын
25:35 Minouche's mind was with "The Machine" bella(better) than them"! best line ever
@abelhakizimana3004
@abelhakizimana3004 Жыл бұрын
Je suis vraiment désole
@alexiauwineza2689
@alexiauwineza2689 Жыл бұрын
Ariko warahise vraiment yesu abandanye akuja imbere
@adelphinesimon130
@adelphinesimon130 Жыл бұрын
Umwana atareze amaboko nciye ndamukunda more and more ❤❤❤❤
@anefamm9802
@anefamm9802 2 жыл бұрын
Mumpeko basha nciye nsonza vrma .lundi yuyumusi murahatwitse vrma
@pascalbutoyi5591
@pascalbutoyi5591 Жыл бұрын
I proud of you drama then big up in nairobi we following you too much
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Ukoze ibitangaza nka Yesu kristu, ugaburiye abantu benshi.
@nyiramuzika
@nyiramuzika 2 жыл бұрын
Baby Keller uhagaze neza Kl ni aba star bensh mungana batazi ivyo Uzi KL kuririmba urabiz never give up br keep it up
@sunfiston3760
@sunfiston3760 2 жыл бұрын
#BellaMin coUrage mUbikoRa Bon SaNaaa...so KeeP it Up!🤗🙌🙌🙌🙌 HAma BwiRa #Drama AreKe kuRyama Xn!
@DemanaTV
@DemanaTV 2 ай бұрын
Fureshi
@ngabomicheal6698
@ngabomicheal6698 2 жыл бұрын
Muri Iki kiganiro mbonye mo umuhungu Minouche akunda( Igihe naga kuri University ya Cape Town batwigishije ikintu body language). Minouche ya kunze gukoresha body language cane…. Uriya mu type wo hagati niwe Minouche akunda. Ibi no bihagararako emwe na $ 5000 vyi dollari kashirako.
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 3 ай бұрын
Bisigura kwatameza afise bisigura kwatagikoni afise Uku nukwiteza isoni
@secondtresorndihokubwayo-kf8lm
@secondtresorndihokubwayo-kf8lm Жыл бұрын
Vrt minouch dram t ndamukunze numu hepu nkanjye pee arirekura pee
@EduigeNduwimana
@EduigeNduwimana 2 ай бұрын
😢dram t ndagufana uratesa nitw joyeuse komezap mbamuburubd ibuj mugatumb
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Bor urashoboy kbs courage kk ndabona ntiwishima
@anealane3482
@anealane3482 2 жыл бұрын
Interviews irimwo drama t iranezera pee numwana ateri nkuru sana bisaba azokine flm kwl🤜🤛
@jean-daffairesmanirakiza4759
@jean-daffairesmanirakiza4759 2 жыл бұрын
Na jewe nkikijwe n'inkumi nziza nk'izo nobiteka pe!
@flaviairakoze5319
@flaviairakoze5319 2 жыл бұрын
much love from kayanza I really love you guys 😍
@richardtuyishemeze4097
@richardtuyishemeze4097 2 жыл бұрын
Kayanza my native town✌️
@stanybigirimana9340
@stanybigirimana9340 2 жыл бұрын
Aaaah🤣ndababay kumbe bella arafis chr 🤦pol shaa drama
@UwasestellaStella
@UwasestellaStella 6 ай бұрын
Drama t ndagukunda cyn nitwa ester ndi murwanda uririmba neza bro komerezaho nibyiza urandkurura cyn
@thierryhategekimana-9752
@thierryhategekimana-9752 Жыл бұрын
Courage
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 2 жыл бұрын
Wow ikiganiro ni top kabisaa Drama T 🔥🔥👌
@beleiverbeleiver2427
@beleiverbeleiver2427 2 жыл бұрын
Zamubanza kuturamutsa twe muduha ikiganiro DRMT ntuze ugare ng niko urihit hubwo biguhe inguvu zokugera kucushak🤜💥
@jordyjoelbaroreraho1212
@jordyjoelbaroreraho1212 2 жыл бұрын
Weeee dramaaa T weyeeee sema kirundi wanaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣.......u from Brooklyn nini 😆😆😆
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Mawe Nyoko wawe Nyina wiwe Mawe wacu Nyoko wanyu Nyina wabo
@Elijahofficiallyrics
@Elijahofficiallyrics 2 жыл бұрын
Waooooh ikiganiro ni flsh kbx
@DisireNkengurukiyimana
@DisireNkengurukiyimana Жыл бұрын
Umunyabikorwa ndagukund@
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 жыл бұрын
Ego sha muzohamagare B face nawe azoze guteka hama congretulations mwese bon anapetit mwese
@NIKIZA96
@NIKIZA96 2 жыл бұрын
Love from Muyinga-Buja
@Gamefirstquality2
@Gamefirstquality2 2 жыл бұрын
Wa Muyinga kwetu pigapu
@ndereyimanadesire5606
@ndereyimanadesire5606 2 жыл бұрын
ibikere nyene
@vianneyvivi9457
@vianneyvivi9457 2 жыл бұрын
Oya reka sha drama niba ubona abandi bateye imbere cank bafita ibintu nuko ari aba erminat mn kndi bo baramaze kwiyakira
@jdjwhwbhwjw7231
@jdjwhwbhwjw7231 3 ай бұрын
Dramat wubahwe
@ismaelsaed1158
@ismaelsaed1158 2 жыл бұрын
10:30 baratangaye ngo sometimes ataha namaguru..Bdi securité yaho nubu ga yemwe??
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 2 жыл бұрын
Kuva nabaho iki kiganiro kirandyoheye cane gose.
@mamessimbanduku1815
@mamessimbanduku1815 2 жыл бұрын
I love you so much drama bella and minouche you're the best
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Ko umengo uzi guteka? Ingo ndaguhe akazi sha, seriously.
@Meddyfafa
@Meddyfafa 2 жыл бұрын
Kubera ariwe mumaze kurondera wenyen si w wamber!!aho murahaze!!urabaza Bidondo ingene acopora🤣🤣🤣🤦🤦🤦
@nduwayezuissa2651
@nduwayezuissa2651 2 жыл бұрын
Murabanababi mutangiye gutamira mubamwinyegeje
@elvis-hl1tv
@elvis-hl1tv 6 ай бұрын
His nez vrmt ukunt nkund ubugr umeng ngir ndabiry
@sijemoct1216
@sijemoct1216 Жыл бұрын
uyu musi vyakunje kweli
@elientakarutimana2398
@elientakarutimana2398 2 жыл бұрын
Minouche warah ufise amaguru meza cane
@guygaelgf
@guygaelgf 2 жыл бұрын
UYO MUHUNGU YARANYEREREJE MWIJORO NDAKOMA WALLAH
@boboyann
@boboyann Жыл бұрын
Nowadays am addicted to this boy oh lord... Agatwengo kagahemo yifitiye gatuma nanje ntwenga 😂😂😂
@christophermanirakiza6362
@christophermanirakiza6362 2 жыл бұрын
Sha je nduyu mujama aba bakobwa ntavyo bokorako ndake
@twoj257
@twoj257 2 жыл бұрын
Bella ntabwo twize hamwe kweli ati " hajatokerezea" mumfashe ico gisigura kugira menye ivyo barimwo
@ndimlyne1372
@ndimlyne1372 2 жыл бұрын
Ukwo nibaza yavuze nti.ntaraseruka.abandi mumfashe
@jibrilnshmrmn6519
@jibrilnshmrmn6519 2 жыл бұрын
Respect broh from Muyinga😂😂😂
@alexandrekubwimana4358
@alexandrekubwimana4358 2 жыл бұрын
Minouche mbayo matako wanikira hejuru,uzoyanura ryari?
@godefroidhabarugira4147
@godefroidhabarugira4147 2 жыл бұрын
Kuba uzi guteka ndabigushimiye gose naj mubuzima ntamukozi ateka nzigera ntunga munzu iwanj kuko guteka ndabikunda gose kuva nkiri ngaho buja nibwobuzima nari mbayemwo ubu hoho birarenze (hama twige gukunda ururimi rwacu tureke kuvangabanga indimi niba uriko uvuga ikirundi kivuge conyen igitangaj ushobora gusanga atacongereza yovuga iminota 30 Dukunde ururimi rwacu basha)
@kumurundi6120
@kumurundi6120 2 жыл бұрын
C'est la 1er fois ndaba ikikiganiro kubwuyu muhungu #drama t
@ndayikengurukiyedaniel8431
@ndayikengurukiyedaniel8431 2 жыл бұрын
Ikiganiro niciza mukomere Agakosa nuko drama yashikiye gufata inyama mutamuhaye amazi yogukaraba.twirinde umwanda wodutera indwara zandukira
@jimmyramadhan6326
@jimmyramadhan6326 2 жыл бұрын
Thats what’s up bro
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Drama T guteka yavyigiye mur bantu boy 🤣🤣🤣 kw big fizzo ntamikino
@PierresPerfect
@PierresPerfect 2 жыл бұрын
Thanks, you guys are the best 👌 👍 😍 🥰 ☺ 💖
@inspiration1562
@inspiration1562 2 жыл бұрын
Ab star bacu murakwiy guhindura mind ntawuzogusanz amafarang mwipfuza kuronk nkaband mudakoze am projet ham ngo murondere am financement mufse mumutw ngo murahambaye sivyo guys murinkabandi barundi mutize uko ayamahera yova mubant muzogumuko
@btv254show1
@btv254show1 2 жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼 turabakunda cyane
@Your_coach_is_here
@Your_coach_is_here Жыл бұрын
Sasa Ange minouche yaravuye mu bubirigi?
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@noellanshimirimana9488
@noellanshimirimana9488 2 жыл бұрын
Waooo arabiz san yubahwe 👌😘
@i-gmusic4940
@i-gmusic4940 2 жыл бұрын
Respect Drama T
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Lundi méchant. Bella, to be honest with you,uriko uraba mwiza. Ndakwibuka ugitangura muri Magic Channel TV, ryoooo. Iki kiganiro kiraryoshe
@jinamajody
@jinamajody 2 жыл бұрын
Izo nyamaaa attention na lift vally one😜😜
@umutisondeka1
@umutisondeka1 2 жыл бұрын
love from Arcy Lucky
@philbertnkunzimana9322
@philbertnkunzimana9322 2 жыл бұрын
Toujours de l’avant 💪🇧🇮
@petsshortsvideo3645
@petsshortsvideo3645 2 жыл бұрын
Ariko se abantu bateka bambaye gutyo
@TruthMediaUkuri4024
@TruthMediaUkuri4024 2 жыл бұрын
Minou usigaye ukora show anezereye cane.big up.
@habonimanafridolin7882
@habonimanafridolin7882 2 жыл бұрын
Wauuuuuu vyizaaaaaa gusaaaaaa ntimwikorane nimwahisha❤️❤️❤️❤️🤝🤝🤝🙏🙏🙏From🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮and🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦cape Town natwe ino turitekera imfungurwa ntabujinga uvyiga kunguvu👍👍👍💪💪✌️💥💥💥
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
Mwebwemunkumbujuvugari have 😳😳😳😳🤣🤣🤣kimw ndabakunda sana❤❤❤💋💋💋💋🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Muze mutumire b face ateke🤣🤣🤣
@omarelhabibi4071
@omarelhabibi4071 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@aimeserge7013
@aimeserge7013 2 жыл бұрын
I lv u from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Iki kiganiro maze kugisubiramwo gatatu nubu sindagihimba!drama t niwubahwe🙏🙏 minouche na bella ibiganiro nkibi muze muraduha vyinshi🤣🤣
@coolboy1262
@coolboy1262 2 жыл бұрын
Dogo drama t mutoto w muyinga kuteka nibisazw sn kabis minouch naw naono ik kimia sn. Ameishiwa
@كارينبوروندي
@كارينبوروندي 2 жыл бұрын
Dramat ndagukunda
@chanelletuyininahaze9184
@chanelletuyininahaze9184 Жыл бұрын
Big up bro
@ndikumanabosco3652
@ndikumanabosco3652 2 жыл бұрын
Courager bwana ntiwitinye guteks
@ndayishimiyethierry06
@ndayishimiyethierry06 2 жыл бұрын
Cagisore kirazi gucumba ingali ya dudu
@abduljohn1226
@abduljohn1226 2 жыл бұрын
Big up saana ku muhungu wacu I muyinga drama T 💪💪👌
@EmmyVoice-ko6ub
@EmmyVoice-ko6ub Жыл бұрын
Nkiyo uvuze umuririmvyi wambere abizi abandi murararana?
@kwizerasaidi6131
@kwizerasaidi6131 Жыл бұрын
Waouw.......❤️👊😍
@oliviernahigejeje5737
@oliviernahigejeje5737 2 жыл бұрын
Drama t ndemeye urazi gucumba
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Iki kiganiro kirarenze🤣🤣drama t ndamufana Sana!muze mutumire Landry promoter turabe ingene ateka🤣🤣
@omarelhabibi4071
@omarelhabibi4071 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@francoisen.4633
@francoisen.4633 2 жыл бұрын
The guy with the white hat was hating 😂😂 his face basi
@deborahumuhoza8327
@deborahumuhoza8327 Жыл бұрын
Woo mbega ukuntu nkukunze kurushaho😍😍
@FleuryOG
@FleuryOG 2 жыл бұрын
Muba muhazee 😂😂❤🔥🔥
@samuelniyokwizigigwa6402
@samuelniyokwizigigwa6402 2 жыл бұрын
Si abaririnvyi gusa normalement toute la jeunesse muburundi ntibakora.wunva ngo ndaryamye akavuze kose ngo ndagiye kuryama kubera hamwe Na hamwe bagaburirwa nabavyeyi babo.iyo ngeso ni muhohebe kuko yarataye igihe.nico gituma urwaruka dukena tukabura gitabara.
@jenclade917
@jenclade917 2 жыл бұрын
😅😅😅ikiganir kibay gito kur jew wameng comara nka 2h😄😄big up dramaaa
@florenendayikeza515
@florenendayikeza515 2 жыл бұрын
Gutambuka mw'ijoro birasara saaana.but be attention my Drama T
@mugishachihana9968
@mugishachihana9968 2 жыл бұрын
Ninde abonako uyo muhungu asa na Christa kur bujahit???
@donbigirimana7239
@donbigirimana7239 2 жыл бұрын
Merciii boku Bella uriko uvyitwaramo nezaaa
@igiranezanadege5440
@igiranezanadege5440 2 жыл бұрын
😄 🤣 murimana ko cameraman mutamuhay 😄 🤣 yishinze kugum a camera
@jojo-ne3oy
@jojo-ne3oy 2 жыл бұрын
Ndakunda umuhungu azi guteka Courage vrm Drama T
@christianfunnyburundi
@christianfunnyburundi 2 жыл бұрын
Natwe mutwibuka bavandi
@nduwimananina3281
@nduwimananina3281 2 жыл бұрын
Nakana keza disi ka Drama T,ndagakunz
@ArnaudIrakoze-n2h
@ArnaudIrakoze-n2h Ай бұрын
Mn Drama t aho nifresh
@ciellauwizeye2744
@ciellauwizeye2744 2 жыл бұрын
😅😅😅😅😅😅😅ndashoboy kuba notweng
birabaye gasore asavye mariage izuba ryaka  wa mukobwa yaririmbira
28:08
Magic Channel TV
Рет қаралды 66 М.
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
Officer Rabbit is so bad. He made Luffy deaf. #funny #supersiblings #comedy
00:18
Funny superhero siblings
Рет қаралды 18 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 78 МЛН
SHAPALAQ 6 серия / 3 часть #aminkavitaminka #aminak #aminokka #расулшоу
00:59
Аминка Витаминка
Рет қаралды 3 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 829
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36