No video

Duhuje Mkombozi na B Face🙆🏽‍♀️/ivyo bakoreye mu kiganiro muratwenga mukumbagare/vyanse ko bagenda

  Рет қаралды 20,500

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #kimwekukindi

Пікірлер: 121
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Hosy merci bcp twaragutumy Uratumika Wubahwe can hama abo basore bacu twari tubakumbuy bubahw can 💪💪👌👌👌❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@alexandrekubwimana4358
@alexandrekubwimana4358 2 жыл бұрын
Nyanza-Lac+Matongo respect and other collabo brothers
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 2 жыл бұрын
Hosy wubahwe ndagukunda cane. Ababatumire bawenabo badukorera umusi tukirigwa twishimye lmana ikomeze kubagura mumpande zose 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@kercybty
@kercybty 2 жыл бұрын
Nice guys 👌 Burundi 🇧🇮 Bujumbura😂 Burundi 🇧🇮 to the top ✊🏿 🇧🇮 let visit Burundi now 🇧🇮 let visit Burundi 🇧🇮👊🏿
@nicemedia8029
@nicemedia8029 2 жыл бұрын
🥰🥰 ikiganiro canyu ntegerezwa kukiraba nkagiheza so ndabakunda😘
@theemeelyone469
@theemeelyone469 2 жыл бұрын
Hosy Thank you Ndabakunda can b-face 🥰🥰murantwengej peee murakoze can munkoreye umus pee 🥰🥰🥰🥰
@fauziauwizeyimana7071
@fauziauwizeyimana7071 2 жыл бұрын
Waaaooi👌👌👌congratulations B-fac&mkombozii🤞ndabashigikiye
@user-ig5bz2wu6c
@user-ig5bz2wu6c 2 жыл бұрын
Ndabakunda mwese ❤❤❤❤🇦🇱🇦🇱🇦🇱🇦🇱
@MucoStar
@MucoStar 2 жыл бұрын
Love from 🇧🇮 ruyigi ✌️🇧🇮😂
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 2 жыл бұрын
Wubahwe
@user-sn4tj6qh3f
@user-sn4tj6qh3f 10 ай бұрын
Nanje ndabakunda mwese❤❤❤
@Mr_KORI
@Mr_KORI 2 жыл бұрын
Muntu utaravye fin yiy émission urahomvye père😂😂😂😂
@PiyoMika
@PiyoMika 4 ай бұрын
Abo nabiwacu kwr Rapp yuburundi hejuru cane💪💪💪💪💪💪
@FaustinNsabimana-v5t
@FaustinNsabimana-v5t 11 күн бұрын
Hosy ndagufana caneee❤❤
@egideirankunda7947
@egideirankunda7947 2 жыл бұрын
Hosy bravo 👍👍👍
@user-ww6op7fx3i
@user-ww6op7fx3i 7 ай бұрын
Intare ❤ningwe🎉birahuye arikomumenyeko intare😅kwikaze😂kurusha ingwe
@ferdinandnindabira6385
@ferdinandnindabira6385 2 жыл бұрын
Hozy ndakund ingen ubaz gus ndagusab ikint kimw aba baririmvy barantes uzotumir vichou barikumw thanks
@ireragad5483
@ireragad5483 Жыл бұрын
Mukombozi ndagukunda cane subira ukoranumwete nka kera ariko bikunze uzuhindure sujet kuko ugiye tusigarana inkumbu nyishi B-Face umunyakayanza wiwacu courage turagukunda
@jacqui702
@jacqui702 2 жыл бұрын
Muraciy ubweng kabis murandajij itir😂😂😂
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 ай бұрын
Biraryoch mukoranyikiganiro uko ozi uzohorukibakoreshukonyen baradutwenza sana barakangura abasinziriye
@edrickbigirimana6538
@edrickbigirimana6538 2 жыл бұрын
B face irya song mwakoz na 187 chef benshi bavugako wamusumbije kurapa naho harimwo ikirundi kiryoshe ngo uyu mu guys arakaze🇧🇮💪💪💪 from zambia lusaka 🇿🇲
@nicesa...8882
@nicesa...8882 2 жыл бұрын
Zamwikundanira Niho Muterimbere Mwibereye Mumahoro Shahu Ndabikunda
@luckythesunday8006
@luckythesunday8006 2 жыл бұрын
Aba ba type n noma😁👌😁 Hosy w noma
@rachmyrachel477
@rachmyrachel477 2 жыл бұрын
Ntanguye gutwenga hakiri kare😂😂😂
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Asha icara uramvye uratwenga gushika kumusegonda wa nyuma😂😂😂
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Ikiganiro kumpera Ndasets nimbavu zirandiy mbega abagabo 😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤔🤔🙏🙏🙏🙏
@djchachouromantic9025
@djchachouromantic9025 Жыл бұрын
Félicitations pour les 100K Love from BE CHAP TV 🇧🇮❤
@mutuyimanaEric-yd7gr
@mutuyimanaEric-yd7gr 11 ай бұрын
respect
@user-pq5gp1jl3d
@user-pq5gp1jl3d Жыл бұрын
good
@albelikane7005
@albelikane7005 2 жыл бұрын
Irya ndirimbo niyo peee courage 💪🇸🇦
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 8 ай бұрын
😮❤❤❤❤
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
Egoooo uvugavyo 🤝🤝🤝mukombozi ndagufana kbs👌👌🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@arnaudmfura1251
@arnaudmfura1251 2 жыл бұрын
Eban ikint cambere nkenguruk nuko mutahura vyihuse hama mubandany muhezagirwa😂😂😂😂😂
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
B face oyeeeee 👌🙏
@davidntihebuwayo781
@davidntihebuwayo781 2 жыл бұрын
Mwubahwe Hama murabe mukundane kandi muri 2023 komwotegura ikirori mwese abaririmvyi bongaha muburundi niho ntabafana bazofana Bose Kuko muzoba mutweretseko mukundane tatwetuzobakunda twese muze dutezimberumuziki wacu
@desirehavyarimana2259
@desirehavyarimana2259 2 жыл бұрын
Namaze gutora agatebe kko ndazi uwo musani numufana barahaturira
@ManirakizaAlexis-z9v
@ManirakizaAlexis-z9v Ай бұрын
Aba gee😂
@ncarwatsi
@ncarwatsi 2 жыл бұрын
Ababahungu nihatari ndakurahiye 🦊 bubahwe🔥🔥🔥🔥
@ntsinzielvine9995
@ntsinzielvine9995 2 жыл бұрын
Nivyo vrema ivyo muvuze birumvikana nuko mubwiye abicaye inyuma
@Kelly-dv1cw
@Kelly-dv1cw 2 жыл бұрын
Barihuriza tuuu
@BonifaceNduwimana-hj2uh
@BonifaceNduwimana-hj2uh 6 ай бұрын
Be face nakubali sana
@Hello_Monday.11.01
@Hello_Monday.11.01 2 жыл бұрын
Hahahahh 😂 😂 muvuze pastèque nca nirab muminw nsanga mpejeje kuyigura😂😂🙈
@vavaloveonlinetv204
@vavaloveonlinetv204 2 жыл бұрын
😂😂😂😂
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Hosy uzahore ubatuzanira kabisa kuko baradutwenza caane😂😂😂😂💞💞💞🥰🥰👌
@franckirakoze1023
@franckirakoze1023 2 жыл бұрын
Aha rero partage ntikenewe kandi iriko?Niryari aba ari amakosha iyo ushize kuri fb?
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Ushizeko indirimbo yose atana link ya KZbin washizeko namakosa
@antony4305
@antony4305 Жыл бұрын
Mukorany,iyindi vyoba vyiza kurusha
@niasonani4893
@niasonani4893 2 жыл бұрын
B face na Mkombozi woos Ni vyiza caned turabakunda cane , Hosea iyo pantaloon ya we yubahwe !!
@niyonkurupascal2982
@niyonkurupascal2982 2 жыл бұрын
Aho harasha kbssa?
@niyimuduhayegedeo713
@niyimuduhayegedeo713 Жыл бұрын
Mupfana iki a par ta music?
@antony4305
@antony4305 Жыл бұрын
Mukombozi B-face ndabemera
@Hello_Monday.11.01
@Hello_Monday.11.01 2 жыл бұрын
Ifise ama refuse menshi 😂😂😂
@NIYONSENGA_Levis
@NIYONSENGA_Levis 2 жыл бұрын
Mukomere
@sfkl8257
@sfkl8257 2 жыл бұрын
Hosy iyubareka bakaguma bavuga ndabakunda canke parts 2 bagiye batabishaka nanje giheze ntabishaka😒😒😒
@franckirakoze1023
@franckirakoze1023 2 жыл бұрын
Kiranshitse k'umutima kuko amajambo arimwo canke ivyiyumviro vyose ni bizima
@christinenzobambona456
@christinenzobambona456 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥
@ericharukuntunsabiyumva2839
@ericharukuntunsabiyumva2839 Жыл бұрын
Kd nkuwo yakubwiye ivyo wosanga atanaza muri concert yawe ngo atange 5000fbu acavugako ari menshi
@rafarukundo4036
@rafarukundo4036 2 жыл бұрын
Vous etes des vrais comediens vraiment!!!courage BFC
@mutegantareomar8920
@mutegantareomar8920 Жыл бұрын
I love you all
@lesportetlanutritionpourla9956
@lesportetlanutritionpourla9956 2 жыл бұрын
Sha Hosy urabesha ngo kimwe ku kindi wayipininze muri commentaires. À corriger rero ariko ndakwemera trop
@didierbutoyi4718
@didierbutoyi4718 2 жыл бұрын
Mbe hosy konumva ngo youtube irabahemba muhora mutegekanya gutang ubushimw kubabakurikirany caaaane du genre comme pour nous motiver🇧🇮🥰
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
😂😂mwumvise ihemba ayangana gute? Nagira nimwe mwoduha ubushimwe kuba tubateramisha?
@didierbutoyi4718
@didierbutoyi4718 2 жыл бұрын
@@sirenvibestv 😆😆😆🥱 🥱 ntavyonzi
@leillalyly368
@leillalyly368 Жыл бұрын
B face muranyica mwe namukombozi
@justeelvain7137
@justeelvain7137 2 жыл бұрын
Ndacarondera musitanteri namubuze ....🤣🤣🤣 Mwubahwe mwese uko muri 3 🙌
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂muranyica atabadiyasporent niboyahereyeko😂😂😂😂
@jghih5373
@jghih5373 2 жыл бұрын
Mwompanimro,zabfesi,,iyooonahereye,,mvuga
@munamuna2000
@munamuna2000 2 жыл бұрын
Mugabo irya vidéo iyo muyigira muri mubarabara
@rafarukundo4036
@rafarukundo4036 2 жыл бұрын
Nimutegure indirimbo muhuriramwo abaririmvyi bose musabe uburenganzira bwanyu vraiment.
@BelyseB
@BelyseB 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Mkombozi nakubali❤️
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 2 жыл бұрын
B face uruntwengej ngo batubwiye ngotugabanye umunyw🤣🤣🤣🤣
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Nukur imbavuzanj mwozindih mwabagabomw ndabakunda peeeee 🤣🤣🤣🤣
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 2 жыл бұрын
Umazekurwara amaso 🤣🤣🤣🤣🤣
@michouchalome7482
@michouchalome7482 Жыл бұрын
Hahahahaha
@i-bthebestmrbonteka1702
@i-bthebestmrbonteka1702 2 жыл бұрын
Rap yuda stamina waranyemeje kwl
@davidntihebuwayo781
@davidntihebuwayo781 2 жыл бұрын
Mukoriyindi vuba Cane mwese muri abaririmvyi kandi turakeneyeko mwerekabanyamahanga KO bataturusha kumuziki
@bihundagrace1649
@bihundagrace1649 2 жыл бұрын
Cari kiryoshe😂😂😂😂
@user-jf2rb8ez9d
@user-jf2rb8ez9d Жыл бұрын
Ubundi mwebwe nimwe baririvyi dufise kbsa
@ernestohaba7549
@ernestohaba7549 2 жыл бұрын
iki kiganiro niciza ariko ibi vyiyumviro vyanyuma biranyemeje kuko nibintu bibaho cane . akarorero ndi muri uganda narababaye igihe uburundi bugiye muri can ariko umumenyeshamakuru akinamuri tugira duhure na nigeria ngo ni urwanda nga nta burundi bwogera muri can ngo kuko ntaciza kibayo kiretse uburozi gusa nintambara , ibitega ngo nivyo bituranga . nukuri aho nari naragize umubabaro ndatuntura mumutima kuba igihugu canje kitamenyekana kandi abaririmvyi bo hanze twama twabstumiye ifaranga biyorera gusa ariko ngo iwacu ntaciza kibayo
@aminabintisaid9113
@aminabintisaid9113 2 жыл бұрын
Hahiye kok ndabikundir bimwe birenz
@user-jf2rb8ez9d
@user-jf2rb8ez9d Жыл бұрын
Badutemwo niyindi
@mutuyimanaEric-yd7gr
@mutuyimanaEric-yd7gr 11 ай бұрын
Turabemer san
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 2 жыл бұрын
🤣😂🤣
@inesirankunda292
@inesirankunda292 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂mbavu zangu miye😂😂😂😂😂😂😂😂mbaye uwa mbere ntwenze kbc muvunye imbavu zanj aband muraza gahoro ntibamare bavuna imbavu zacu🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️aba bagabo mbna ar hatar baje kutuvuna imbavu🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
😂😂😂😂niwitwengere gutwenga vyongereza imisi yo kubaho😂
@jghih5373
@jghih5373 2 жыл бұрын
Nn gabashanti
@sunligth2576
@sunligth2576 2 жыл бұрын
Just say true
@jalickwizo7193
@jalickwizo7193 2 жыл бұрын
wap ukwelli Hasta la Victoria siempre
@leopoldndizeye3879
@leopoldndizeye3879 2 жыл бұрын
Iyindi kontina ni AZIYA si Azi😂😂😂😂
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 2 жыл бұрын
ababagabo nukuri gamana bubahwe kabisa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@lydiawamaana8527
@lydiawamaana8527 2 жыл бұрын
Aba bagabo batera baremba😂😂😂
@JinyorHakizimsna-we3pr
@JinyorHakizimsna-we3pr 9 ай бұрын
Mukomboz
@nicesa...8882
@nicesa...8882 2 жыл бұрын
Hosy Please Zugabanya Minutes Nukuri Nabakina Film Sibobagera Kwi Sahayose Irengako Na 11 Minutes Niwewe Usigayemuba Menyeshamakuru Bagira Minutes Vyinshi Pe Rebuzugabanya
@fafanifa4509
@fafanifa4509 2 жыл бұрын
Arib B-Face rek turamvye ntakurambigwa🥰🥰🥰🥰
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Ibiganiro vyacu biba birebire kubera biba vyaryoshe🤤 bitaryoshe natwe ntitworonka ivyo twoguma tuvuga. Kandi twe ntidukora ivyo abandi bakoze rega🙏🏾 uzoze urihangana ubirabe uko🙏🏾 kiretse nivyaba bibishe
@sfkl8257
@sfkl8257 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe ntaco bitwaye jew ikiganiro cabobantu ntikindambira ndagikunda cane nubwo bogira 2h,ntaco vyontwara hariho abantu ibiganiro vyabo birambirana kuk biba bibishe nayo ivyabantu babiri biba bitesa💃🕺💃👌😍🤣
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Jew naho yoba isaha zibiri ari Mukombozi na B Fc nsindambirwa Kl kimwe kukindi Maze kuyireba incuro zitanu Kubera kubakunda ❤️❤️❤️❤️💪💪💪💪💪👌👌👌👌🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@severinhakizimana7903
@severinhakizimana7903 2 жыл бұрын
Oya si question yumwanya ahubwo utanguye guharura umwanya uba urambiwe nkajwe mbonye kocamaze plus d'une heure ubunyene nayahandi wango ni20min
@zakiya-ww5zz
@zakiya-ww5zz 2 жыл бұрын
😂
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 2 жыл бұрын
Penda sana 😢😞😔🙏
@mjcell5230
@mjcell5230 2 жыл бұрын
Hosy wambaye amahereni ya etoile elluminate (Satanists grp)
@gentilledushime3876
@gentilledushime3876 2 жыл бұрын
Abaririmvyi babarundi ntibabemerera gusohoka igihugu niyo mpamvu ibihe vyose habay ibiteramo hanze ntabwo vyoroshe ko abarundi babaha visa🤷🏽‍♀️
@kelvintembo734
@kelvintembo734 2 жыл бұрын
Waraduteye iteka kweri man
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Twaramututs uryamuntu yayijany kur fcb ntazosubir vrmnt yarabakoreyek peee ntanisah yaribwaher kabis abanwanyi twaramuhakij
@schoutellastinestella605
@schoutellastinestella605 2 жыл бұрын
El shadai by Ange Noëlla kzbin.info/www/bejne/j6uaiHl_rstjqKc
@user-fg6gn1ol5l
@user-fg6gn1ol5l 2 жыл бұрын
Vrt ikiganiro bamutuma mugicamwo iminota.non ikiganiro kinganuko mukoribiganiro nkaho umengontimuzosubira gukora.ibiganiro
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 жыл бұрын
Ico cerekana ko udasanzwe udukurikirana… Ku badukurikirana ivyo ni ibisanzwe
@melanceciza8636
@melanceciza8636 2 жыл бұрын
Kirabe mu ma séries😀
@user-fg6gn1ol5l
@user-fg6gn1ol5l 2 жыл бұрын
@@melanceciza8636 vyongora nukur nabakina filme.ntibakora iminota inganuko
@niyonkuruvincent8221
@niyonkuruvincent8221 2 жыл бұрын
B face wewe ntaco wigereranya na Mukombozi aragusumvya ivyiyumviro aha nahariya uwushaka kuvyumva aze yumvirize ivyiyumviro vyanyu haba mukuvuga mukwishura mundirimbo ivyiyumviro muririmba agusumvya aha nahariya kabisa kuba mwicarana niteka agutera
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 2 жыл бұрын
Bose barashoboye kirazira gucagura bobohagati yabo bariyizi kuko ahobahuriye ntahuzi.
@safisafinikweli1839
@safisafinikweli1839 2 жыл бұрын
Nivyo
@christinenzobambona456
@christinenzobambona456 2 жыл бұрын
Ntimubazanemwo urwanko Bose barashoboy so nkunda ingen bakundana
@antony4305
@antony4305 Жыл бұрын
Mukorany,iyindi vyoba vyiza kurusha
@rafarukundo4036
@rafarukundo4036 2 жыл бұрын
Nimutegure indirimbo muhuriramwo abaririmvyi bose musabe uburenganzira bwanyu vraiment.
@Kelly-dv1cw
@Kelly-dv1cw 2 жыл бұрын
Hahahahaha
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 4,8 МЛН
Unveiling my winning secret to defeating Maxim!😎| Free Fire Official
00:14
Garena Free Fire Global
Рет қаралды 11 МЛН
رحلة الصلاة وروحها | بودكاست رفوف (26) أحمد الرئيسي
2:30:39