DUSHIME BY DUSHIME MUSIC GROUP(OFFICIAL VIDEO 2024 )4K

  Рет қаралды 19,686

DUSHIME MUSIC GROUP

DUSHIME MUSIC GROUP

Күн бұрын

Пікірлер: 275
@guylionnelfunguro5313
@guylionnelfunguro5313 7 ай бұрын
Mbega indirimbo nziza!! 🌷🌷🌷 Umuziki, amajwi ndetse n amashusho ni vyiza cane. Umwanditsi w'umu adventiste yokwirinda kuvuga ijambo ngo : "Yarabambwe ndabamburwa" kuko ijāmbo ry'Imana dusoma rivuga ngo: Nabambanywe na Kristo, ariko ndiho; yamara si jewe nkiriho, ni Kristo ariho muri jewe. Ivyo nkora vyose nkiriho mu mubiri mbikoreshwa no kwizera Umwana w'Imana yankunze, akanyigura. Ab'i Galatiya 2:20. Ababibona nk'uku muduze ibiganza..
@niyonizeyejeanbosco3910
@niyonizeyejeanbosco3910 7 ай бұрын
Abamaze kuyisubiramwo kenshi nkanj mumpe like
@emile585
@emile585 7 ай бұрын
jenikenshi bro
@DonDivinOfficial
@DonDivinOfficial 7 ай бұрын
muhezagirwe
@JacksonMike-n4e
@JacksonMike-n4e 5 ай бұрын
Nje iyincuro igira kabiri urumvako atari kenshi eeeee
@happy-ricfamilysemior9698
@happy-ricfamilysemior9698 7 ай бұрын
Mukomere cane 🎉 Imana niyo ituyobora pe nukuri
@vumiliaofficial
@vumiliaofficial 7 ай бұрын
Waoooo! I like this Item.
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Thank you so much
@SaraHousemada
@SaraHousemada 7 ай бұрын
Vumiriya uraho
@obyhagenimana6475
@obyhagenimana6475 7 ай бұрын
Waoooooh muburimwo neza kumpande zose ukudatana nokwama muduhivyiza nkibi nivyo mbasabiye kumana groupe nziza dufise ikigihe mugihugu camata nubuki
@menyanibimedia257
@menyanibimedia257 7 ай бұрын
International respect full song,courage kabisa natwe tubari i nyuma
@LèneErnestineGospel9653
@LèneErnestineGospel9653 7 ай бұрын
Wau mbega indirimbo itangaje amashusho meza amajwi meza nukuri ndishimy Can kuba muburundi tugeze kuriyintambwe Imana Ibihererwe Icubahiro
@Sisterodette0968
@Sisterodette0968 7 ай бұрын
Wooouu! Nukuri Imana ibahezagire rwose! I like it
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Mwaramutse neza na mwiriwe Bivanye naho umwumwe aherereye mwebwe bakunzi bacu mwese mukomeza gukurikirana iyo ndirimbo ya "Dushime Song".Twipfuje kubashimira Can kuri commts zanyu zitandukanye mukomeza kutwandikira.Nukuri turabishimiye Can kndi gose kuba tubafise n'umugisha udasanzwe kuri twe.Imana Nyene amahoro Ikomeze kuduhezagirira hamwe twese.🙏
@emile585
@emile585 7 ай бұрын
muduhe nibindi tubande ruryoherwa kabisa knd imana ibakomeze
@DenisNdayikengurukiye-f4f
@DenisNdayikengurukiye-f4f 7 ай бұрын
Mwubahwe kbx urameze neza cyn
@S.Ma.O
@S.Ma.O Күн бұрын
@jeanrichardniyongabo3019
@jeanrichardniyongabo3019 7 ай бұрын
Amen Iraryoshe cane. Mutwongere iyindi..
@nshimirimanajean5897
@nshimirimanajean5897 7 ай бұрын
Wow, newest team , just keep on. Imana ikomeze kubafasha
@186MUKUNGUGU
@186MUKUNGUGU 7 ай бұрын
Awesome, you sing so well. May God richly bless you
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 7 ай бұрын
Wow mbe ga chorale nziza amajwi burundi hejuru much ❤❤❤ from south Africa
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
murakoze cane
@SiniremeaGentille
@SiniremeaGentille 7 ай бұрын
Intabwe kuyindi yesu abakomeze❤
@HagabimanaFaustin-qd9or
@HagabimanaFaustin-qd9or 7 ай бұрын
Umuti warakozwe kabsa mukomeze muduhe nibisumba ivyo❤❤❤❤
@emile585
@emile585 7 ай бұрын
abaryohewe nkanje mumpe like
@emile585
@emile585 7 ай бұрын
nkabakunzi muzemunyarutsa twakunzi miririmbire
@DonDivinOfficial
@DonDivinOfficial 7 ай бұрын
muhezagirwe impande zose
@stylenisingizwe52
@stylenisingizwe52 7 ай бұрын
Waoooo imana ibakomez cne gose Kure cne nihombifurije neza banje tjr.mama Masha❤
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@Tabita97
@Tabita97 7 ай бұрын
Indirimbo ni nziza.Amen
@landrytheone4448
@landrytheone4448 7 ай бұрын
Wow mbega vyiza mwarahezagiwe cane
@DieudonnéKimararungu
@DieudonnéKimararungu 7 ай бұрын
Wow ! Mana hezagira Uno murwi. Sinarinz ko muri adventiste hariho ibintu nk'ibi.
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
oooh Birahari na cane cane nibindi vyinshi biri imbere
@valentinbahati2069
@valentinbahati2069 7 ай бұрын
Beautiful words.God bless you my brethren✊
@eliengendakumana8412
@eliengendakumana8412 7 ай бұрын
Congratulations viongozi @ nice song
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@juliasniyibigira9686
@juliasniyibigira9686 7 ай бұрын
Verry pawerful music and song🇧🇮🇧🇮 umwanditsi abalimu banje icitegererezo mukomeze gukoza impano mwahawe muyivyaze umusaruro mukuruhura imitima ❤❤❤❤❤🇿🇲
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Thank you so much
@cedricrwankineza8131
@cedricrwankineza8131 7 ай бұрын
Ni amavuta kabisa!
@DancileDada
@DancileDada 7 ай бұрын
Waaoo ndabakuz cyan iman ibakomez
@alphonsine-mk8mo
@alphonsine-mk8mo 7 ай бұрын
Waaaoh! Muhezagirwe cn
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@athanasenimbeshaho5958
@athanasenimbeshaho5958 7 ай бұрын
Courage !Imana ibagirire neza. Ariko muduhe izindi kuko iyo niyo yonyene tuguma twumva🤷‍♂️🤷‍♂️. Impano murayifise yikoreshe haboneke utundi
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
MUHEZAGIRWE CANE ZIRAJE VUBA MUBE MWARIBUTSE GUKORA SUBSCRIBE KUGIRA NIZAZA NTIMUZE MUTANGWE
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 7 ай бұрын
Muririmba neza cane kbs hejuru cane niho.mbifurije kugera nayandi mavuta yikugwego rudasanzwe
@aaronnda2737
@aaronnda2737 7 ай бұрын
Songa mbere❤
@Em_pro-v1r
@Em_pro-v1r 7 ай бұрын
Muduhe nakandi kbsa
@NTAKIRUTIMANASAM1
@NTAKIRUTIMANASAM1 4 ай бұрын
Amen Amen nukuri Imana yacu irahambaye cyane icubahiro nicyayo iteka ryose ❤️
@SalvatorNsengiyumva-im1kd
@SalvatorNsengiyumva-im1kd 7 ай бұрын
Waaaaao mbegavyizaaaa Imana Ibakomeze kumurimo ❤❤❤❤❤
@hemo3032burundi
@hemo3032burundi 7 ай бұрын
VYIZA kulunota WA 1:27 ntabwo yabambwe turabamburwa ahubwo twabambanywe na we turi muri we. Paulo acabivuga neza ngo Nabambanywe na Kristo...
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
ooooh MURAKOZE
@NiyibarutaChristophe-if7tn
@NiyibarutaChristophe-if7tn 7 ай бұрын
Songa mbele. Murashoboye
@AugustinManzi
@AugustinManzi 7 ай бұрын
Bavandimwe Imana ibakomereze mu murimo ❤
@emile585
@emile585 7 ай бұрын
twaronse group muburundi namahanga mwayashutsemwo
@DonDivinOfficial
@DonDivinOfficial 7 ай бұрын
muhezagirwe gose
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
MUHEZAGIRWE TROP
@ngendakumanajeanpacifique3813
@ngendakumanajeanpacifique3813 7 ай бұрын
be blessed bana ba Yesu...mubandanye muruhura imitima y abana b Imana
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@NiyonsabaJeandeDieu-e2c
@NiyonsabaJeandeDieu-e2c 7 ай бұрын
Waaaaaooow yesu abakomeze
@NduwayoJackson-f8i
@NduwayoJackson-f8i 2 ай бұрын
Wao what a wonderful song!!! keep up your good talents dears sisters and brothers together we're!
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 7 ай бұрын
Waouhhh Amen Imana ibandanye ibahezagira Nice song vrt❤❤❤❤❤
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Murakoze
@nisueliezel8811
@nisueliezel8811 7 ай бұрын
Amen 😢 nice choruses and verses
@issamugisha4227
@issamugisha4227 7 ай бұрын
Nice song kbsa🎉
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@davidmugisha1204
@davidmugisha1204 7 ай бұрын
Murakoze ,muduhaye gutangura isabato mu kanyamuneza ntangere.mukomereze aho
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
murakoze cane kand muhezagirwe
@AngeMerveilleIrankunda-dh7uj
@AngeMerveilleIrankunda-dh7uj 7 ай бұрын
Nice song imana ibajimbere mukomere kumurimo
@DonDivinOfficial
@DonDivinOfficial 7 ай бұрын
muhezagirwe gose
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@JacksonMike-n4e
@JacksonMike-n4e 5 ай бұрын
That it is very happy to be with my brothers and sisters while listening to the message that mentions the name of our redeemer
@LovemoObed
@LovemoObed 7 ай бұрын
Imana ibahezagire
@Gyselleuwera
@Gyselleuwera 7 ай бұрын
Abaryohewe no kumva indirimbo amajambo meza mumpe like 🎉🎉🎉
@DonDivinOfficial
@DonDivinOfficial 7 ай бұрын
Muhezagirwe impande zose
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
muhezagirwe caaane
@AimableMugisha-y9v
@AimableMugisha-y9v 7 ай бұрын
C'est déjà fait,ma sœur. Ne t'en fais pas🤗.
@egideuwiragiye2341
@egideuwiragiye2341 7 ай бұрын
Mbega indirimbo nziza 🎉
@NACET.V
@NACET.V 7 ай бұрын
Vyiza cane mukomerezaho
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@HermesNgaruko
@HermesNgaruko 7 ай бұрын
Glory to God kure canee💓
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
amen
@ChanellaBenimana
@ChanellaBenimana 7 ай бұрын
Wow benitha wanje 🥰🥰 nice voice
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@AlethaKaneza
@AlethaKaneza 7 ай бұрын
Icubahiro nicuhoraho🙏nice song🎼❤
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
AMEN
@EdmondHarerimana-l9w
@EdmondHarerimana-l9w 7 ай бұрын
Courage dushime music
@JacksonMike-n4e
@JacksonMike-n4e 5 ай бұрын
It's true worship of a sweet song ❤❤🎉
@NyamwasaJackson-sh8nu
@NyamwasaJackson-sh8nu 6 ай бұрын
❤❤❤❤ muhezagirwe kuriyindirimbo iranezera cn
@AlidaNiyomwungere
@AlidaNiyomwungere 7 ай бұрын
Nice song ❤
@AlicemohammedMohammed
@AlicemohammedMohammed 6 ай бұрын
Nimukomer gos mumwany wacu mwijor gazobayo kuririmb mbifurij kuzoririmbirayo❤❤❤
@ClaireNdayisenga
@ClaireNdayisenga 7 ай бұрын
Komera ❤❤❤❤
@AngelAbimana-uk3rj
@AngelAbimana-uk3rj 7 ай бұрын
Nice song,mutere imbere cane Imana ikomeze kubahezagira
@belyseicoyiremeye317
@belyseicoyiremeye317 7 ай бұрын
Ameen🙏🏻🙏🏻Imana ikomez kubana namwe muri vyose
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@ClaudeNifasha
@ClaudeNifasha 7 ай бұрын
Dushime m. G hejuru kwl indirimbo iryoshe ikozwe kubuhinga bugezweho IMANA ishimwe kwl
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@AimableMugisha-y9v
@AimableMugisha-y9v 7 ай бұрын
Wooooow.what a beautiful melody🙏🙏😇💕💕🎉🎉🎉!!!
@ndoricimpaelyse7752
@ndoricimpaelyse7752 7 ай бұрын
Nice song
@LydiaIrakiza-tx6qx
@LydiaIrakiza-tx6qx 7 ай бұрын
Neza cane baririmvyi beza Imana ibakomeze
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@GhyslaineNIYOBUHUNGIRI-bd5uf
@GhyslaineNIYOBUHUNGIRI-bd5uf 7 ай бұрын
Mukomere mugikorwa c'Imana turabafana
@ugstv3765
@ugstv3765 4 ай бұрын
Nakunze cane indirimbo nziza dutamba bitandukanye namahanga
@zacheebizimana-nk8yf
@zacheebizimana-nk8yf 7 ай бұрын
Kandi n'indirimbo ya 2 muzoyitondere musohore igikorwa gishika Kure kandi gihesha Imana icubahiro.
@aimableproducerofficial8466
@aimableproducerofficial8466 7 ай бұрын
Ni sawa courage mugabo mu majwi hariho abantu batigeze bagaragara kandi hari udukosa director yakoze akerekana soliste kandi mu mwanya amwerekanyemwo ata guitar solo iriko iravuga.
@Filmkinokino
@Filmkinokino 7 ай бұрын
Er klingt sehr gut
@nzayikorerakarebu
@nzayikorerakarebu 6 ай бұрын
Ndabakunda cyane mukomeze mujye mbere❤
@williamjunior257
@williamjunior257 7 ай бұрын
Ooouuuh 🤗😍 what a Sweet harmony 🥰🥰🥰 Imanibahezagire
@BertileIrankunda
@BertileIrankunda 7 ай бұрын
Prazer em conhecer você
@PierreDusabimana-bw8pg
@PierreDusabimana-bw8pg 7 ай бұрын
Mukomere kumurimo Buduna
@holylanternchoir
@holylanternchoir Ай бұрын
We all like this song and we like Dushime Music Group ❤❤ May God strengthen your talents to work for him 🎉🎉
@DenisNdayikengurukiye-f4f
@DenisNdayikengurukiye-f4f 7 ай бұрын
Mwubahwe muranyemeje
@bienvenuhabonimana2730
@bienvenuhabonimana2730 14 күн бұрын
Biguma bidyoha sana
@KîdmagicMrmonney-w1d
@KîdmagicMrmonney-w1d Ай бұрын
Kl mwubahhwe dushime music
@IzereChany
@IzereChany 7 ай бұрын
Murampezagira ndabkunda❤❤❤
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Murakoze caaane
@ndereyimanaaloys7274
@ndereyimanaaloys7274 6 ай бұрын
Nice song! This is very wonderful. Move forward my dears! In which local church DUSHIME MUSIC GROUP is found? Which Conference and Country? Thank you so much!
@hakimproductions257
@hakimproductions257 7 ай бұрын
Ijambo ry'Imana ryogere pe, mur'abagabo iryo mwavuze rirashitse
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
MURAKOZE
@deoekalngurichana1149
@deoekalngurichana1149 7 ай бұрын
wonderful song
@niyonizeyejeanbosco3910
@niyonizeyejeanbosco3910 7 ай бұрын
Dushime music group Imana ibakomereze mugikorwa cayo 🙏
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
muhezagirwe
@DansonugPro
@DansonugPro 6 ай бұрын
So amazing #mukomerezaho
@SibomanaDieudonne-un6jq
@SibomanaDieudonne-un6jq 7 ай бұрын
Muhezagirwe❤❤❤ cneeee
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
amen
@JoshuaEsrom
@JoshuaEsrom 4 ай бұрын
Mbarikiwe saana
@EvelyneNshimirimana-i6y
@EvelyneNshimirimana-i6y 7 ай бұрын
Be blessed 🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@arnaudirankunda
@arnaudirankunda 7 ай бұрын
Ibintu nivyiza cane vyose
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Murakoze
@ChanellaBenimana
@ChanellaBenimana 7 ай бұрын
Wow vyizaa caan courage
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@rugambadermas624
@rugambadermas624 2 ай бұрын
Maze kubakunda ni ukuri pe ni Dermas from Rwanda
@igiranezamarie6382
@igiranezamarie6382 7 ай бұрын
Sweetest and greatest song. God be with you
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@manassensengiyumva2216
@manassensengiyumva2216 7 ай бұрын
Ndiho ashimirwe ivyo yakoze
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
amen
@arceneniyinkunda7371
@arceneniyinkunda7371 7 ай бұрын
Vyiza cane mumuhe ivyiwe Uhoraho
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
AMEN
@irankundaemmanuel6710
@irankundaemmanuel6710 7 ай бұрын
Mana weee muraduhezagije akaririmbo keza❤❤❤
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Murakoze
@wizbello2545
@wizbello2545 7 ай бұрын
Himbaza 🙏
@AnnieNizigama
@AnnieNizigama 7 ай бұрын
💃💃💃💃
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA 7 ай бұрын
Nice song🎉🎉❤❤❤
@bukuruDesire-uq6tf
@bukuruDesire-uq6tf 7 ай бұрын
this Song is cool wallh Crg kbxa
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@Dee_deeNibag
@Dee_deeNibag 7 ай бұрын
Vio ndakubona mwa ❤️
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
thank you
@JulesNdayishimiye-ke2ut
@JulesNdayishimiye-ke2ut 7 ай бұрын
Amen Yesu abakomeze
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 7 ай бұрын
Amen
@JacksonMike-n4e
@JacksonMike-n4e 5 ай бұрын
🎉🎉🎉 God with you🎉
Dufise Imana by Dushime Music Group (Official Music Video) 4K
5:33
DUSHIME MUSIC GROUP
Рет қаралды 11 М.
Ты душу водишь к пажитям живым.
4:17
Mid Tenn SBC
Рет қаралды 1,6 М.
Леон киллер и Оля Полякова 😹
00:42
Канал Смеха
Рет қаралды 4,7 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
NYIGISHA GUCA BUGUFI By Sandra CUZUZO
4:01
DUSHIME MUSIC GROUP
Рет қаралды 2,9 М.
SHIKAMA BY OBIN FT GISELE (New official video_Copyright2021)
4:55
Chrisèle Family Official
Рет қаралды 8 М.
Abahamya Ba Yesu Family Choir|  NDABYINA NDENGA (Official Video 2024)
6:15
Abahamya ba Yesu Family Choir Official
Рет қаралды 131 М.
Harahirwa by Ebenezer Choir
5:56
Ebenezer choir SDAC Kamenge
Рет қаралды 26 М.
David Kega- SINAKUREKURA  Official Video
5:40
David Kega
Рет қаралды 2 МЛН
Aranzigama
7:43
Release - Topic
Рет қаралды 746