Muvuze neza Patiri. Ikibazo.... mbe abakora ibidakorwa ubu mu burundi ni abo barezwe kizungu? Murakoze
@nduwayoanicet7406 жыл бұрын
Je pense oui, il suffit de comparer la période précoloniale et poste coloniale du Burundi. c'est avec la colonisation que les Burundais ont commencé à perdre leur repaire traditionnel.
@profagora89893 жыл бұрын
Pas necessairement abarezwe kizungu ahubwo abagizweho ingaruka nogutakara kw'indero ndundi (acculture, assimile et deculture). Abenshi n"aba deculture. Babuze kuba abazungu babura nokuba abarundi; baba aba monstre.
@Bihomebuja2 ай бұрын
Ibi kuvyumva ukabitahura bisaba kuba iciye ubwenge
@jodeljade216 жыл бұрын
Vous parlez de LA culture du Burundi mais en français pourquoi? 😁😁😁😁 Ikirundi niciza Knd kiraryoshe kuvuga reka kucima ikibanza mugihugu caco.....
@profagora89893 жыл бұрын
Vs pouvez le comprendre: il ns donne la chance de le suivre et d'apprendre de sa sagesse! Cette culture que vs appellez bouroundeuse elle est africaine. Laissez le padiri instruire l'Afrique!