FABLICE Manirakiza Ashize détail Zose Zijanye Na ONE AFRICA INVESTMENT FUND// Buja City Plaza|part 2

  Рет қаралды 1,466

Dieudonne Nd

Dieudonne Nd

Күн бұрын

Iki Nikiganiro Cabereye Kuri SPACE
PART 1 : • FABLICE Manirakiza Ash...
Urakoze Kuraba Ino Video, Ntiwibangire Kugira Subscribe na Portage ,, Ibiganiro vyubumenyi no kwigishanya ubivanaha ::::
/// Ukuri kwanone Podcast
/// Ubuzima Bwanje
/// Ubuzima Diaspora
_____________________________________________________________
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
( Ukaba Urumurundi aba Mumahanga ufise ISHIMO KUBA UMURINDI, Raba IYI SOKO⬇️⬇️ " Ntitugurisha impuzu tugurisha ISHIMO" 🇧🇮)
SHOP NOW :::::::
www.ukpburundi...
---------------------------------------------------------------------------------------
🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽
Thank you For watching, don't forget to Subscribe ,lika and comment .
( If you're a Proud Burundian Check out The Store)
" We Don't Sale Clothes We Sale Pride "
SHOP NOW :::::::
www.ukpburundi...
▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️
Gira Subscribe kuri Channel / @dieudonnend
bishasha ntibikurengane.
Social Media:
ig :www.instagram....
Twitter: Re...
#burundi #rwanda #ubuzima
Tushira Imana imbere murivyose.
Murakoze kutushigikira.
Thank you for your Support.

Пікірлер: 18
@B-Y-N
@B-Y-N 2 күн бұрын
Hezagirwa Hezagirwa Fablice turagushigikiye komereza ho igihugu cacu ciza cu Burundi gitere imbere 👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒
@LameckNgabo
@LameckNgabo 17 сағат бұрын
Uyumujama nuwogushigikirwa suwokurwanywa ❤❤❤ Imana imukomeze 😊😊
@bahatidavid530
@bahatidavid530 2 күн бұрын
Bigomba iki kugira umuntu aje kuri space
@dieudonneNd
@dieudonneNd 2 күн бұрын
ngira x hama ukwirikirane abantu... bakoze space urashobora kwijira..
@JemaliNduwayezu-di9xi
@JemaliNduwayezu-di9xi 3 күн бұрын
Fabrice urintwari cane kandi terimbere turikumwe birashoboka!
@FamilyAziza
@FamilyAziza Күн бұрын
Twese turigukirikirana neza ikikiganiro ekambere nibindi biganiro.Nashaka mudusigurire neza inyungu kumutahe umwe wamarundi nangahe?Inyungu kumutahe umwe wamadolari nangahe?Murakoze
@LéonidasNahishakiye
@LéonidasNahishakiye 19 сағат бұрын
Ivyuranivyizacane. Tuzobadusigajamabarabara. Meza. Kuko ayobakosiyo
@kingprovidence
@kingprovidence 10 сағат бұрын
Nanj nshak gushiramwo umutah arik mba murikenya dukoresha amakenya two Rihanna gute?
@dieudonneNd
@dieudonneNd 10 сағат бұрын
information zose ziri kuri website.. oneafricainvestment.com
@ndayishimiyesamuel5602
@ndayishimiyesamuel5602 3 күн бұрын
fund management 30% botwara kunyungu ibonetse boba batwaye amahera menshi
@anatolendikumana671
@anatolendikumana671 3 күн бұрын
Fablice nukuri uri intwari muvyiyunviro....ariko uri agakehabwenge mugihigu cawe...wewe uri nakajuju uburundi butunze... Ntabwenge ufise usunvya Dr.Sahabo Christophe...yubatse Kira hospital arazana abene imitahe..reta yitamwo.... Atumweko na President Intwari yuburundi...
@anatolendikumana671
@anatolendikumana671 3 күн бұрын
Ibaze ivyo ariko akorerwa kubera ubutwari bwiwe...wewe Fablice ntaco uriko urakora gusumvya gusumvya bene isoko ryabo...basobuja baburwaniye...Rajdabu...Manassé, Adolphe...Mme Afsa...,Gute muburi imburabwenge...iyo ni blanchiment tout court...
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 2 күн бұрын
Uwo none wumva utamumenye kuko yabaye intwari muta,urakora cane knd ugire nineza nayo ibibi hamwe nurupfu mubuzima bwamuntu birizana,ubona Uburundi bwogira nkaba Fabrice 18bakwiye intara zose, Uburundi bwoca butera imbere
@thierrykubwimana5806
@thierrykubwimana5806 3 күн бұрын
Erega nubu ntibasiguye uko uwufise umu taye azokunguka , kiretseko twumvise ko Ubaka nation ariyo iziyorera pendant x temps.
@niyonkoreraanicet2487
@niyonkoreraanicet2487 3 күн бұрын
Ico kibazo cawe yagisiguye br
@NkurunzizaJerome-x1l
@NkurunzizaJerome-x1l 3 күн бұрын
Yarabisiguye mubindibiganiro
@NkurunzizaJerome-x1l
@NkurunzizaJerome-x1l 3 күн бұрын
30% ni inyungu yawe, 30% aja muri management, 40% aduga kumutahe wawe.
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 2 күн бұрын
Birasiguritse cane nuk abantu badatahura kumwe.
طريق الثراء التقليدي - ملخص كتب الثراء
1:29:46
Apple peeling hack @scottsreality
00:37
_vector_
Рет қаралды 126 МЛН
Players vs Corner Flags 🤯
00:28
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 33 МЛН
Nastya and balloon challenge
00:23
Nastya
Рет қаралды 54 МЛН
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Secret Vlog
Рет қаралды 16 МЛН
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Journal l'Humanité
Рет қаралды 601 М.
Is peace possible with Netanyahu in Israel and Hamas in Gaza?
17:17
Channel 4 News
Рет қаралды 224 М.
7 Signs That Someone Dislikes You and is Hiding it | STOIC PHILOSOPHY
27:50
Apple peeling hack @scottsreality
00:37
_vector_
Рет қаралды 126 МЛН