《FANNY azoshake anyirukane sinovyigumizamwo reka ndababwire ukuri imbere yuko arongorwa》INA LIGERA 🙄

  Рет қаралды 22,568

FRESH TV 257

FRESH TV 257

Күн бұрын

#burundi #rwanda #mariage #ina_ligera #68023566

Пікірлер: 62
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 6 ай бұрын
Waaooo karibu mukunzi warukumbuwe💃💃💃 ikiganiro ca muco ntigishobora kucika hatevye kugera gusa🤣🤣 abakunzi ba Ina ligera tumenyane💞💞💞💞
@cherissabagisha1842
@cherissabagisha1842 5 ай бұрын
Ubundi nkunda ukwo Muco avuga pe❤❤❤
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 6 ай бұрын
Uwompa Numero yamuco basha yobakoze ndazisavye kbs ❤❤Muco ndagukunda kbs
@niyongabiredorothee1494
@niyongabiredorothee1494 5 ай бұрын
Umukobw aciy ubwenge pe courage imbere nihez❤❤❤
@lydi791
@lydi791 6 ай бұрын
Mubakobwa bose bama film bakora interview zikaryohera uyu ni number one Muco ndamukunda y ishura n ubwenge
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 6 ай бұрын
Love from #LIGERA_FAMILLY
@user-ql6wz9es7p
@user-ql6wz9es7p 5 ай бұрын
Numvise wasomye zaburi ya 30 gusa wamuntuwe ugwiza inkuru so ❤🎉🎉
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 6 ай бұрын
Ndagukunda sa Mutso,.,
@user-lz2nf5qo6h
@user-lz2nf5qo6h 6 ай бұрын
Komera komera muri christo. Urahanura pe!❤
@FostineFofo
@FostineFofo 5 ай бұрын
Ese yaba abantu bose bishurana ubweng nkawe muco ndagukunzr
@MoiseKwizera-hd7xt
@MoiseKwizera-hd7xt 6 ай бұрын
Turakunda ibiganiro vyanyu mushishikare muterimbere turikumwe namwe
@MarieGorethKamariza
@MarieGorethKamariza 4 ай бұрын
❤ ndagukunda sha mucu ikintu wihagarararko ari bibe biri mumutima .nukubaha ubikomeze kurya wubaha Ribert muri film umupfakazi uzobitore en réalité bizogufasha mubuzima sha kd Ribert uko yagufata nkumwanana mushikiwe akunda cane urazi KO atagufata nkumu cousin uzokwame umwubaha cane kd umusabira imigisha nomihazagiro ndaho vyari mubikino Ribert ari serieuxcane iyo bikenewe Nawe yubahwe.
@jilu1095
@jilu1095 6 ай бұрын
Ngozi turikundira akazi❤❤❤❤much lov
@jeanineirakoze6804
@jeanineirakoze6804 6 ай бұрын
ukomere sha Muco.ndagukunda❤❤❤
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 6 ай бұрын
We ndik ndukumbuy alvella naw uramuzan naw turamukumbuy san muco naw ❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉
@niwemugeni
@niwemugeni 6 ай бұрын
Nugukora sha Yna ❤ nta kwiremereza ,Bravo
@iam_janette
@iam_janette 6 ай бұрын
Wawuuuu thank fresh tv ikiganiro nisawa cyane
@NonochristaKaneza
@NonochristaKaneza 6 ай бұрын
Ndabakunda can
@user-ij8vj4il5l
@user-ij8vj4il5l 6 ай бұрын
Muco urifura gusa urumunyabwenge sana❤
@marietuyisenge7831
@marietuyisenge7831 6 ай бұрын
Bravo bravo muco uvuganeza kirazira kugaya akazi witwaje icuri
@evelynensabimana-ut7cp
@evelynensabimana-ut7cp 6 ай бұрын
courage
@NjejimanaEnock-mm5si
@NjejimanaEnock-mm5si 6 ай бұрын
Sha uyu mumama araciyubwenge cane ❤❤
@user-oe5dk9mn2v
@user-oe5dk9mn2v 6 ай бұрын
Muco ndagukunda bikwiy uwomfasha akampa nime yiw
@ButoyiFrorence
@ButoyiFrorence 6 ай бұрын
Uyumukobwa afisubwenge bwinshi pe ndanamukunze cane❤❤❤❤ vraiment
@emelinenegamiyimana4103
@emelinenegamiyimana4103 6 ай бұрын
Dico mukazi kose uri umukozi kabisa harahiwe uwa muposi cank Tv niyawe uraduherez ibiryoshe
@NsengiyumvaJean-do1lt
@NsengiyumvaJean-do1lt 5 ай бұрын
Courag
@user-nw2ot2fp4u
@user-nw2ot2fp4u 6 ай бұрын
Ewe muco shaaa😂
@ciatt9587
@ciatt9587 6 ай бұрын
Muco ikijipo nirwawe niwewe kibereye❤😊❤
@sandrenciza7688
@sandrenciza7688 6 ай бұрын
muzo. zuratwereka impuzubucuruza twigurire❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 6 ай бұрын
Ribatro ndamwemera sana numwanditsi mwiza yubahwe🌹🌹🌹🙏🙏
@user-wd8gd8fk7p
@user-wd8gd8fk7p 6 ай бұрын
Saw rghr
@NadineTuyisenge-r8k
@NadineTuyisenge-r8k 6 ай бұрын
Inamuco uhoraho aguhezagire cne❤❤
@khanwkk
@khanwkk 6 ай бұрын
Ahubwo muco ndamukunda ntavyokugaya akazi ndakunda umuntu akora akazikose ataravye acari.
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 6 ай бұрын
Hatevy kugera mucoo wnje shaaaa
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 6 ай бұрын
Kino kiganiro kiraryoshe cane 😂😂
@AngeIrankunda-pl8ci
@AngeIrankunda-pl8ci 6 ай бұрын
Julie
@user-mn2rk8ex3h
@user-mn2rk8ex3h 6 ай бұрын
Muco urampimvaye uvuzukuri ntakureka amaboko nugukora muco nkeneye numero yawe
@GloriaNahimana-x8p
@GloriaNahimana-x8p 6 ай бұрын
Kandi sinakubonye nawe ntiwatumiwe😂😂
@arianekanyamuneza5750
@arianekanyamuneza5750 6 ай бұрын
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs 6 ай бұрын
Uwifitiye ubwebge Muco🎉🎉
@justinedudu
@justinedudu 6 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@TriphoseMugisha-fu6bd
@TriphoseMugisha-fu6bd 6 ай бұрын
Ndakunda ukuntu utwenga muco
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 6 ай бұрын
Mbe muco aracarinkumi??
@ayshaysah6228
@ayshaysah6228 6 ай бұрын
Nkunda ukuntu wambara ukikwiza nku murundikazi
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 6 ай бұрын
Muco uguma ubicuki kbx❤
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 6 ай бұрын
Reka nicare ndabe😂😂😂😂
@Sandraniyo
@Sandraniyo 6 ай бұрын
Amaso yimbwa ndayemeye ninkurupfu ntiyacaguye Bose arajaniranya
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 6 ай бұрын
Muco❤
@omersmith7621
@omersmith7621 6 ай бұрын
Kora mukobwa wayesu urakane nabo banebwe
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 6 ай бұрын
Abarundikazi gusa barishima noshatse umurundukazi muga kubwukwishima reka mbendabaye padiri gato🤣😂
@ChanelleNDAYIKEZA-x1f
@ChanelleNDAYIKEZA-x1f 6 ай бұрын
Ese woe abatishima ni bnde?
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 6 ай бұрын
Eira❤
@cizachristian6884
@cizachristian6884 6 ай бұрын
Wirambire muco
@NtirampebaIldephonse
@NtirampebaIldephonse 6 ай бұрын
Muduhe nimero yiwe
@MarieGorethKamariza
@MarieGorethKamariza 4 ай бұрын
Plutôt muco
@AthanaseStone
@AthanaseStone 6 ай бұрын
Jҽ ɳȥσʝα ƙυƙυɾҽʂԋα ʂԋαα Mυƈσ
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p 6 ай бұрын
🎉🎉🎉😅😅😅
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
@AlineNduwimana-it8ly
@AlineNduwimana-it8ly 6 ай бұрын
terimber mukobwa wubwenge
@AthanaseStone
@AthanaseStone 6 ай бұрын
Uɾყα ɳυɯσ ɱυɱαȥι υɾყα ʂυɱυ ρσιʅ ɳυɱυ ριɯα
@AthanaseStone
@AthanaseStone 6 ай бұрын
Mυɾαɳԃყσԋҽყҽ ƙɯҽʅι ɳƚαɱυ ρσιʅ αƙσɾα Ⴆιɾყα υɾყα ɱυριɯα
@marietuyisenge7831
@marietuyisenge7831 6 ай бұрын
Bravo bravo muco uvuganeza kirazira kugaya akazi witwaje icuri
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 42 МЛН
هذه الحلوى قد تقتلني 😱🍬
00:22
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 103 МЛН
I PRANKED MAMAN AMORA / SHE CRIED😭😭/ PASSY NTAZAGARUKE HANO
50:42
Brawl Stars Edit😈📕
00:15
Kan Andrey
Рет қаралды 42 МЛН