FANNY LAVINE amaze guhemukira Benshi || yarihakanye umwana wa gatatu🤔|| LIBERT Vyose abishize hanze😱

  Рет қаралды 78,891

FRESH TV 257

11 ай бұрын

#burundi #rwanda #tanzania #Nsoro #Fresh tv257
@ZAMURIMPANOTV @buja_media @umukubito257 @sirenvibestv @IldephonseComedian257 @bigfizzoofficial @ISIMBITV @XLARGE. @miemusic-official @CHiTAMAGIC7 @SimuliziNaSauti @millardayoTZA
_______________________________________
For more information,Contact us via watsapp:+257 68 023 566

Пікірлер: 1 400
@AnithaNoyihiki
@AnithaNoyihiki 11 ай бұрын
Congratulations to our english teacher we proud of u and we love ur philosophiy.fanny yuriye igiti kiturigwa
@claudineirakoze
@claudineirakoze 11 ай бұрын
Nahano wahashitse reka ntore agatebe nsoro courage my brother turikumwe 💯💯🎉
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 11 ай бұрын
Ico nankira aba star niki😢😢😢kuki mutagiriranira ibanga vrt??love from FANNY FAFA OFFICIAL 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@DididiellaNiyongere
@DididiellaNiyongere 11 ай бұрын
Uw muhungu aravuga nabiiii shaaaa kur ngahooo fanny hejuruu cane❤
@darcybrilliantdushime6513
@darcybrilliantdushime6513 11 ай бұрын
Libert arazi kwandika nivyo kandi aje. Films zararabwe gose kubwubuhinga afise arazi nogukina muga na Fanny afise Talent ihambaye mugukina nukuri Turabakunda nimubabarirane mugume mufashanya Libert
@francineningabire2660
@francineningabire2660 11 ай бұрын
❤❤❤❤Libert ntanarimw nzopfa nemey ivya Fanny. Uzohora umusumba
@crediakwizera-qd8ii
@crediakwizera-qd8ii 11 ай бұрын
✌️✌️
@MuhawenimanaJeannette-mp3ty
@MuhawenimanaJeannette-mp3ty 11 ай бұрын
Hhhhhhhh urababaje
@niyonkurujeanclaude5707
@niyonkurujeanclaude5707 11 ай бұрын
Libert gabanya kuvuga menshi, kuko nawe ntiworoshe. Fanny wamuronse aruko umwatse Abel,ubwo rero ico warondera warakironse, ubu nawe uri umu star. Gusa kudugira kubandi nivyiza, ariko kubandagaza nibibi😢😢😢😢😢
@muneclairia6399
@muneclairia6399 11 ай бұрын
Nukr Rek kuvg mesh mwarakirany nez RER vyiz worek kumeny yos Kik kury mwatorany Nik muzasubran nuke birambbj uruknd mwar mufitaniy m numb murik mupondan umeng muracarabn mutware kind muciyubwenge Nukur Rek RER ntumenibng gumyibanga nuke umubabarir nukr
@diannempawenimana9396
@diannempawenimana9396 11 ай бұрын
Libert mumutahure kuber na fanny yaramuvuze nabi reroreka aduhukuri
@nduwimanadidjaaimee5964
@nduwimanadidjaaimee5964 11 ай бұрын
Burya fanny yariko amusiga amavuta? Amavya yuyundi aryoshe ahotoye none mwashaka libert atakaze abafana biwe kubera fanny??? Yaryabmarira yiyiririsha womenyako arumwana mubi??! Libert nimumurek avuge kuko numwany wiwe ashire ukur ahabona kuko fanny niwe yatanguy intambara
@akezakimana6985
@akezakimana6985 11 ай бұрын
@@nduwimanadidjaaimee5964 ndagusutena kwel nibarek avuge kuk Fanny niwe yatanguy kuvuga Ivy Abel twarabibony Ivy libert turabibony rek turindire Ivy norasque Navy iyo bizoja gsa rer mwabantu mwe umuntu wumugore yigez umugabo bakab batakirikumw nukr nuwo kwitonderwa ndake
@nduwimanadidjaaimee5964
@nduwimanadidjaaimee5964 11 ай бұрын
@@akezakimana6985 kanatsinda sumugabo umwe gusa abagabo barenze 2 nonegabasha ubu libert niwe abonekako ari mubi burya abandi sibabi??? Nibamuhe amahoro fanny yashwany na benshi cane reo umupfakazi niyo yatumye fanny aronka aba followers bensh nahubundi yari hasi gose fanny
@Gospelsound24
@Gospelsound24 11 ай бұрын
Ndakunda ibikorwa vyawe Di Brother God bless you utere ujimbere uve mubwiza winjira mubundi urumuhizi ubundi abakugize bazashime Imana kuko uruwudasanzwe urumunyamugisha urumuhirwe muri vyose Iman abazigame numuryango wawe wose🙌👏💪
@JeannetteNizeyimana-z5d
@JeannetteNizeyimana-z5d 11 ай бұрын
Irambire wa Ngozi❤
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 11 ай бұрын
Sinarinzi ko Fanny atize kweri ham libert hejuru cane j ndakwemera kbx ✌️❤️
@MbabaziEditor-pw3dp
@MbabaziEditor-pw3dp 11 ай бұрын
Komera mutama wacu urahinyuj inkandagirabitabo zikoresh amajambo ahogukoresh icanditse munyengozi wacu hejuruuuuuuu 👏👏💕💕💕
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 11 ай бұрын
Libert iyagukuye hahandi wavuga iracakurinze uruvugo rurasanzwe abavyumva nkanje mundabire twatundi🎉🎉🎉🎉
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
Abashikira mur comment 😂😂😂😂😂 tumenyene 😅😅😅😅 Rosine Fabiola keranda Jasmine team muze hahiye😂😂😂😂😂 ingona yabay ingona
@arletteinamuco
@arletteinamuco 11 ай бұрын
Team mugwireee
@arletteinamuco
@arletteinamuco 11 ай бұрын
Team mugwireee
@AmieNshimirimana
@AmieNshimirimana 11 ай бұрын
Nihondi😂😂😂😂
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
​@@arletteinamuco😂😂😂😂😂😂😂 Muco ❤
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
​@@AmieNshimirimanakomer ❤❤😂😂😂
@NinaPacis-be9om
@NinaPacis-be9om 11 ай бұрын
Libert nkabantu tuzi umugore wawe turanezerewe kuba umusubijeko umutamana naho utabivuzeko vyishi imana ishimweko utandukanye n'a fany utarahomba umuryango wawe ibisigaye mwebwe nimuhane si wew n'a Fanny ntamwana arimwo
@niyokwizerabernardine-2599
@niyokwizerabernardine-2599 4 ай бұрын
Libert murivyose wakorey'abantu batandukanye uretse faxine gusa vyose uzobihemberwa N'Imana yonyene, kandi ntuhagarike gukor'ineza. Ikindi nogusaba muharire faxine akorivyatazi kuko umuntu yam'ari umuntu Imana nayo N'Imana nyene.
@maheliirengeyevyose9433
@maheliirengeyevyose9433 11 ай бұрын
Shaa guter'Imbere kwa film zacu🇧🇮 bizotugore mwigire. Kubandi basi
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 11 ай бұрын
Ndakunda caaane Abel yabimye amakuru, nkakunda cane umuntu yitwa amedee, Sabas, mugisha, bikorera akazi ntamunwa bazana mukazi
@alinenizigiyimana
@alinenizigiyimana 11 ай бұрын
Libert💪💪💪💯💯sha Fany ndemeye n'umwana mubi sha na Film ziwe ndahevye
@liduinendayiragije2316
@liduinendayiragije2316 11 ай бұрын
Ahantu umugore waw yagiye niho kbs hatumye lutandukan na fani niho kbs
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
Show after show 😂😂😂😂😂😂😂 abakunzi ba show tumenyane abafana 5 hejuu❤❤❤
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 11 ай бұрын
Tuzoterimbere mpaka dukwire batanu twe abafan tutabonetse kumangete ngete 🤣🤣🤣🤣🤣😂
@arletteinamuco
@arletteinamuco 11 ай бұрын
Abafana 5 twubahweee😂😂😂😂😂
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
​@@fabiolasilyvain8880😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 umujinga ahatere ibirenge👣 imodoka ya desire isubizwe😊
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
​@@arletteinamuco😂😂😂😂😂😂😂 ❤
@NdayizeyeViolette
@NdayizeyeViolette 11 ай бұрын
Ariko Mana yanj wew rero nihatari😂😂😂😂
@ChannyannyNish-ty9dw
@ChannyannyNish-ty9dw 11 ай бұрын
Bruhhh gbny amajmbo bsiii knd wibuk ah wavuy nah ugez 🙌
@FleuretteIrakoze
@FleuretteIrakoze 11 ай бұрын
Iciza nuko Belyse Maman Mika wanje yoba ar'amahoro kandi ndavyizeye kuko yaramenye Imana hama barundi bene wacu basaza bacu tuze turagerageza kuko n'amakungu aradutwenga😢😢
@SandrineNiyonsaba-z3l
@SandrineNiyonsaba-z3l 11 ай бұрын
Shaaa nanj nza numiw vrt, libert wubahw nanj nahor nibaz impamv film ziwe zitakiryosh kand utakirimw.ash courage vrt libert IMana imbere
@KwizeraClémentine-b9y
@KwizeraClémentine-b9y 11 ай бұрын
Bravo libert hm Fanny nawe narabe aze arakoresha mumutwe kuko vyomugeza kwiteramber jew kurijew mbona yarahomvy kubona yaragutakaj😢
@valentinemugisha7864
@valentinemugisha7864 11 ай бұрын
Fany lavine yarakoranye na Abel,Dico, grâce,lionnel, libert,......baravanye abobose kandi aguma ari we yigira inana nziza amarira y'ingona kabisa😂😂😂😅
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@BikorimanaFidelite
@BikorimanaFidelite 11 ай бұрын
Nic gitum muzogumuko ataniterambere😁
@Razak257
@Razak257 11 ай бұрын
Nsoro courage turagukunda Fanny turamuzi nuko abantu batumva jew narabivuze barantuka ngo ndamwanka umubano mubi Imana uwuturinde gusa nsoro wumveko tugukunda ❤❤❤❤❤
@uwayezuchantal7868
@uwayezuchantal7868 11 ай бұрын
😂😂😂😂
@jeannenirere743
@jeannenirere743 11 ай бұрын
Na Fanny turamukunda sha ntakumwanka Ahubwo bamuhe amahoro
@falesanewsaba9293
@falesanewsaba9293 11 ай бұрын
​@@jeannenirere743Huu muribamwe Nico gituma
@kwizerarosine7676
@kwizerarosine7676 11 ай бұрын
​@@jeannenirere743yooo mbega indaya nka Fanny nyene 😂😂😂😂
@kwizerarosine7676
@kwizerarosine7676 11 ай бұрын
Nanje bambwiye ngo ndamwanka none afise iki yokwankwa nabantu bose😂😂😂
@valentinemugisha7864
@valentinemugisha7864 11 ай бұрын
Libert hejuru cane mwiza rekana nurya nyene turamubona turamuzi 🥰😍 ntabafana yogukurako nticokunda ahubwo nanje reka niyandikishe muri acdemy hashe hahiye ,yirigwa mugwanda ashaka kwimadika kuri ba bahavu ntandaya n'umunyamatiku nkurya bokoresha wana nabe aricaye ngaha mugihugu mugwanda muri film vrt ntakibanza ahafite
@Manishimweelvis
@Manishimweelvis 11 ай бұрын
Mwebwe nyene muriko mukoma amashi ejo muzoba muriko mumutera ivyatsi Mbe yabwira Abel gute???? Ici bikoze ndumiwe koko
@DeoNihorimbere
@DeoNihorimbere 15 күн бұрын
Sha Kandi sivyiza kwirata ivyiza wakoreye umuntu
@JoycebenithaSindayihebur-rf9of
@JoycebenithaSindayihebur-rf9of 11 ай бұрын
Libert ,un idole pour moi 🤌hejuru Caan hashoboka disi ndakuri inyuma
@BukururuHaawaa-xc4pw
@BukururuHaawaa-xc4pw 11 ай бұрын
Nshak guhura nuyu muntu
@LéaParcker
@LéaParcker 11 ай бұрын
Ico mukoze murafukurana cane Mana kuberiki iyo umuntu utaramuheba utavuga ivyiwe ba mwiyubaha burya nta nigihe ciza mwabanyemwo kbx wovuga iciza nakimwe ciwe🤗🤗
@pascalinebutoyi6954
@pascalinebutoyi6954 11 ай бұрын
Ribert turinyuma yawe ivyo ntibigusamaze courage bro
@NikizabelyseNikiza
@NikizabelyseNikiza 11 ай бұрын
Vrt libert yubahwe ahubw nitwari vrt🙏❤️mufash nabaririvy bafis impano yokuririmba
@chantaluwamahoro3801
@chantaluwamahoro3801 11 ай бұрын
Libert mwiza turagukunda rwose🇷🇼🇷🇼 kuko ukina neza muri Film,na Fanny turamukunda ariko ndumva atarumuntu mwiza pe,mudufashe mwiyunge kuko murebwa na benshii mwongere mukorane ama project na film nukuri kuko turabakunda cyaneee,😘😘❤️❤️ sibyo?naho ibyubuzima buri Private mubikemure kugirango mukorane neza rwose turabinginze🙏🙏🙏🙏
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 11 ай бұрын
ndagushigikiye kwiyo mpanuro!
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 11 ай бұрын
ndagushigikiye kwiyo mpanuro!
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 11 ай бұрын
Uvuze neza💐💐💐💐
@pedromwenyewe1484
@pedromwenyewe1484 11 ай бұрын
You tube yuwumutipe yitwagute ??
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 11 ай бұрын
Libert ❤❤❤❤ Fanny lavine ntaz kubana nabantu na film ziwe ubu ntizikiryoshe 😢😢
@nduwayezuallyda6184
@nduwayezuallyda6184 11 ай бұрын
Jew ubu sinkiziraba
@InamuzunguVestine
@InamuzunguVestine 11 ай бұрын
Film zitagira Nsoro zirabishe nashake areke gukina
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
Mureke avuge ukuri Inès fany nigipfu yihakana umwana
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 11 ай бұрын
@@ciatt9587 uw mwana rr yamwihakany.gt knd ariw yamuvyaye est c q yaramwibarutse ham acamuta mubabanyi cnk iy nkuru niy nshka kumenya🤔🤔🤔woba uyizi uyimbwre ido nido yiyo nkuru wob ukoze
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
@@inesirankunda3815 in box me wa Machakozi
@didacememeur
@didacememeur 11 ай бұрын
Libert nukuri Turumvise ububi bwose bwa Fanny ahubwoo numugesera vrt ariko Imana iriko ikorana nawe sha Libert Numvari nikijijuju
@estellantakarutimana2444
@estellantakarutimana2444 11 ай бұрын
Buraca kabiri mutubwire naho mwaryaniye hose ndabona mwese muriko mwimena inda 😂😅
@mariejesus1427
@mariejesus1427 11 ай бұрын
Ibi bintu birarenze!abarundi mwaratay akaranga!muravuga abanga yumuntu mubiryoherewe nkahumenga murikuvuga ijambo ry 'Imana.ibitabanga biraho!
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 11 ай бұрын
Liber courage wew ibimenyetso nivyo bikora kbsa songambele
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
Uyu mugabo ntasanzwe nincabweng cane
@Kfkdkdlxkdk
@Kfkdkdlxkdk 11 ай бұрын
Gus izo mpapuro urazikoresh goto copie kubera ugum uzigendan bazohav bakugirira nabi bazikwakw kand harimw vyinshi ukeney ❤❤❤❤
@alichouofficial4444
@alichouofficial4444 11 ай бұрын
👏👏Jewe bisaba ko novuga muri video aha sinobimara babantu mwantuka murihr😁😁
@AbcXyz-ru8qq
@AbcXyz-ru8qq 11 ай бұрын
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 11 ай бұрын
Chrie nibaz batubwir uk badutuk tuvuz k Abel arengan 🤣🤣🤣
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 11 ай бұрын
Asha nihatari kweri ,Ukuri kuvugwe 🙏🙏 Courage Libert aruwumva yumvise🙏🙏
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 11 ай бұрын
Mwese murutwa na Mugisha kabisa 😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Mugisha urya ntarusaku❤❤😂
@AaAa-wz6wy
@AaAa-wz6wy 11 ай бұрын
Ibintu vyanyu mwese namanyanga kbsa gusa murik musamaza ana fans banyu😮
@MichelineNishimwe
@MichelineNishimwe 11 ай бұрын
Natwe twikundira ww❤❤❤
@BienvenueBigirumwami
@BienvenueBigirumwami 11 ай бұрын
Komera mutama Libart turagukunda cane kandi turakumbuye films zawe
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤Libert ndakwikundira ukuntu uvugicha ukuri ❤❤❤
@KaburaOlene-hx5ip
@KaburaOlene-hx5ip 11 ай бұрын
Ikikwemezak avugukur nigik?
@kessiakenguruka6866
@kessiakenguruka6866 11 ай бұрын
​@@KaburaOlene-hx5ipapan ikikwemeza ivyo ariko aravuga vyose nukuriiiiii ntaco ariko arabesha😂😂😂😂😂 rer Fanny niw yatanguy ibntu vya interview rek rro awote niwe yawucanye😂😂😂 kd ico saba IMANA ntibahuze nukuriiiiii kuko bahujije vyoco bimbbza😎
@crediakwizera-qd8ii
@crediakwizera-qd8ii 11 ай бұрын
Nivyo vraiment kk iy Fanny adatangur kuzan ibint vy Interview ibivyos ntivyar kuba
@alinelina8333
@alinelina8333 11 ай бұрын
Libert akokantu uvuze niko umuntu ni unique ni personnel big up vrmt. Ngira faxine azasubirizwa 😅😅😅
@MugiranezaAkimana
@MugiranezaAkimana 11 ай бұрын
From Rwanda gewe Fanny Lavine nkimubona narabivize nabonaga ashobora kuba arumwe mubarundikazi Bazi kwiyemera hakazamo nubwirasi Kandi umuntu nkuwo ntarambaba n,abantu
@BelyseMugisha-b7l
@BelyseMugisha-b7l 11 ай бұрын
Cane gose
@belyseirankunda7277
@belyseirankunda7277 11 ай бұрын
Yaracanganyikiwe nukuri kandi waramufashije caneee Imana izobiguhembere 🙏Fani ndumva taravumwe peee
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 11 ай бұрын
Abel itekanir ntakibaz bizogenda neza burya ivya frimason bifise igihe gito 🤣🤣😂😂
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@AbcXyz-ru8qq
@AbcXyz-ru8qq 11 ай бұрын
😂
@GeorgetteNdayisaba-q4l
@GeorgetteNdayisaba-q4l 11 ай бұрын
Libert pole sana abantu niko bameze abonye ko wanse kumugira uwa kabiri .abagore n'abakobwa nta bugenzi .yari yagushimye uriyankira.
@EmelyneShurweryimana-ku3qz
@EmelyneShurweryimana-ku3qz 4 ай бұрын
🤔🤔🤔🤔nabahungu ntabugenzi
@FranceFranswa
@FranceFranswa 11 ай бұрын
Fanny na ryberry ntavyamabanga kuko netwe abafana dushaka ukuri ikindi uwatanguye kumenibanga ni fanny😂😂😂
@blandinedusabe
@blandinedusabe 11 ай бұрын
Nubundi havuzumwee twebwe aba umbeya bicabiducanga libert hejuru caneee🎉🎉🎉
@kessiakenguruka6866
@kessiakenguruka6866 11 ай бұрын
Natekane awote kuko niwe yawucanye😂😂😂
@sandrinendizeye5950
@sandrinendizeye5950 11 ай бұрын
Libert courage mukazi kawe ham fanny akomeze kwigra yuda aza amarira ng n malayika bizomusubiza hasi fanny hanugwa wumv agasozi kintahanugwa kahiye abagabo babona,ikindo kwinyegeza mugakiza utariwe sivyoooooo
@sheshe3847
@sheshe3847 11 ай бұрын
​@@blandinedusabe😅😅😅
@niyuhirecharlotte112
@niyuhirecharlotte112 11 ай бұрын
Libert hejeuru cane.turagukund wank uburyarya.komer tur inyuma yawe uger kur sha bro wacu
@AnnickBéllaRUKUNDO
@AnnickBéllaRUKUNDO 11 ай бұрын
Gus muriko mwitwar nabi gus libert ibintu vyokumenanir amabang sivyiz ndabagay vrm muravyitwayemw nab hma libert uribuk batandukan na Abel amajamb wavugiyeh kwlii😢😢😢😢😢😂😂
@esperancekamikazi5479
@esperancekamikazi5479 11 ай бұрын
Oyasha harigihe umuntu avuga ivyawe abesha akibazako nawe utovuga ivyiwe rero ukuri iyokugiye ahabona urusaku rurahava
@hirwanadine
@hirwanadine 11 ай бұрын
Sharibati urabayegito ntavyanyunzi cyane mugantiwitwaye nkumugabo
@الاصيلة-ي1ف
@الاصيلة-ي1ف 11 ай бұрын
Iyabantu bakundanye cane bama bavana nabi.birababaje cane😢
@ferdinandndizeye3418
@ferdinandndizeye3418 11 ай бұрын
Liberty ihangane. Gusa ibitekerezo byawe biragutse kbs. Komeza iyo nzira.🇷🇼
@dufisimanalahairoynaomie
@dufisimanalahairoynaomie 11 ай бұрын
Basha nukuri nciye nibuka ivyahise kuri Abel ayo nsoro yavuze kuri Abel hakazamwo nivyapati none ngaho nzobitsa ibanga ryanje Imana nukuri na nsoro ndavye ayo yavuze kur Abel nkaca ndaba nubu nawe ntagira aho abika amabanga yose abazi kumuntu vyose ashira hanze ataco asigaje ndahakuye icirwa nukuri 😢😢😢
@marymgort1160
@marymgort1160 11 ай бұрын
Nukuri ntubeshe uwovyoshoboka ibangaryiwe yoribika rikamenywa niman yonyen
@joliebellamuhimpundu
@joliebellamuhimpundu 11 ай бұрын
Ntubesh nukur abisi nihatal
@dale6527
@dale6527 11 ай бұрын
Ubwobabwita ubumbwa ntamuntu akwijenezayomena amabangayamugenziwe ntabuhimbiri busumba ubwo
@alinenizigiyimana
@alinenizigiyimana 11 ай бұрын
Rek abivuge ntiyabisiguye
@niyonkurudeborah-v2f
@niyonkurudeborah-v2f 11 ай бұрын
Ibanga uribitsa imana
@VéroniqueMayeye
@VéroniqueMayeye 11 ай бұрын
Abarundi dufise umuco mubi pe ha gukora ngo mutere imbere nukuguma mucanamwo gusa mukama gusa ndakunze uburyo uvugiye umugore wawe pe uramukunda vrt nimba afitiy ugwank umugore wawe namuveko kko umugore siwe bakorana akazi knd bore sana kuvyabashikiye ivyo bibaho nimwihangane Imana izobashumbusha vrt😊
@DorineDusabe-m9g
@DorineDusabe-m9g 11 ай бұрын
Jew niyompanvu nanka film zabarundii😢abarundi turagoye cane😢ntaba nyarwanda ndabona baterana amajambo nkuko kwabarundi😅murakwiy kwikebuka.
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 6 ай бұрын
Abanyagwanda baratukana nabonyene caàaane ahubwo birandenga pe.Nk'ivyo n'ibiki?
@nyirakamanafrancine3970
@nyirakamanafrancine3970 11 ай бұрын
Libert abanyamakuru baguhemukiye kbs,batumye uvuga ibitari ngombwa urumuhanga ofcse but wisebya Lavine kuko mwakoranye ibikorwa bizima rero wimutesha agaciro
@NdayishimiyeM.Chantal-dy1jq
@NdayishimiyeM.Chantal-dy1jq 11 ай бұрын
Nukuri Libert hejuru cane turagukunda kandi turi inyuma yawe courage mon frère
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 11 ай бұрын
Haguma hasha wallah 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@leocadieniyomwungere3114
@leocadieniyomwungere3114 11 ай бұрын
Harahiye pe. Fanny yarikwegeye iyo areka kuvugira kwa hosy libert ivyo vyose ntiyari kubivuga. None amabanga yose musize hanze
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 11 ай бұрын
Ni ibara vraiment.
@allykahinga8771
@allykahinga8771 11 ай бұрын
Nimwubahane mureke kumera nkabana mumena amabanga yanyu
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Fani 00😂😂😂
@fifiakimana57
@fifiakimana57 11 ай бұрын
Yooo libert ndagukund nsinze ngo nkubesh urashoboye rekana nuyo mugor n'a film ziwe ntizikiryosh twihere soro dehiro❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@HyacintheMunyana-bb9yi
@HyacintheMunyana-bb9yi 11 ай бұрын
Libert numusaza mumuveko ari serieux cane knd ndanabimufanira
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 11 ай бұрын
Dukomeza kumirwa gusa nyen ukuri kuzova mur mwebw nyen🤣🤣ham Libert duh Nsoro the hero kuk niy yanatumy tugukunda ivy vya fanny vyabay bwitemw bic bitum uhagarik ivyaw uj inyum yiw😄😄rer ja kukivi ukure mumajamb ushire mubikorwa uduh suite ya nsoro
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 11 ай бұрын
Libert ibanga rirakenewe urumuhungu w,imbwa vrmt ntasoniii ndakugayeee caneeee
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
😳🤔 igifashwe nibuy nico kimoka 😅😅😅😅 kumbe mugituka Abel vyarabahimbay guma hamwe. Malipo nihapa
@KhalidKhalid-js1rf
@KhalidKhalid-js1rf 11 ай бұрын
Wew uriko wita Umugabo w'umuntu ngo nimbw ntandero uğira reka abivuge kuk Fanny niw yabishize hanze
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 11 ай бұрын
Bayigurira hehe indero?mbe kuki atabivuze imbere akibona ko ari mubi Ubu ???wumv atari umugabo w,igitabangaaaa?
@IninahazweEvelyne-wz4fz
@IninahazweEvelyne-wz4fz 11 ай бұрын
SH harigih bisab k ivyokubik ibang bihagarar ub iyo ahoran biry Fanny yamuvuzek mwarikumubon GT?rek ub Bose babacange!niwe yawakij rek baturirane
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 11 ай бұрын
​@@justinendayisenga7180arik bamuhish icomuric nn urumukobw ukifat ukabwir umunt wumugab kwarimbw utamutunze numuryang wiw ub witwanjye ik ereg kub atabivuz sik arikijuj ahubw nicabweng RER iyukojeje agatir muntonz ziratonder mbeg Fanny WE kwatiyuviriy ntihagir icyo abivugako azoz kumwishur RER amwishur niw yamutanguye
@AudryPlatnumz-fv7pf
@AudryPlatnumz-fv7pf 11 ай бұрын
Libert wubahweee kbxaaa ukoresha icanditse kokooo uwize ntasa nuwutize nkeeeeuuu, urumu poil nkeser🤣🤣🤣🤣
@amortv257
@amortv257 11 ай бұрын
Libert pole sana grand frère 😢😢😢biteye ubwoba kwl gusa wabaye umugabo courage caaaane🎉🎉
@Manishimweelvis
@Manishimweelvis 11 ай бұрын
Ahubwo yabaye imbwa harumugabo avuga nkuko???? Nimba so ameze nkuko uwamuvyaye araza aricara avugati navyaye indaya ikoko😊 Fanny nindaya nkuko nabandi Bose ari indaya none akiri kibuhiye bwaburaya kwatabutubwira??? Ivyo yakoreye Abel yaraziko bizijana Ejo umugore wiwe yopfakara nawe tuzosigara turamubwira uko umugabo wiwe ari kuvuga kuko ijambo uvuze Kuri socio media ntiripfa Narengana
@cizarobert-ky1xz
@cizarobert-ky1xz 11 ай бұрын
Nukuri fani aragowe yashaka kugira umubere umugabo rekana nabobagore biryigenze cha jewe yanyemereye kushira murifirime arambesha ariko tumusengere nawe siwe
@claudinenigaba2176
@claudinenigaba2176 11 ай бұрын
Ntaco umusigarije vrmt ukuri kwanyu kurugoye kumenya umwe wese yivugira ivyiwe
@ciellanicenzeye7100
@ciellanicenzeye7100 11 ай бұрын
Mur indastrie y film harahiyeeee kbx😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@uwimana8584
@uwimana8584 11 ай бұрын
None uribagiye igihe watuka Abel ngo niw mubi none ubu uragarutse ngo Fanny niwemubi 😂sha abarundi
@angebelyseshurweryimana3703
@angebelyseshurweryimana3703 11 ай бұрын
Nibanj iyobiri😂😂
@GahimbareEddydia
@GahimbareEddydia 11 ай бұрын
Ayonamasengesho yamuka libert Imana iramwishuye kure can dii belyse Imana ikomez kukwagura
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
Ndamugaye Fany kuba aguma anyegeza umwana yibarutse azokurana igikomere kinini cane
@JOmani-h8p
@JOmani-h8p 11 ай бұрын
Usanga yirabura😂😂😂😂
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
@@JOmani-h8p none iconic cotuma amwihakana?
@izereariella5039
@izereariella5039 11 ай бұрын
​@@JOmani-h8p😂😂ariko nawe
@DauphineKUBWIMANA-g1f
@DauphineKUBWIMANA-g1f 11 ай бұрын
ibirori vyabereye igitega ntubeshe kweri yaje nkumwamikazi asha pole sana kweri ndabizi kweri
@raziarazia3277
@raziarazia3277 11 ай бұрын
Icombona muzohuze fanni naribatty bakorikiganiro barikumwe
@diellairahoza3417
@diellairahoza3417 11 ай бұрын
Boca barwana😂😂
@RanY-io5rz
@RanY-io5rz 11 ай бұрын
Abantu turahinduka Abantu ntibahorana kl libert na fani lavine mwakoranye vyinshi kandi mwabikora nez cn naabakunda sana murikumw
@malanathaNizigama-th7eq
@malanathaNizigama-th7eq 11 ай бұрын
Libert courage kuko warihanganye bikwiye Fanny nawe nareke kwiriza kuko niwe yawucanye nawote
@ViviNdayizeye-es6hx
@ViviNdayizeye-es6hx 10 ай бұрын
Yooo libert nyamba arukwo vyagenze imana iguhezagire kuko ntiwari nokumuha ayomahera
@FabiolaNsabimana-w2h
@FabiolaNsabimana-w2h 11 ай бұрын
Films ndundi ndazihevye ubu nzirabira zaba nigeria naba angolais kuko mwebwe muravyononye pe.ariko haburana babiri hagatsinda umwe vuba hagati ya mwebwe 2 tugiye kumenya umugabo uwariwe.
@wivetv7867
@wivetv7867 11 ай бұрын
Love from wive tv
@nilvinenimbona-uc3sk
@nilvinenimbona-uc3sk 11 ай бұрын
Soro yatanguye guponda Abel Ubu naho aje kumena amabanga uuuuuuh toka ntabanga mugifise nagira abavuga cane nabagore kumbe nabagabo nuko 😭😭😭😭😭 murambabaj
@Manishimweelvis
@Manishimweelvis 11 ай бұрын
Naje niryambere mbonye abagabo bavuga nkuko
@LéonardItangishaka
@LéonardItangishaka 11 ай бұрын
karabaye
@nshimirimanaaline1221
@nshimirimanaaline1221 11 ай бұрын
Wapi ntavyabo
@EmelyneShurweryimana-ku3qz
@EmelyneShurweryimana-ku3qz 4 ай бұрын
Je numiwe🤔🤔🤔
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 11 ай бұрын
Yarikury amaher yaband na Abel akabigiramw umugish hahhhhh gus albert na fanny ndabatwenz
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 11 ай бұрын
Yoooo yoooo 😂😂😂😂😂😂
@niyokwizeraflorence8772
@niyokwizeraflorence8772 11 ай бұрын
Nimurab muhuze Basha☺️☺️
@Niyitanga-i2c
@Niyitanga-i2c 11 ай бұрын
Menyerey abagabo aribo bihakana abana NNE nabamama ngo bihakanye abana
@jeannenirere743
@jeannenirere743 11 ай бұрын
Nawunyumvire
@DjaliaUwimana-qm1dp
@DjaliaUwimana-qm1dp 11 ай бұрын
Hejuruuu cane vrt boss king
@AmieNshimirimana
@AmieNshimirimana 11 ай бұрын
😢😢murateye isoni aho ntasoni 😢ntimubona ko mukuze😢
@shanthalshanthal1491
@shanthalshanthal1491 11 ай бұрын
Narateye asyii
@angelovyumvuhoreofficial2498
@angelovyumvuhoreofficial2498 11 ай бұрын
Ni show buzz
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 11 ай бұрын
Libert nukuri ndagukunda kandi courage ariko ndabasavye mukomeze ibikorwa mureke kuvanga akazi namapenzi kuko ibishingiye kucaha ntibiramba
@dorinekezakimana2933
@dorinekezakimana2933 11 ай бұрын
Mana lmana itubabaruri kuko twibagira ningoga kwel ariko ahurukundo gwagera nihonugwanko rugira nukur Libath raba ugabanye uzobukoze kuko naw harico yahinduye mubuzima bwaw niyompamvu woreka kumuvuga nabi😭😭😭
@clairiantiranyibagira5942
@clairiantiranyibagira5942 11 ай бұрын
Uvuzukur mugenz arik ndababay cyan kwer nurukubd bahor bakundany kwer ababipf nababisangiy mugab libert yarimonogoj nukur arik tuj twibuk kuberak Fanny yakuy libert kur vrement
@AishaAisha-vm4hq
@AishaAisha-vm4hq 11 ай бұрын
Ndarushe nogusima commentaire vrmt turagukunda lirbert ❤❤❤❤
@chanelleGIRINEZA
@chanelleGIRINEZA 11 ай бұрын
Nsoro ndagukunda ariko tu es interectuel waratanze ukuri twaravyumvise rero irinde ama média ureke ibikorwa vyivugire vrt.
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 11 ай бұрын
Wobona aguma yanika amenyo ngo nuko ariw yamukorer vyose munyuma akamaramar kuber ubwishim yishima ngo nifund wafilme
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 ай бұрын
​@@mariamsakora2818naw izorabek Fanny azosubir kuronk agashimw mur film ndundi
@JustineBenithaVYIZIGIRO-nr6mh
@JustineBenithaVYIZIGIRO-nr6mh 11 ай бұрын
Libert ww komeza GX Imana niyo vyoose
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
Libert umwegere Abel umusabe imbabazi kk waramuburiy indero😢😢😢😢😢 ngomufise video z, umugore wiwe arigusa☹️☹️☹️☹️☹️☹️
@AbdoulKalimu-t7r
@AbdoulKalimu-t7r 11 ай бұрын
Bareke sha Imana itanguye kubahushura ivyabo vyose atanakimwe basigaje bije ahabona abantu bamenye ukuri😂😂😂
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
@@AbdoulKalimu-t7r 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣barakarya amagoma
@alinendayishimiye885
@alinendayishimiye885 11 ай бұрын
Iconzi nukuri wew Imana yaraguhaye ubwenge fanny yarahomvye knd bikomeye caneee
@estachou6896
@estachou6896 11 ай бұрын
Ibaze Imana irik iramwishur reg libert yashigikir Fanny kand azikwar ububesh
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 11 ай бұрын
​@@alinendayishimiye885nukwo kbx
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 11 ай бұрын
Ako kantu ko kumarayinga karasekeje pe vrt ndagukunda nimuduh filme rero❤❤❤❤
@najmahnana5598
@najmahnana5598 11 ай бұрын
Nkuri inyuma kbc fanny nawe narabe yisubireko kuko ndabona afise umwana bangomba kungana 😂😂😂😂
@AbcXyz-ru8qq
@AbcXyz-ru8qq 11 ай бұрын
Arik niyihangan kk fany niwe yatakuy intambar
@OdileIgiraneza-lu8yb
@OdileIgiraneza-lu8yb 11 ай бұрын
Sh murambabaj nukur
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 11 ай бұрын
Chimamanda avuga ngo tera iyo sema 😂 ebagaaaaaaa
@akezakimana6985
@akezakimana6985 11 ай бұрын
Nyibwirira Di chimamanda yavuze gte ndawe chimamanda wew ntabujinga arabivuga nyibwirira maze
@chanelleGIRINEZA
@chanelleGIRINEZA 11 ай бұрын
Chimamanda yubahwe🤣🤣🤣
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 19 МЛН
Seja Gentil com os Pequenos Animais 😿
00:20
Los Wagners
Рет қаралды 25 МЛН
小丑家的感情危机!#小丑#天使#家庭
00:15
家庭搞笑日记
Рет қаралды 31 МЛН
MY HEIGHT vs MrBEAST CREW 🙈📏
00:22
Celine Dept
Рет қаралды 27 МЛН
本来想救他一命,终究还是没躲掉
0:36
侠客红尘
Рет қаралды 7 МЛН
Anaya Vampire 🧛‍♀️ Ban Gayi 🥵
0:20
Anaya Kandhal
Рет қаралды 26 МЛН
小蚂蚁会选到什么呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
0:47
火影忍者一家
Рет қаралды 109 МЛН