FANNY LAVINE arahatswe | SURPRISE ya Bridal Shower irafashe | Abafana biwe baramukoreyeko | PART 1

  Рет қаралды 65,268

Step Media 257

Step Media 257

Күн бұрын

Пікірлер: 292
@PulcherieNizigiyimana
@PulcherieNizigiyimana 11 ай бұрын
Urakoze maman pasteur uratwigishije neza kabisa biraturaba twese fani izompanuro uzumve
@nicoledusabe691
@nicoledusabe691 11 ай бұрын
Mama Paster we utanze izompanuro, Ndiho akwagurire imbibe ugwize ubwo butumwa Kandi bugere Kure. Habwigwa Fanny ariko ndazi buhindura benshi. Kuko nubwimbaraga. Yesu abampezagirire!!!
@EspéranceNDAYIZEYE-x2t
@EspéranceNDAYIZEYE-x2t 11 ай бұрын
Uwo muntu yasenze kweli aranyishe naho ntapfuye ngoshikeyo kweli gusa nyene nda ❤
@uwimanaalphonsine7766
@uwimanaalphonsine7766 11 ай бұрын
Umugisha wi Mana ntiwongera umubabaro Fanny Yesu azame agutwenza iteka ryose
@CynthiaNininahazwe-cx9np
@CynthiaNininahazwe-cx9np 9 ай бұрын
fany Imana izoban naw maz ndakwikundira cne izompanuro naz zirarenz muhezagirwe
@leoqjsogady5490
@leoqjsogady5490 11 ай бұрын
Sha mwakoze igikorwa ciza can , Impanuro nziza cane muvyeyi nabandi twumviyeho kunyigisho nziza utanze. Fanny naho utanzi kweri nkwipfurij umugisha
@MediatriceKwizera-c8t
@MediatriceKwizera-c8t 11 ай бұрын
Felicitation ma chrie hari nabandi tugukunda kandi turyohewe ntaco dufise dutanga mais fanny ndaryohewe kubwawe kandi felicitation amaso yibikere ntiyakubujije kuvoma
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 11 ай бұрын
Ndabashimiye ababantu bose bateguye iyo surprise Imana Ihezagire aho bakuye
@hezagirajoyeuse1204
@hezagirajoyeuse1204 11 ай бұрын
Dorine rro uranyishe mwisengesho😂mbe harya nguri mugufi😊Fanny uze weriyugiye mazeu we ❤u
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m 11 ай бұрын
Waoo benichou wew uguma wabikoze neza hama fanny imana izobane naw murugo rwaw ugiy gushing uze were iyugiye mwiza so❤❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 11 ай бұрын
Mbay uwagatatu kwa benichou ntagucerwa ,abantu bakoze ibi bintu bubahwe bakoze umuti❤❤❤❤
@irakozedonaevelyne1910
@irakozedonaevelyne1910 11 ай бұрын
Maman paster urimfura peeee😂😂😂😂,Fanny uze were iyugiye kandi yezu azobubakire ❤
@Capy-xo1
@Capy-xo1 11 ай бұрын
Urironkeye abakwigisha bamwe twagiye mu burundi turi utujuju 😭😭. Ngusabe Uze uzikurikiza congratulations. Abankurikira murakanda kano gafoto twimenyanire. Duhezagirwe twese! 🥰🥰🥰
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 11 ай бұрын
Aba ba mama bankuyeho wallah😂 Imana Ibahezagire❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 11 ай бұрын
Mbaye uwakabiri💃💃 step media hejuru cane✌️✌️ fanny araberewe cane❤️❤️❤️❤️
@aliaalr6366
@aliaalr6366 11 ай бұрын
Badamu murakoze cane munkuyeho kweri imana ibahezagire🙌🙌🙌😂😂😂💞♥️
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 11 ай бұрын
Benichou zana part2 twirabire aba bamama basi bararyoheye bubahwe knd Imana ibahezagire🌹🌹🌹🌹🌹🙏🙏🙏
@RogerNdayikeze
@RogerNdayikeze 10 ай бұрын
Nukuri natanguye ntwenga ndinze nsozera ntwenga!ababa dames bubahwe mugutwenza
@EddyBizimana-z2f
@EddyBizimana-z2f 11 ай бұрын
egooo umuntu yamubeshe yubahwe kbx Fanny bagushoboye kbx❤❤❤❤
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 11 ай бұрын
Wooo fanny uzogire urugo gwiza muvandimw🎉
@odetteniyonsaba
@odetteniyonsaba 11 ай бұрын
Ndabakej mwakoze neza M Imana icubahiro kiyikwiye menga na derrangement yarimwoop
@JoselyneNishimwe-u1f
@JoselyneNishimwe-u1f 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂Basha nukuri iryosengesho rirakaze ryumije imbamvu zanje😂😂😂❤❤❤❤😂😂nciye ndabakunda Basha umwami abampezagirire.
@jeaninendayubaha8312
@jeaninendayubaha8312 11 ай бұрын
Vyiza caane Inyigisho nziza caaane❤
@dynanikiza1551
@dynanikiza1551 11 ай бұрын
Uyu mudam adandaz yeboyebo ndamukunze ntamuzi❤❤❤
@juliettetuyishime4079
@juliettetuyishime4079 11 ай бұрын
Merci Madame kumpanuro nziza
@pascasienibona7235
@pascasienibona7235 11 ай бұрын
Izimpanuro zuwomuvyeyi ndazikunze Imana imwongere ubwenge bwokwigisha ivyovyabwigwa fani bibwigwa nabandi nanje ndimwo❤❤
@iradukundaange-rw8ey
@iradukundaange-rw8ey 11 ай бұрын
Impanurozany zira nyubatse🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰
@theresiakarwera2279
@theresiakarwera2279 11 ай бұрын
Mbe igitenge cyiza we congratulations Fanny Ravine
@dianeniragira6500
@dianeniragira6500 11 ай бұрын
Arik Fanny n'umu mama mwiza abereye urugo nukuri🎉🎉🎉🎉🎉
@FyVvh-bf8cj
@FyVvh-bf8cj 11 ай бұрын
Mama nimefurahi sana kbx mama❤❤❤niukwellii 👂👂👂👂👂👂
@gilbertbikorimana1519
@gilbertbikorimana1519 11 ай бұрын
Kafashe pe mwabikoze neza Fanny uzewere iyugiye
@ndayisenga-ym5md
@ndayisenga-ym5md 11 ай бұрын
Félicitations à Madame Fanny uzugire urugo rwiza maze hama mumpe numéro yuwo mudandaji wa tik tok yeboyebo😂😂😂😂
@Beinchancelin
@Beinchancelin 11 ай бұрын
Abo bamama Iman ibongerez ubumeny kl mwubahwe izompanuro zirafashij bensh
@SandrineNdayikeza-y7y
@SandrineNdayikeza-y7y 11 ай бұрын
Aba maman burukundo,🥰Mama pasta warugerageje gutanga impanuro
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 11 ай бұрын
Kobiryoshe mwubahwe❤❤
@AlinAlin-hp5wy
@AlinAlin-hp5wy 11 ай бұрын
Arikomukundakurir sindababesha❤❤❤❤❤😂😂😂 uzogir urugogwiza
@FyVvh-bf8cj
@FyVvh-bf8cj 11 ай бұрын
Ukwelli sana mama ❤❤❤❤❤
@OliveNibigira
@OliveNibigira 11 ай бұрын
❤❤❤❤ u uzugire Yesu murugo gwawe
@rittaoman1460
@rittaoman1460 11 ай бұрын
Muduhe igice gikurikira 🎉🎉
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂barikiwa mama mavuzo tosha nimadgo ila nimazuri❤❤❤
@alvinenibaruta608
@alvinenibaruta608 10 ай бұрын
Ndakunze kinokiganiro wamaman oyeeee,malezi ya maman ❤
@Nimubonaegide-hd7iw
@Nimubonaegide-hd7iw 11 ай бұрын
Gad bless you fani uzogirurugorwiza
@DativeSINZINKAYO
@DativeSINZINKAYO 11 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥 impanuro nziza caane
@rebeccanahishakiye7494
@rebeccanahishakiye7494 11 ай бұрын
Très bien
@EvelyneHakizimana-w6q
@EvelyneHakizimana-w6q 11 ай бұрын
😮😮😮😮😮ay masengesh ninyabak???
@jacquelineniyosaba
@jacquelineniyosaba 11 ай бұрын
❤❤iryose'gesho niryambere mwarikoranye naj narikuhaba pe
@jeandedieunitonde1032
@jeandedieunitonde1032 11 ай бұрын
Fanny urakunzwe cane ❤
@HdhHdhd-v8v
@HdhHdhd-v8v 11 ай бұрын
Wao imana ibakomereze mururworukundo
@FlorideNishimwe
@FlorideNishimwe 11 ай бұрын
Uwo mama pasta izo si impanuro na matusi nankujiona birimwo.ntuzi gukoresha imvugo y'abarundi? Naho ari uguhanura hari ama côté wagiye wexageramwo toka
@IshimweELINA
@IshimweELINA 9 ай бұрын
Ndagushimiye muvyeyi impanuro zirakwiye turize pe
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 11 ай бұрын
Waaaoo courageuses ba maman bez mwigishiriz mumigani uwumva yumvise😂😂😂
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 11 ай бұрын
Mwaditeberej igice cakabiri mwabikoze neza ba maman beza naw fanny baho wishimy ibihe vyose
@claudeniyonizigiye5511
@claudeniyonizigiye5511 11 ай бұрын
Fanny uzogire urugo gwiiiiza umukama abazigame na Chr wawe filme zawe ndazikunda uzokwamane ukuri nkakumwe werekana igihe wacira urubanza uwomwari mukundanye muri ya filme samanta
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz 11 ай бұрын
Mashallah ❤❤yararonse umugabo
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 11 ай бұрын
Waooohhhh step média 257 nari ndabakumbuy
@EloivivianBurihabwa-it5zw
@EloivivianBurihabwa-it5zw 11 ай бұрын
Murakoze cane
@EricIrakoze-z6w
@EricIrakoze-z6w 11 ай бұрын
Tweet mwaribagiy kudushiramwo,shaaa Fanny turamufana nahezagigwe
@elianebahati8898
@elianebahati8898 11 ай бұрын
Abazimuuu basheeeeee
@NiyonzimaBelyse-v3u
@NiyonzimaBelyse-v3u 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤bzbz fanny
@LeilaMwiza-mu8td
@LeilaMwiza-mu8td 11 ай бұрын
Irisengesha ga Mana ,ndapfuye noguseka😂😂😂😂😂 ahwiiii
@VianneNDUWIMANA-k4k
@VianneNDUWIMANA-k4k 11 ай бұрын
Dorine muganga nda❣️
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 11 ай бұрын
Iryosengesho riranyeguye nukuri pe Mana mwubahwe nukuri murankuyeho iryosengesho nzoguma ndarisubizamwo
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
Mbega isengesho😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅,nzokwitabaza vuba😂😂😂😂❤❤❤😊😊
@FuTi-ol8ex
@FuTi-ol8ex 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤iryoshengesho riranyishe kweri
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 11 ай бұрын
Gabanya ibiro kugirango ikanzu izakubere ❤
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 11 ай бұрын
😅😅😅😅😅 yooooo basha fanny yarakuze Nukuri 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅 ntakurira
@ChanellaMugishawimana
@ChanellaMugishawimana 11 ай бұрын
Wubahwe maman pasta uhanura neza ikibwirw nicumv icerekw nikibona ndagukunze p
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 11 ай бұрын
😅😅😅 Ayamasengesho is fire funy seriously😅😅😅😅😅😅😅tuuuu God bless u kumukorera surprise vyongera kuramba ⚘⚘🥂🍾🍡
@عبداللهالدوسري-ك9و9ل
@عبداللهالدوسري-ك9و9ل 11 ай бұрын
mma yangu ulie mu pfundisha kusonga jameni naomb mumu itishe fanny ashinde nawewe carama surveille ire système urazi amaze igih atubats
@UNA85673
@UNA85673 11 ай бұрын
😢😢 Abagore murasetsa mufasha abifise abishoboye naho abakene ninyakamwe bakabura ababagirira izo za « bride show » imana ibabarire
@anemarry8755
@anemarry8755 11 ай бұрын
Iryosengesho rinkuyeho nimba yari commed😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰🥰😍
@DivineButoyi-v8w
@DivineButoyi-v8w 11 ай бұрын
😂😂😂oya kwli ni commed ihagez😅
@KwizeraFifi
@KwizeraFifi 11 ай бұрын
Uyomumama asenze aranyeguy❤
@sandrenciza7688
@sandrenciza7688 11 ай бұрын
sandrine. mazina. ndakuramukije❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@ArakazaEdith-k6h
@ArakazaEdith-k6h 11 ай бұрын
😂😂😂iryo jambo k ruryosheee mrciiii bcp
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 11 ай бұрын
😂😂😂😂 uyumunt arankuyeh pe muguseng numw ❤❤❤
@allykahinga8771
@allykahinga8771 11 ай бұрын
😂mbonye umugore ashoboye komedi😂😂😂😂😂😂
@alilacharoind9638
@alilacharoind9638 11 ай бұрын
vyari biryoshe.. Fanny araberewe..azongabire iyo kanzu
@francinenduwimana1413
@francinenduwimana1413 11 ай бұрын
Jekomutambwiy nanj ndumu fana wiw
@madamechemba3720
@madamechemba3720 11 ай бұрын
Ndafashijwe pee ❤
@NdoricimpaPamella-kb6hi
@NdoricimpaPamella-kb6hi 11 ай бұрын
Saw ba Mama❤️🤗🤗❤️❤️🔥🔥
@yvanovichyale
@yvanovichyale 11 ай бұрын
Uyu pasteur mswahili izo nyigisho zawe noma
@GèneclaverTina
@GèneclaverTina 11 ай бұрын
Erega video iheze nkinyotewe prt2 yihuta
@KubwimanaJoseph-k7k
@KubwimanaJoseph-k7k 11 ай бұрын
Basha mureke kuntwenz ndabasavy 😂😂😂
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 11 ай бұрын
Murakoz kumpanur munduhay kl
@EspeHarerimana-nk8gh
@EspeHarerimana-nk8gh 11 ай бұрын
Je kumutanshizemwo ndumufana wa fanny
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 11 ай бұрын
Barikoranye kbs😆
@AliceKamikazi-q9f
@AliceKamikazi-q9f 11 ай бұрын
Hmmmm abagenzi ba Fanny ntanumwe ahobahoba arimwo bote ni vibonge😅
@nduwamungujerry7447
@nduwamungujerry7447 11 ай бұрын
Fanny ndagukunda cn
@erey-u9c
@erey-u9c 11 ай бұрын
Vyiza cane ndaba❤
@anemarry8755
@anemarry8755 11 ай бұрын
Akokanyuma nikokeza fanny🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@faida-5901
@faida-5901 11 ай бұрын
Nimujisho fanny❤❤❤❤❤
@amasa901
@amasa901 11 ай бұрын
😂😂😂😂iyii emeyendaa
@EricaIradukunda-xv3bh
@EricaIradukunda-xv3bh 11 ай бұрын
Hariho group yabafana ba fanny?si ihari munshiremwo please naho ntari mu burundi ndabakurikira Kandi ndabakunda pe
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 11 ай бұрын
Abafana ba Fanny 💪💪🥰🥰🥰
@alphonsinenionhoro4065
@alphonsinenionhoro4065 11 ай бұрын
Muranyishe iryosengesho rinkuyeho
@digneirakoze-xl6mh
@digneirakoze-xl6mh 11 ай бұрын
Abazimu Bashe kbisa nturire ngo ntukirira imbere ya camera maze
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 11 ай бұрын
Mbe ndifuza kubabaza mumbabarire Aho iwacu itandukaniro mu kirundi infirmièr(ere) na médecin ni iyihe kuko numva Ngo muganga murakoze kunsigurira Murakoze
@YvetteNibitanga-sy4pm
@YvetteNibitanga-sy4pm 11 ай бұрын
Mbeg isengesho 😂😂😂😂😂😂 muranyish kwl
@IrankudaAlida
@IrankudaAlida 11 ай бұрын
Yashavuye pe❤❤
@eveline297
@eveline297 11 ай бұрын
Mbega amasengesho yankuyeho pe 😂😂😂😂
@GraceAKITEKA-lc9rr
@GraceAKITEKA-lc9rr 11 ай бұрын
Abazimu bashe kwer
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 11 ай бұрын
Waoo vyiza cane ❤❤❤🎉🎉🎉
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 19 МЛН
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН
MARIAGE YA FANNY NA NONO 🥰🥰🥰🥰
10:39
Step Media 257
Рет қаралды 25 М.
🛑KIBUBU TV SHOW: Gift ziragwira!kibubu bamukoreye agashya 😂
31:29
Uraseka utembagare Nubona ibyo assia akoze😂😂
28:03
ASSIA FILMS
Рет қаралды 12 М.
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 19 МЛН