FANNY LAVINE Arihanije LIBERT Numuntu MUBI UKURI KOSE KURUKUNDO Rwiwe NA NORASQUE/YVAN YATUMWE :::::

  Рет қаралды 5,723

FTV 257

FTV 257

7 ай бұрын

#ftv257
#fannylavine
#libertnsoro
#yvan
#mcgundos
#mcdelaneige

Пікірлер: 177
@user-tc7ml6mj6y
@user-tc7ml6mj6y 7 ай бұрын
Ahubona naho mumutuk yvan ivyavuga nivyo.kandi abafana ba libert mwihangane ukuri kurababaza !!ndabahaye pole.
@khanwkk
@khanwkk 7 ай бұрын
Nukuri Yvan uvuzukuri kwuzuye jewe ukuntu nabona Ribert ntabwo nibazako yoja kuri camera ngwavuge aryamajambo. Ntakamirabugabo afise wapi kandi jewe nabona umenga nincabwenge arko vyarangiyembonyeko arikijuju.ati kuberki??ntagira ahabika.
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 7 ай бұрын
Uravuze ukuri vraiment yvan wubahw vraiment , umugabo avuga amajambo angana ukuri hano ,ikiri hano coco Fanny ntiyigez amuvuga nabi ntanahamw ,uko bimez kwose Igihe kizosobanura, courage la fille courageuse fanny lavine Imbere niheza❤❤❤
@user-lo5dh5lj9s
@user-lo5dh5lj9s 7 ай бұрын
Yvan Big up sana👊 Ndazi aho bazogaruka bagutuk kubera ukuri kurababaza💪
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p 7 ай бұрын
Ndakwemera Yvan uvuga neza
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 7 ай бұрын
Yvan,uyu munsi uravuze nk'umuntu w'umugabo kabisaaa 👌👍 Fanny nibamwururukeko kko n'intwarikazi. Kuba yokwubakana na Norasque,n'intama yuriye inzu??????? Abo bariwe amahera nabo,yarayahushije kko ibibuze abaryi bibamburirwa abasinziriye!!!! Nne yarabasofye mu mufuko??? Kurya babihana mwibanga,nibavyakane mw'ibanga bareke kubituzanamwo!!! Kandi abarundi umutima mubi niwo utuma tuba abakene 😢😢😢😢
@hilaireniyongabo2820
@hilaireniyongabo2820 7 ай бұрын
Merci Yvan, ntamugabo avuga nkuko Libert yavuze, yaramaramaje abagabo.
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
Nimubandanye mumwinovora yarabarabuye nsoro hejuru cane inkubisi yamavyi yarayabise iyitarukirizako
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Nukuri libert yaramaramaje abagabo ntabagabo bakwiye kuvuga nkabagore niryo tandukaniro ryereka umugore numugabo naho libert yibaza kwivyavuga arukuri ark sukuri kk ntamugabo asakuza nkabagire ivyo nukubihebera abagore mbere hari. Nabagore batokora nkivyo yakoze
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Neza cne
@user-cu6gq4xw1q
@user-cu6gq4xw1q 7 ай бұрын
Fanny lavine hejuru caaane hariho abantu bariko baronka agafu biciye kuri wew vrt urashoboye💪knd akomere ntacike intege
@user-pc2tm5gi9c
@user-pc2tm5gi9c 7 ай бұрын
Fanny naw yaramb nukur kukunt ub page zos n Fanny emw yubahw abakunz b solution couple tubash kubashigikir n samath twibuk kuyikurikiran twibuk n norasque kwarimwo pls
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 7 ай бұрын
Yvan uyumusi Numva unryoheye pe Fanny bamureke yibereho kuko Imana Iramukunda vyooose niyo ibimukorera vyose kuko arayisenga . Mwakoze neza ikiganiro nkaba journaliste professionnels nyen. Gushigikirana nivyo vyiza apana gusamburana.🎉 Libert nawe naje muvyiwe muga yige kwi reserva ntamugabo atumunwa. Fanny Na Nono Imana ibashigikire maze❤
@NEGAMIYIMANASabine-ke5lz
@NEGAMIYIMANASabine-ke5lz 7 ай бұрын
Ash Yvan uravuz nez 👏👏👏👏👏
@sarandayisenga6686
@sarandayisenga6686 7 ай бұрын
Yvan wew shacuvugisha ukuri kuzuye niwirambire ❤❤
@SalimaDusabimana-su8qf
@SalimaDusabimana-su8qf 7 ай бұрын
Courage canne Yvan ukuri ntikuvuga uwukuze kuvuga uwukuzi Yvan urumugabo vrt big up sana iy aba journaliste bose bobony ibintu nka Yvan uburundi bwoteye Imbere ❤❤❤❤ Yvan
@diellairadukunda8060
@diellairadukunda8060 7 ай бұрын
Uravuz ukur pe nibab bavug ibintu bikenew barek kwisarisha nibamuh amahor Fanny
@user-vf1nw2sh4p
@user-vf1nw2sh4p 7 ай бұрын
Iva.urintwari.ukuri.ntikuguga.uwukuze.kuvuga.uwukuzi
@khanwkk
@khanwkk 7 ай бұрын
Riberi iconomubwira narabire kuri Sabbas uryanumugabo nemera muri firme ndundi.ugirangontibakoranye na Fanny kwatanduru zahabaye??gusa Ribert niyige gucabugufi harabafise ubumyenyikumusumvya bataburata kuri caméra baravuzeko ingunguru zigaragara arizozikoma induru.
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
😂😂😂
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Umbay kure nagusororera neza cne uvuz ukur kwuzuye kwuzuye cane
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 7 ай бұрын
Yvan courage❤❤❤gusa naje narababajwe namajambo libert yavuze kuko fanny yakuy libert kure kuko jew ntanuwo narinzi libert namumeny kubwa fanny rero jew ndabakunda bose ariko ikosa ryarabay kuri libert umuntu mwakorany ntiwomucoza kurya nubwo kobarukuri kandi ivyo yamuvuzeko biramuvuguruza bivany nivyo yavuze kuri Abel
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
Tuvyumva kumwe twenawe❤
@muneclairia6399
@muneclairia6399 7 ай бұрын
Nukur uvuz nez cne
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
🙏🙏👍👍👍👍
@user-mj7pq6rz7d
@user-mj7pq6rz7d 7 ай бұрын
Ka libert karatobotse ngo karavuze kwar kugir Fanny tumuveko kumbe twarushirijeho kumukunda❤❤
@user-qt3it2jy5d
@user-qt3it2jy5d 7 ай бұрын
Hariho ivyuvuze vyukur kbx Aho bigeze vrmt abantu barakwiye guhinduk bavuge ibikenewe surtout ABA jeune shire Imber iteramber mugabanye amajambo😢😢😢😢😮😅😊😂
@user-ep1wi8kc1h
@user-ep1wi8kc1h 7 ай бұрын
Yvan urabakuye kunzira kbx nibabareke bibanire N et F urugo ruhire nd♥️
@user-hy6bz4mj1i
@user-hy6bz4mj1i 6 ай бұрын
Fanny naho bomuvuga Nabi jewe sinzigera ndamuvinyuma fanny niintwari ndamukunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AishaAaiissha
@AishaAaiissha 7 ай бұрын
Kabisaaaaaaa umvuguye ibintu bro
@francinemunyemana8476
@francinemunyemana8476 7 ай бұрын
Hiiiii yvan nanje ndimukugushira kuma media utishikanye kwa Tantine waramuhevy
@user-up5dj7fn8t
@user-up5dj7fn8t 7 ай бұрын
yvas hejuru cane ukuri kuzuye libert uyo muvanye numuntu nucugenda uvuga vyonse hagarara nku mugabo ureke kwifat nkba kobwa
@francinemunyemana8476
@francinemunyemana8476 7 ай бұрын
Lavine terimbere mukobwa urimuri bake bakora nkawe urusaku urwihoze amaso yibikere ntabuza abavoma
@denisensengiyumva7151
@denisensengiyumva7151 7 ай бұрын
Ndakwubashe!
@user-rc5dv3go9g
@user-rc5dv3go9g 7 ай бұрын
Fanny hejuru cane barek bivugire nae ubandany utagata
@user-tf8wp6uf4y
@user-tf8wp6uf4y 7 ай бұрын
Uravuze ukuri❤
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
Ubuhungu bwibwa libert arakurenze wenimbufyeta ubukonda kwafany genda yarabasigiye libert mumukure mumatiku yanyu mama buntu nzi yari yababwiye muga ntimwumva
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Oya nta mvugira kuyamara yumugabo ikwiye kubaha.ubushingantahe buvugiki?abagore kuvuga birasanzwe ark umuntu wumugabo guta arya majambo wapi yarigaragaje nabi nkumuntu wumugabo .
@user-rg5ze5kk2m
@user-rg5ze5kk2m 7 ай бұрын
Nice ❤❤
@user-ls7fe1rb4f
@user-ls7fe1rb4f 7 ай бұрын
Yvan uvuzukur ❤❤❤
@vestinedushimirimana8750
@vestinedushimirimana8750 7 ай бұрын
Busega neza yva😂ah nikugir nzirayabose na nola baguh ayokurarir😂😂😂😂
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
Uravuganabi yva nimvuga kuri yabivuze neza100/100 Ribati yarasarishije vrt
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 7 ай бұрын
Ahubwo uyu mugor numurway burya ww niw uri inzira yabas
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 7 ай бұрын
Nice❤❤❤❤❤
@CynthiaNishobora-ow8js
@CynthiaNishobora-ow8js 7 ай бұрын
Uravuga neza yvan courage
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 7 ай бұрын
Uvuz ukur
@joselynedusabimana8046
@joselynedusabimana8046 7 ай бұрын
ongela sana lvan ndagukunze uvugukuri .
@music.tv6
@music.tv6 7 ай бұрын
Libert yaritwaye nabii vrt niyo washwan numunt ntiwoc uvug vyose urisigariza na duke 🤣🤣🤣yarasarishije
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Neza cane
@TuyizereIngride-oj4cu
@TuyizereIngride-oj4cu 7 ай бұрын
Yva numa wew niwe atabwenge ugira
@siyssly815
@siyssly815 7 ай бұрын
Kireke icokirofa
@TuyizereIngride-oj4cu
@TuyizereIngride-oj4cu 7 ай бұрын
@@siyssly815 nukuri niwe atabwenge agira yanansesemy sinzingera nukumwumviriza nukuri bose bafis ikosa sinumv ukunt aca aja kuvuga ng libert ntabweng agira honyen wumvirij ibiganir vyos yakoze ntah yigez yagiriz faxine ko ariwe yamwiciy umwan
@vyukusengechantalchantal8899
@vyukusengechantalchantal8899 7 ай бұрын
Iyvan urakozecane uravuze neza cane
@user-oh6wd9ic9s
@user-oh6wd9ic9s 7 ай бұрын
Icyicyiganiro nikizacyane cyirimo ukuri ibinibyoshaka bavandimwemumushyi cyire urugorwaboruza tere imbere 6:59
@user-up5dj7fn8t
@user-up5dj7fn8t 7 ай бұрын
Fanny arabarez bashak kwironker utu veus baciye kwizina ryiwe
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 7 ай бұрын
Mama buntu yaravyase yavuze ko bidusesema rero mumwumvire natw biradusesama mutureker. Fanny wacu
@nadinebahati8612
@nadinebahati8612 7 ай бұрын
Ahubwo Libert yarababaye kuko ivyo yavuze vyose ngira n'ishavu kuko yarakunda Lavine caaane
@kagendakaridoga9084
@kagendakaridoga9084 7 ай бұрын
Uvugukuri fany ♥️♥️♥️
@ba-louisofficial8403
@ba-louisofficial8403 7 ай бұрын
👊👊👊
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi 7 ай бұрын
#WeGotThat👁
@user-bp8tx4lq8o
@user-bp8tx4lq8o 7 ай бұрын
Yvan, ndagukeneye wangu
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 7 ай бұрын
Fanny courage
@nsabeyezubelyse1302
@nsabeyezubelyse1302 7 ай бұрын
Yvan urumugabo 👌👌
@jonathanharabandi2707
@jonathanharabandi2707 7 ай бұрын
@khanwkk
@khanwkk 7 ай бұрын
Icongweko nibaje kuraba ikiganiro MAMAN Buntu yakoranye na Randri promot bagikurmwo iciga harya yabwiye Ribert nimbemutavyumvise umuntu wumugabo agata indoronkakurya??imbere y,a caméra ??abamenyeshamakuru namwe mwisubireko.mwaramwinjiyemwogose Ribert nawe mukuvuga ukamenga ningo yatobitse epfo naruguru.
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
Reka kumubeshera wa muntuwee warumvise avugamazina canke yahanuriye muri rusangi kuko na iva yaravuze ivyobahanye na akes mukiganiro bakoranye na sauda wewe ivyo vyari bikenewe
@RoseAleose
@RoseAleose 7 ай бұрын
Yvan uvuzenez ukurikuzuy isaac yarambabaj can liber naw afisumunya ntabanga arumunt wumugan baryabos ninzar ibavugish
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Bury ndababaz abant murigutuka yva ngarikacagafu mbeg mwoba mwabonye comment zamushigikiy ivyoyavuz none rer abashigikiy fanny twes turik ducagafu nimumuvek yva ahubw guk numunt wumugabo guk nahumunt yogukorerikosa ntabw uca ugaragaz hejur ivyumuziko vyose ngubivugir hejuru
@user-tz8mv4vk1z
@user-tz8mv4vk1z 7 ай бұрын
ukuri kwuzuye libert numuguta sinaka bogard mais kariyemera atakwo kari😂😂
@kagendakaridoga9084
@kagendakaridoga9084 6 ай бұрын
🥰
@BelyseIrakoze-bo2om
@BelyseIrakoze-bo2om 7 ай бұрын
Sha Fanny yakoranye ba beshi muga libert we yaje ari agahata niwe yamuteje Abel nne nawe eeeh abandi ko ataco bari bwapfe Imana ishimwe ko agiye atamuteranije nabandi
@Ngendagirl57
@Ngendagirl57 7 ай бұрын
Umuntu w'umugabo kbs Yvan
@user-wd3br7qj8c
@user-wd3br7qj8c 7 ай бұрын
Libat mukureko ntasoni nsro nimuveko libat yubahw,,ndanabatwenz 😂😂😂😂😂
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Niwe yikuyeko ubushingantahe imvugira kuyamara yumugabo ikundwa na bake
@leilainyitayeho4710
@leilainyitayeho4710 7 ай бұрын
😂😂ahubwo ndagutwenze hewe libert yamenyekanye kubera Fanny noe karya nakahatal kuburyo yokirukira 😂😂nikaje hariya
@nzeyimanaemelyne-pj3ik
@nzeyimanaemelyne-pj3ik 7 ай бұрын
Mumuvyonge mwe azobereka kweli
@antoinetteharerimana6824
@antoinetteharerimana6824 7 ай бұрын
ego❤❤❤🙏🙏🙏🙏💍💍👍👍👍👍👍
@user-ii5dw4lq8d
@user-ii5dw4lq8d 7 ай бұрын
Sha Nkeka Fanny yagutumye
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Bavyanditse kur titre non yoronka ubugari gt atavuze ibi
@user-wd4tf4tn4e
@user-wd4tf4tn4e 7 ай бұрын
Libert ub kahatera irenge yvan uravuz ukuri
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 7 ай бұрын
Ukaba uvuga nabi uwundi muntu kubera gufyeta isahani liber yavuze ikiri kumutima siwe yabitanguye kandi nuyo mukobwa kuvuga utwiwe sibibi uzohore wiyigisha kuvuga winjira mungwano itariyawe kuki rabana nivyawe kimwe coco fanny na Nora imana ize ibubakire ntakindi
@richardngendakumana6076
@richardngendakumana6076 7 ай бұрын
Vangaho warof
@user-ei9mc9pv4z
@user-ei9mc9pv4z 7 ай бұрын
Uravuzukuri Fanny nibakureke kuko sibobakuremye iva iyaba nari muburundi naguha icupa
@nadinebahati8612
@nadinebahati8612 7 ай бұрын
Uvugukuri kbx
@user-go3eh7mw7g
@user-go3eh7mw7g 7 ай бұрын
Yvan uvuze ukuri .kuko kwararaz umuntu mwagendana sikintu ciza.
@user-oh6wd9ic9s
@user-oh6wd9ic9s 7 ай бұрын
Bosesabere nibitondeba rekegusenya vani
@user-rh2ok1jk5z
@user-rh2ok1jk5z 7 ай бұрын
Mwisi ninduru gusa iconovuga nimukundane nkuko imana yabakunze
@tuliyatabu6186
@tuliyatabu6186 7 ай бұрын
Nimubihebe vyaraheze .mureke kwanduzanya
@user-io4kq5yd7t
@user-io4kq5yd7t 7 ай бұрын
Nibabarek bibanire neza uyomutip aguma ari yaya 🤣🤣🤣🤣🇸🇦
@BeatriceIninahazwe-le4on
@BeatriceIninahazwe-le4on 7 ай бұрын
Libati sinkuzi sinkeneye nukukumenya ariko uretse nubukehabwenge yarahurudutse.nimba fanny arinzira yabose we yamenye gute kwari inzira yabose iyonzira atayiciyemwo.yvan wubahwe kweri uravuze ukuri kwuzuzuye
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
😂😂Tim nsoro murihe dukomeza kubahahamura nkaka nako ubona Kari mubiki iyi rofa
@mjjojobsgsg8480
@mjjojobsgsg8480 7 ай бұрын
Rek gutera ubwob nani
@user-ql7yb8jo9o
@user-ql7yb8jo9o 7 ай бұрын
Roda ninde??nimukazibeeee.....Liber naj naramugaye kbx.
@mjjojobsgsg8480
@mjjojobsgsg8480 7 ай бұрын
@@user-ql7yb8jo9o Ntamugabo wiyubatse yovuga nkivyo
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
Ndabaseka raba birya bi film vya Fanny ingene aribihe Ubu rero mubonye asohora film zumwotsi mitanguye kudebagura ntaco yabaye kuvana nanzira yabose ntaco bitwaye
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
Ribert twese twaramugaye yavuze nkabagore😏😏😏
@nakinteje7172
@nakinteje7172 7 ай бұрын
Na mama buntu yaraba gaye
@angeirat
@angeirat 7 ай бұрын
Mwese murarushe
@delyselamiellairakoze8175
@delyselamiellairakoze8175 7 ай бұрын
Ahubwo hariho abantu bari bakwiye kubanza guhagarika kweli mubimenyeshamakuru n'abakinyi kuk biratey'isoni
@siyssly815
@siyssly815 7 ай бұрын
Uwomuhungu arasara ivyanj na Norasque ntavyazi
@user-si4gj6fn7b
@user-si4gj6fn7b 7 ай бұрын
zimya ivyobirofa🤔🤔🤔
@ZawadiElany
@ZawadiElany 7 ай бұрын
Uravuga make yva na libat yavuga uko mugutuka abeli nduwayo
@agahahhashshsh2923
@agahahhashshsh2923 7 ай бұрын
Umuntu nakuvuga nuko harico uba umurusha,nibabarek simbambere bazoba bagira babane sinzi ingen muhangayik mubavug
@valentinemugisha7864
@valentinemugisha7864 7 ай бұрын
Nutu usanga aritumwe udukorana na Fany😂,Libert hejuruuuuuu
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 7 ай бұрын
NYOMBA MURI ABAHABARA BIWE
@santhaaudreilleakimana1778
@santhaaudreilleakimana1778 7 ай бұрын
Mbemwebwe muzohebaa insaku ryariii birya vyaraheze ubuugabo bwinsaku twebwe bwaturambiye
@SalimaDusabimana-su8qf
@SalimaDusabimana-su8qf 7 ай бұрын
Yvan iyo umba hafi naguha akantu KO kunywa kuk uvuze amajambo yakamaro vrt abantu Bose bomera nkaw IS yohinduka
@alinehabonimana6344
@alinehabonimana6344 7 ай бұрын
Fanny lavine yubahwe.abantu bashingwa nubusa
@vyukusengechantalchantal8899
@vyukusengechantalchantal8899 7 ай бұрын
Mubisanzwe ribati ariko abikora nabi cane
@Fidelite-is6uf
@Fidelite-is6uf 6 ай бұрын
Vuga murengane muri mukazi nivyanyu
@ntanormano3699
@ntanormano3699 7 ай бұрын
Ivyo bintu vya fanny na liberty murakwiye kubeheba kuko ntakamaro ndabibona
@user-fr1uh8tk8x
@user-fr1uh8tk8x 7 ай бұрын
💪💪💪💪💪💪💪❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@nzeyimanaemelyne-pj3ik
@nzeyimanaemelyne-pj3ik 7 ай бұрын
Zimyivyobirofa niyompanvu mama buntu abatuka kweli nsigay nank fanny kweli muriparatura mujehiyo
@iteritekajoselyne8144
@iteritekajoselyne8144 7 ай бұрын
Mbe iva wewe Ubu ibintu vyaheze kera uje kuvuga iki ahubwo ukeneye amapeta kwa Fanny hewe weho ntajambo Ribert arakuruta 100; 💯 rero genda gahoro
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Be muvuga ukuri ivyo libert yavuze uretse kumukurako agaciro nkumuntu wumugabo ntagaciro bimuha yararengeje nkumuntu wumushingantahe si fanny si libert ndababona uko nta numwe nzi muga naragaye libert nkumuntu wumugabo yavyifashemwo nabi iyo bigira umugore nari kubitahura nayo umuntu wumugabo ha!
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Be muvuga ukuri ivyo libert yavuze uretse kumukurako agaciro nkumuntu wumugabo ntagaciro bimuha yararengeje nkumuntu wumushingantahe si fanny si libert ndababona uko nta numwe nzi muga naragaye libert nkumuntu wumugabo yavyifashemwo nabi iyo bigira umugore nari kubitahura nayo umuntu wumugabo ha!
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
​@@emelynenduwimana8046nenkawe ivyoyavuze vyari bikenewe kanatsinda bigaburiye beshi kuva abivuze ubona ibiganiro bimaze gukogwa binganiki 😂😂 umunyabwenge wacu mumuveko
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
@@user-yi2rv8sc9y jewe ntaho mpengamiye ark umugabo akwiye kwifata nkumugabo ntamere nkabagore.ico nagaye nuko atifashe nkumuntu wumugabo nn abagore bavuge abagabo bavuge nn iyo ntambara yoca ihagarikwa nande?
@TytyIoro-mr7ww
@TytyIoro-mr7ww 7 ай бұрын
Sha gahugu tekana kuberagukinisha urikuvugayamuhe.buryangobakunfabavyibushe?baguheze cagasabuni nez mwana
@user-hf1rq2be3m
@user-hf1rq2be3m 7 ай бұрын
Uwoo mupetii yaje anyoye urumogii
@anithanihorimbere2460
@anithanihorimbere2460 7 ай бұрын
Libert hejuru caneeeee ! Fanny yabatumye kora arabahemba😂😂
@user-xv4po4ig3b
@user-xv4po4ig3b 7 ай бұрын
Aho barikukazi nyene barahebwa
@ingabirebella1761
@ingabirebella1761 7 ай бұрын
Nawe uri Ku kazi
@renildeniyonkuru9963
@renildeniyonkuru9963 7 ай бұрын
Usang fanny yagutumye ahubwo ark niwivugir sha ntuhav ubura agafu kunomusi
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Nae vugira liberty akogaf arakaguha yavuzukur guk niba arikacagaf nokwa libert yokarose rer ivyoyavuz nukur kwuzuy
@ingabirebella1761
@ingabirebella1761 7 ай бұрын
Nawe agafu ntukabura
@renildeniyonkuru9963
@renildeniyonkuru9963 7 ай бұрын
Ahondi ntako mbuze
@user-px9qv6cm9h
@user-px9qv6cm9h 7 ай бұрын
ati umukeha bwenge🤣🤣🤣namwbwe mwaragowe nukuri ah reo wew nuwew uvuz ibintu vyiza🤔🤔🤔mwese muri ibimenabanga nimuveho ham uw Fanny wirata arasanzwe cane vrt Yvan nawe urerekany integ nk vrt
@iteritekajoselyne8144
@iteritekajoselyne8144 7 ай бұрын
Iva wewe ntanisoni ufise urashobora kuvuga ribert arakurenze wewe urya uvuye kwa Fanny ariko ribert numuntu wumugabo rero umuveko udashaka ingorane
@AnathalieManirambona-ew6ho
@AnathalieManirambona-ew6ho 7 ай бұрын
Libert kuvyotubon ntabwenge buke yiger akoresha ninumunyabwenge knd ntabwo yasubiy inyuma ahoho turakubeshuje birya afisimpamvu yarabivuz naw rek kuvyinjiramw kuk ntacuhindura
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 7 ай бұрын
Si Fanny si libert ntaw Bose vrt barashoboy mug tuvugishij ukuri libert yarasarishij caaane yar gusaba ikigwingw aba fans ba film Fanny ntiyigez amuvug nabi usivy ko yavuze ivyo yamwagirije twibuk nukuntu libert yagiy kuma réseau sociaux avuga nabi Abel ntiyigez amwishura nakimw
@user-ql7yb8jo9o
@user-ql7yb8jo9o 7 ай бұрын
Mubisanzwe liber yarafushe kuk yarakunda fanny trop.yarasarishij kbx ntamugabo avuga nkabagore shaaaa....niyihangane mbere.fanny courage ma chrie ❤❤
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
Nikivyerekana kwarumunyabwenge baracinovora amajambo yavuze ico yavuze mwamubeshujemwo nikihe
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
@@user-ql7yb8jo9o warofawe ikikwereka kwatafushe uyumusi wabonye ingene umwotsi wafuvye muri nsoro the Hiro arakina namakungu agashima
@renildeniyonkuru9963
@renildeniyonkuru9963 7 ай бұрын
​@@user-yi2rv8sc9yarashoboye libert sha azi nicongereza agere kure cane ahubwo
@user-mi4is3ud6m
@user-mi4is3ud6m 7 ай бұрын
Yvan wew urikibwa sinarinziko umezuko Gus nivyo kuber uriko uhiga ubufu wovuga ukur gusa ntiwosubira gukina muma film yabo ahubwo rek ndagukure murirya grp ngh ntuvuze uradashwe amaher yabakobwa Bari mur Oman muzoyadahwa ng ntibigez baj murukundo sh urambabaje😮😮😮
@MelissaUwimana-zn7dy
@MelissaUwimana-zn7dy 7 ай бұрын
Ivan asigaye kumutw umengo yakoroy inda
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 7 ай бұрын
Isi ga yemwe,nibibazo gusa,mb gt libert yashoboy kumvisha abantu neza uko Fanny tanka umu damu wiwe,vyose vyamuvako,harya umugore yamwandikiy msg zo gutula Fanny agahindukira akazereka Fanny suko naw yakunda Fanny
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 7 ай бұрын
Naw urikibwa nimb urikurashigikir ama futi ya liberty yva niyubahw hubw
@user-mi4is3ud6m
@user-mi4is3ud6m 7 ай бұрын
@@user-qx4rw7ei8t uravuga make wabamenya bakuze knd mwahuy amenyo akwiye ivyo nta rasio biguha dii 🤣🤣🤣🤣ikibwa niwew
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 7 ай бұрын
@@bugegenezaujia7325 Ayo makuru subwambere ndayabonye abandi miramenya nibintu🤣🤣🤣🤣 miyakurahe🙈🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️
@ndayishimiyerenovat3840
@ndayishimiyerenovat3840 7 ай бұрын
None Aka gahungu kavundurutse hehe?
@user-yi2rv8sc9y
@user-yi2rv8sc9y 7 ай бұрын
😂nagakozi komugikoni kokwa lavine😅😅
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@divineakimana
@divineakimana 7 ай бұрын
Libert hejuru Cn uwo yvan yase kunya Aho atema birumvikan côté ahengamiyemwo
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 7 ай бұрын
Sha ndakwemera ariko ndabona ko uriko uracya uduharage twabo ureze,kugira nzira ya bose ntagukure mwi filme yiwe runyuzi nawe wapi yakwirikiye amaronko agomba kurongogwa aru mugabo
@emelynenduwimana8046
@emelynenduwimana8046 7 ай бұрын
Nimba yakurikiye amaronko aramaze aha twozunguruka mu ngo zubatse twosanga ari wenyene yayakurikiye?yogirimana nimba ariyo yakurikiye akayaronka harabonzi bayakurikiye bisanga baguye swata rro mumureke
AMAYOBERA Y'URUGO Films Part1
22:34
FTV 257
Рет қаралды 2,6 М.
AMAYOBERA Y'URUGO Films Final
44:42
FTV 257
Рет қаралды 8 М.
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
What it feels like cleaning up after a toddler.
00:40
Daniel LaBelle
Рет қаралды 75 МЛН
AMAYOBERA Y'URUGO Films Part2
25:29
FTV 257
Рет қаралды 4 М.
Utundidusha twaranze marriage ya Norasque na Fanny  mutabonye👆👆👆
11:19
Maman cheiilla 0fficial
Рет қаралды 1,5 М.
지민 (Jimin) 'Who' Official MV
3:28
HYBE LABELS
Рет қаралды 21 МЛН
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,7 МЛН
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 532 М.