Fanny Lavine ati ABAVUGA ko ntabikwiye//ABAKUNZI banje naba VRAI si nkababo😡//Avuze ivyo kuja hanze🤩

  Рет қаралды 14,538

African TV

African TV

Күн бұрын

Пікірлер: 250
@AfricanTV-s6h
@AfricanTV-s6h 2 күн бұрын
Igishurushuru n'igihunda part 2👇🏼 kzbin.info/www/bejne/aGKofnyPrK2Ii7csi=WUH8GehnwPjtAIhL
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 2 күн бұрын
Congratulations maman lao abakunzi ba Fanny munkandire kuga foto niba atagatima kabi mubigaragaze ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@CléniaNiyonsaba-y2l
@CléniaNiyonsaba-y2l 2 күн бұрын
Fanny hari commentaire nigeze kukwandikira norakubariye nti isunge Imana wicire bugufi Imana izogushira hejuru kubera igihe bajababandanya bakuvuga amajambo ngo urindaya uriwabose nibindi vyishi wiciriye bugufi ego nivyuriko urabandanya kuraba wewe ubandanye kwitwara neza gusa wicira bugufi Imana izagushiraheju wubahe Imana ego uzoshika kure abakwanka bagukunde Fanny ❤❤❤ rwose
@raissanadegeuwimana4138
@raissanadegeuwimana4138 Күн бұрын
Kure cane fanny Lavine 😍😍😍 Imana yishurira kugihe: Bebe nawe azoza yitwa IRISHURA 🤣🤣🤣🤣🤣🤣IMANA yarakoze kubona amajwi yacu n'ayabagenzi bacu atapfuye ubusa.
@NoellaBurundi
@NoellaBurundi 2 күн бұрын
Fanny njendino Dubaï basha abodukorana bose narabatse ama terone mbaka ndagutoro abantu mirongibiri twagutoye kwl terimbere mukobwa wayesu
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 2 күн бұрын
Fanny imbere cane franick nawe lmana iguhezagire kubiganiro ukora ntamatiku abamwo❤❤❤❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 2 күн бұрын
Big congratulation kur notre Fanny,💪🏆🏆abakunzi biwe bibihe vyose muze twikomere amashi twarabikoze💪💪💪❤️❤️❤️love you Fanny une femme forte que je connais, merci Franck 💐💐💐💐
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 2 күн бұрын
Felicitation kuri fanny lavine amashurwe nayawe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐🥀🥀🥀🥀🥀🥀🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌻🌻🌻🌻🌻🌻 ndakwigirako vyishi muvyeyi urintwarikazi twibitseko🙏🙏🙏 courage imbere niheza
@AlphonsineNishirwehejuru
@AlphonsineNishirwehejuru 2 күн бұрын
Fanny uracorera abafan bawe rero hm fresitatio ❤❤❤❤❤
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h 2 күн бұрын
Iyataba uwambere nyene kuri Socio media twari gukora manifestation🧏 sinziko mwari kudukira kweri✍️ Uyumwaka muri Family 3FA turi munyishu kbs💪💪💪💪
@Jesiyv
@Jesiyv 2 күн бұрын
Kwl kabisa ntibari kudukira
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 күн бұрын
Vava urabizi nyene ko batari kidukira gusa baragize neza kubicisha mumuco
@NkurunzizaFrançois-z9m
@NkurunzizaFrançois-z9m 2 күн бұрын
Nukuri linke twarayihanahanye saudia yose twaramutoye jewel namabuja nabenewabo narabaheye Linke kweri ingene tugombakwitiranwa nababwura nimutore nimukuruwanje😂😂😂 Fanny baby shawa narayikozekweri
@NdikiminweCéline
@NdikiminweCéline 2 күн бұрын
Fanny ❤kdi félicitations urabikwiye pe uri actif wibunhenze ugakora IBintu nkivyo utigeze ugumana wiryamika ngo udeke sha nukuri Imana igume ikuja imbere no mukwibaruka bize bigende neza cane
@suaviskanyamuneza7697
@suaviskanyamuneza7697 2 күн бұрын
Félicitations Fanny lavine intsinzi yawe twari tuyiteze twagutoye twiyumva neza kwari wewe maman wabo
@JudineBitangimana
@JudineBitangimana 23 сағат бұрын
Fanny wanje ndagukunda ndagufana congratulation ❤❤❤️❤️❤️❤️
@NadineNiyubahwe-fg8lh
@NadineNiyubahwe-fg8lh 2 күн бұрын
Fanny ndagukund cane kand félicitations Twebw abakunzi turinyum
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h 2 күн бұрын
Mamalao hejuru cane🙌 IMANA ikomeze kubatwenza♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@EleonoreHicuburundi
@EleonoreHicuburundi 2 күн бұрын
Félicitations mama layo hejuru cane nih ndakwifurij abansi baw bateterw.waoo ndakundimana ukuntu ibikora
@aliaalr6366
@aliaalr6366 22 сағат бұрын
Felicitations mama lao hejuru cane ngukunda kubu❤❤❤
@ikorivyizaodile-nb6lk
@ikorivyizaodile-nb6lk 2 күн бұрын
❤❤🎉🎉🌹🌹💐 congratulations mama w'abana benshi💐🌹🌹 urakarorero keza God bless you 💐💐💐🌹🌹🌹❤❤❤❤
@ElinefideliteKitonzi
@ElinefideliteKitonzi 2 күн бұрын
Congratulations ❤❤❤ my sister Fanny wacu nubwo abandi batokwemera jewe ndakwiyemerera ❤❤❤
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj 2 күн бұрын
Félicitation Fanny burya iyuvuzwe nabi niho lMANA ibigomba iguhezagirire 🎉❤ terintabwe cane nibindi birimbere
@tatianebedetse6909
@tatianebedetse6909 Күн бұрын
Ntubeshe pe Iba igire yiyerekane
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 2 күн бұрын
Ndäbikwifurije fani imana yuguruye ntamwana wumunt yugara tekana ntawankwa nabose kand abakunz nibobeshi kuruta abasi ❤❤
@MediatriceNIYONIZIGIYE
@MediatriceNIYONIZIGIYE 2 күн бұрын
Félicitations Mama wabo uzokwama urihejuru cane ❤❤❤
@KanezaInès
@KanezaInès 2 күн бұрын
Fanny ndamukunda caane, Imana imumpere kuzibaruka neza ❤❤❤
@HyguetteSIYABIYEMERA
@HyguetteSIYABIYEMERA 2 күн бұрын
Fanny lavine!! Komera uterimbere turagukunda Di Mama wacu❤️❤️
@Eddydaniel-fm2xw
@Eddydaniel-fm2xw 2 күн бұрын
Imana iducisha mubikomeye ikatugira abakomeye Fanny wanje ivyo ndabizi cane nanje vyarambayeko ndasuzugugwa bikomeye ariko nyuma Imana inkorera ibitangaza bikomeye ubu harabipfuza kubaho ukombayeho muruyumwanya Imana ninziza ihindura ivyaseguhinduka.Felicitation ncuti yanje❤
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 2 күн бұрын
Naj nukur naransw mur famille ndangazw bivany nuknt navyay nkir kwishur abo tuvukn bose baranyank mukibano ndasuzugurw bikomey arik unomuns abamfata nabi icogih unomuns nib basigay banyit mabuja knd ubwmaber bambon nkumwavu imbere zabo
@MarieSandraNZOJIBWAMI
@MarieSandraNZOJIBWAMI 2 күн бұрын
Abavuga KO bitagukwiy nibaze none bakikwake félicitations di Fanny lavine
@JoellaHavyarimana
@JoellaHavyarimana Күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💖💖💖💖💖💖💖utere ujahejuru caane mama laoooooo we love youuuu❤❤❤❤
@AngeNellyKubwimana
@AngeNellyKubwimana 2 күн бұрын
Imana yacuu Sibayalii ergaa turaseng ikatwumv badusuzugur nay idukuzaaa bayita Imana Congratulation Fanny🎉🎉 Jtm ndagukund riry jamb wavuz ejoo ryantey integ❤❤❤❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki Күн бұрын
Imana ikugez kure disi❤❤❤❤❤ Imana sumuntu 🎉🎉🎉🎉🎉
@FlorenceIradukunda-np4hi
@FlorenceIradukunda-np4hi Күн бұрын
Congratulations maman lao IMANA imbere nibindi bizoguma bisonga mbele rero mukomeze kudukomeza murivvuinshi mercii
@NsengiyumvaRichard-h4d
@NsengiyumvaRichard-h4d 22 сағат бұрын
Umwana yankwa niwe akura nibagume hamwe bicare barabe ukuntu Imana iguhezagire maze inzigo ibajanjagure kubera ico nkundira Imana nta nzigo nkabantu ndakwikundira mazee j nzokurwa inyuma
@blandinechanisseiteriteka2072
@blandinechanisseiteriteka2072 2 күн бұрын
Fanny profita ubuzima shaaa ikinico gihe cawe uwubashe Imana nayo imuha icubahiro congratulation ❤❤
@britneyarakaza3960
@britneyarakaza3960 Күн бұрын
J nukuri ntaconumva novuga kubwawe fanny m icubahiro n ic'Imana
@IddyKass
@IddyKass 2 күн бұрын
Nahandi muzohagela mama lao.lmana y,uguruye ntawugara❤
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 2 күн бұрын
Félicitations maman lao🎉🎉🎉🎉 nukuri urampimbara
@MunezeroVestine-b4o
@MunezeroVestine-b4o Күн бұрын
Abavugako bitagukwiy ntibitangaj turaziko bamana amajamb imbere cane niho nkwipfurije mama lao
@jeaninehavyarimana7557
@jeaninehavyarimana7557 2 күн бұрын
Fanny félicitation migi kandi vyukuri adamu wawe yakugururie umugisha yesu ashishikare guhezagira imbere niheza ushikare kubaha Imana Sha karibu tuzokwakira❤
@ShukuranIradukunda
@ShukuranIradukunda 2 күн бұрын
Toutes mes félicitations ma fanny❤❤Imana yahabaye mazeux ndagukunda kanini❤❤gusa uzo'gabire amahereni ufise mungiii😅😅
@BelindaMugisha
@BelindaMugisha 2 күн бұрын
Félicitation Di Fanny Imana ntaho itokura umuntu
@sosonbuntu-hz6tk
@sosonbuntu-hz6tk 2 күн бұрын
Félicitations Fanny 🎉abarivuze baryumeko🤭
@HarerimanaLea
@HarerimanaLea 2 күн бұрын
Toutes mes félicitations Fanny,Imana ikuje imbere muvyeyi
@natachaicitegetse
@natachaicitegetse Күн бұрын
Félicitations fanny imigisha ibandanye yiyongera
@BenisseIGIRUBUNTU
@BenisseIGIRUBUNTU 2 күн бұрын
Congratulation Fanny bandany uter imbere😍😍
@CorenthineNiyongabo
@CorenthineNiyongabo 2 күн бұрын
Imana ishishikare iguha nibindii izaguh kwibaruk amahor
@MunezeroNene-z7b
@MunezeroNene-z7b 2 күн бұрын
Fannyyyy arabareeeenzeeee nibatekereze.iyo ataba uwambere tuba tur mur manif😂😂😂fannyy much love mu chuchu😊
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 2 күн бұрын
Nukuriii fanny komezaaa uter imbere jew nama mvuga umwana yankwa niweee akura abakwipfurizaaa inabi izobasubireko gusaaa uzokundee umutwaree wawe kuko n,umugishaaa waweee🎉🎉🎉🎉 ndabakundaa caneee
@nadineniyonsaba9776
@nadineniyonsaba9776 2 күн бұрын
@ElianeIRADUKUNDA
@ElianeIRADUKUNDA 2 күн бұрын
Nabadooo baracababara tu abakuvuga nabi bakagucavuza sha Imana ikora nk'Imana nyene, félicitation ❤❤❤
@akimanabellagratia2694
@akimanabellagratia2694 Күн бұрын
Yarabikwiye caane ndakunda Fani cane avyumve ❤
@IrakozeNadine-et8gr
@IrakozeNadine-et8gr 2 күн бұрын
Congratulations ivyiza bibandanye kukuzako❤❤
@EmelyneNshimirimana-p7m
@EmelyneNshimirimana-p7m 2 күн бұрын
😂😂🎉🎉🎉🎉vyarabaye vrmt komera ndagukunda nkagukundira n'a bawe💖💖💖💖💃🔥🔥🇧🇮🇧🇮✔️✔️✔️
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 2 күн бұрын
Sha nawe ntutangwa kwl 😂😂😂
@IreneIrene-tn3gl
@IreneIrene-tn3gl 2 күн бұрын
Mama Lau Lau ❤❤ ndamufana shahu we weee😂🎉🎉💐🌹💐🌹💐♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@EleonoreHicuburundi
@EleonoreHicuburundi 2 күн бұрын
Félicitations mama layo hejuru cane nih ndakwifurij abansi baw bateterw.waoo ndakunda IMANA ukuntu ibikora
@EdyssaNKURIKIYE
@EdyssaNKURIKIYE 2 күн бұрын
Big up Fanny ❤❤❤❤cane kure cane nibindi izobikora abansi bamaramare'' ngo bless women'' kararenz💪💪💪
@MerchyPaula
@MerchyPaula 2 күн бұрын
Hejur cyne fanny🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤amashugwe nayae maaa
@HAKIZIMANAMireille
@HAKIZIMANAMireille 2 күн бұрын
Maman Lao ntubeshe pe abantu hagufi ni abanyamugisha nanje ndabihamya 🎉
@NewasSong-f7s
@NewasSong-f7s 2 күн бұрын
Congratulations mwenewacu trimberenukr iman ishishikare ikwagurira maze abagusebejye cagihe bazebarabe ingenimana igiraneza ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉💋💋💋💋💯💯💯💯💯💯💯
@PascalNishimwe
@PascalNishimwe 2 күн бұрын
Fanny niwirambire ❤❤❤❤❤❤
@YvetteNdayishimiye-e5m
@YvetteNdayishimiye-e5m 2 күн бұрын
Félicitations jewe ndakwikundira ndashaka nokukubona
@JoselyneBigirimana-n8f
@JoselyneBigirimana-n8f 2 күн бұрын
Mama lao hejuru caaane❤❤ijwi ryanje ntiryapfuye ubusa kwel
@BukeyenezaNadine-n4e
@BukeyenezaNadine-n4e 2 күн бұрын
Imana ibishimirwe Fanny lavine wacu yakoze ibikomeye
@jeanpaulbutoyi1866
@jeanpaulbutoyi1866 2 күн бұрын
Ibikomeye vyakoze Yesu Christo. Kandi félicitation kuvyo Fanny Imana yamushoboje. Nagomba mfate akanya mbwire Fanny muribi bihe yirinde abiyita abamenyeshamakuru canke abihigira ama vews yama Chanel yabo. Iki gihe n'abareke maze yiteho ubuzima arimwo hamwe n'umuryango wiwe. Niyibaruka amaze kuremarema, bazogaruke. Pour le moment bamuhe akaruhuko Kandi nawe avyubahirize canke yiyubahirize. Nanje nkunda films ziwe ariko ndamutakambira kugira mumureke yiturize.Shalom
@Luise-k8y
@Luise-k8y 2 күн бұрын
Weee ubu ngiye ngukunda KZbin na fecbook ndabe ingen abarivuze baryumako 😅imbere caane mukunzi wacu Fanny Lavine ❤❤❤❤❤❤
@NickoleNiyonkuru
@NickoleNiyonkuru 2 күн бұрын
Félecitation fanny wcu iman imber murivyose natwe tukurinyum
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 2 күн бұрын
Ndagukunda fanny❤❤🎉🎉🎉
@SandrineNdayikeza-y7y
@SandrineNdayikeza-y7y 2 күн бұрын
Fani uvyumve ndagukunda♥️♥️♥️♥️♥️
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 2 күн бұрын
Uwagatatu mukiganiro mama lau tunagupenda sana😂❤❤🎉
@VirginieNdayizeye-i4l
@VirginieNdayizeye-i4l 2 күн бұрын
Fanny imana vrt ishishikare kukuduza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@YonkurijeClarisse
@YonkurijeClarisse 2 күн бұрын
Hhhh umugisha w'umuntu ntiwibwa maman lao kure caaaaane hashoboka ivyo bakuvuze nivyo biriko bituma utera uja imbere ahubwo ico nosaba abavuga amajambo atari meza kuri wewe babandanye Imana nayo ibandanye ikunezereza we n'umuryango wawe❤
@ClarisseUwimana-g1g
@ClarisseUwimana-g1g Күн бұрын
Congratulations 🎉maman lao🎉🎉🎉🎉
@ArianeNikuze-c6t
@ArianeNikuze-c6t 2 күн бұрын
Naramutoye shaaaasn. Love her so much
@delphinekamugisha1034
@delphinekamugisha1034 2 күн бұрын
Tuzokwama tugushigikira urintwari,komeza ukora Imana iri kuruhande rwawe👌
@EspeHarerimana-nk8gh
@EspeHarerimana-nk8gh Күн бұрын
Turabakunzi fafa nukuri❤❤❤❤
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 2 күн бұрын
❤❤❤🎉🎉Waoooo. Wewe. Unzovyara. Umuhungu(?), nabibonye🎉ungire,umungisha🎉🎉❤
@Pedege-jq6wc
@Pedege-jq6wc 2 күн бұрын
NImana yakandi karyo niyo ihindura ibihe igatuma uririmbira Aho waririye ikura kucavu igatanga Ijambo numva nogufasha gushima bihambaye maa🙏🙏🙏🙌🙌 ikomeze kwibuka nabandi bumiwe nkukwo👏🤲 so bzu bzu💋💋💋💋
@TargertRevelationTeam
@TargertRevelationTeam Күн бұрын
Turagukunda mama lao 🎉ntitwari kwemera kodufan uwudatsinda❤
@Ninganzaaisha
@Ninganzaaisha 2 күн бұрын
Amashurwe naya mama lao ķbx 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@ClaudetteNimpagaritse-e5f
@ClaudetteNimpagaritse-e5f 2 күн бұрын
Félicitations sha Fanny.uwukwanka akwandureko
@YvetteNijimbere-q6v
@YvetteNijimbere-q6v 2 күн бұрын
Congratulation again Fanny wcu
@ChantalGAKIZA
@ChantalGAKIZA 2 күн бұрын
Turabakunda can Felicitation💞💞
@uwimana8584
@uwimana8584 2 күн бұрын
Nishimira abaronse ivyiza 😊😊lmana igume igushikana kure maze
@UcufG-t1e
@UcufG-t1e 2 күн бұрын
Fanny ndashak ushir mur grp ❤❤
@alklbahayoan9984
@alklbahayoan9984 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤Fanny ndagukunda
@ChristineAkimana-i5m
@ChristineAkimana-i5m 2 күн бұрын
3FA hejuru caaaneee🎉🎉🎉🎉amashugwe nayawe mama waboo❤❤❤❤❤
@marielouisengerimgeri235
@marielouisengerimgeri235 2 күн бұрын
Congratulations maman laoooooooo❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🎉🍾🍷
@BenigneNibitanga
@BenigneNibitanga 2 күн бұрын
Congratulations sha mama lao ntawari kugukoreramwo🎉
@TuyishimireLowisi
@TuyishimireLowisi 2 күн бұрын
Fanny lavine arashobonye yarabikwiriye💪💪❤❤
@DoraKWIZERIMANA
@DoraKWIZERIMANA 2 күн бұрын
Ndagukunda caaane amashi nayawe my
@AlidaIrakoze-z3m
@AlidaIrakoze-z3m 2 күн бұрын
Félicitation Madame KEZIMANA
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 2 күн бұрын
Congratulations 👏🎈🎉🎉 mama lao😂😂 ndagukeje❤❤
@GogoMunyemana
@GogoMunyemana 2 күн бұрын
Fanny Big UP sana ntavyinshi numv novuga
@VirginieNdayizeye-i4l
@VirginieNdayizeye-i4l 2 күн бұрын
Nukuri imana iyo yuguruye ntawugara nubu uracatera imbere peeeee❤❤❤
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 2 күн бұрын
Nahashitseeeee kera from3FA🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉conglatulations mama waboooooooo😂😂😂😂😂wew urumuntu twibitseko
@GyslaineMugisha-h5i
@GyslaineMugisha-h5i 2 күн бұрын
Mama lao 😘🌹🌹 nukur urakunzw ❤
@AndychsnisseNinziza
@AndychsnisseNinziza 2 күн бұрын
Fanny lavine turagukunda❤❤❤❤❤❤
@MemeMunezero
@MemeMunezero 2 күн бұрын
Uramutuzaniye mapema twaritumukumbuye mama lao Sha yibereho nani arakabona akuviriye mubuzima Sha uwo ni Libat. Kugira no yinjirane nimigisha sha
@InteyitekaFaustine
@InteyitekaFaustine 2 күн бұрын
Congratulation shn fany urakunzw maz❤❤❤
@IrakozeSoleil-o5q
@IrakozeSoleil-o5q 2 күн бұрын
Nibakurek kk urabikwiye kandi umugish wuwundi ntibawuhinganirwa😊
@Alinebella-Niyogushima
@Alinebella-Niyogushima 2 күн бұрын
Fanny ndagukeje caneeeee Imana ntitetereza n'a Norasque yubahwe naraye mvonye ingene yaranezerewe disi
@MamadembeleLadouce
@MamadembeleLadouce 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ turamukunda vrmt courage mama Lao❤❤❤❤❤🎉
@Sylviegahwekazi
@Sylviegahwekazi 2 күн бұрын
Urigisha abandi bapfasoni kudafyina ngo bafise imbanyi
@gakinjaveronica-cl3lx
@gakinjaveronica-cl3lx 2 күн бұрын
Mama lawuuuuuu ndagukunda cane mwana wanje ♥️
@NadiaTuyishimire-h3q
@NadiaTuyishimire-h3q 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤mam laoo❤❤❤❤
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 4,1 МЛН
Правильный подход к детям
00:18
Beatrise
Рет қаралды 10 МЛН
ADEPR GUHUNGA KUMWE MUBASHUMBA INYARUGENGE NTIRIVUGWAHO RUMWE
18:39
BYISHIMO OFFICIAL
Рет қаралды 1,1 М.
My Daughter Ep31:Intambara y'Umwana
30:22
OBE TV SHOW
Рет қаралды 10 М.
AMORA ARIRIMBYE INDIRIMBO Y'IGIHUGU TURUMIRWA
57:06
Fleury &Janet
Рет қаралды 3,9 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 4,1 МЛН