Faustin Ndikumana asaba Umukuru w'Igihugu ko yogura indege rikaba iteka kugihugu.

  Рет қаралды 7,304

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Faustin Ndikumana asaba Umukuru w'Igihugu ko yogura indege rikaba iteka kugihugu.

Пікірлер: 16
@ininahazweprosper1549
@ininahazweprosper1549 Жыл бұрын
Uvugukuri Indege irakenewe
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Жыл бұрын
Uvuze ukuri
@Revjeanclaudentimpa
@Revjeanclaudentimpa Жыл бұрын
Kundege wamvugiye ibintu. Idarapo ry’Uburundi ryongere rifuge mukirere kirekire kuruta aho riri ubu. Kudandiya, umuntu asaba kwunguruzwa k’umunyeshure wa 7ème kera ntibisa neza k’umunyacubahiro. Ni ukwikora kw’ibanga pee. Burundi 🇧🇮 Oooyeeee 👏🏿
@alainwalterrwota9687
@alainwalterrwota9687 Жыл бұрын
Très bien
@bayubahejames7536
@bayubahejames7536 Жыл бұрын
Neza cane uvuze ukuri hakenewe letat yukuri apana kuzubona akagwi kabantu kaza kukwaka ivyo warondeye imyaka 20 bakabitwara mumunota umwe nukuri birabaje Cane
@faitsdivers2025
@faitsdivers2025 Жыл бұрын
Ndakunda son analyse critique kabisa
@isaacbakundukizeisaacbakun2177
@isaacbakundukizeisaacbakun2177 Жыл бұрын
Oya nibyo
@sunduma-official8069
@sunduma-official8069 Жыл бұрын
Uvugukuri
@alexndihokubwayo8010
@alexndihokubwayo8010 Жыл бұрын
Abarundi mwemere mwaranyariwe ayomwiba mishira mumi fuko yanyu niyoyogura iyondege nimwemere mutuze murakenye imyaka 18 ugira iyondege ntiba yaraguzwe
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Ivyo ari vyo vyose urwaye guhahamuka
@renovathatungimana440
@renovathatungimana440 Жыл бұрын
Washaka avuge gute kugirango ntumufate nk'uwagwaye ihahamuka?
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Faustin Ndikumana,nyoko wawe yakonkeje amaberebere yo kunenga(kugaya gusa)? Ubwenge bwawe bubona ibibi gusa ntaciza na kimwe CNDD FDD irakora kuva ifashe igihugu?
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Жыл бұрын
Ibi bintu Faustin ariko aravuga nivyo nyene icubahiro umukuru w’igihugu yama ariko arasemerera ko utaramutuka uku uriko utakapo Faustin ?Nawe birabineka ko ushigukira abanyonora batuma igihugu cacu kivugwa babi mu makungu.Kumbe iyo nyenicubahiro ariko arwanya abanyamanyanga uri mubajingitwa. Tugifise abantu biyumvira nkawe ntaho tuja.😊
@faustintwagirayezu5530
@faustintwagirayezu5530 Жыл бұрын
Wapi ntacikora ppp ntateramber ntaryo pppp iteramber riri muba cndd fdd gusa pp🇨🇺
@niyimubonaliber5352
@niyimubonaliber5352 Жыл бұрын
Sha niwe ugwaye uwoninvugakuri niwewenyene utavyunva
Agashavu karaniga  kubaguze amatongo y'amanyanga mu Maramvya
19:17
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 15 МЛН
PAPA SAVA EP1108:AKA NI AKANYARO KABI!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
29:30
Inside Out 2: ENVY & DISGUST STOLE JOY's DRINKS!!
00:32
AnythingAlexia
Рет қаралды 15 МЛН