FEU ROUGE SERIES[EPISODE 7]

  Рет қаралды 18,111

Realboy Films

Realboy Films

Күн бұрын

FEU ROUGE is a Drama Season which is going to be released every monday at 8AM on this youtube channel
Please make sure you subscribe and share this film as much as you can and don't forget to leave your comment
FEU ROUGE ni film y'urukurikirane izoza isohoka muri wambere isaha zibiri z'agatondo kuri ino Channel ya KZbin
Tugusavye ngo urabe ko wakoze Subscribe,hama usangize abandi benshi bashoboka ino film utibagiye gutanga iciyumviro canke inyunganizi muri commentaire.
For more details and support
Mail➡️ liberirad@gmail.com
Phone➡️+257 69644266
Thank you so much🫡

Пікірлер: 331
@VienneNkorerimana
@VienneNkorerimana 3 күн бұрын
Arik vmt barabe bagerageze bayiduh kumwanya kuk tuza twayibagirwa abanshigikiye mubinyereke hahandi NDAb ❤❤❤💋💋
@TherenceMbonabuca
@TherenceMbonabuca 3 күн бұрын
Sukubikora neza gusa ahubwo Libert nimpano isanzwe ikurimwo kuri cane niho nkwipfuriza Mutama wubahwe
@samuelbonfils57
@samuelbonfils57 3 күн бұрын
Kararyoshe cane kandi murakoz ❤❤❤.abagakunze nkanje muze tubahe amashugewe yabo💐🌹🥀🌺🌷🌸🪴
@DusabeYvonne-z9t
@DusabeYvonne-z9t 3 күн бұрын
Ribati nukuri courage cyane gusa ndagukunda ndumufana wawe uzampe nombre yawe tuvugane plz🙏🙏🙏
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 3 күн бұрын
Guys abari murukundo na feu rouge abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo nyene ❤❤❤🎉
@AnnualiteNemerimana
@AnnualiteNemerimana 3 күн бұрын
Number one❤❤ abayikunda nkanje tumenyane🎉nsoro
@BestineIrankunda-mc2kn
@BestineIrankunda-mc2kn 3 күн бұрын
Ira plus uzarye utwongera iminota turasabye🎉🎉🎉❤❤so nukur turabifurij kugera kure❤❤
@ineshabonayo6283
@ineshabonayo6283 3 күн бұрын
Waoo 🎉Christine guma kwizima ❤❤ Ira Nae bwizukur laki vrt
@ChristopheNdayikeza-e1x
@ChristopheNdayikeza-e1x 3 күн бұрын
Ira! Erega abuvuga mpora ndabona ariko karya karafunze amaso. Big up lucky,l'homme tres serieux
@Niyoyankunzeliberatus
@Niyoyankunzeliberatus 3 күн бұрын
None ko lra yanse kuvuga kwarimurukundo na chance Lucky azomumutwara abona.
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 3 күн бұрын
Ira arimwo aramuponda chanceline 😂😂😂😂n'urukundo amukunda naho rumugejejeLucky nta makuru afise 🤣🤣🤣🤣🤣, courage ❤❤
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 күн бұрын
Christine courage 🎉🎉🎉🎉🎉 ubikora neza uri serie sana❤❤
@venusteikizakubuntu6261
@venusteikizakubuntu6261 3 күн бұрын
Christine fr life ❤❤❤ ukina nez mwiiz 🫂
@ininahazweyvette9752
@ininahazweyvette9752 3 күн бұрын
Iza twarushe turasavye mube miyiduha vuba vuba
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 күн бұрын
Wooouu ndabakunda feu rouge hejuru cane ikibazo ni iminot mike
@ElizaGusenga
@ElizaGusenga 3 күн бұрын
Gusa mwarimwatunyotejee vrt gusa nizerejo mwiyindwi muduha movie zibir vrt kk mundwiza ntimwaduhaee abo twumvako boduha zibir mumo lik❤❤❤🎉
@KevinNiyokwizera
@KevinNiyokwizera 3 күн бұрын
I like this job congratulations ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 3 күн бұрын
Nari mbakumbuye Libert Ira mwubahwe abakunzi biwe muze tubimwereke mugukwiz 50k muriy episode✍️
@AbelNitunga-mg3bw
@AbelNitunga-mg3bw 3 күн бұрын
Kimw gsa muradutévyà ndakeu❤❤
@NIYOMUGENZINADIA
@NIYOMUGENZINADIA 3 күн бұрын
Mbakunda cane abakinyi ba feu rouge ira imbere ya lucky nuguponda chance oya sha ntibifash akaza ntikazirumw😅😅😅
@AudreyNiyodusaba
@AudreyNiyodusaba 3 күн бұрын
Nacerewe jewe mupfe kumpa like😂😂😂
@KamarizaMariegoreth
@KamarizaMariegoreth 3 күн бұрын
Hama maman Luck WE yahumaganye umugani wabandi ntanakantu nagato KO gutinya acifitiye.yamara arashigikiwe .Mana yanje weeee asigaye abwiza ukuri papa Luck kd ivyo umubwiye nivyo pe.hamwe happy yovyara abana bandit ndameze nka Luck mumuryango hokwama intambara yabavukana .Hama chance reka maman wawe yi décharger ureke kumukarira kuko ideni rirarihidha kumutima iyo gaciyemwo rero bumureka yoninaharize Imana niyo ieomutabara.Ira wubahwe mumpano zawe🎉🎉🎉🎉🎉
@dominanikwigize1143
@dominanikwigize1143 3 күн бұрын
Uwuhagarikiwe ningwe aravoma kl
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 3 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 IRA reo ukuntu atanguy kuvuga amateka mabi ya chance kugir bamumuhebere Luck nanje ngo ivyo sindavyumva birya mumwankira nivyo ndamukundir🤣🤣🤣👏🤣 courage Team feu rouge 🔥🔥🔥🔥 inyigisho ni bcp muhezagirwe🌷🌷🌷
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 3 күн бұрын
Ngonacerew abontanz munyiher twatunt maze tubandany turyoherw na feu rouge ❤❤❤❤❤
@UwimanaNadege-qk8gq
@UwimanaNadege-qk8gq 3 күн бұрын
Abakunzi ba feu rouge munyaruke🎉🎉 abaza nyuma mwibuke kunsigira twatuntu😂😂
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 3 күн бұрын
Abavukana bigiyekumaran mbeg ira n'a grand frère wiwe bizohererah bahuriye kumukobwumw ndimaso mutunyarukiriz 8,
@Francus1609
@Francus1609 3 күн бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série FEU ROUGE muze hano tumenyane.
@AliciaDavina-k2p
@AliciaDavina-k2p 3 күн бұрын
Iminota nimik cne vrt jew ntegerej kurabintambara ya ira na grd frère wiwe na chance tu❤❤❤❤
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 3 күн бұрын
Libert mubwize ukuri k naw wamukunze ubwa mbere naw Ataramukunda ndabna hagye gusha 🔥🔥uwo muvukanyi waw nta kosa azoba afte kbr utamubwije ukuri 😢
@Darlene-ro9sc
@Darlene-ro9sc 3 күн бұрын
Komesha abagabo barinezereza ariko ntibiyumvira ingaruka kozigaruka kubana 🔥🔥reka ndindire part 8 mbeg Libert na Lucky nabo bizogenda gute kobakunze umukobwa umwe😂😂
@NzeyimanaEzechiel-sm5ez
@NzeyimanaEzechiel-sm5ez 3 күн бұрын
Nacerewe ariko ndakarangije nshk ira yavuze ubutumwa kW chance chr weee❤❤❤
@AngeliqueMukamana-p7f
@AngeliqueMukamana-p7f 3 күн бұрын
Mana ndabakund caaane.mugire muduhe ikurikir ham Ira bwizanyukur nuwomukobw mubigaragaze mukuruwawe ntimupfe umukunzi ngomunzu induru zaduke
@DivineIngabire-lj3sr
@DivineIngabire-lj3sr 3 күн бұрын
Feu rouge kabisa iriyambere arik libert gerageza basi kutwongera iminota kabisa
@Burundistartv
@Burundistartv 3 күн бұрын
Congratulations ❤🎉rekantore agatebe Flm nk'izi nizotubadushaka
@KamarizaMariegoreth
@KamarizaMariegoreth 3 күн бұрын
Muzeeehe rekana n'a Christine kuko iyo misore yawe ntiguhungurure yamenyo yahakwa kuguhungurura ubuheze.kuko abarindi barayamaze ngo *iyibize nabi uyima ifu*maman ihagarareko urashigikiwe wagarutse hageze .isezerano ryiwe ntirihera.kd ngo atagzpfuye ntagakira😂 Aho numuriro gusa🔥🔥🔥🔥
@mushinzimanaaseline506
@mushinzimanaaseline506 3 күн бұрын
Ahwiiiiiiiiii! Mbega guhererako😢😢😢😢 gx Imana ishimwe pe kd courageously
@dhatungimanatz
@dhatungimanatz 3 күн бұрын
Uwari yabuze amahoro nkaje itaraja habxe afyonde like😂
@IrakozeMédiatrice-t3b
@IrakozeMédiatrice-t3b 3 күн бұрын
Jew nar mukwimanik
@dominanikwigize1143
@dominanikwigize1143 3 күн бұрын
Turibenshiiiii
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 3 күн бұрын
Najewe nari yeux 😂😂😂
@AliceNiyibitanga-x1x
@AliceNiyibitanga-x1x 3 күн бұрын
Sije mbony iraje
@alexismunezero1172
@alexismunezero1172 3 күн бұрын
Feu rouge 🔥🇧🇮🇷🇸
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 3 күн бұрын
Mupishe apite maman wa rupango mzee ndoa ya pili hamna😂😂😂😂
@denisentamakiriro9685
@denisentamakiriro9685 3 күн бұрын
Waaoo,mne Christine akinye neza vraiment
@NDUWARUGIRAEdyssa
@NDUWARUGIRAEdyssa 3 күн бұрын
Nkab mbaye number one,mundemere twa tuntu
@IrankundJanine
@IrankundJanine 3 күн бұрын
Mukina nez cne❤❤gusa murabe mwongez iminota
@NtambabaziPascal
@NtambabaziPascal 3 күн бұрын
Umutwitsi libert ndagufan mutam uracar umwe
@BestEzeboyBdi
@BestEzeboyBdi 3 күн бұрын
Love u too much guys love from zambia
@VendromeNsengiyumva
@VendromeNsengiyumva 2 күн бұрын
Bravo mister nsoro ibintu bigeze ahobiryoha ariko ndabona muzohava muterana ibipfunsi mwena Lucky kuriryademu haaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥izokwakasinkubesha
@EmelyneNizigiyimana-ul9de
@EmelyneNizigiyimana-ul9de 2 күн бұрын
Ndabakunda🎉🎉🎉,yira gumahamwe bagupapure icukiiî🎉🎉🎉
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk 3 күн бұрын
Cette série est vraiment magnifique
@BestineIrankunda-mc2kn
@BestineIrankunda-mc2kn 3 күн бұрын
Iraa mubwiz ukuri karuwae😂😂😂ureke kumuvuga nabi😅😅😅
@benimanadondestinurbain2400
@benimanadondestinurbain2400 3 күн бұрын
ku munota wa 3 kuva navuka😅😅but courage 🔥🇧🇮💯
@ElianeIRANKUNDA-n7b
@ElianeIRANKUNDA-n7b 3 күн бұрын
Christine hejuru caaaneee 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 3 күн бұрын
Naw wahashitse😂😂😂
@NkezabahiziChoice
@NkezabahiziChoice 3 күн бұрын
Mwongerez iminota
@EmelyneDusabumuremyi
@EmelyneDusabumuremyi 3 күн бұрын
Mama Ira uraponze chr wawe!ndakuzomerey
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 3 күн бұрын
Abazindutse nkanje muze turamukanye✅🔥🔥🔥🔥 welcome back 🔥 m'y favorite movie🔥
@JeanclaudeNtiranyibagira-w8l
@JeanclaudeNtiranyibagira-w8l 3 күн бұрын
Take your flowers my brother Nsoro ❤
@IreneIrankunda-ie8vl
@IreneIrankunda-ie8vl 3 күн бұрын
Number One mumpe link❤❤❤
@Menyasport-tv
@Menyasport-tv 3 күн бұрын
Abari bayirindiriye nkanje mumpe like❤❤
@ndayisabaneema9514
@ndayisabaneema9514 3 күн бұрын
Saru🎉nanje nanyarutse
@IrakozeMédiatrice-t3b
@IrakozeMédiatrice-t3b 3 күн бұрын
❤❤❤❤
@FelixBamvugã
@FelixBamvugã 3 күн бұрын
number uno na Feu rouge❤
@AgnèsNitanga
@AgnèsNitanga 3 күн бұрын
Zamutunyarukirizaa, harimwo impanur nzizaa, mwirambiree
@emelynetuyishime6968
@emelynetuyishime6968 3 күн бұрын
Nacerewe arik ndahari ✍️abaz nyuma yanje munsigire likes zanyu ngaha maze Feu rouge hejuru cane ✍️🥰
@GlretiJdizgehelde
@GlretiJdizgehelde 3 күн бұрын
Christine yamusomeye pe!nguma ndagasubiramwo
@NiyibiziSamuel-o3y
@NiyibiziSamuel-o3y 2 күн бұрын
Libert izompanuro uriko uraha lucky sizo nikubera wafushe agire agukubite kuntonke
@AnithaNininahazwe-p3h
@AnithaNininahazwe-p3h 3 күн бұрын
Feu rouge ni feu rouge 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@winnyfredinamahoro5762
@winnyfredinamahoro5762 3 күн бұрын
Libert weyayuuu vrmt
@KamarizaMariegoreth
@KamarizaMariegoreth 3 күн бұрын
Audrey bamuhaye rôle America kuko abikora neza cane.mumbonera Ira azosu ira kurya ryari KO mbona yabuze ico Afata Nico areka.🧏🧏🧏 Naho yita Luck ikirofa basha Luck ntiyisubirako.
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 3 күн бұрын
Mwari mwatunyoteje😢 courage turabakunda ❤
@dhatungimanatz
@dhatungimanatz 3 күн бұрын
Mbaye number three😂
@VenantieGIRUKWISHAKA
@VenantieGIRUKWISHAKA 3 күн бұрын
Ira birakubanye amazi😢😢 bwiza ukuri Muvandimwe wawe😊
@GraceISHIMWE-uy7uv
@GraceISHIMWE-uy7uv 3 күн бұрын
Big. Heart fr maman lacky ❤❤avyitwaramw neza
@AlystoAriel
@AlystoAriel 3 күн бұрын
Number 4 numusi mwantanze
@laureneGateka
@laureneGateka 3 күн бұрын
Number 1🎉
@AmriEleve
@AmriEleve 3 күн бұрын
Gusa nsoro mwebwe muriko muratevya kuduha ibintu ,za muratunyarukiriza tuba tubakumbuye cane❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@BellaminNkunzimana
@BellaminNkunzimana 3 күн бұрын
Mwari mwatunyoteje
@sabushimikerichard2591
@sabushimikerichard2591 3 күн бұрын
Burimwany tuba tubategerej kubikogw vyiz mutugezah❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 3 күн бұрын
Nkaba ndahageze❤❤
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg 3 күн бұрын
Oya nsoro naweee uduha ngufi cane❤❤🎉🎉
@IrakizaDorcas-u8l
@IrakizaDorcas-u8l 3 күн бұрын
❤❤❤❤ ndabakunda bakinyi bacu beza❤❤❤
@GdhhdXbxhdyd
@GdhhdXbxhdyd 3 күн бұрын
Ndabakunda canaaaa❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Burundistartv
@Burundistartv 3 күн бұрын
Tubasabe izogume ibandanya
@arlinekuradusenge4279
@arlinekuradusenge4279 3 күн бұрын
🎉🎉🎉NAHO NACEREW Abo vyagoye nkanje muzimpe😂😂
@HavyarimanaEtienne
@HavyarimanaEtienne 3 күн бұрын
Komeza❤
@JeanineNishimwe
@JeanineNishimwe 2 күн бұрын
Twari tubakumbuyeeee kandi turabakunda🥰🥰🥰
@arlinekuradusenge4279
@arlinekuradusenge4279 3 күн бұрын
😂😂😂😂ewe Yira shaa
@Aimé-BlaiseNkeshimana
@Aimé-BlaiseNkeshimana 3 күн бұрын
Liberté tubasabe muzoze murakina films ndende basi nkiminota 40 mwoba mukoze kabisa
@Key-mas
@Key-mas 3 күн бұрын
Respect gee you try to make me smile for really. Go ahead
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 3 күн бұрын
Nagende amwumvishe so ndabakunda
@NinjerKiller-q6j
@NinjerKiller-q6j 3 күн бұрын
Abemera ko film ikaze mumpe like
@BlãïsëDrïpkënnÿ
@BlãïsëDrïpkënnÿ 3 күн бұрын
Good jobs Nsoro👊
@JajaJaja-f9f
@JajaJaja-f9f 3 күн бұрын
Tuba twahigerey ❤❤❤❤
@ديانابروندي
@ديانابروندي 3 күн бұрын
Nazindutse🎉🎉🎉
@Saleh-mg8fr
@Saleh-mg8fr 3 күн бұрын
Ira wee ndingaha❤❤
@NiyimpayeJoselyne
@NiyimpayeJoselyne 3 күн бұрын
Yooo baribatunyotej kl baz baradukorer kumwany❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@asmanniyonkuru-fp6wx
@asmanniyonkuru-fp6wx 3 күн бұрын
Iyi film kl irates cyan gos gs chance ndamukund cyan kk akin nez chanc ndakwemer kl
@kembabaziPaece
@kembabaziPaece 3 күн бұрын
Iradukunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@UwimanaNadege-qk8gq
@UwimanaNadege-qk8gq 3 күн бұрын
Number 1❤❤❤
@ladjanismaelirankunda9500
@ladjanismaelirankunda9500 3 күн бұрын
❤😂😂😂
@MarieChantalNDACASABA
@MarieChantalNDACASABA 3 күн бұрын
Helloo kuberiki uyizana twaturavaye vraiment urateba saaaana❤
@RizikiZiki
@RizikiZiki 2 күн бұрын
Nanje ndahageze kuri feu rouge🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@ChachaChany
@ChachaChany 3 күн бұрын
My favorite movie welcome ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@emeryking5343
@emeryking5343 3 күн бұрын
Mwubahw ndabakund
AMOURS BRISÉES   Saison 1- Episode 2
52:54
Yesdakar
Рет қаралды 103 М.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 234 МЛН
отомстил?
00:56
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
小丑妹妹插队被妈妈教训!#小丑#路飞#家庭#搞笑
00:12
家庭搞笑日记
Рет қаралды 37 МЛН
B Face - Motivation ft. Melanin Boy & Fernando (Official Audio)
3:34
B-Face Official
Рет қаралды 75 М.
FEU ROUGE SERIES[EPISODE1]🚦🚦
20:45
NSORO🎬
Рет қаралды 48 М.
MTOTO WA SHEIKHE (Ep 30)
23:59
Comedy Plus
Рет қаралды 27 М.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 234 МЛН