FILM IYERIKO SAISON 03 ÉPISODE 12 final RWANDA@ TANZANIE @ KENYA @Auganda@

  Рет қаралды 13,267

constance niyo Official

constance niyo Official

Күн бұрын

Пікірлер: 200
@AFox-p3n
@AFox-p3n 10 ай бұрын
Narinagukumbuye.abakunzi.bafirime.yerik.mumherink❤❤muratwengeje
@sfkl8257
@sfkl8257 10 ай бұрын
Narindayikumbuye abayikunda nkanje hejuru cane❤❤❤
@ماجدهمحمدأحمدمحمد
@ماجدهمحمدأحمدمحمد 10 ай бұрын
Muratntwegeje.mwasizemwo.akabiirya
@NitungaJesusMarie-hm5bi
@NitungaJesusMarie-hm5bi 10 ай бұрын
Courage vrmt 😂❤❤🎉🎉🎉
@harerimanalaetitia8341
@harerimanalaetitia8341 10 ай бұрын
Mugisha uyu munsi yamenye kuresha😂😂😂😂gusa mwavyihutishije cane ntimwatweretse uko estimé yatwayabana aho yabajanye uko babayeho uko constance yemereye mugisha.mwasimvye vyinshi ariko turabanunda❤
@Christene-xt1yz
@Christene-xt1yz 10 ай бұрын
Nanjye binyobere byancanze pee
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 10 ай бұрын
Courage 💪💪💪😂😂🎉🎉🎉
@kamilakamila8353
@kamilakamila8353 10 ай бұрын
Mbaye 16 nje kare unomuns kbx tumenyane ✌🏻✌🏻✌🏻❤❤❤
@EmelyneNshimirimana-p7m
@EmelyneNshimirimana-p7m 10 ай бұрын
Yoooo!!! Ngo final kwl😢😢🙆🙆 murabe ntimutunyoteze❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️💯💯💯💯
@AnglebertheNdagijimana-im8fv
@AnglebertheNdagijimana-im8fv 10 ай бұрын
Bnsr murabantu neza cane gusa muradutevya zamuranyarutsa nukuri.turifuza kubona urugo gwa Mugisha n'a Constance kandi tuzobakumwe gwiza,nabana biruhutse n'a Constance nyene Aho yaririye aharirimbire,vuba la suite nukuri ❤❤❤
@IRANYUMVIYEORNELLA
@IRANYUMVIYEORNELLA 10 ай бұрын
Courage muyibandanye igeze ahiryoha
@fifiakimana57
@fifiakimana57 10 ай бұрын
Mugisha rer uyumus yakire amashurw yiwe❤❤❤🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹ngosiwamusi wanzurira amas ngo mbega ikibugita weeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ConcilieIrankunda
@ConcilieIrankunda 10 ай бұрын
Wawaoo mubikora neza team yose ndabakunda ❤ ariko ntiharibw hagere KO iba final mwarikutwereka amaherez ya estime hamw na wew consi wabanay n'a mugisha
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 10 ай бұрын
Ewe mugisha urazi kuryosh inkuru ng nibisiguti bifis niminwa nka rusitime🤣🤣🤣muramwivuz azobanokor ay maso mwe rindira!courage constance👏👏
@yvankateferi5997
@yvankateferi5997 8 ай бұрын
Mugisha birangiye uwoyafashe nabi abayumugore wiwe gusanyen biraryoshe murikimuhana agasuguti.
@alicenibigira
@alicenibigira 10 ай бұрын
Waoo!!uruhig rurahindukiy constance murukund na Mugisha ❤ zamu na Francine ndabashuhuj 😂🔥💪❤️
@NdayizeyeViolette
@NdayizeyeViolette 10 ай бұрын
We love constance weee film yawe iteyagahinda,ikabamwo umunezero vyose wagiy ucangacang gusa Ntawizigiye Imana yakozw nisoni birangiy wishuwe
@DancillaMPAWENIMANA-hk7jk
@DancillaMPAWENIMANA-hk7jk 10 ай бұрын
Yoo'witonzukarindira vyemeza umutware'uwutakurusha gusenga ntakaguterubwoba'mwaratunezereje.
@GenessNishimwe-xn3dk
@GenessNishimwe-xn3dk 10 ай бұрын
Nkeneye kuzobona Constance yambaye depanye Mugisha nawe yatuyeko umusobeko
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 10 ай бұрын
Narindabakumbuye😢
@KklKkl-hj5rw
@KklKkl-hj5rw 10 ай бұрын
Mugisha ngo mwizina ryayesu😂😂😂😂🎉🎉🎉
@fifiakimana57
@fifiakimana57 10 ай бұрын
yooo harac ntabonye ngo final oyh umeng nihigitangur☹️☹️☹️🥀🥀🥀🥀🥀🥀
@ClaudineNahimana-n2o
@ClaudineNahimana-n2o 10 ай бұрын
Nimutwongeriyindi iraryoshe mabuj oyaraba ndabakunda
@madterali5931
@madterali5931 10 ай бұрын
Kuraje mwese 💋💋💋💕💕💕💕💃💃💃❤❤
@CelineTuyizere
@CelineTuyizere 10 ай бұрын
❤❤gusa muratevya vrt nimurab muze muduh inyaruk
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Murasubiranamwo cha😂😂😂😢😢😢❤😢😢😢😂❤😂koma zamu😂😂😂😢😢😅😅😢
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 10 ай бұрын
Number one mumpe like abaza nyumaaa🎉🎉🎉🎉
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 10 ай бұрын
Nacerewe Mugisha uyumusi muramvuny'imbamvu Iman'izobabaza imbavu zanje muvunaguye
@studioamahoro
@studioamahoro 10 ай бұрын
Nanje urantumije Imana izokubaza igituma unymij
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 10 ай бұрын
@@studioamahoro mwebwe murumuti wamenyo ngo gifis'umunwa nka Estime 😂😂😂
@fredericniyongabo2426
@fredericniyongabo2426 10 ай бұрын
❤❤❤❤ATI numva ubushuheee
@NewasSong-f7s
@NewasSong-f7s 10 ай бұрын
Ngontamakuru afit
@MaombiPeter-j5g
@MaombiPeter-j5g 10 ай бұрын
Mubantu ba Jew bambuza appet ni zamu
@MaombiPeter-j5g
@MaombiPeter-j5g 10 ай бұрын
Arik ntimumbwre ko iheze burundu😢😢😢caanke izobndanye
@OmanCello
@OmanCello 10 ай бұрын
Manaweeeee nishimye kibona consitace yishimye namugisha🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Asa-ij8fi
@Asa-ij8fi 10 ай бұрын
Munyarutse.❤❤❤❤🎉🎉
@ClaudeNzeyimana-n3b
@ClaudeNzeyimana-n3b 10 ай бұрын
Mugisha na constance munkorey umuti kl nah nacerew
@CizaLanguida
@CizaLanguida 10 ай бұрын
Constance amasengesho yawe sha
@anithatuyisabe4805
@anithatuyisabe4805 10 ай бұрын
Mugisha urantwengeje ngusivyo wanzuriye Amaso ubuho haje uwuyanokora
@sylvanendayikeza879
@sylvanendayikeza879 10 ай бұрын
Mugisha uranyishe ngo rwik?i😂😂😂😂😂😂
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 10 ай бұрын
Ewe constance n'a Mugisha muraryohera peeee je vous ❤
@studioamahoro
@studioamahoro 10 ай бұрын
Murakoze natwe turagukunda
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Vyataguye kandi kabisa 😂😂❤❤❤❤😂😢🎉🎉😮🎉😅😢😊😢😅😢😢😮😢🎉😂😂🎉❤😂🎉❤😂🎉🎉🎉😮😢😢😢😮😮😅😊😮
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Chukora ❤❤😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉😢😢😮😅😅
@stitore2388
@stitore2388 10 ай бұрын
Courage
@ShanceJunior
@ShanceJunior 10 ай бұрын
🤣🤣🤣Mugisha ndamukunda nukuri.ukuntu rero .avuga .atuje😂😂😂😂
@AnithaBunihakunysimo
@AnithaBunihakunysimo 10 ай бұрын
Rushutime aranyica 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 arajinyika😅😅😅
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 10 ай бұрын
Urukundo rurasaze 😂😂😂😂😂
@salvatorbizimana473
@salvatorbizimana473 10 ай бұрын
mudusize mubibazo peeeehhhh
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 10 ай бұрын
Numb5😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
@alphonse3230
@alphonse3230 10 ай бұрын
Umwombô ew mugishaa
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n 10 ай бұрын
😂😂😂😂amasoe barayanokora shaa Hama ndaryohewe kuba constance akundanye na consitance ❤❤❤
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 😢😢😢😢😢imana niteturuye kabisasa
@Kfkdkdlxkdk
@Kfkdkdlxkdk 10 ай бұрын
😂😂😂😂 muhejeje ariho bikiryoha 😂😂😂 mugisha we
@EjdghEjfhj
@EjdghEjfhj 10 ай бұрын
Ndabakunda Can Can💯💯🥰🥰🥰🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐💐💐💐💐
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 10 ай бұрын
Courage mwakinyee nezaaa caneee
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 10 ай бұрын
Mbavu zangu weeeee 😂😂😂😂😂😂😂 Gusa ndaryohewe Estimé akubiswe kugeza no ku kibuno hhhhhhh!!! Burakeye tuvyereke abagabooo ntuzeweya 😀🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 Mugisha big up 🎉🎉🎉🎉🎉 Zamu,koma kamusosi hahahaha 😊
@EmelyneTuyisenge-o5f
@EmelyneTuyisenge-o5f 10 ай бұрын
Waaaaooh bravo biratesa conctance end mugisha mubirimwo neza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@pali3502
@pali3502 10 ай бұрын
Rurasaza kweli❤❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂
@kamilakamila8353
@kamilakamila8353 10 ай бұрын
Oy ntuvugengo ni final nukur ndasavye 😢😭😭
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 10 ай бұрын
Mugisha n'a constance ❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉
@AFox-p3n
@AFox-p3n 10 ай бұрын
Mugisha.uratwengeje.goyakuriyeamaso.ibuhobaranokora.murakoze.cane.kutwenzandavyishimiye❤❤
@HildaboniTuyi
@HildaboniTuyi 10 ай бұрын
Konsanacheriwawemwubahwevrema
@رحمهكينيا
@رحمهكينيا 10 ай бұрын
❤❤ ark nizer ko s4 iriho
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 10 ай бұрын
❤❤❤❤❤ iyerik hejur
@CizaLanguida
@CizaLanguida 10 ай бұрын
Mugisha sha urantwengeje ngo yakunokoreye amaso😂
@francinendihokubwayo7822
@francinendihokubwayo7822 10 ай бұрын
Mugisha na constance muratunezereje pe
@OlivierMisago-c8n
@OlivierMisago-c8n 10 ай бұрын
Film iraryoshe gusa ntisobanutse hitamwo ivyo tutabona iyo bizananye nayubundi iraryoshe. Courage
@muteteriadelitine-bs7iu
@muteteriadelitine-bs7iu 10 ай бұрын
Courage team constance❤❤❤❤❤
@MdJahdul-k4k
@MdJahdul-k4k Ай бұрын
Ndagukunda
@ndabarushimanaclaude5773
@ndabarushimanaclaude5773 10 ай бұрын
87 nanje nazindutse kbs ndi mwi 100 bambere 😂😂😂
@NiyeraDiane-j7m
@NiyeraDiane-j7m 10 ай бұрын
Courage murashoboy vrt
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Urimana wewee ❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂❤❤❤🎉🎉
@NiyakireAnita
@NiyakireAnita 10 ай бұрын
Waa vyarivyiza cane ntawamwizigiye azokokwanisoni komereza Aho mutunyarukirize iyikwirikira apana gutevya
@AnickNdayishimiye-d9r
@AnickNdayishimiye-d9r 10 ай бұрын
❤❤❤❤❤kure caaane wibuhumuza😂😂😂😂
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 10 ай бұрын
Ntawaririye lmana azokorwa nisoni courage mubirimwo neza cneeee ❤❤❤
@anithatuyisabe4805
@anithatuyisabe4805 10 ай бұрын
Oyaaa ntibe final
@kajenezacompany
@kajenezacompany 10 ай бұрын
Murabikora meza😊
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Pore 😢😢😢😢😂😂😂😢😢😢😢😢😂sana koso imana irakubona😊😊😅😅😅😢😢😂😂😢😢😢
@joselynejose2951
@joselynejose2951 10 ай бұрын
Courage my team of constance 🎉🎉🎉🎉💐💐💐💐💐💐💐
@GraceNiyera-sl8zn
@GraceNiyera-sl8zn 10 ай бұрын
😂ngogafise umunywa nka estimé
@ميريعلي-ي1م
@ميريعلي-ي1م 10 ай бұрын
Muramvunyimbavumugisha
@RanY-io5rz
@RanY-io5rz 10 ай бұрын
Turinyuma zamurateramisha❤
@sumsum9493
@sumsum9493 10 ай бұрын
Consitance urandyoheye cane wemeye uwakurereye abana nayo estime wari kukabona
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 10 ай бұрын
Ewe Constance murukundo na mugisha courage sana
@ArcadeNDAYIHIMBAZE
@ArcadeNDAYIHIMBAZE 10 ай бұрын
Muyinyarutse kweri muranryoheye kweri urukundo ntirurobanura ukuburikose lmanivuze iravuze
@DeniseNiyonsaba-k9s
@DeniseNiyonsaba-k9s 10 ай бұрын
Mugicha uratwengeje kwel rwanokor amaso 😂😂😂😂😂
@MuhimpunduGhyslaine
@MuhimpunduGhyslaine 10 ай бұрын
Mugisha😂😂😂😂😂😂😂😂ruja kubira🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@normandizerimana
@normandizerimana 10 ай бұрын
consi urazi urubugita afise ❤😂😂
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n 10 ай бұрын
😂😂😂😂kumbe estime afise urunwa nkigisuguti😂😂😂 yarakubiswe nokuga susu😂😂😂😂😂😂genda mugisha uramvunyimbavu
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Uramurarira chantawewe umukuda 😢😢😢😢😢😢😢
@OnorineUWIMANA
@OnorineUWIMANA 10 ай бұрын
Twarituyikumbuy cne murakina nezap constance courag
@GenessNishimwe-xn3dk
@GenessNishimwe-xn3dk 10 ай бұрын
Urabona ingene Constance aberanye na Mugisha
@jolamb8469
@jolamb8469 10 ай бұрын
Courage🎉🎉🎉
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 10 ай бұрын
Courage beza bacu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@smbest5881
@smbest5881 10 ай бұрын
Waooo turabakunda Can team mwes constate mubirimo neza❤❤🎉🎉🎉👌👌👌👌👌
@Konsa-l5v
@Konsa-l5v 10 ай бұрын
Nivura yari nyichi😊😊😊😊😊😂😂❤❤❤😂🎉🎉
@immaculée-w2y
@immaculée-w2y 10 ай бұрын
Ndasetse kubera amajambo ya mugisha na constance na film ariho nkiyiraba
@studioamahoro
@studioamahoro 10 ай бұрын
Wari waracereweeee.kaze mur iyeriko
@mutesiwasedarlene2236
@mutesiwasedarlene2236 10 ай бұрын
Ndaryohewe kogera kubunva ❤❤❤❤❤❤
@MarieKWIZERA-hn2sq
@MarieKWIZERA-hn2sq 10 ай бұрын
Ndabakunda
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 10 ай бұрын
😂😂😂😂mana yanje ko itesa none?❤❤ gusa s4 duce tuyihabwa
@AnnociateNDAYIKENGURUKIYE
@AnnociateNDAYIKENGURUKIYE 9 ай бұрын
konsitance uracaruwambere ndagukunda cane
@emmansmith8718
@emmansmith8718 10 ай бұрын
Uyumunsi ndazinduts
@Francus1609
@Francus1609 10 ай бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee.
@CralisseDUSABE
@CralisseDUSABE 10 ай бұрын
Yooo welcome
Каха и дочка
00:28
К-Media
Рет қаралды 3,4 МЛН
To Brawl AND BEYOND!
00:51
Brawl Stars
Рет қаралды 17 МЛН
Beat Ronaldo, Win $1,000,000
22:45
MrBeast
Рет қаралды 158 МЛН
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
BBC Hausa Labaran Duniya na Safe Yau /01/02/2025
18:22
NASARA 24
Рет қаралды 2,4 М.
Waxan ahay Hooyo caruurteedi laga qaatay Qisada …Sagal
23:02
Cadceed channel
Рет қаралды 52 М.
01.02.2025 | ISENGESHO RY'UMUNSI | PROPHET CLAUDE NDAHIMANA
9:01
Prophet Claude N TV
Рет қаралды 1 М.
UKURI KWAMYE: INTAMBARA YARESE🔥🔥FATSHI ari GUTIMBURA Kagame
14:20
RTV UMUSARE w ́Ubumwe n ́Ubwiyunge
Рет қаралды 4,4 М.
//በስንቱ// BESINTU ''የልጅ ፍቅር'' S3 Ep1
36:07
ebstv worldwide
Рет қаралды 969 М.
QISADA RAASHID IYO XAMDAAN QISO CABSI AH!!@sawdamqaalib
1:08:08
Sawda Qaalib
Рет қаралды 107 М.
FILM KARIWACU SAISON 1 ÉPISODE 2 NTUZOCIKWE NIYINKURU YIBIRI IWACU
33:37
constance niyo Official
Рет қаралды 13 М.
Каха и дочка
00:28
К-Media
Рет қаралды 3,4 МЛН