Fracine Niyonsaba ishavu riraniga|Thierry Ndikumwenayo avuze icatumye ahitamwo guserukira Espagne

  Рет қаралды 1,446

Indundi TV

Indundi TV

Жыл бұрын

#indundisports: Fracine Niyonsaba ishavu riraniga|Thierry Ndikumwenayo avuze icatumye ahitamwo guserukira Espagne

Пікірлер: 6
@ndikjo_el9981
@ndikjo_el9981 Жыл бұрын
Il a pas a se justifier, berahino ko mutaramubaza atange impavu?? Ikindi igihugu ugiserukira ataco kigufasha nawe, upfe ninzara, hama baze barakwibuka a year before ama jeux olympique??? Abeg You are soooo right, do you first,
@masironitunga9357
@masironitunga9357 Жыл бұрын
Abayobozi Nibo banyamakosa kok Niba arivyo
@dieudonnemanishimwe6661
@dieudonnemanishimwe6661 Жыл бұрын
Kubwanje Thierry ntiyahemukiye igihugu nkuko uriko urabivuga ahubwo umusabe imbabazi ahubwo yabuze uburyo bwo guserukira uburundi nkuko abivuze rero ushobora kubukunda kandi ufise impano nyinshi ariko zisaba uburyo ukabura uburyo bwo kuziduza.rero Thierry mumutahura ahubwo mushire igitutu kuma fédération atandukanye yikubite agashi kuko bitabaye uko nabandi tuzobabura kandi twari twifitiye abahinga munkino zitandukanye murakoze
@Georges-xd2xj
@Georges-xd2xj 4 ай бұрын
Niyigire nimba uko yavuze ariko vyagenze.mbega Francine Ko bamugize ngo ni ambassadeur ntiyariko arakora nkivyo Thierry akora!!!!
@mukeratabaroaimable9367
@mukeratabaroaimable9367 Жыл бұрын
Nibamureke yicire agafaranga.none ino batayamuha yari gukora gt,ureka kugarura impene ikiri hafi yamara kurenga imirambi ukabira nkayo
@youngcoolmrb4775
@youngcoolmrb4775 Жыл бұрын
Terimbere nkumuzinga ariko bikebuke abo nabo
터키아이스크림🇹🇷🍦Turkish ice cream #funny #shorts
00:26
Byungari 병아리언니
Рет қаралды 25 МЛН
Они убрались очень быстро!
00:40
Аришнев
Рет қаралды 3,6 МЛН
ТАМАЕВ vs ВЕНГАЛБИ. ФИНАЛЬНАЯ ГОНКА! BMW M5 против CLS
47:36
1 класс vs 11 класс  (игрушка)
00:30
БЕРТ
Рет қаралды 4,4 МЛН
NYANGE YOUSSOUF
2:17
GAME IN
Рет қаралды 8 М.
kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu
25:12
Cisha Ado na Alice bagwaniye imbere ya Inabukwe bapfa amasiripe!
11:00
Не плавайте тут!😨🌊
0:26
Взрывная История
Рет қаралды 4 МЛН
天使的牙刷被小丑这么用?#short #angel #clown
0:14
Super Beauty team
Рет қаралды 14 МЛН