Fun&facts:Bagendana ubugwayi bwo mu mutwe/Hosy ararize🥺/bareke kutwita abasazi/benshi baradutinya😒

  Рет қаралды 22,764

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

2 жыл бұрын

#funandfacts #sirenvibestv

Пікірлер: 105
@macjoy4897
@macjoy4897 2 жыл бұрын
Intéressante émission, bravo ! On a tous un grain de folie qui sommeille en nous, arrêtons de juger abandi tubita abasazi. Abarundi twabonye vyinshi biri traumatisant, aka visite ku mu psychologue/ thérapeute ntawe katofasha . Dada yavuze neza cane !!!
@kellybigirindavyi5241
@kellybigirindavyi5241 2 жыл бұрын
Dacia na Nikita ntibazosubire kwicarana Hhhhhhh
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 2 жыл бұрын
Hanyuma muzoze muribuka ko hari abatize indimi babaraba. Fun and fact batamenya insiguro. Bdwy émission yari 👌
@kennyndk6438
@kennyndk6438 2 жыл бұрын
Muzoze murabanza kwakira abashitsi first kbr ndibaza baraba lost muminota yambere. Sinon emission ni top👌
@k.w.d9789
@k.w.d9789 2 жыл бұрын
Umugani wa Hosy ngo azohava asara. Jeho nibindi bindi wallayi... J shka kuguma ndi jenyene. Ariko mbabaye canja muri chambre nkarira hama nkumva meze neza. Ariko nibazako atari vyiza numvise uko biri.
@mireilledusabe7992
@mireilledusabe7992 2 жыл бұрын
Imana ishishikare kubaba hafi kndi ibarinde kubura occupation ❤️🙌
@deyanaali2497
@deyanaali2497 2 жыл бұрын
Hosy karibu maz naw warukumbuwe🥰🥰 Imana ishimwe kubwanyu mes Soeurs 🙏🙏🙏 kubona mushobora gukora ibikorwa nkivyo nubwo burwayi izobakiza mwizina rya Yesu
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 2 жыл бұрын
Mana weeeeee,muzompuze nabo bakobwa ndabakeneye,muzoba mukoze
@iam-del
@iam-del 2 жыл бұрын
OMG😭 I'm already crying... Ntampavu nimwe dufise yo gucika intege kabisa turavye nos 2 soeurs là
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 жыл бұрын
Komera @Siren vibes 🙌🙌🫶,ici nico ndabakundira ,vraiment mufise ibiganiro vyiza kandi vyubaka mu kazoza k’igihugu cacu 🇧🇮,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 11 ай бұрын
Nsanze twese dufise ubumuga bwo mumutwe gusa ntitubimenya. Merci kuri iyo émission mwakoze
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂intro jew niyo iryohera hataraz ibikomakomey
@pamellavyizigiro6331
@pamellavyizigiro6331 2 жыл бұрын
mwakoze cane kuriki kiganiro Imana ikomeze ibahezagira kuvyo mukorera abarundi .
@hamugish
@hamugish 2 жыл бұрын
Mercii pour vos temoignages. Ikiganiro ciza c ingirakamaro. Kandi mercii bcp Dacia kuba wiyemeje kubarondera akazi👏🏼👏🏼
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Ariko mana yanje muraderanga nukur 🤣🤣🤣🤣🤣
@tuyizereclaude8546
@tuyizereclaude8546 2 жыл бұрын
Nibyo hossy we missed sana
@bigirimanaemmanuel6808
@bigirimanaemmanuel6808 2 жыл бұрын
Hosy terimbere n'ukuri ndabashimira benabo mukorana murSiren vibes tv turakunze iki kiganiro courage biratwubatse
@claudinekanyange2511
@claudinekanyange2511 2 жыл бұрын
Turashima ibiganiro vyanyu ariko mwige guhana ijambo kugira dushobore gutahura, nukumva ivyumwe wese ariko arashikiriza.
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 2 жыл бұрын
Hosy ihorere siwe wenye sha nanjye kubona nayaciriye hangati birambabaza ntakiba atamvo
@alisonkay6940
@alisonkay6940 2 жыл бұрын
J'ai beaucoup aimé le ton de la voix yawe Hosy. C'est le ton qu'il fallait
@hatungimanaalainjoseph784
@hatungimanaalainjoseph784 2 жыл бұрын
Merci beaucoup kuri emission...
@ornellamunyembabazi4241
@ornellamunyembabazi4241 2 жыл бұрын
Nari nagihagarize ikiganiro mfatiriwe nukuri murakoze kugira iyo sensibisation kandi irakenewe ko abarundi surtout ruguru bamenye izo ngwara zo mu mutwe kuko bo bazi KO ari amadayimoni nyen yabafashe bakaza kwa muganga vyarengeranye ni ikintu c'imiti kirabagora kuko irazimvye cane bigatuma haba Ama rechute menshii canke imiryango ikabaheba kuko bamaze utwabo batugurisha kubera uyo murwayi .Rero mwebwe mufise Ayo ma média mufashe ndetse aba psychologues bahari turonke akazi kuko kariho merci bcp
@luckyjeanjoris9200
@luckyjeanjoris9200 2 жыл бұрын
Murakoze kuduha Happiness. Hahahahaha
@ndayishimiyekersy8679
@ndayishimiyekersy8679 2 жыл бұрын
Kandi mwasarishij cane , mwafash umwanya munini wo kugirana commentaires zo kugwara mu mutwe hagati yanyu , munatwenga cane , imbere y' abo batumire , nk'aho umengo biteye isoni , cank biteye ubwoba. Mwabarengeye cane , baguma babihweza gusa
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
Kugira ubwenge bwinshi ni problème 😂 waba ikijuju bikaba iyindi ngorane 😂
@sandrineahishakiye7922
@sandrineahishakiye7922 Жыл бұрын
Ndabakunda ♥️ cane bashaaaa,muranezera vrt.👌
@chrisjohn6734
@chrisjohn6734 2 жыл бұрын
C'est malheureux kwita abafise uburwayi bwo mumutwe "umusazi".ikibibaje nuko hari nabo musanga ari aba surdoué ou avec un IQ tres haut bagaca babita abasazi juste parcqu'ils sont un peu different yabandi
@inalumieresonia9677
@inalumieresonia9677 2 жыл бұрын
Dada was so quiet because she could easily relate to the stories yabo ba mama.
@Ninamarie151
@Ninamarie151 2 жыл бұрын
Savage🙈
@hatungimanaalainjoseph784
@hatungimanaalainjoseph784 2 жыл бұрын
Ariko ntibagendana ubumuga bwo mu mutwe ariko abo Bose bagendana uburwayi bwo mu mutwe... Ubumuga n'uburwayi biratandukanye
@habibapristie1881
@habibapristie1881 2 жыл бұрын
Exact
@annicknick2727
@annicknick2727 2 жыл бұрын
Erega basara mumutw kbr ubweng bwinsh ndamaz kubibon vrmn
@violettenahayo8464
@violettenahayo8464 2 жыл бұрын
Courage imana iriho
@yvonneirambona
@yvonneirambona 9 ай бұрын
Iki kiganiro kiraryoheye ndakiravye ntevye muga ndaryohewe caneee
@grace-gaga
@grace-gaga 2 жыл бұрын
Basha kwigunga kutayaga kutavuga ikikubabaj kwigumizamwo ikintu biziramwo iyo ngwara nukuri mfise intahe Nini yiwanje ,jew sinavuga vyahera mukurira agahinda ningwara mbi cane kndi bivanye nivyo urimwo nivyakubayeko
@lindanikitairankunda8181
@lindanikitairankunda8181 2 жыл бұрын
Mporee caneee, ariko ubu vyaraheze?
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 2 жыл бұрын
Uraraba iyontahe uzoyiduhe ngaha kuri siren ntihazobura abandi igirira akamaro
@napoleonnimbesha1700
@napoleonnimbesha1700 2 жыл бұрын
I'm sorry to say this 4r the first time ndabonye ikiganiro kiri interesting hano kuri channel yanyu..ihv been working with ppl who hav mentally disabilities it's really important 4r them to gt chance to be held in th community like that..thank you guys well done🤝
@bellasynellaikuze3077
@bellasynellaikuze3077 2 жыл бұрын
Hosy n dada vrt ndabakunda caan😘😘😘
@alisonkay6940
@alisonkay6940 2 жыл бұрын
Darlene t'es profonde et intelligente
@measme4721
@measme4721 2 жыл бұрын
Vrt yanabajij ibintu vyingenzi. Big up kbsaaa🤝💪
@angedeliscairacanye6261
@angedeliscairacanye6261 2 жыл бұрын
Elle est très intelligente avec de bonnes questions aussi👌☺️
@alisonkay6940
@alisonkay6940 2 жыл бұрын
Soline née le 6 Août, iyi annif tuyikorereko
@lindanikitairankunda8181
@lindanikitairankunda8181 2 жыл бұрын
😍😍😍
@nailaniyonkuru2560
@nailaniyonkuru2560 2 жыл бұрын
Ahubwo abarwayi nabanyamakuru mwacuriste abo ba maman nibazima 🤣🤣🤣
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 жыл бұрын
C'était une belle émission
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 жыл бұрын
Toto Hosy🤔 Ku ma Tailles😊😍 Mhh😉
@elogemfuranzima908
@elogemfuranzima908 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza caneee
@maitredaviddusabe6761
@maitredaviddusabe6761 2 жыл бұрын
Courage bagenzi
@Ntwri
@Ntwri 2 жыл бұрын
Bisou sha Hosy 😘😂
@muhozaemelyne7902
@muhozaemelyne7902 2 жыл бұрын
Jewe nabivuze
@athanasenizigiyimana8186
@athanasenizigiyimana8186 8 ай бұрын
Yoo Chantal wanje sinarinzi kukiriho ndagukumbuye ndasavye numéro yiwe
@niyonagizegrace5473
@niyonagizegrace5473 2 жыл бұрын
twavukiye itariki imwe na soso bzuuuu
@spesnzeyimana-mb8ui
@spesnzeyimana-mb8ui 9 ай бұрын
Bonsoir, ikiganiro cari ciza caane , ariko carimwo ugwamo gwinshi nibaza ko nabatumire barushe
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 2 жыл бұрын
Merci siren et merci aux invités surtout Soline une femme tres inspirante
@ntitunaguzwaduvivant7780
@ntitunaguzwaduvivant7780 2 жыл бұрын
Merci Soline,ndakwibuka kuri Lycée Kayanza uri très intelligente.
@Ida35715
@Ida35715 2 жыл бұрын
Dacia looks gorgeous in her new hair style 😍
@stellakidasharira
@stellakidasharira Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane!Jew na introduction yanyu niyo yatumye ndabakundaaaa!ariko n abayanka ni droit yabo
@alisonkay6940
@alisonkay6940 2 жыл бұрын
Igihe turimwo nico kwijukira kwikorera imigambi y'iterambere pas nécessairement kwicara mu biro
@User12358__
@User12358__ 2 жыл бұрын
Hosy! Publicité it's too much au cours de l'émission. gabanya uduhe akanya ko kw apprécia émission. Si possible, Hezagigwa CANE
@niyonagizegrace5473
@niyonagizegrace5473 2 жыл бұрын
dada jtm ko wari wahoze utavuze nti biryoha bzubzu ma soeur
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 2 жыл бұрын
Abantubose nabasazi basumbana %
@shimshajobal6176
@shimshajobal6176 2 жыл бұрын
En tt cas vraiment emission ya danger cane!twese dufise depression mais la façon tuyishira hanze iratandukanye,et aussi aho igeze
@bokitobokitotasha8661
@bokitobokitotasha8661 2 жыл бұрын
Une maladie n,ubumuga nibaza ko bitandukanye!! Barwaye inrwara zo mu mutwe nk,uko worwara inrwara zo mu nda.
@pascalinenkurunziza3271
@pascalinenkurunziza3271 Жыл бұрын
Ibiganiro vyanyu nivyiza,ariko mugabanye blague mu kiganiro,vyoba vyiza
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Manawe😢😢😢😢
@jeaninehan
@jeaninehan Жыл бұрын
Kenshi abantu bafise ubwenge bwinshi, nibo bakunze kugira ibibazo vyo mu mutwe
@veviyes1948
@veviyes1948 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe kandi gifise ubwenge
@ntsinzielvine9995
@ntsinzielvine9995 2 жыл бұрын
Yooooo
@lydiairakoze8506
@lydiairakoze8506 2 жыл бұрын
Fun bashe muzohore mubanza kuraba abatumire kubera umengo abo batumire ntivyabaguye neza!
@jilu1095
@jilu1095 2 жыл бұрын
Yoooooo
@azzamiller9763
@azzamiller9763 2 жыл бұрын
Les gens spy sont très fort en sciences, en général ce sont des personnes très intelligentes.
@IrakozeEstella-ry3zq
@IrakozeEstella-ry3zq 4 ай бұрын
@niyomutabaziisabelle3053
@niyomutabaziisabelle3053 2 жыл бұрын
Soline disi ndamuzi sinarinziko afise icokibazo
@niyondavyiangesalvatrice9796
@niyondavyiangesalvatrice9796 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏
@muhozaemelyne7902
@muhozaemelyne7902 2 жыл бұрын
Entouk 😭
@angeakeza6542
@angeakeza6542 2 жыл бұрын
🥰❤
@colombengabirano1861
@colombengabirano1861 2 жыл бұрын
Nickita uraberewee...
@Ida35715
@Ida35715 2 жыл бұрын
HOSY ama ADS yabaye MENSHI mu kiganiro 😭😭😭 iminota ibiri gusa tuca tubona ads 😭 raba ugabanye beubeun
@movierecapinara
@movierecapinara 2 жыл бұрын
Muvuga menshi kbs,murashoboye nuko musarisha kbs
@jghih5373
@jghih5373 2 жыл бұрын
Yooo
@emelynemanirambona3192
@emelynemanirambona3192 2 жыл бұрын
🇧🇮❤
@alicenkurikiye7115
@alicenkurikiye7115 2 жыл бұрын
Et vos réactions là .........
@christellentikajahato
@christellentikajahato Жыл бұрын
C'est un sujet très intéressant !! Mbe none kwa Legentil hari aba psychologues et les psychiatres? Et une personne qui consulte un psychologue atarinda gufata imiti, est-ce que mutuel iramurihira les frais de consultation ? Je suis d'avis yuko iyo ngwara boyifata nk'izindi zose hama leta ikabafasha no kwivuza. Bravo à ces braves dames bashoboye kuza kuyivuga Imana ibaronse akazi nkuko mwabisavye n'ibindi vyose murabikwiye 🙏
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza p, ubwo nnje sinob ngendanubumuga🤔m j iyomaze une semaine ntasinzira mbanziko ncangwara malaria 🤷🏾‍♀️🤔nukuj kwamuganga ndavyumva p😳🤦🏾‍♀️
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 2 жыл бұрын
Nahutaniye nanje mukuburitiro atampavu bivuyeko
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
@@uwinezajohara8362 Mpore cne ariko nukuja kwisuzumisha kko haba harikibazo,j Signe ya malaria niyo p
@mugishachihana9968
@mugishachihana9968 2 жыл бұрын
Ariko nta congereza nzi
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 2 жыл бұрын
Muratesa un point c tou
@janvierbamamaso6685
@janvierbamamaso6685 2 жыл бұрын
Kumbe Hosy nta kaminuza yize? Mugabo ntaco kuko mbona muri ino myaka abize make aribo bariko baratera imbere ku murindi munini!!!
@manundayi2409
@manundayi2409 2 жыл бұрын
Je vs aime boku.
@ndayishimiyemediatrice661
@ndayishimiyemediatrice661 2 жыл бұрын
CV
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Ego cane, introduction zanyu zirateba kandi harimwo ugwamo gwinshi, jewe ndaba 5 minutes umutwe ukameneka, kuko iyo muriko muravuga ntimuhanahana neza ijambo, muratoba. ngirango nuko ntari umugore, murantunge. Ehe raba mumaze 7 minutes mukiyogora nki nyoni zo muci, mutaratangura kuduhereza amazina yabatumire. Kuva uyu musi rero introduction izogirwa n'umuntu umwe muri 30 secondes hanyuma abatumire bagaca bidondora, vyose bizotwara 2 minutes maximun. MURAKOZE
@christelleiteriteka3777
@christelleiteriteka3777 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂ati kuva uyu munsi rero...ivyo waruvuze nivyo gusa kubaha amategeko nkaho ariww ubakoresha sivyo.
@Lbb960
@Lbb960 2 жыл бұрын
Nsinzi yuko muri journalistes , bishoboka gute ingene mutwenga umuntu arwaye mu mutwe?Murabaza mwiga pyscologie. Ingene babaza abantu n ingene umuntu aterekana emotions k umuntu!!!
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Turabakurikirana cane abaza inyuma mukande kuri foto yanje mumpe subscribe merci
@ndayishimiyekersy8679
@ndayishimiyekersy8679 2 жыл бұрын
Nimwabisuzuma neza , muzosanga na Nikita afise ibimenyetso vya troubles mentaux
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 2 жыл бұрын
Ubivuze ubikuye kuki??
@elianekwizera5834
@elianekwizera5834 2 жыл бұрын
Hama wewe nawe? Hahaha
@jeanneniyonzima4987
@jeanneniyonzima4987 2 жыл бұрын
Ikiganiro cari ciza ariko muri udusimbirahamwe kandi muratwenga ukamengo muriko murabatwenga sivyiza ntimuri aba professionnels wapi
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 9 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
Abaniga
8:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 16 М.
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 25.07.2024
25:59
RwandaTV
Рет қаралды 6 М.
SUUNA BEN APANGISIZZA OMUZIGO E'MAKINDYE
26:40
CTtv-Uganda
Рет қаралды 2,2 М.
Urashaka gukira - Past Marc Kagisye - Life Center Burundi
1:05:49
Aimé-Joël NIMUBONA
Рет қаралды 8 М.
Ijwi ry'Amerika Amakuru y'Umugoroba Kuwa Kane 25/7/2024
29:57
Impamo Rwanda
Рет қаралды 302
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 9 МЛН