Fun&facts ya Hosy na Dacia😍/Monna yari yarabivuze😕/abantu babakubitisha inkoni mwabahaye/mutubwire

  Рет қаралды 8,519

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 30
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Hello bakunzi ba Fun&facts 😍 Débat y’uno musi yari “mbega woposta umukunzi wawe kuma réseaux sociaux? Si oui kuberiki si non kuberiki?? Umva ico Hosy na Dacia bamwe mu basanzwe bashikiriza ikiganiro Fun&facts babivuzeko. Twashaka kubamenyesha kandi inkuru ibabaje ku bakunzi b’ikiganiro cacu ko umwe mu bahora bashikiza iki kiganiro ariwe Darlène NAHAYO yabuze umuvyeyi wiwe ariwe Papa mumushire mu bisabisho vyanyu we n’umuryango wiwe🙏🏽🙏🏽 Nikita Nawe impamvu atabanye nawe nuko amaze imisi agwaye akaba anagwaje umuvyeyi wiwe nawe mudufashe kumusengera. Murakoze TURABAKUNDA❤️
@michaellalyssellehakiziman6261
@michaellalyssellehakiziman6261 11 ай бұрын
Ati l'amour te connaît mal tu continues avec la 57eme relation😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@koyakamugaboTV
@koyakamugaboTV 11 ай бұрын
Excellent discussion
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 11 ай бұрын
Kubwanje ntibikenewe kuposta uwomukundana kuma réseau social nibibi cane
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 11 ай бұрын
Wapi sivyiza kabisa 'je nabonye ari bibi.ubu nzoposta invitation ya mariage.
@najatn1781
@najatn1781 11 ай бұрын
😂😂😂haruwomugipfana ndumva mwobincuti😂😂😂
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 5 ай бұрын
Yooh,Dada yihangane kubura umuvyeyi biravuna Kristo niwe se wifuvyi hama Yesu ashishikare agumbire umutima wiwe
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 5 ай бұрын
Hosy umu postinze harigihe muhebanye barabatwenga vyiza mwobigira ibanga mukabisengera gusa naho ataruko ivyunomusi vyurukundo biragoye umenga nuguhendana gusa niyo mpamvu wobihisha ugasenga gusa bikivuga hageze jewe nuko ndavyumva abandi nabo batubwire
@PrincEloge
@PrincEloge 11 ай бұрын
Turbkunda cane hosy kndi courage👊
@euphrasiendagijimana6841
@euphrasiendagijimana6841 11 ай бұрын
Ndabashimiye caaaane show zanyu zama zitesa. Kubwanje ntibikenewe kumwerekana kuko bikwega amajambo menshi satani aba aronse aho abaca vyoroshe caane hama Dada wihangan kwisi nyene turi ingenzi twatse indaro twese dutegerezwa kuja iwacu,Nikita nawe mwizina rya Kristo Yesu wakire gukira n'uwo urwaje!!Un coeur à toutes ❤ ndabakunda
@koyakamugaboTV
@koyakamugaboTV 11 ай бұрын
Bravos
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 11 ай бұрын
😂urumva kumara 5ans muri relation kwa Hosy sicokimwe nuwundi atazwi cn amaze 5ans muriyo.
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 11 ай бұрын
Dada mpore Imana igufzsh kwakira ivyabaye
@koyakamugaboTV
@koyakamugaboTV 11 ай бұрын
Take courage
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 11 ай бұрын
😂😂 basha iki kiganiro karatesaaa😂😂😂😂 merci beaucoup❤❤❤
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 11 ай бұрын
Hamwe nivyiza ahandi nibibi😅😅😅
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 11 ай бұрын
Icokiganiro niciza cane ❤❤❤❤
@christainc.5217
@christainc.5217 11 ай бұрын
Hosy vyiz a ntakwihutira gupibriya umuntu ataninkwano murashikako canke vyashitse mukibaniruko Hama ugapostinga naho nyene nivyiza
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 11 ай бұрын
Basha kubwanje rer yoooo hemw jew nkunda umuntu asha ndabimwereka kand ndamu posting kand caaane kand mb ndi fière yiwe vrm
@EricNgendakumana-lj7rw
@EricNgendakumana-lj7rw 11 ай бұрын
Utuntu twapembeni kumbe namw muratuzi😃😃😃
@RaïssaMahoro
@RaïssaMahoro 11 ай бұрын
Jw kumupost vyovan n intambwe tugezek kk haraho umupost atah murager mugac muheban après deux mois bakabon uyund urumv bac nakubony ugutandukany
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 11 ай бұрын
Mpore Darlene Imana niyo Muvyeyi mukuru,Nikita amagara meza abe umugabane wawe nuwo urwaye...hama nukuri ntimwikwije intro yonyene irabuze akantu gusa ntakundi
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 11 ай бұрын
Guposta jewe mbona ari ibisanzwe ahubwo amajambo nayo uca wandikako uburemere bwayo😂😂😂😂kuko haraho acayerekana ahurukundo rukugeze,ubwoba nabwo uwobugira simbona aho buzoherera,harabavuga ngo nuburi kumunwa burakoroka,hari nabandi bavuga ko nuburi munda ngo buvayo😢😢😢ushobora kumwizera ko wamutahanye ururkundo rugasubira guhiga😮😮jana nibihe,
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 11 ай бұрын
Sibibi guposta uwukunda mushire kuri hit agiye atware amashugwe yiwe
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 11 ай бұрын
Ntakubishira kuka Ngaratete nivyiza ko biguma muri babiri
@gloriaS127
@gloriaS127 11 ай бұрын
Dada ntakiza muri fun and facts...Habaye iki??🙈
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
@aliceNdayishimiye5369
@aliceNdayishimiye5369 11 ай бұрын
Ntibatwara umutype Dacia batwara ki bobby( akabwa)😂😂😂
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Nivyiza na gato
@gaielionnellemuhoza9494
@gaielionnellemuhoza9494 11 ай бұрын
Merci kuriyo débat.Tjrs vous venez avec les sujets intéressants👌 condoléances kuri Darlène Imana imukomeze
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 50 МЛН
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:57
EVA mash
Рет қаралды 3,7 МЛН
STORY TIME| UKO NAHUYE NUMUGABO WANJYE, URUGENDO RWOSE KUGEZA TUBANYE🥰
22:19
Lea Umutesi lifestyle
Рет қаралды 13 М.
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 9 М.