Gabriel Rufyiri amenyesha ko atagikozwe azosubira imyiyerekano ya we nyene

  Рет қаралды 102,050

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 274
@Linda-c6h7t
@Linda-c6h7t 2 ай бұрын
Mutama komera kwijambo batobato turakwumva nukuri uvuga ukuri dufashekuvuga haraka Imana izotwibuka❤ turagukunda uvuga ukuri
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 2 ай бұрын
Abagukunda nkanje mumpe like tumukeze kuko arikukivi
@UmuhumureUmugumyabanga-u2o
@UmuhumureUmugumyabanga-u2o 2 ай бұрын
❤❤nukuri niwubahwe
@mutabanuraallan4793
@mutabanuraallan4793 2 ай бұрын
Slt ndemeranya na nyakubahwa Gabriel RUFYIRI 100/100 komera murundi w'umutima
@desouza21875
@desouza21875 2 ай бұрын
Ndakumbuye incabwenge nabanyu bari smart mu Burundi. Nibaza ko nigihugu ubwaco kibakumbuye. U are genuine Gabriel👌
@IrisaZenon
@IrisaZenon 2 ай бұрын
Ufyiri ✊✊✊ Ariko tubikure mumajambo tubishire mubikogwa
@bukurufabrice4831
@bukurufabrice4831 2 ай бұрын
Ubundi Rufyiri na Sinzohagera na Faustin Ndikumana harakwiye kuvamwo uwoyobora Uburundi bwacu
@MugishaThiery-ob8qd
@MugishaThiery-ob8qd 2 ай бұрын
Iyo nindoto akarimi kakuresha siko kakurongora faustin yananiww nokurongora atunge umuryango yoshobora IGIHUGU?
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 2 ай бұрын
​@@MugishaThiery-ob8qd kabisa musaza kare naje nahora ndavyibaza ngo batwaye igihugu ngo vyocamwo mugabo nasanze ivyiyumviro vyanje bimbesha
@MusabimanaGeorge
@MusabimanaGeorge 2 ай бұрын
Wewe urazi kurabibintu kbs nanje naho nyn mm mbona❤
@CelesteDon-hv4on
@CelesteDon-hv4on Ай бұрын
​@@MugishaThiery-ob8qdibyo ntibisa muta ijambo sumugore hubwo technologie numutwe witunga rikomeye cane
@RenovatPascasie-yr7qt
@RenovatPascasie-yr7qt 2 ай бұрын
Gabriel Rufyiri ndagufana vraiment nuko ubwira abatumva
@MakadoNdayishimiye
@MakadoNdayishimiye 2 ай бұрын
Intumva zamaho
@EmmanuelRwamoya
@EmmanuelRwamoya 2 ай бұрын
Mbe uwo avuga ngo igihugu kiragoye gutwara bakikoreye ku mutwe? Bafise principe y'uko cabavunye nabo bacivuniremwo😢😢😢😢😢
@CelestinKamana-y3p
@CelestinKamana-y3p 2 ай бұрын
Uvuzukuri mutama❤😢
@MugishaClaude-c4t
@MugishaClaude-c4t 2 ай бұрын
Nukuri uyumutama yubahwe kuko kuva nakabaho ibintu birikubera mugihugucacu nukuri birababaje 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@JamesNduwimana-ik1de
@JamesNduwimana-ik1de 2 ай бұрын
Shaaa, ur'umwe mu 🇧🇮 kabisa
@JeanmarieNdayisenga-o9y
@JeanmarieNdayisenga-o9y 2 ай бұрын
Wapi sumwe.twese tumurinyuma.kandi turamukurikirana caane.kandi umusumwe abantubose bazohaguruka.
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 2 ай бұрын
@@JeanmarieNdayisenga-o9y ukuri kwuzuye
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 ай бұрын
Ntakinyoma kirimwo kbx
@jojouwi3159
@jojouwi3159 2 ай бұрын
Burundi bwiza Imana Niyongere Ishireho Ibiganza Ibintu bisubire Mumahoro 👏🏿
@Lite33
@Lite33 2 ай бұрын
IMANA ntizovyemera KO duhora ahantu hamez uku Vuba birahinduka komeza ubabwire gusa baramaramaje nimba ataco bimirije gukora ngo igihugu congere gisubiran itoto
@VincentNduwimana-m1j
@VincentNduwimana-m1j 2 ай бұрын
Nyakubahwa Rufyiri aritoza numu indépendant tumwitorere sha
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 26 күн бұрын
Sha nti yo tambukana Aba Dede bayiba
@EdithianEddy
@EdithianEddy 2 ай бұрын
Wavuga nyakubahwa nuko ukuri atarikwo kuri kwumvikana Aho bariko bakurikiranako ngo uyo n'umuvyonzi🤔🤔🤔
@JaheimMbazumutima-ns9mg
@JaheimMbazumutima-ns9mg 2 ай бұрын
Amahoro y'Imana Mushoboravyose abane namwe. Imana Mushoboravyose idutabare idukureko Intwazamukazo zitugumiza mu bukene budahera. Rufyiri n'incabwenge twaronkejwe n'Imana Mushoboravyose kabisa kandi imutuzigamire.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 ай бұрын
Nizere ko abavuga batazohekura Abarundi b Ukuri🤔 L homme du Moment Ruyiri🎩
@JohnmarryNdikumana
@JohnmarryNdikumana 2 ай бұрын
Uravuga ukuri nk'ukukurima ,tworonka abandi batatu nk'aba amanyang yohera mugihugu kigatera imbere
@emileninganza8478
@emileninganza8478 2 ай бұрын
Ukuri kuzuye pe
@augustenzeyimana7999
@augustenzeyimana7999 2 ай бұрын
Tu as tellement raison. Le pays est en ruine tout simplement
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 2 ай бұрын
Notre père qui est aux cieux Que ton nom soit sanctifié Que ton règne vienne Que ta volonté soit faite au ciel et sur terre Donnez nous aujourd'hui notre pain de ce jour Pardonnez-nous nos offenses Comme nous pardonnons aussi à ceux qui nous ont offensés Et ne nous soumet pas à la tentation Mais délivrez-nous du mal Amen
@AngedarcyNgabirano
@AngedarcyNgabirano 2 ай бұрын
Amen
@OdetteManirakiza-mx3nd
@OdetteManirakiza-mx3nd 2 ай бұрын
Amen 🙏
@Slime-s5p
@Slime-s5p Ай бұрын
AMEN 🙏🏾 🙌🏾🙌🏾🤲🏾🤲🏾
@KabwaKana
@KabwaKana 2 ай бұрын
Ahubwo atakirononekara nibatange imihoho guhera kubashikiranganji bose
@DJMurya
@DJMurya 2 ай бұрын
Il a raison. Igitoro ntigikena. Hagomvye gusa kubura amahera yokukigura
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 2 ай бұрын
Umurundi yobator yobatagirumutima 😢😢batuririy mugahing nibara kuvisiremw 😢😢
@NdayizeyeElois
@NdayizeyeElois 2 ай бұрын
Urakwiye kwitoza nkumukur wigihugu yigenga ham tukagutora
@JonhBakali
@JonhBakali 2 ай бұрын
Basogokuru barayamaze ATI hakubimbwa wobimva mutama burya wee uvuga ukuri Kandi ndazi nugwaruka turakumva pe tuzogufashaaa pe
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 2 ай бұрын
Oyaah sindimwo ntumvugire
@rene_tresor
@rene_tresor 2 ай бұрын
imyaka 20 iraheze bahabwa ama solutions ariko ntacakozwe, mwijambo rimwe ntavyo bashaka
@AkramKamana-uf7gk
@AkramKamana-uf7gk 2 ай бұрын
Walaykum Salam Warahmatullah Wabarakatuh Tera mujimbere❤❤❤
@blessingcyriaque
@blessingcyriaque 2 ай бұрын
imvugakiri irankwa komers
@ndagijimanajuvenal2317
@ndagijimanajuvenal2317 2 ай бұрын
Intwari rufyiri
@ChangerWalker
@ChangerWalker 2 ай бұрын
This man is genius
@dodieiradukunda9466
@dodieiradukunda9466 2 ай бұрын
Kandii nkubu aba #Ministre bose baravyuka bakitegraa bakaja muma #bureau. Yabo Ukweziii guheze #bagahembwa #umushahara Ino mu #Burundi #ingorane zose ziraba ukamengo ntizifise abantu #babibazwa Uburundiii bwacu bwarigorewe Imana ibugirire ikigongwe #Gabriel uzovuge wongere uvuge ndabonaa uzoruha kuko inzara bafsee ntizigraaa ihera
@jeanmariebizoza654
@jeanmariebizoza654 2 ай бұрын
Gaburiyeri itabi ryaramwishe! Umuntu atazi iyo ubutuba?
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 2 ай бұрын
​@@jeanmariebizoza654isonere wa mujinga we ivyo wanditse burya urafise ubwenge bukwiye chizi nini
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 2 ай бұрын
Uravuga ntuvura
@NdayisengaClaude-o4d
@NdayisengaClaude-o4d 2 ай бұрын
😊😊😅😊😊
@bigirimanaelyse7052
@bigirimanaelyse7052 2 ай бұрын
🎉2222😂😂?00000000 22qq2🎉😂
@hakizimanaeric2077
@hakizimanaeric2077 2 ай бұрын
Urimfura kabisa Ubahwa Mr Rufyiri
@JeanBoscoNIYONGABO-e6x
@JeanBoscoNIYONGABO-e6x 2 ай бұрын
Mbega ivyo Rufyiri avuga burya abarongozi baravyunva cankese boba baza murico kiganiro? Nimba bahaza gukompantaza imitima kuvahe!?nyene kuba abantu bahora ntibaronke aho avugira ivyiyunviro vyabo bizana ikibazo. Jewe nibazako kurongora neza vyobavyiza hisunzwe ivyo abantu bagenda bavuga guko navyo birafasha gutunganiriza bose .
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 2 ай бұрын
Abatware bacu ntakintu nakimwe kibatera ubwoba kuko uraziko biyita abocavunye.
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 ай бұрын
Bagomba kibavunikiremwo​@@nsengiyumvaclaude7064
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 ай бұрын
Basha ivya politique biragoy izontwaro ivyo binjiyemw vyobagora gutorr umuti kk bose bameze kumwe kand barangana ntawutegek uwundi ni nkorak ndakwereke,rr hakenew génération nshansha
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 ай бұрын
Basha ivya politique biragoy izontwaro ivyo binjiyemw vyobagora gutorr umuti kk bose bameze kumwe kand barangana ntawutegek uwundi ni nkorak ndakwereke,rr hakenew génération nshansha
@Diamondpla
@Diamondpla Ай бұрын
❤❤❤❤ turikumwe mtama
@NdayishimiyeRocky
@NdayishimiyeRocky 2 ай бұрын
Nibarekur itangazamakuru hamwe umutegetsakorikosari mucankuzo bugaca murumonge twabimenye halmwe bucayambayubusa
@numubonavianney6835
@numubonavianney6835 2 ай бұрын
Président wacu adahevye urya muvyibuho igihugu ntigishobora kugira agaherwe aha mvuze ibirenze 1000
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 2 ай бұрын
Kubita ivyobisambo bizingamitse uburundi nabarundi kubwindandende zabo😢
@AppolinaireBukuru-x2z
@AppolinaireBukuru-x2z 2 ай бұрын
N ukuri Kayanza yubahwe.nta wundi muntu yokwubahuka kuvugira ibintu nk ibi mu Burundi atavuka mu kayanza.gusa ku barundi n ukwumviriza n amatwi amaguru yoyo ntayo uzobona ndakurahiye .
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 2 ай бұрын
Nimvugakuri pe nibikorwa birivugira kugatumba Aho avukz imatongo
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 2 ай бұрын
Rufyiri,umukuru w'inama nkenguzamateka hamwe n'abashingamateka nka 5 barimwo gikeke nibobantu bomba igihugu gikeney cane mwikigihe.abandi bose ni ingwizamurongo ntacobamaze bakwiye gutanga imihiho inzira zikigendwa kuko intahe nitafata ijambo bazojugumira
@christophebigirimana7747
@christophebigirimana7747 2 ай бұрын
Tres malin ce monsieur
@cadeaunsabiyumva5304
@cadeaunsabiyumva5304 2 ай бұрын
iconemeye cane uvuze cane gose niki.ntaguha ubutware umukene.uyo ntaco yokorera abenegihugu.igihugu nicogutwagwa nabadafise inzara.
@AudaceTUYISENGE
@AudaceTUYISENGE Ай бұрын
Nshira muri grp nzoze ndaza munama❤
@Prime-f9r
@Prime-f9r 2 ай бұрын
Wavuga ntuvura igihugu cacu Kiriko kiribira twese tubona kandi tugahora ariko tuzojana naco twopfuma tuvuga tukabizira
@ubutungane
@ubutungane 2 ай бұрын
Mutama urakoze komeza utosore
@SafariTV257
@SafariTV257 2 ай бұрын
Abeneghugu bitugez ahantu vrt dukomeza kwumirwa ark ighugu cimana ntiyikwmer k tumeruku imyiyerekano izoba kbx eg nabandi ibintu vyaraduze ark ibura ryigitor amazi namatara connexion ... Ndabarahiye ntah turik turaja
@ChantalNibona-kz6sf
@ChantalNibona-kz6sf 2 ай бұрын
Uburundi bufis ibibazo vyishi cn nah'Imana gusa
@JoyeuxAhishakiye-h6w
@JoyeuxAhishakiye-h6w 2 ай бұрын
Donc , d'une facon générale nous sommes fatigués
@Sengiyumva123Donatien
@Sengiyumva123Donatien 2 ай бұрын
Haya kukijanye nimyiyerekano turi nyumayawe tubwire tuze kukufasha
@AngedarcyNgabirano
@AngedarcyNgabirano 2 ай бұрын
Wew mvugakuri dufise Iburundi wubahwe
@syldiendayisenga1513
@syldiendayisenga1513 2 ай бұрын
Ahubwo rufyiri aravuga akabura abamwuhiriraa
@JeanPacifique
@JeanPacifique 2 ай бұрын
Nizere ko bitumva jewe gusa nabandi bavyumve😂
@NIKI96-h6y
@NIKI96-h6y 2 ай бұрын
Ibaze nkubu tumaze indwi atamunu numwe anweye ikiyeri😂😂😢
@Ndereyimana-w8d
@Ndereyimana-w8d 2 ай бұрын
Ayo niyo magorwa wumva ufise?😢😢😢
@GerardBizimana-z3b
@GerardBizimana-z3b 2 ай бұрын
Ntivyoroshe kweri
@TororoNtahomvukiye
@TororoNtahomvukiye 2 ай бұрын
Bigise gusega Imana irashomboye
@AlexisNema
@AlexisNema 2 ай бұрын
Twarinjiriwe nimbeba za mushushwe
@donaldmutabazi8314
@donaldmutabazi8314 2 ай бұрын
Mbega,baziyamaza babwiriki abanyagihugu?
@cycyira7457
@cycyira7457 2 ай бұрын
Ewe Burundi bwacu......😢😢😢😢😢😢😢😊
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 ай бұрын
Imana irabibona kbx
@ChrismiguelDusenge-pw9qu
@ChrismiguelDusenge-pw9qu 2 ай бұрын
Ntudukwegere wamugabo we nimba uzoja mwinarabara wew numuryango wawd ntagwaruka muzosubira kubesha
@Slime-s5p
@Slime-s5p Ай бұрын
@@ChrismiguelDusenge-pw9qureka iterabwoba abantu inzara ibice bahagaze ngo ntakuja mwibarabara??🙄
@RégineKaze
@RégineKaze 2 ай бұрын
Agasozi k'intabarirwa kahiye abagabo babona.
@rafikiwakweli2049
@rafikiwakweli2049 2 ай бұрын
Nimwegere Ibrahim Traore mureke kugara
@AudaceTUYISENGE
@AudaceTUYISENGE Ай бұрын
Abantu bari smart mu Burundi nari ndabakumbuye
@musambbs1939
@musambbs1939 2 ай бұрын
Rufyiri iman izagukubire incuro cumi abarundi turaruse imyiyerekano niyikwiriy bogombe batumarire ibibintu turabirambiwe gingembre bazehezuru ngo urumwansi wigihugu aribo arabansi bigihugu
@rusakazatv7930
@rusakazatv7930 2 ай бұрын
Abarundi turutwe n'Abakongo man Congo yugaye imbibe Abakongoman barayiyugururira kunguvu none twebwe Turi mubiki? Tuvyanke twese
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 2 ай бұрын
Abarundi dufise ubwoba badushizemwo.biragoy ko bokwiyerekana ubu
@desire5211
@desire5211 2 ай бұрын
Uuhhh ivyo abivugira hehe?? Ukwo kuri ntawokuvugira mu Burundi.
@davinadona9224
@davinadona9224 2 ай бұрын
Arimwibuy
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 2 ай бұрын
Incabweng ntandongozi bazigir ighugu cacu gikwiyegutwarw nuwigeng atarimumigabw non nkabant barikubutegets ubwobaramaramar😢😢ntanisoni bagira
@Aiuoex
@Aiuoex 2 ай бұрын
Jewe nari narakwanse kuko bavuze ko waguzwe na CNDD FDD, ariko ndabonye ko atarivyo kabisa. Uri umugabo 100%. Turakwiye gusubira muma bara bara kabisa
@janvierhabimana
@janvierhabimana 2 ай бұрын
Tuzoguherekeza
@EricHabonimana-e3d
@EricHabonimana-e3d 2 ай бұрын
Urumugabo wijunja n'ijambo kabisa wagerageza kuruta nuko ataho dufis tuvugira
@KinonoIsaac
@KinonoIsaac 2 ай бұрын
Imyigaragamvyo hehe uratwara buke buke ntumene 😂😂😂😂😂😂😂 Uburundi ntiburi mubihugu vya freedom Bazobarasa ndakurahiye😢😢😢
@braytonekandora2739
@braytonekandora2739 2 ай бұрын
Bande bazobarasa ko ntabobarashe bamaze kurambirwa inzara irimukubitsa
@JimmyNimpagaritse
@JimmyNimpagaritse 2 ай бұрын
❤❤😂😂😂​@@braytonekandora2739
@djpatruick
@djpatruick 2 ай бұрын
Nta Freedom iboneka Amaraso adasesets ariko uzosigara abeho neza
@ishakaloriel9398
@ishakaloriel9398 2 ай бұрын
Aka révolte kara kenewe kuko gouvernement irasinziriye ntibabona ibintu ngene biriko biranzimba😢
@ElijahZyambo
@ElijahZyambo 2 ай бұрын
Bacumugani ngo n' uwuhigimye abavuze.
@J2A9242
@J2A9242 2 ай бұрын
Ivyo wita transparence muri FMI ntibibaho muvyerekeye ibihugu vyo muri Afrika....Nta plan nimwe ya FMI iterera ukwishira no kwizana kw"ibihugu vya Afrika....Soit bagukorofye canke uriko urabakorera....et c"est triste!
@NoeBukuru-vx1yi
@NoeBukuru-vx1yi 2 ай бұрын
😀😀😀😀 ati uwohamagara kireko😀😀😀 nukuri uranyishe pe😀😀😀
@kingdomwatchmanministries2230
@kingdomwatchmanministries2230 2 ай бұрын
Sha, Urabazi kabisa. Igihugu cishwe n'umugambwe utwarwa n'abantu bakunda inda zabo, badakunda igihugu na benegihugu. Bariba gushika aho basambura banque nationale! None bariko baja hehe? Bibazako bazohoraho? Uko havuye za Uprona niko nabone bazohava. Nta kidafise iherezo. Duhebe dutwarwe n'impumyi? Raba iyo ubutungane bugeze? Abarundi niduce ubwenge tureke gutora ubwoko dutiore abadushakira ineza. Niho hari kazoza. Kobaje bavuga ngo abatutsi barabariye none twari bwigera kugera aho hantu? Nituve mu buzimire amatora niyagera tubashimire. Bagende bakore ivyo bashoboye. Ayo bivye tuyabake. Ni ayacu n'abana bacu.
@boscomagaya-fs5wv
@boscomagaya-fs5wv 2 ай бұрын
Twebwe iyo turi igitoro baragiterana no mubipacupacu barivomera niwe umenya ico ugikoresha 😂😂
@mmnn3579
@mmnn3579 2 ай бұрын
Uri ivug kuri kwel kuronk batan nkaw uburund bwoter imber😢
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 2 ай бұрын
Uvuzukuri
@YahyaNahimana
@YahyaNahimana Ай бұрын
Nuko ufise Ayo wonona shaa! Womara 2 semaines udakoze vyokwerekana
@JeanmarieNduwimana-df1bu
@JeanmarieNduwimana-df1bu 2 ай бұрын
Mutama wavuga neza vyukuri
@LibereYesashimwe
@LibereYesashimwe 2 ай бұрын
Indundi Tv Ntaco Nfis Cokurenzako
@TororoNtahomvukiye
@TororoNtahomvukiye 2 ай бұрын
Komera komera
@GastonNdikumwenayo
@GastonNdikumwenayo Ай бұрын
Rufyiri n'intwari nziza kuri terrain
@HAMUDUDURestaurant
@HAMUDUDURestaurant 2 ай бұрын
Wew niw warukwiye kuba president wuburundi vrmt
@NdayiragijeFiston
@NdayiragijeFiston 2 ай бұрын
Ukonukuri umuntu mutoyi ahatonda ntashikigwa
@ButoyiThierryve
@ButoyiThierryve 2 ай бұрын
Uvuga ukuri kabx nuko
@GerardBizimana-z3b
@GerardBizimana-z3b 2 ай бұрын
Urimvugakuri kweri
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye 2 ай бұрын
Mumpe numéro ya Rupfiri basha icotwiganirira
@ernestndayizigamiye6810
@ernestndayizigamiye6810 2 ай бұрын
Nukuri sopebu abantu bomurieterie 'tayafachije apricasio ntizugurika nimbanduge hahatimugihungu bechivyarase nukuri abaturihejuru
@ndikumanaderrick2745
@ndikumanaderrick2745 2 ай бұрын
Mbe kuberiki utitoza ngo bagutore?hama k wavuz haruwaguhohotey?w wenyen niwisubiz inyuma wiyishure
@zephiliniracabikora9416
@zephiliniracabikora9416 2 ай бұрын
Wararozwe mubwonko cnk uri iki mort vivant nyamb ivyavyze wumvise ari bibi!
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 2 ай бұрын
Ne nkawe kwer ivyo uvuze urumva kukomey mumutwe shaa ndaz umusi umwe utwo uguma ufyetafyeta baguha umusi twaheze uzoca ubona KO ivyo avuga kar vyo
@MussasalimMbinga-x1t
@MussasalimMbinga-x1t 2 ай бұрын
Gabanya amajambo mutama Ruvyiri ohoooo,ntumbaze!!
@NdayizeyeDesire-f3w
@NdayizeyeDesire-f3w 2 ай бұрын
Mwibuke ibwiriwa shingiro riherutse gutorwa hama tubone ingaruka nintumbero yaryo...
@EdithianEddy
@EdithianEddy 2 ай бұрын
Igihugu banse kukigarukira bigishoboka bazoza kuyora barashesh kko igihugu ugombe utunge ibinganiki kugira gitere imbere kinabonekane neza twese uruhara rwacu rurakenewe
@NIKI96-h6y
@NIKI96-h6y 2 ай бұрын
Nyenamazu yatwirukanye amazu hafi 15 kugira arondere abaclient bashasha kubera twazifashe kera ziterazimba ariko ubu bikaba vyamunaniye kuziduza !
@MunezerorongeriRogeri
@MunezerorongeriRogeri 2 ай бұрын
Kabisa meubahwemese mugize ivyomuvuga kuruyumwubahwa.nukuri niwewenyene dusigaranye abavugiribintu.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 2 ай бұрын
Hamagarira abarundi bave mw-ibarabara ngo batwara amagare, inodoka,mu nzego, mu mashirahamwe atabigori, ibiharage,ibijumpu ,inkoko,inka,ingurube baje kubikora
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 2 ай бұрын
Uyu mugabo naduhamagare atwereke igipimo c'ikawa yateye gisahiriza amadevise igihugu canke umurima w'ibikaju ahinguramwo isukari tumwigane.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 2 ай бұрын
Nasubire mw'ibarabara atwereka amahinguriro yuguruye tuje gukoramwo.
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 2 ай бұрын
​@@bwengejeanbosco2610ntuziko vyuvuze ne Ama devise abuze ngo nuko atahar ahubwo ntabweng mugira kwer muribibwa
@UwamariyaDusabe
@UwamariyaDusabe 2 ай бұрын
Fatafaka😂😂😂😂😢😢😂😂😂😂😮😮😢😢😅
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 2 ай бұрын
Ivyuzokora wenyen Udufash Urwaruka Rwacu Ntiruz rugukurikir Ngo Rusubir guhona Kuko ngaha iwacu Ntibaza Manifestation Icarico kumunyagihugu Kuko Solutions Zabo Nugusesa Amaraso So Please Duma udum wenyne
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 2 ай бұрын
ico nico , ivyo vyose bose barabibona , zambonerakure bahaye imipanga ninkoho wobaca he ugize manifestation! muga , mbona aribenshi nabonyene inzara izobanyara babone kobahenzwe bagizwe ibikoresho yabiba ngo bariko barabaserukira , aho burundi nta democratie , ni ukuripfana
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn Ай бұрын
@kwizerayvonne1950 Cool Bro Ubu twebw Urwaruka twaritahuy Kuko ntakintu baheza gutembera amahanga bakaca Baza Ngo Ivyo biriko biba sivyo nuz tuj mwibarabara twebw ntituzojayo Kuko Reta yacu Ugiz Manifestation directement Ububay Umwansi wigihugu Knd Umwansi wigihugu Icakorerwa Mu BURUNDI twes Turakizi Hama Uwamurungits Afis Visa nyinshi Muri Passport yiw Niyasubira gusaa Iyindi Ntazoyibura ark Twebw Urwaruka ntituzi niyo bazisabora It's means aziruka adusig dusigar turawota kubwivyo Agend wenyen Ikintu conyn Reta Tuyisaba Nkurwaruka Iduh umutekano,Ubuzi,idusabir Mubindi bihugu uburenganzira Bwokuja (Kwiga,gukora etc...) na Social medial zacu zikor neza Tumenyekanish Igihugu hama Ibisigay Bansumirinda Babakuremwo Bukbuk kimyakimya twebw hayatuhusu🙏
@JonathanBilly-c2l
@JonathanBilly-c2l Ай бұрын
Remesha imitima yabarundi muhozeko kuko tugezahantu hokurindirimana.😂😂😂😂😂..
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН
Гениальное изобретение из обычного стаканчика!
00:31
Лютая физика | Олимпиадная физика
Рет қаралды 4,8 МЛН
Support each other🤝
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
PAPA SAVA EP1137:AMAHANO MU BA SHERI!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
24:49
Ucapan Penuh PM Anwar Ibrahim di Forum Ekonomi Malaysia 2025
20:13
JASON Update
Рет қаралды 3,4 М.
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН