GEN. BUNYONI ARAZIRA KWISHONGORA KU BUTEGETSI N'ISINDWE RY'UBUTUNZI MURI RUBANDA BAKENNYE

  Рет қаралды 59,879

CONNECTION TV

CONNECTION TV

Күн бұрын

NIBA UFITE UBUHAMYA , INKURU,UBUSESENGUZI WIFUZA GUSANGIZA ABADUKURIKIRA KURI CONNECTION TV DUHAMAGARE KURI 0736652197Instagram: / connectiontv2022
Facebook: / connection-tv-10723680...

Пікірлер: 80
@gerardnibizi8141
@gerardnibizi8141 Жыл бұрын
Uyu mugabo ndamwemeye jewe Ndi UMURUNDI ariko uyu mugabo arabisiguye neza ntaho yegamiye kabisa👍💪 congratulations 👏
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Très belle analyse faite avec beaucoup de respect. En tous cas ntaho wahengamiye
@leopoldyamuremye6127
@leopoldyamuremye6127 Жыл бұрын
Uyu mumenyesha makuru wumurundi aragerageza kuvyitwaramwo neza kandi avuga ukuri
@abelsabin3693
@abelsabin3693 Жыл бұрын
J'apprécie votre analyse
@picho8156
@picho8156 Жыл бұрын
Journalist jyureka umutumirwa avuge utamuvugiyemo cyane cyangwa ujye kuri camera abe ari wowe utanga ikiganiro
@hitimanajeanpaul770
@hitimanajeanpaul770 Жыл бұрын
Conetion tv!?!! Murashaka kumenya ibyi Burundi ibyiwanyu bite!? Murwanda nacyo ushaka kuhamenya!? Ko numva ufite impuhwe nagahinda ka Bunyoni!? Urwo rukundo urukuyehe ga ntuze!!! Ariko ibyo mwigize!!
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Good nd Fair analysis!👍🏽 🎩
@audacendayiragije8900
@audacendayiragije8900 Жыл бұрын
Mukirundi ciwacu tuvyita guhimba icoyimena ngo numwamikazi wiwe abahutu bahimvye noti basigaye biyita abami dans 22 ans
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 Жыл бұрын
Ndatembagaye no gutwenga
@mandela2145
@mandela2145 Жыл бұрын
Jya kubarimbura wa muswawe amatiku yanyu 🤮
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
"Abahutu" Man ! You sound stupid nd Weak 🙄 Ingeso ya Bunyoni ihuriye he n'Ubuhutu!?? Unyibukije bamwe bata ikirahuri canke Isahani mu Mwavu ngo n'uko Umuhutu yagikozeko! Tu te crois Caucasien au Peau Noir😊🤔 Izo mentalité zanyu nizo zishe Igihugu! Mwarezwe mwigishwa ngo Abahutu ni Impehe nsa!? Basabose nk'Ifaranga!??? Uwabaroze ntiyakaravye Sha we n'Imihimbiri musangiye ivyiyumviro 😊 Wajinga Sana nyie!
@danimoliere6919
@danimoliere6919 Жыл бұрын
uyu muntu ari right kbs, ari hagati pee
@nadinegahimbare465
@nadinegahimbare465 Жыл бұрын
Komera cane ndumva bitahuritse ivyadushikirije
@patriotegihugu2011
@patriotegihugu2011 Жыл бұрын
Mbega mwotubwira inkuru nyayo yatumye Lt Grl Adolphe Nsh agandagurwa?
@ngundachris7598
@ngundachris7598 Жыл бұрын
Kandi umutumirwa yakoze kutivugisha ikinyarwanda cane kurya abandi barundi bashitse hakurya bagashaka kwivugisha ikinyarwanda gusumba banyeneco
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Жыл бұрын
Ahantu hose ugiye kuba utegerezwa kwiga ururimi rwaho ukaruvuga,muri Occident nuko,barabigutegeka,jewe aho mba bantegetse kwiga nkavuga ururimi rwabo,ni kuki mubona ko umuntu agiye kuba mu Rwanda adategerezwa kwiga akavuga ikinyarwanda nkuko ibindi bihugu bibigira,aho uba hose utegerezwa kwiga ikirimi caho ukanakivuga,no mu Rwanda nuko
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Bashaka Passport 😂
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
​@@dianeinamwiza None aho uri ko bazi ururimi rimwe 1 nk'Inyoni!? mu Rwanda birakenewe ko uhindura Imvugo ngo bagutahyre😊?
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 jewe Simba mu Rwanda,mba muri Occident,aho bantegetse kuvuga ururimi rwaho,na wewe ugiye muri Tanzania bogutegeka kuvuga igiswahili
@belladushime792
@belladushime792 Жыл бұрын
Ivyiyumviro vyaw biri hasi
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Mwarahemukiye benewanyu. Murabica, murabomora murabanyuruza. Murabangaza. Murabapfungira ubusa , ivyo ntibizoborohera ndabarahiye
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Imana Yisidukiye
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 Жыл бұрын
Uyu mû journaliste nareke umutumirwa avuge,
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Uyu mugabo asa nuwashaka ko bunyoni yakora icoyagomba gukora
@isuranyayoofficial8785
@isuranyayoofficial8785 Жыл бұрын
Nzamubatumirira ubutaha, hanyuma njye ndamureka avuge nsheceke rwose. Mwarakoze kudukosora
@prudencerubonezambuga1462
@prudencerubonezambuga1462 Жыл бұрын
Umunyamakuru arasemura ikirundi kandi cyumvikana
@espoirebernard1742
@espoirebernard1742 Жыл бұрын
❤❤❤
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 Жыл бұрын
Ububasha president afise nibwo bubasha president wa USA afise. President niwe asinya itegeko. Mbe ububasha Kagame afise nubuhe gira comparison?
@ntwarienias8125
@ntwarienias8125 Жыл бұрын
Tubarize uwo murundi niba nkurunziza yarı umusirikare?ESe niba yariwe yarafite irihe peti?
@ngundachris7598
@ngundachris7598 Жыл бұрын
Journaliste afise respect, ati Nyenicubahiro Neva, Nyakwigendera Peter, Umutumirwa ivyo ntumubaze. Mais abarundi baba mu Rwanda barahinduye imvugo,ntibagitukana ngo bavugane akanyaro nka kera,nibazako H.E Kagame yabahaye gasopo.
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Uburundi burabakeneye vuba bazataha bafite experience mugutwara kandi nta corruption irengeje bagira
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Izi nyenzi nkotanyi zipfuza iki kumenya uko leta y'uburundi yubatse kurusha iy'urwanda? Zipfuza kumenya aho zizaca kugira basambure ubuyobozi bw'uburundi?
@OdetteKwizera-s6h
@OdetteKwizera-s6h Жыл бұрын
Kuki mwitaho kumenya amakuru yi Burundi mwabuze amakuru mwovuga yaho iwanyu mu Rwanda reba ivyanyu ivyi BURUNDI mubireke
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Nabaturanyi ntakibazo kwunva ibyaho KZbin ziburundi nazo zitubwire ibyo hakurya
@felixniyonkuru9580
@felixniyonkuru9580 Жыл бұрын
Analyse nziza cane
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Nivyo mwagiye kurwaniea ,guhibduka benewanyu, kubasahura, kubomora, kubanyaga, kubapfungira ubusa, kubanyuruza, kubahojotora mugaca muja ngaho mukijumuriza ngo mwatanguje Imana imbere ? Imana Yahagurutse muhure Nayo kiretse musavye ikigongwe abo mwahiriye inabi
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
1959 yabaye iburundi 2015
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Abahima n'abatutsi bahagurukiye kuririra abahutu bipfuza guhonya
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 Жыл бұрын
Mbe wakirofa we ivyo vyabahima uzobirya?wewe ntiwigera ugira isomo mubiriko biraba?
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Bunyoni yabanje muri FNL uwo mu journaliste ariko avuga ivyatazi neza.
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Ehh buriya yatanguriye muri FNL? Politique ndayanka peee Nibutse aba FNL bishwe na benewabo kandi vyitwa ko bagwanira bimwe
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Mwanka mwemera ningombwa mumarane shihane gooooooose mwicane gooooose mwarahemutse mwahemukiye abarundi, mwarahemukiye abahutu benewanyu ndabavumye Muzopfe mumarana muragahonera rimwe
@langsonnjobvu7424
@langsonnjobvu7424 Жыл бұрын
Umukobwa wiwe ntimwamutahiye neza yashatse kwerekanako bahoze Ari batandatu bakomeye mumugambwe none hasigay umww
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Reka rero Yikorere akantu
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Mwabivumemwe
@IshimweEvelyne-ml1ks
@IshimweEvelyne-ml1ks Жыл бұрын
Mwehoo ntimubura amakuru murazi kurabaa ibitabaraba
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Hagati y'urwanda n'uburundi ni ikihe gihugu kivuza abana n'abagore bagiye kubyara kuri gusa? Ni ikihe cigisha abana kuburyo buzimbutse gushika no kuri gusa? Ubwo ni ubutunzi igihugu gishira mu baturage? Tugiye mu burimyi n'ubworozi ni ikihe gihugu kiba hafi y'abaturage? Indongozi z'igihugu mu Burundi gifatanya n'abenegihugu ibikorwa by'iterambere amashure,amavuriro . Mu Rwanda niko biri? Ko wumva uburundi bukenye, n'ibihugu bingahe kw'isi byokwitegurira amatora hatarimwo imfashanyo z'amahanga? Ubwo si ubutunzi bw'igihugu? Mu Rwanda niko biri?
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Uce ubandanya ubaza uti abana bahejeje ishuri uno munsi baba bafise ubumenyi bungana gute? Kwiga kubuntu ni vyiza ariko nikuraba qualité nayo
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
@@kalyka4107 none tuvuge ko abana b'urwanda baheza amashule bafite qualite iri hejuru y'abarundi? Uburundi ntimwibagire ko bwakoze genocide y'abantu b'incabwenge guhera 1965 gushika 2005 ibibanza by'abana bashoboye bakabishiramwo abatabishoboye bitwaje akarenganyo ko kuvangura ,nabarenganije abandi bashoboye bahejeje bikaba ibinebwe byo kwicara mu biro ntibaje kurubuga bakeneye ababakorera.
@frankbigirimana451
@frankbigirimana451 Жыл бұрын
Ivyomuzakuvugira murwanda mwotaha mukazamurabivugira iburundi namba ariwsnyu
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
None Umurundi wese ntafise uburenganzira bwokuvugira aho aba??niyivugire Murundi uko abibona. Niyo Democracy Ndundi. Kandi nta Mutekano muke ateje Igihugu nabari ku Kivi! Kandi ntakibi yavuze kuko na Neva avuga Uko abibona!
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Urabona uyu atashe yamara nindwi?wamudamu ntiyakatiwe 10 ans,yatashye ubukwe
@bizimanacelestin4075
@bizimanacelestin4075 Жыл бұрын
Bunyoni yatanguy kuja muri FNL imbere yukuja muri FDD
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Mwabatutsi mwe nimuvugire hiyo murwanda niho iwanyu. Uyomugabo arikukubaza arabonekako ababajwe nivyabaye kuri bunyoni. Banyarabantu bishwe 2015 baribakewe kwichwa kuko imigumuko bakoze nabo bari she abanya gihugu bica na police yigihugu cacu.
@mutsinziaugustintonny6220
@mutsinziaugustintonny6220 Жыл бұрын
Urikizongwe gusa
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Uzi Gute ko arabatutsi
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Ivyo mwakoreye abarundi babahutu bizobzkoreko nimiryango yanyu yooose
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Tekana kubera uno munsi ntawutabuze. Hari abatutsi benshi bishwe. Ilimbabaza niyo nibutse abahutu bishwe na bene wabo bari bazi ko bagiye gukira. Ntihica ubwoko hica intwaro mbi mugenzi
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Vyanja bikunda
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Aba dd mwese atanumwe avuyemwo muri kumuvumo
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Mutegerezwa kumarana
@prudencerubonezambuga1462
@prudencerubonezambuga1462 Жыл бұрын
Ushobora kuba ufite ibibazo mu mutwe!
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 Жыл бұрын
Afasema kava muri ndayubusa
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 Жыл бұрын
Bamuhora ubusa kuko siwe wambere yinezereje
@ntirampebafirmin3742
@ntirampebafirmin3742 Жыл бұрын
z
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Izi nyenzi nkotanyi zipfuza iki kumenya uko leta y'uburundi yubatse kurusha iy'urwanda?
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Жыл бұрын
Agahinda kazakwica pe
@uwizigiyimanaannemarie9587
@uwizigiyimanaannemarie9587 Жыл бұрын
Gabanya amacakubiri ntaco bimaze aha kw'isi tuhafite igihe gito.
@alicehakizimana1582
@alicehakizimana1582 Жыл бұрын
Nimuvuge ivyubaka abantu nigihugu
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Ese inyenzi inkotanyi kombona bitakuvamo?bene runyenzi bahe amahoro
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
marie jyewe ntamacakubiri mfite kuko ibyo bakoreye abanyarwanda guhera 1990 gushika n'ubu si byiza. Ibyo zakoze i Burundi nagamomeramuntu,zishatse kujya guhungabanya amahoro muri Tanzania basanga harugaye, ibyo tutoronka uko tubivuga ni muri Zaire aho zishe abazihunze bakajyaniranya n'abakongomani n'ubu zikaba ziyongeza kwiba no kwica. Sinzi ko wewe bikunezereza ibyo zikorera ikiremwamuntu. Burya gutekera Rwigara asinapolo mu mashashi agihumeka cyangwa kwica rubozo Kizito Mihigo n'abandi n'ibyishimo kuri wewe?
Général Alain Guillaume Bunyoni  ibi nivyo yagirizwa
10:07
Indundi TV
Рет қаралды 23 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 46 МЛН
Man Mocks Wife's Exercise Routine, Faces Embarrassment at Work #shorts
00:32
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 6 МЛН
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 12 МЛН
"Muri politique harimwo uguhemukiranira"
55:55
Indundi TV
Рет қаралды 58 М.
Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.
2:54
MU BUFARANSA FELIX TSHISEKEDI YIGARAGAMBIJE IMBERE YA MACRON!
13:29
CONNECTION TV
Рет қаралды 29 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 46 МЛН