Derrick Don Divin......Bernard Gakwaya murasa peee Naramubona kuri RTNB yaririmba atwenga cane shaaa.
@buregeya3 жыл бұрын
Derrick, I love your songs. I live yihe simplicity, your hearth, yihe voice, your good vibes. Komeza ujye mbere, you will certainly go far 🙏🏾👍🏾👌🏾
@mugishamariam3 жыл бұрын
Assalam alaykum ... Uransubije kureeeee.. Kera abantu bakiririmba babanje gusesengura amagambo y'indirimbo, studio yari imwe gusa ya RTNB, indirimbo z'amahanga zazaga 2 mu ndwi(cyumweru) , "star parade na au delà du son" Mu bahanzi bake nkunda, ndagushizemwo, iruhande ya Gakwaya Bernard.
@DerrickDonDivin3 жыл бұрын
Murakoze cyane!!
@user-uf2du3zr4k6 ай бұрын
Waouh, uyo mwana ndamuzi nabavyeyi biwe ndabazi, kabisa.icimpa nkamenya ko bakiriho Bose . Baba mubukeye I muramvya .
@francoisenshimirimana14263 жыл бұрын
Komereza impano mwa🇧🇮na🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@machairadukunda65753 жыл бұрын
Waouh Gakwaya Bernard 🇧🇮 😍🥰🥰🥰 courage vrt urafise Talent 👌
@franciscafrancoise14263 жыл бұрын
Oooh ndabuze icomvuga umwana w,uburundi🇧🇮 🙏🙏😍hi
@fisidesire6 күн бұрын
We like his voice and his guitar touch well done bro.
I would advise you to make your own songs since your a good guitarplayer....or aho bikunaniye ntugakore video y'indirimbo z'abandi kuko jye mbona ari umwanda kbsa!
@rukoranyangabo9128 Жыл бұрын
More than enough....it is so wow....
@user-ej4is4ef8f6 ай бұрын
Uririmba neza cyane peeeeeeeee pap
@davidmudagu8249 ай бұрын
Ikibabaje ni uko ufite ijwi ryiza nturikoreshe uhimba izawe nyinshi. Ushobora kuzaba umunebwe
@christianninteretse60463 жыл бұрын
Ako ka version nama ndakumviriza karampimbara cane!!!