Imisi aze uri 1er ministre igihugu cause ikuzimu nkuko vyamye depuis 2005 abahutu mwaravumwe définitivement genda
@alvellaniyonzima4046 Жыл бұрын
None kuki batavuzeko ushwagara atayihari bakadutangisha amahera ya advance
@fundi_feli6299 Жыл бұрын
Mwee mwandika ivyo mutazi umuyobozi wa FOMI nuyo??
@kingdomwatchmanministries2230 Жыл бұрын
Za murabahasha abo basuma. Ubundi, hanze mu bindi bihugu, aba chefs nibo biruka in order to meet the required targets. Ariko iwacu, umu chef nukugara gusa. Mubahembe menshi ariko bayaruke badashikanye ivyo basabwa. Ico nico conyene kizokiza igihugu. Bamenyeko bakorera Abenegihugu aho kwama mu kabare.
@nzoyiheradonatien5451 Жыл бұрын
Komera mutama ndirakobuca urumugabo,
@SamuelJordan-fw4yy Жыл бұрын
Yirukanwe kukazi ntacarigufasha a Abarundi
@juvenalhavyarimana1418 Жыл бұрын
Usine nk'irya FOMI, ntiba ibuze groupe electrogène, ikora mu gihe electricité icitse, cnk habaye panne, ivyo biva mw itunganywa ritizwe neza ry'ama entreprise. Le DG n'avait pas raison kko FOMI iradandaza, pas besoin yo kuruhisha aba clients.
Noe mutoza amahera atamwavu mufise avasi zihera iwanyu ayo madorare umurundi ntayo tuba dukeye kunva nukuzana umwavu ntakindi kuko mukwaka avasi murazinduka ntimucerwa
@Coca-Cola2244 Жыл бұрын
Mbe Ndakugarika yibaza ko twese turi imihimbiri y' ibijuuju karande vyabahutu ? Uratorooga ugatumbagana ukigira ihirangaza ngo bagire ngo waje gutira solution ? Watumyeko TV yabaja bawe tu es le seul à poser les questions comme en armée.. Niyihe ministère ikora normalement ?
@chapuztv3040 Жыл бұрын
Ndakukunze
@Coca-Cola2244 Жыл бұрын
Uwivye 54milliards ya barrage mwamugiz iki ? Ibigega vya leta birigwa baraterura urorera ukaziba uje gutontoma nguhende nde ? Umusohoye nk imbwa ngo werekan iki ? Imbécile