Girlfriend: Intahe ya Coco/yamenye se w’umwana wiwe inyuma y’imyaka 14🥹/Aba Pasteurs abahaye ukuri

  Рет қаралды 11,552

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 45
@Ibiyago250
@Ibiyago250 22 күн бұрын
Uyu mu mama afise ubumuntu burengeje kweli💐💐 umugabo azokuronka azob atomboye
@Akamkam-i4b
@Akamkam-i4b Ай бұрын
Karibu sha coco muri grace room uzohakura amahoro numugishaa
@alinebukuru5879
@alinebukuru5879 26 күн бұрын
Yesu aguhezagire cane uri n’ingabire yukuremesha😘🥰
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Ай бұрын
Sha ndaryohewe vrt ya emission wigera gukorer ngaha Yarishuwe🎉🎉🎉
@FleurineSibomana
@FleurineSibomana Ай бұрын
Merci bcp coco kubwikiganiro ham uwogukenera yokuronka hehe kugira utuyagishe ndumva impanuro zawe arisaw kndi nubuzima ducamwo merci bcp pour l'émission
@ChanelleIrakoze-n7x
@ChanelleIrakoze-n7x Ай бұрын
Jew iyi émission. Ninziza cane kuko coco areretse abandi bagore kub honnête je ndamukunze kandi imana izokugeza Kure nahuvuga ww urasenga kuko ukuntu wishurwa nuko imana ibayabony umutima uri mbere yayo God bless you
@Hi5392
@Hi5392 Ай бұрын
😍ufise akana keza.... nukuri Imana ishimwe ko yagutabaye ukabona adn yumuhungu wawe🥳🥳
@divineniyubuntu
@divineniyubuntu 28 күн бұрын
Coco Imana iguhezagire cane kl
@nanananette031
@nanananette031 29 күн бұрын
Wow wow wow ❤
@urlichdylan5763
@urlichdylan5763 Ай бұрын
J'aime ta façon Ur honnête Sana uhezagirwe cane ✌️ Coco Hosy big Up On your self
@OrnellaIzere-w7r
@OrnellaIzere-w7r Ай бұрын
Oooh biraryoshe ko yamenye papa w'umwana namuheruka mukiganiro ngaho nyene arira yoooo Imana ishimwe
@nadgashi7827
@nadgashi7827 Ай бұрын
Bien dit! Bless her
@Akamkam-i4b
@Akamkam-i4b Ай бұрын
Imana iragukunda kandi izokugirira neza
@Belyse-lo4pp
@Belyse-lo4pp Ай бұрын
Coco ndaryohewe cane kumbona umuhungu wawe yamenye papa wiwe nukuri .nukubona umukobwa wawe muri kumwe nivyigiciro kinini.Imana ishimwe cane
@akimanaemmanuella
@akimanaemmanuella Ай бұрын
Dieu merci ndaryohew kubwa coco.Hosy courage kuza uraganirira uwariwe Wes Ari mubibazo
@giramahorocynthia1358
@giramahorocynthia1358 Ай бұрын
Kand uvuze ukuri,, ncuti,Imana igufash muntambuko❤️❣️mumisi uzokomere
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Ай бұрын
bien dit madam coco,rek dushimir Imana kuba yakwishuy ku bibazo war waje ufise kur tv
@TUYISABEGloria
@TUYISABEGloria Ай бұрын
Imana izokugirira neza coco hama ntuzoreke gusenga uzogede usenge kuko uririre imana yawe umu pastor numuntu nkawe so don’t give up ❤🎉
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Ай бұрын
Coco ndamukunze caanee,iyo wahuye n ibikomeye bituma ukomeza abandi 🎉🎉🎉
@alicedorianetuyishemeze2938
@alicedorianetuyishemeze2938 Ай бұрын
Uyu coco numuntu yera mumutima! Yaraguye muvyaha muga de nature numuntu mwiza cane ! Imana yanka ivyaha vyacu muga ntiyanka twebwe abanyavyaha
@IradukundaMarieceleste-bo6ok
@IradukundaMarieceleste-bo6ok 29 күн бұрын
Nivyo kbsaa coco ndamuziii caneee twarabanye igihe kinini mu rugo numuntuuu mwizaaaa caaaane kndi akundaaana caaane Imana imukomeze kndi ibandanye imuha umugisha
@brucejay5657
@brucejay5657 Ай бұрын
❤ Ndaryohewe cane Imana ingiraneza🎉
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Ай бұрын
😂😂 ngaha baba pasteur hageze aho babwigwa ubutumwa nabo bita abanyamahanga. Komeza maman volume duza
@Cloudine-w6v
@Cloudine-w6v Ай бұрын
Coco nukuri courage bibaho ndafise umuntu nabwiye ave mwabobatama bamuhavyose arumwana aranku kumva non naw namubiye akurikirana ikiganiro caw.
@FabriceHAKIZIMANA-h2z
@FabriceHAKIZIMANA-h2z Ай бұрын
Uri twari madame imana iguhe kugira inguvu gusumba izo ukize beshi mugihugu
@nadgashi7827
@nadgashi7827 Ай бұрын
Brave femme 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿
@NdayikengurukiyeKenny-i9m
@NdayikengurukiyeKenny-i9m Ай бұрын
Coco felicitation my sister uvuzu ukuri
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Ай бұрын
Kubera iki mwerekana face y ‘umwana ? Mube professional
@giramahorocynthia1358
@giramahorocynthia1358 Ай бұрын
Ooh,coco😘😘
@gloriosenirutanya2852
@gloriosenirutanya2852 Ай бұрын
Coco respect urintwarikazi
@NiyonkuruClaudine-q5s
@NiyonkuruClaudine-q5s 29 күн бұрын
lmana ninziza
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg Ай бұрын
Aaapooo saaasaaa.ADN
@Belyse-lo4pp
@Belyse-lo4pp Ай бұрын
Ndashimiye cane Hosy yemeye ukaza ukaririra kuri TV yiwe Azé yamane uwo mutima wubu vyeyi.Imana ibahezagire cane ❤❤❤❤
@KercyIteka-qt2qm
@KercyIteka-qt2qm Ай бұрын
🎉🎉🎉
@ElianeAkimana-sz9gk
@ElianeAkimana-sz9gk Ай бұрын
Ok
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Ай бұрын
😂😂😂Ati sinzi mpamvu bugurura ubusengero bwabaye bwinshi😂😂asha Nawe uvuganye uburake Coco baragushavuje abobakizwa.gusa Kristo ashimwe kumuhungu wawe yamenyese.Hosy yubahwe yakira uwariwe wese❤.Ati imihimbiri yose 😂😂😂😂😂akorero Niko kabi😂😂😂😂
@divineibonavyose8952
@divineibonavyose8952 Ай бұрын
Vyizaaa❤❤
@OdetteINARUKUNDO
@OdetteINARUKUNDO Ай бұрын
Hosy mrc kutuzanir ibiganiro nkibi🎉
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Za mugir ubweng kare
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@BenjaminNdayizeye-dt1hj
@BenjaminNdayizeye-dt1hj Ай бұрын
Ihangane coco wahuye nabakizwa bataribo humura hariho aba vrai
@FleurineSibomana
@FleurineSibomana Ай бұрын
Merci bcp coco kubwikiganiro ham uwogukenera yokuronka hehe kugira utuyagishe ndumva impanuro zawe arisaw kndi nubuzima ducamwo merci bcp pour l'émission
@PayelleClairetteINEZA
@PayelleClairetteINEZA Ай бұрын
❤❤❤
@FleurineSibomana
@FleurineSibomana Ай бұрын
Merci bcp coco kubwikiganiro ham uwogukenera yokuronka hehe kugira utuyagishe ndumva impanuro zawe arisaw kndi nubuzima ducamwo merci bcp pour l'émission
@FleurineSibomana
@FleurineSibomana Ай бұрын
Merci bcp coco kubwikiganiro ham uwogukenera yokuronka hehe kugira utuyagishe ndumva impanuro zawe arisaw kndi nubuzima ducamwo merci bcp pour l'émission
УДИВИЛ ВСЕХ СВОИМ УХОДОМ!😳 #shorts
00:49
HARD_MMA
Рет қаралды 4,5 МЛН
Увеличили моцареллу для @Lorenzo.bagnati
00:48
Кушать Хочу
Рет қаралды 8 МЛН
Accompanying my daughter to practice dance is so annoying #funny #cute#comedy
00:17
Funny daughter's daily life
Рет қаралды 22 МЛН
Turn Off the Vacum And Sit Back and Laugh 🤣
00:34
SKITSFUL
Рет қаралды 7 МЛН
INGARUKA SERIES S8 EP 14  Karabaye noneho ahubwo tabara.
25:12
PAPA SAVA EP1154:GUPFA UHAGAZE NI UKU!ByNIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
26:14
#KuKAYI: Umukenyezi arashobora gusabira umugeni umwana wiwe muri dot?
28:21
УДИВИЛ ВСЕХ СВОИМ УХОДОМ!😳 #shorts
00:49
HARD_MMA
Рет қаралды 4,5 МЛН