INGARUKA Series s1 ep 11 Indoto za Filn ziraheze, ahinduye izina, Kigeme aratsinze kubwa kirezi.

  Рет қаралды 167,608

GN FILMS

GN FILMS

Күн бұрын

Пікірлер: 521
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 Жыл бұрын
Ibanga ni ryarindi kuyikwiragiza hose .ha incuti nabagenzi❤❤❤❤
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Na canecane
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Жыл бұрын
Mwahinduye ubu ni jeudi??Mardi narsyihize ndayibura,ariko courage ibikorwa ni vyiza film burundi ❤❤❤
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 Жыл бұрын
Biraryoshe kwel ngo tangura kwitwara nku Mwami vyiza cane pe ndagushigikiye wamaze kubihabwa munzozi nukonyene Imana ivuga gir'umugisha ncuti
@anithatuyisabe4805
@anithatuyisabe4805 Жыл бұрын
Waaaaoooo ndaryohewe cane kobkigeme abaye umwamikazi
@medybayemere
@medybayemere Жыл бұрын
Imana nta nzigo finlin abaye king sabbas kigeme nawe ubukene bamuvugako bumuvuyeko abaye umwamikazi shaa ingaruka serie yubahweee
@alreemalialyami51
@alreemalialyami51 Жыл бұрын
Wooooow abakunzi bingaruka série twahageze muzane izo like dutwike twimanukira❤️❤️❤️❤️
@elijahragisjean3131
@elijahragisjean3131 Жыл бұрын
Kabisa. Namajambo yubwenge meza Abarundi nabarundikazi ahoturi dushime Imana yaduhaye uburundi bwiza ❤❤ .ndabakunda bene data
@Irarishikijearuphosin-pt1wj
@Irarishikijearuphosin-pt1wj Жыл бұрын
Kirezi kuva kera urumunyabwenge❣️❣️❣️❣️
@solangeniyonsaba4331
@solangeniyonsaba4331 Жыл бұрын
Sabass ndagukunda indirimbo film zawe zose birigisha kweri
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq Жыл бұрын
Ndabakunda mweseee nukuri murarenze
@misagogoreth-lp9rk
@misagogoreth-lp9rk Жыл бұрын
Mbay uwnyum tuuu😂😂ariko abanz inyum 👍👈akokant mukamp dushigigikir ingaruka serie,bash turabakunda cane mubikora nez cn❤❤
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Жыл бұрын
Manaaweee king sabbas kumbe indoto zawe zirakaze humur vuba uratabarwa muntu Wnj finlin
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Iyokanzu ya kigeme ndayishaka vuga kndi sindiko ndafyina❤❤❤❤
@elvisnjeneza4307
@elvisnjeneza4307 Жыл бұрын
Waaaa film yubwenge kwel komera bagenzi uhoraho abajimbere
@NonoNono-px2nx
@NonoNono-px2nx 9 ай бұрын
Biraryosh caaane.terintambw sabbas imana yivange mwuyumwuga waw maze ize igushikane kure.ubere ijisho abandi
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
King sabass felicitations vyukuri uteguraneza film zawe wubahwe courage ndabakunda mukomere 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✍👌🤝👍🙏
@IrakozeAnitha-bp5ir
@IrakozeAnitha-bp5ir Жыл бұрын
Nihotwiberey abakunzi bingaruk nda❤❤❤
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Жыл бұрын
Mbega indoto wew ndende ga yemwe knd nziza finl imbere niheza abakunzi ba series ingaruka tumenyane ❤❤❤
@elianenkurunziza7760
@elianenkurunziza7760 Жыл бұрын
Ndaryohewe wateguy neza film
@akezakimana6985
@akezakimana6985 Жыл бұрын
Mbega indoto weeeee umengo ntizoher kabisa abo kwa musera ndabatahije kwel ayo mubony siyo so kigeme niwe nyen aberewe kub umwamikazi hejuru can nih ndabipfurij gn
@gasengayiresophia-jv6cb
@gasengayiresophia-jv6cb Жыл бұрын
Waaaaah kigeme insinzi niyawe,Burundi hejuru.
@paterneKubwayo
@paterneKubwayo 11 ай бұрын
Wauuh ni film nziza can so courage murashoboye film ndundi🇧🇮kurundi rwego rwiza can king ❤❤
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Жыл бұрын
Wawooo abatanguye mwaryohewe nkanje tumenyane
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 Жыл бұрын
Love from mr sammycomedien comedien
@estellanihorimbere10
@estellanihorimbere10 11 ай бұрын
Ndayiravye ntevye ariko Sabas Imana Ikwagurire kurushaho iranyigishije cane Imana ntiyihanganira umwiyorobetsi ukuri kuzotugira abidegemvya 🎉🎉 Imana numuvyeyiii numva novuga menshi ❤❤❤❤
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y Жыл бұрын
N'ukuri ndabakeje cane sabas nabo murikumwe muyerimbere nkumuzinga Imana ikomeze kubongereza ubumenyi👌👌❤❤❤❤
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Hemwe nuguruy youtube nca nsanga ingaruka yasesetse ntavyo nari niteze pe ingaruka hejuru cane my favorite movie gusa murab muhindure twar tuyimenyerey mardi urazi k nagumy nayakanuy nkahebura!
@Charmase23
@Charmase23 Жыл бұрын
Courage team yose, gusa mubuhinga bw'ivyuma bagerageze gukosora harumvikanamwo umuyaga
@adelphineininahazwe9614
@adelphineininahazwe9614 Жыл бұрын
Imana ihabwicubahiro ndabakunda mwese mimy nawe ndagukunda sibanga witiranawa numwana wanje❤❤❤
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl Жыл бұрын
Imana ikora nk,imn nyene ntazigo ntiraba nkuzi
@EvelyneInamahoro-j1h
@EvelyneInamahoro-j1h Жыл бұрын
Ndabakunda cane mwambaye neza cane muraberewe mukina neza atabushira soni mushiramwo mwubahwe❤❤❤❤❤❤❤
@jousleen764
@jousleen764 Жыл бұрын
Mbegindoto nziza courage ndabikundira sana
@marynshimirimana2455
@marynshimirimana2455 Жыл бұрын
Mbega indoto disiii
@ZirajeSerugo-o5h
@ZirajeSerugo-o5h Жыл бұрын
Uzava munzozi ryari konkeneyeko bibukuri❤️❤️
@BelyseNiyomwungere-tx3tx
@BelyseNiyomwungere-tx3tx Ай бұрын
Ingaruka hejuru cane
@mireilleininahazwe961
@mireilleininahazwe961 Жыл бұрын
Mwubahwe Can iyi ninyigisho ikomeye
@ChantalNiyonzima
@ChantalNiyonzima Жыл бұрын
Hahahahah yemwe imana ibongere intege mbmwubahwe mudukoreye ibint bizima natw turabakund kand turabashigikir
@evelynemanirakiza400
@evelynemanirakiza400 Жыл бұрын
King sabass turagukunda cane komeza
@EgideNizigiyimana-td2gu
@EgideNizigiyimana-td2gu Жыл бұрын
King sabass umwami Sabass INGARUKA j ngum numv ndayikunze cn
@FeliciteKigeme-zo1pq
@FeliciteKigeme-zo1pq Жыл бұрын
Izo ndoto kwl hhhhhhh mukomerezaho iraryosh caaan
@nshimirimanajeanclaudesavio
@nshimirimanajeanclaudesavio Жыл бұрын
Mwubahwe can,muduhay igikorwa citeka kk biraboneka k mwacitondeye, Iman ibandanye ibampezagirira
@belissenindereye4074
@belissenindereye4074 Жыл бұрын
Mbega indoto nziza weeee
@carineiradukunda8124
@carineiradukunda8124 Жыл бұрын
Courage cn twari tuyikumbuye
@benerose
@benerose Жыл бұрын
Courage ndanezerejw nuwomukobwa ukuntu azi ikirundi akoreshej ijambo ry' Imana 🥳🥳🥳 mukomere reka turindir Ubuzima 💃💃💃
@patriceharerimana2120
@patriceharerimana2120 Жыл бұрын
Film nziza caaaane mwubahwe kuko mutanga inyisho zitunyura turaba❤❤❤❤
@NIYONSENGA_Levis
@NIYONSENGA_Levis Жыл бұрын
Iyi epsod ndatahuye impamvu yari yatevye kubonaka kwl Nikugira ize iryoshe cane kurusha izindi zatanguye Imana ibahe ubumenyi bukwiye mukomeze kubiryosha kandi bikomeza kutwigisha
@tumainipandaleo875
@tumainipandaleo875 Жыл бұрын
Munyana iyo niyo ngaruka yoguta umwana King sabbas
@martak1511
@martak1511 Жыл бұрын
Yooo!ndabakuuunze bitagira ingero. Imana ibahezagire
@espoirmuyabaga4784
@espoirmuyabaga4784 Жыл бұрын
Kingi sabbas umwami Aho nimundoto mutunyarukiriza iyikurikira
@elijahragisjean3131
@elijahragisjean3131 Жыл бұрын
Mwambaye imyambaro myiza cane❤
@KayitesiNazifa-vj2qf
@KayitesiNazifa-vj2qf Жыл бұрын
Ndabuze iconvuga nicondeka umwami sabas imana igushikane kure cane
@emanuelngaboziza871
@emanuelngaboziza871 Жыл бұрын
Ese koko komutatubwiye icyatumye mutinda
@esperancenshimirimana8321
@esperancenshimirimana8321 Жыл бұрын
King sabbas courage cane ugezweho
@hgchdhkkn7822
@hgchdhkkn7822 Жыл бұрын
turakeneye impamo yizo ndoto😊
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 Жыл бұрын
Sabasi Imana ibahezagire kubikora neza numva noguma ndayireba iraryoshe peee courage murakoze❤❤❤❤❤❤
@EdouardNiyonzima-u6t
@EdouardNiyonzima-u6t Жыл бұрын
Ingaruka ndabakundacane narindanabakumbuye
@IrakozeEsperance-qt7lv
@IrakozeEsperance-qt7lv Жыл бұрын
Murategura kbsa Iman ikomez ibongererz ubwenge
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 Жыл бұрын
Gahimbare afise akajwi keza👏aririmba neza,arik sh Alice uko niko bitaba fone irimwo écouteurs??hhhhhh utanifezelesha
@gracianakintije88
@gracianakintije88 Жыл бұрын
Nakabaho,iyi episode iraryohey vyukur,Sabbas courage tubakurikiran 5/5
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Abari bakukumbuye Ingaruka Séries nkanje mundemere ama like🔥🔥🔥
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
Film niyi atari bimw vya Abel vyogutanga ama tire-langue mubitanda nabagore atarirwiw Ingaruka hejuru 🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥❤️❤️
@belyseirankunda3617
@belyseirankunda3617 Жыл бұрын
Uranyeguye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 gus arakunda gukinira mugitanda si ibanga
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 Жыл бұрын
@@belyseirankunda3617 jew navuzukuri kl Abel atihanye nijuru rya Elia ntazorihonyoramwo
@juvaisntwari
@juvaisntwari Жыл бұрын
Ingaruka hejuru caane ndakeje kigeme abo tuvyumva kumwe bampe like duhite twimanukira
@alinebigirimana615
@alinebigirimana615 Жыл бұрын
King sabass imaniguhe kugera kure mwandits numurir
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Жыл бұрын
Uyumusi nacerewe ariko ndimubandi king sabbas na team ndabakunda ❤courage Uhoraho agukomeze urumugish🎉
@donbigirimana7239
@donbigirimana7239 Жыл бұрын
Imana nyene amahoro ihezagire U Burundi hhhh Ingabire yitezwe kwimikwa siyo yimitswe hhhhhh amahitamo ya King Sabbas oyeeeeee
@yvonnenimpaye3604
@yvonnenimpaye3604 Жыл бұрын
Mukinanezacanemwubahwe ahomurihosep
@LovechannellaNishimwe-td3ye
@LovechannellaNishimwe-td3ye Жыл бұрын
King sabbas ❤️ ubikor nez cn 💝🥰
@sosomh5430
@sosomh5430 Жыл бұрын
Ingaruka series iraryoshe cane vrema
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh Жыл бұрын
INGARUKA series hejuru cane ndi murukundo nayo❤️❤️❤️❤️ love from mimi🇧🇮🇴🇲💃💃💃🔥🔥🔥
@فرنسينا
@فرنسينا Жыл бұрын
Ego indoto nziza uzibere maso lman ntibesha none kowiyibagiza ntiwasomye ko dawidi yarumwungere mukomere❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@hgchdhkkn7822
@hgchdhkkn7822 Жыл бұрын
izi ndoto numuriro courage bantu banje king sabass bros wanje courage
@NellyCynthia-km4he
@NellyCynthia-km4he Жыл бұрын
From burundi 🇧🇮 sabbas urimo ubikora neza flm irarenze nukur knd Imana iguhe umugisha iyo scene yo mubwami wakoze consomation nyinsh I'm un India 🇮🇳 ndabakunda cane
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Жыл бұрын
Ino film irateguye vrt courage team sabbas ndabakunda cane mubandanye kuturyohera
@NiyonzimaDonate-zg4jg
@NiyonzimaDonate-zg4jg Жыл бұрын
Imana ikora nk'lmana nyene
@cleophasouma4173
@cleophasouma4173 Жыл бұрын
Imana ugume. Ibahezagira
@AriellaNdayishimiye
@AriellaNdayishimiye 3 ай бұрын
Imana ikura kucavu king Sabas abaye umwami yarumushumba
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Жыл бұрын
Nahonacerew ntaco hing ntoragateb mbendaterama abakunz b'ingaruka tumenyan 💪💪💪
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 Жыл бұрын
Nukuri vyanse ko ryama ntayiravye irarenze iyindoto ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@AsianaRukundo-fs6eq
@AsianaRukundo-fs6eq Жыл бұрын
Ingaruka hejuru cane ndagukunda cane indoto izobingiro
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Жыл бұрын
Hary uvuga ntub urabona kwer, 🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡
@EvelyneHabumukiza
@EvelyneHabumukiza Жыл бұрын
Ego kabsa ntuburabona ahanaje nabuziryomvug
@tharcillakwizera6712
@tharcillakwizera6712 Жыл бұрын
Muryohereje umusi pe❤❤❤
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 Жыл бұрын
King Sabbas🥰🥰🥰🥰impundu ku Mana💃💃💃💃💃💃bigira bigende neeeeezaaaaaaaa🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱
@MpawenimanaAline-gi1nd
@MpawenimanaAline-gi1nd Жыл бұрын
Mbega film nziza Imana ibaj imbere
@SandrineIgiraneza-v7q
@SandrineIgiraneza-v7q Жыл бұрын
Brahimbay cn abant bat aban murabnak atar vyz wiyemej kuvyra mutung namaraso yaw abaraho bkoz iciz❤❤
@MisagoGodeliva
@MisagoGodeliva 14 күн бұрын
Sabass eg vraim hab indirimbo zirigisha hab karashika zirigisha kwl kbx
@richardmpawenayo302
@richardmpawenayo302 Жыл бұрын
Lusaka Zambia 🇿🇲 turabakwirikirana King Sabbas 🇧🇮🙏mubikoraneza fro Makamba
@CaravelSabimana
@CaravelSabimana Ай бұрын
Nukuri twarashimye cane mwaratwigishije nimpanuro nyishinyishi mubeho mwubahwe turabashigikiy cne
@belysehategekimana6216
@belysehategekimana6216 Жыл бұрын
Ndabakunz ntaranayihez Iman ikora nk Imana nyene courage sabass❤
@solangeniyonsaba4331
@solangeniyonsaba4331 Жыл бұрын
Sabbas Imana iragukunda uzoba umwami njye ndabibona
@ruthebenezernduhirukuri3102
@ruthebenezernduhirukuri3102 Жыл бұрын
Hummm, ariko yemwe nyumvira Samy asigay asigatura ubutumwa😅Ababona yuko Samy yabaye Pasteur ninde?😊ampe like 👍
@SandrineTuyisenge-pi1hv
@SandrineTuyisenge-pi1hv 4 ай бұрын
❤❤
@juvenalmanirakiza9042
@juvenalmanirakiza9042 Жыл бұрын
Wambere mumpunde twatuntu😂😂😂😂😂❤❤❤❤
@hgchdhkkn7822
@hgchdhkkn7822 Жыл бұрын
ubwo nacerewe abakuzi bigaruka serie tumenyane natwatuntu❤❤❤❤
@mariamundayisenga4050
@mariamundayisenga4050 Жыл бұрын
Izondoto kozari zikaze cane ❤❤😢😢😢😢 mana we indoto zizobimpamo😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
@SggzgxgSggzgx-dd5uf Жыл бұрын
Nimureke Imana yitwe Imana indoto ziba impamo murakunzwe❤❤❤❤
@amnaamna1335
@amnaamna1335 Жыл бұрын
Nukuri murashoboye 👌👌👌👌👌👌👌💋💋💋💋💋💋💋💋💋💋💋💋💋
@naomiehakizimana5000
@naomiehakizimana5000 Жыл бұрын
King sabass hejuru ariko kirezi ngukund birenz na kigeme ibintu vyaw ubikora polapola mwubahwe
@nsengiyumvaegide4726
@nsengiyumvaegide4726 Жыл бұрын
10 ndayihejj imutima ugir ucemwo narinzi kombna kigem iciy ihera
@tuyisengechantal6710
@tuyisengechantal6710 Жыл бұрын
Indoto ziwe zari zinyoshe
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 ай бұрын
Voila le model sabbass! Et no model CNDDFDD. Ago igenda igakoranya abantu biyereka is I NGO bakunda IMANA kandi bakorera satani. Sabbass asengera IMANA yiwe kukirimba adatumiye isinzi ryabantu
@PrimeNdayikeza
@PrimeNdayikeza 10 ай бұрын
Wawooooo Long Sebass Rambaud Vrmnt Urandyohey Kbx
@jeannette8018
@jeannette8018 Жыл бұрын
Harahiye koko kbx
@ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn
@ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn Жыл бұрын
King sabbas ❤❤❤ ukora neza
I Turned My Mom into Anxiety Mode! 😆💥 #prank #familyfun #funny
00:32
Players vs Pitch 🤯
00:26
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 90 МЛН
How Strong is Tin Foil? 💪
00:25
Brianna
Рет қаралды 64 МЛН
AMOURS BRISÉES   Saison 1- Episode 14
36:48
Yesdakar
Рет қаралды 283 М.
Indirimbo zose za King James-Full playlist of King James
3:30:45
Jacky TV Show
Рет қаралды 77 М.
INGARUKA SERIES S8Ep7 Diva arafashwe karabaye.
26:41
GN FILMS
Рет қаралды 41 М.
INKOVU SERIES EP 26:  Mbega Byiza !!! Umwana Wa #fabiola  Arabonetse
1:12:12
BUNDUKI STUDIO EMPIRE
Рет қаралды 74 М.
I Turned My Mom into Anxiety Mode! 😆💥 #prank #familyfun #funny
00:32