Harih abantu bakumbuwe mwiyi series uwobita Soso mwenewabo yvette Noria na mama paster olivier Alice Chris musaz wa Alice Queen Maman Alice Papa Alice Remy Egide ect.... Barakumbuwe pe❤❤❤❤❤❤❤
@NiyimboneraArnold4 күн бұрын
Noria arakulbuwe
@eliphasehakizimana524819 күн бұрын
King thank you ubikora neza yesu akujimberee tur❤❤❤cyanee
Iyo nkur ya sammy irankomeje kuk yerekana ko inzir z'Iman zo gutabar zireng ibihimbi👏👏nukuri iy film twayikuyemw inyigisho nyinsh ni koko ubuzima buguha ico wabubikije👌
@EricNdayisenga-m5u21 күн бұрын
Impanuro nziza cane🎉🎉🎉kuba kristo.may God of heaven bless you🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@audacie841320 күн бұрын
Ingaruka akanovera kaguma kiyongera❤❤❤❤
@anesieniyikiza501320 күн бұрын
Mbenginkuru nziza weee Mr.Sammy ayingarutsemwo weeee, reka Imana yitwimana kabisa.❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@NeemaWazir19 күн бұрын
Kingi ndanezerew cn kuba waramuharie sam amahor numunezer ab muvyany❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@UwanyirigiraJackerina20 күн бұрын
Disi taty araciyumvirako azoba umwamikazi wa king arambabaje nukuru king na diva nimwubake muzabyare hungu na kobwa
Ndaryohegwa cne n, amajambo meza ya king Sabbas aya majombo meza yaherejeko abwira Sammy arampimbaye nari narayasomye muri Bible kenshi arko ambereye mashasha kl Yesu ampezagirire King Sabbas vraiment guko iyi filme azosubizamwo intege abatari bake
@AngeMarieNDAYIZEYE-l7b21 күн бұрын
Taty ngumwamikazi wa Sabbas ndagutwenze🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@عائشة-ذ9م20 күн бұрын
Courage ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
@NaomeIrakozenaome18 күн бұрын
Ndabakunda cane ❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@NimpayeInnocent-q6m20 күн бұрын
Basha noria arihe kwel??turamukumbuye muri filme iyi filme sinipfuza KO yoheraaaaaa iguma iryohaaa❤❤❤❤❤❤❤
@EstherMukeshimana-fk6ou21 күн бұрын
Sami wirira ndabakunda cyaneeeee
@WillardGerard20 күн бұрын
🎉🎉🎉❤❤ courage
@uzayisengafabienne941921 күн бұрын
Nkunda ukuntu mushyiramo ijambo ry'Imana King sabas &Diva I love you so much ❤❤❤
@VianneIrankunda-p2y21 күн бұрын
Courage mubikora nez cn muratwigisha tukanyurwa
@KayitesiJoselyne-k5u21 күн бұрын
Waooo murakoze cane mushishikare guterimbere muraduhimbara can turabakunda❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏