KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
GUTEKA ISOMBE ZIRYOSHYE // MENYA IBANGA KUGIRANGO ZIMERE NKIZO MU ISEKURU/ RWANDAN FOOD
19:43
IBINTU(6)BIRINDA IMYANYA YAWE YIBANGA IBIBAZO BIGUTERA KUTARYOHERWA,KUBURA AMAZI INFECTIONS NIBINDI
21:31
This mother's baby is too unreliable.
00:13
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
00:36
guteka isombe muburyo bworoshye cyane kd igashya vuba kandi neza
Рет қаралды 31,983
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 131 М.
umurimbo tv
Күн бұрын
Пікірлер: 47
@loulouInga
Ай бұрын
Urakoze cyane ubu bulyo bulihuse koko, sinali mbuzi ngiye guhindura!
@MINOUCHEMIREILLE
7 ай бұрын
Maman Sauda Birasukuye Peeeee,,,,, Twebwee Abantu bi Burundi tuzi Guteka Isombe cyaneeee....😅😅😅.... Maman Sauda uzinibindi ?? Uzi iyo Utekesheje rero Inganzii zisekuye holalaaa Biraryoha cyane kuko Ingazi zivamo Amamesa Naturel ...... Gyewe rero amamesa ndabanza nkayacanira gatoya ngo avemo Ububisiii ngatereramo ka Gitungurusumu gahumuza..... BIRASA NEZA CYANE MURYOHERWE CYANE 🙏🙏🙏
@NdayisabaeEliane-zg9yk
Жыл бұрын
Murakoze kutwigisha guteka ubwoko bwimfungurwa zitandukanye
@KabanyanaChantal
6 ай бұрын
Ndagufana rwose
@pelagiemukapelagie1087
Жыл бұрын
Yes sauda mwizaa💪
@kalisaeu68
Жыл бұрын
Narazitetse nirya iminwa kbs thanks
@hamidaabdallah1327
2 жыл бұрын
Murakoze cyane we kararyoshe peeee
@tuyishimetusing-zq4iq
10 ай бұрын
Ko bavuga ko isombe batayipfundikira ko woe wayepfundikiye
@hagenaguitar9013
3 жыл бұрын
Yoooo ndabimenye pe! Murakoze cyane Imana ibagure
@Kayirebe
6 ай бұрын
Wakaranze isombe mbisi mu buto , wongeyemo amamesa, ushyizemo ubunyobwa nabwo bwigiria amavuta ahaaa amavuta ndumva abaye menshi nukuri.
@MukamusoniJanette-ng8hj
8 ай бұрын
Uwashyiramo soya se hari kibazo?
@kampimbarefidesfides2400
2 жыл бұрын
Maman mwiza utwigisha neza ariko urarondogora amagambo yaw ni menshi haruwo bituma umuntu yarambirwa bituma vidéo iba ndende
@rosemuhongerwa5134
Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@habaruremavincent-w4v
9 ай бұрын
Kuki utatekesheje amavuta yubwoko bumwe?
@ngendahimanasylvie329
2 жыл бұрын
Ntanubwo bikomeye rwose kubiteka biroroshye
@Mwumathieu8796
2 жыл бұрын
Isombe dukunda kuzitekesha amamesa ,ntiziryoha kumwe?
@celesinndayongeje9007
Жыл бұрын
None iyo sombre urayikanyura kwiba isanzwe irimwo amazi ikindi naco kwibi mubivuga muteka kuri gaze none kumakara bimara umwanya ungana gut?
@lujainoo7653
3 жыл бұрын
Nukuri ndabibonye
@nijimberelety3421
3 жыл бұрын
Urakoze maman sauda isombe zirasa ko ziryoshe nanje nzaziteka ejo ukonyene numve ko zizaryoha
@luciemihasha1767
3 жыл бұрын
Murakoze caaaane
@primitivedusengimana47
2 жыл бұрын
Wao unomusi ndaziteka
@Kayirebe
6 ай бұрын
Gusa ziraryoshye turyoherwe
@evelynesimbagoye655
3 жыл бұрын
nanje nkunda isombe itarimwo inyama canke indagara canke imikeke kuziteka uko ni bon
@clementinekaranga3416
Жыл бұрын
Iyi Sombe uwayimpaweeee 😢😢😢
@evelynesimbagoye655
3 жыл бұрын
kuberiki wazikarangishije amakoto ukazirangisha amamesa?
@umutonijolie2240
3 жыл бұрын
Biraryoshye😋
@furahaigihozo2175
3 жыл бұрын
👍
@evelynesimbagoye655
3 жыл бұрын
kumengo amazi yabaye meshi?
@lydianiyonsaba4724
3 жыл бұрын
Zutubwira ibitungu uba wakoresheje uko bingana
@claireniyompamvu5420
2 жыл бұрын
M6 mama
@Mwumathieu8796
2 жыл бұрын
Ubinyobwa ,mukirundi ni ibiyoba?
@krc0607
Жыл бұрын
Ego, n’ibiyoba.
@evelynesimbagoye655
3 жыл бұрын
mbe aho ntimota burya bubisi mugihe utayipepuye?
@evelynesimbagoye655
3 жыл бұрын
namahoro!kuberiki mukunda amazi ashushe ?
@Mwumathieu8796
2 жыл бұрын
Murakoze cane.
@isaacntirandekara5315
2 жыл бұрын
Amagamba macye
@hakizamunguemmanuel5779
3 жыл бұрын
😍😋
@furahaigihozo2175
3 жыл бұрын
ubwose ubwo bunyobwa ntibutumye ishirira?
@kamalizajoselyne9387
3 жыл бұрын
Amavuta azakwica Sha,urakoze kabisa
@kamalizajoselyne9387
3 жыл бұрын
Amavuta azakwica Sha,urakoze kabisa
@landryrukemampunzi8982
2 жыл бұрын
Uzige ni gukuba amasafuriya yawe kuko ntasa neza
@chany9950
2 жыл бұрын
Hahahaha uranyishe muko🤣
@michuiradukunda2926
2 жыл бұрын
Egomana
@buteramami3695
2 жыл бұрын
Umushyanuko mucye!.
@michuiradukunda2926
2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ahwiiiiii😅😅😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@TuyizereJanviere-tb9fd
9 ай бұрын
Itogeje ni iyihe se? Ufite ikindi cyakuzanye
@pelagiemukapelagie1087
Жыл бұрын
Yes sauda mwizaa💪
19:43
GUTEKA ISOMBE ZIRYOSHYE // MENYA IBANGA KUGIRANGO ZIMERE NKIZO MU ISEKURU/ RWANDAN FOOD
COOK WITH CLAIRE MBABAZI
Рет қаралды 369 М.
21:31
IBINTU(6)BIRINDA IMYANYA YAWE YIBANGA IBIBAZO BIGUTERA KUTARYOHERWA,KUBURA AMAZI INFECTIONS NIBINDI
umurimbo tv
Рет қаралды 12 М.
00:13
This mother's baby is too unreliable.
FUNNY XIAOTING 666
Рет қаралды 39 МЛН
00:16
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
История одного вокалиста
Рет қаралды 14 МЛН
00:45
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН
00:36
1 сквиш тебе или 2 другому? 😌 #шортс #виола
ВИОЛА 🐰
Рет қаралды 2,4 МЛН
27:21
DORE IBICE UKORAHO KU'MUGABO AKANEZERWA CYANE AKAGUHA BYOSE💌
umurimbo tv
Рет қаралды 120 М.
38:54
Guteka/Niwateka isosi y'irengarenga gutya uzokumirwa kubera kuryoherwa birenze.
Jeanine TV
Рет қаралды 120 М.
5:59
UKO WATEKA ISOMBE ZIRYOSHYE // ZITARIMO INYAMA
SHAMSA FOOD DELICIOUS
Рет қаралды 1,7 М.
21:59
Uburyo bwiza bworoshye watekamo ISOMBE iryoshye irimibirungo bya natural/prepare cassava leaves soup
dianah foodies lifestyle
Рет қаралды 352 М.
1:06:12
Muganga w’inzobere:Impamvu Abagabo bonka amabere y’abagore☺️Ibyago ku bagore banga konsa|Kuri cancer
ROSE TV SHOW
Рет қаралды 277 М.
15:35
impamvu(5) zitera kugira umwuka mubi mugitsina numuti(1) tukazabaha indimiti ubutaha Insh Allah.
umurimbo tv
Рет қаралды 44 М.
23:37
GUTEKA ISOMBE iryoshye irimo ISAMBAZA//niba utarayirya warahombye pe//ibanga ryayo
Rede tv show
Рет қаралды 2,3 М.
20:26
GUTEKA ISOMBE, Reba uko bateka isombe ikaryoha Cyane m'uburyo bwiza bugezweho
DUTEKE BIRYOSHYE
Рет қаралды 6 М.
43:47
guteka ipilau umuceri uryoha bihebuje muburyo bworoshye utekwamo
umurimbo tv
Рет қаралды 336 М.
28:39
NGIZI👉INZARATSI ZIKOMEYE ZIZASAZA UMUGABO AKABA ARIWOWE AGUMANA WENYINE UMUHORA MUMUTIMA.
umurimbo tv
Рет қаралды 3,7 М.
00:13
This mother's baby is too unreliable.
FUNNY XIAOTING 666
Рет қаралды 39 МЛН