Utwaye inda apres un divorce naho, c'est encore pire. Kuko umengo niwe watumy na divorce iba... Bravo pr tn courage Ngabire
@user-un8tz3wn6r5 ай бұрын
Ndabakunda Kandi nifuza kubabona ndumunyarwanda
@godisgoodallthetime4019 Жыл бұрын
Ngabire urandijije cyane ariko uri intwari cyane, uri umukobwa mwiza. Imana iguhe umugisha
@floridegahimbare3275 Жыл бұрын
Tu es forte Ngabire .Imana yarakubaye hafi iragahimbazwa.hama no muri eglise catholique ntibaguca nabo baraguherekeza murugendo bivanye nindinganizo ya eglise,mbere ukurikiye inyigisho nuko amasabamana abivuga,umwana araheza akanakirwa akanabatizwa
@ngabire3 Жыл бұрын
Waaouuw biraryoshe kwumva ko umuntu aguye mu vyago aho guhambwa ikuzimu bamufata ukuboko bakamuvyura, gutyo ubuzima ntibuhagarare ahubwo bukabandanya
@faveur710 Жыл бұрын
Ooh Mon Dieu INGABIRE Iyo histoire yawe iranezereje nabandi bunvireho . IMANA IBAHE IMIGISHA MYINSHIII NUKURI KUKO D'UNE FACON D'UNE AUTRE UMWANA NUMUGISHA🙏🙏 Peu importe Ukovyagenze. Grace 🇧🇮 en Belgique 🇧🇪.Merci mes soeurs❤❤❤
@user-dj5rq1rl9v8 ай бұрын
Merci!uratwigishij!❤
@benissaandericfamily5532 Жыл бұрын
Olalala,Ngabire Bandanya uhezagirwa cane
@claudellenkonji978 Жыл бұрын
No mukibazo waciyemwo wabandanije kuba exemple kuri benshi kuko jew vyaranshikiye,nabibwiye famille gusa ariko eglise yoyo narayihunze.nubu après des années sindasubira guhagarara ngo nkorere Imana. Mme Ngabire,Yesu wakoreye agukomereze amaboko gushika kwiherezo.🙏
@NsabimanaChaddyKelly-zv2rs Жыл бұрын
Ngabiiii you are gorgeous and full of wisdom😍
@Sixelaflo1908 Жыл бұрын
God loved you so much 💐and thanks for such courage
@kalyka4107 Жыл бұрын
Merci pour ce partage. Jewe nakuze mama atubwira ko umwana atari igicumuro plutôt ico wakoze kugira utware inda. Iyo rero utwaye inda umwana utegerezwa kumu protegea kuva akiri munda
Uwatomboye sha ni umugabo yagutomboye akagutwaza inda. Gutwara inda si igicumuro. Ahubwo icaha coba ari gusambana. Ariko rero umukobwa washikanye imyaka 27 utaratwarra inda, wari wihanganye sha. Ivyo gukizwa na vyo, hari n abapasitori basambanya abakobwa bo mu rusengero, kandi benshi. Wewe rero itérative wavyifashemwo neza!
@cecilebukuru2298 Жыл бұрын
Vyaranshikiye kera Kandi Nari nkiri muto caane.Ariko kabisa kuva umusi WA mbele ndamuvyaye nagize Umunezero ntarigera mbona.Ikindi Imfura yanje Ni my best friend,I am enjoying life because of her.I am proud of her.Nzobaha intahe yanje Ni twabonana pe.
Yoooh uyu mudame témoigne yiwe yarankozeko!courages les dames 👌👍
@princedavidndikumana6406 Жыл бұрын
Merci Ngabire pour ton temignage si edifiant,irafasha abantu benshi...muga ico kiganiro cari gikwize gukorwa no mu ntumbero zo guhanura les eglises zitera trauma mu bantu bamwe bakaniyahura !nukuri birababaje kuko igikorwa ca eglise si ico gutera trauma mu bantu ahubwo categerezwa kuba igikiza trauma.Mwagiz neza no guhanura abavyeyi uko bakwiye kuvyitwaramwo,muga aba pastori nabo barakeneye impanuro!!Thanks!
@ngabire3 Жыл бұрын
Ego cane murakoze namwe, no kuba Pasteurs , impanuro irimwo cane ninayo nyamukuru yagize ikiganiro, sinzi ko mwibuka uko ikiganiro catanguye, harya bavuze bati mbega ishengero ribifata gute, akenshi ishengero ribifata uko pasteur waho avyifashemwo, uko mon pasteur yavyifashemwo ni clin d'oeil kubandi ba pasteurs, kugira nyene nkuko mubivuze ishengero ribe ahantu ho gukirira apana ahantu hagutera trauma, kuko ahari abantu hama utubazo... Gutyo bamenye uko bahangana n'ivyo vyose abakristu bahura navyo nk'ingorane
@jean-lucnikoyagize5910 Жыл бұрын
Très bon témoignage.Merci
@irishuraannie_christelle633 Жыл бұрын
Elle est trop belle
@nsengiyumvafiston131 Жыл бұрын
Ngabire ndamwibuka nkikizwa, combien indirimbo ziwe zamfasha cane mu myanya ya après-midi kuri RADIO VYIZIGIRO. ndamukunda cane. Ma question : mbega uracaririmba ? Hoba har’uturirimbo uherutse gusohora? Ndibuka n’iyindi ndirimbo waririmvye na FORTRAND, DAVID, APOLLINAIRE ivuga ku burimyi
@Chreambard1684 Жыл бұрын
Slt les dames ikiganiro ni top cana numu invité yabikoze neza.hama nagovye kubakugirira un clin d' oeil... nikuza murategura ibibazo kubera hari ibibazo mwarikubaza vyinshi.....mais Ngabire yavyifashemwo neza harivyo yavuga mutamubajije.Merci
Trop enrichissant ,ndigishijwe ndafashijwe🙌..Umwungere wanyu Darlene ahezagirwe..Merci beaucoup kuri iyo sujet ❤️
@MMSTVBurundi Жыл бұрын
ikiganiro ciza hama courage Lisa na Darlene
@donafabiolaruzagiriza1653 Жыл бұрын
Ngabi, uri umugabo vraiment.... wewe na pasteur wawe mwabaye abahizi cane. Nibaza ko ari akarorero keza kuko ishengero riba rikwiye guhagurutsa abatsitaye. Kristo aturobesha urukundo, natwe dukwiye kugira nkuko. Gusa ikibazo nuko benshi usanga iyo twasitaye tutagira uwo mutima wawe umenetse wigaya icaha. Wewe wari waramenye Imana mugore mwiza. Kurya bavuze ko wamye uri akarorero, ntacahindutse. No kuriyo cas wabereye akarorero benshi. God bless u soo much
Mme Ngabire Sha😍😍 happy to know iyi partie de sa vie! je tiens aussi à la remercier pour sa chanson que je connais depuis toute petite "Ndarengutse Imbere yawe...", Les paroles vraiment 🤌🔥
Merci bcp François, iki kintu kirakomeye cane, ni ukubikora utabanje no guteba kuko plus uteba, plus utakaza courage! Ubituye kare atabandi uraha akaryo ko kuvugwa usanga vyoroshe gusumba
@kirezicasepamy-tg2dg Жыл бұрын
Ndashimishijwe niyintahe ya Mme Ngabire Ange Chantal.....Jew bimbayek mumez 2 ahez knd gushik nub sindabibwir abavyey kubr mama asenger mur pentecote Papa nawe numunt atagir umwany munini afis aguma yiruk nakazi.....nukur ivyuvuz nukur knd umunt abakenew guherekezwa numukoz wimana kk aba aribih bitorosh jew ndibuk k nkibimeny naragiy nomwibarabar ng bangonge mpfe cnk ng ndayikuremwo muko maramar Aho hose....arik ndashima umukoz wimana arik arabimfashamw
@ngabire3 Жыл бұрын
Ooohh mpore mpore Kirezi, Imigambi y'Imana kubuzima bw'umwana n'ubwawe ni myiza gusa, ureme cane umuremyi wanyu mwese abitayeho, Uwo mukozi w' Imana ariko arabafasha abandanye akoreshwa n'Imana.ariko nyarutsa ubibwire abavyeyi, uko uteba niko bigorana. Komera mu Mwami Yesu !
@nyiramukirediamant1132 Жыл бұрын
Ndifuza kubona numero ya Ngabire Ange.tuzavugane angire inama.deplus ndamuzi twabanye Ibujumbura rwose munfashe mbone numero
@lisaanddarlene19 Жыл бұрын
Twandikire kuri 76215925 merci🙏🏾
@nihorimberejoelle4025 Жыл бұрын
Murakoze kutuzanira Ngabire nahora nibaza iyo yagiye Much love Ngabi❤
@ngabire3 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/eXK5dKaPdsqhp9E
@christellenjejimana6943 Жыл бұрын
Très bonne emission
@halffortune5465 Жыл бұрын
Merci bcp
@gaellai.3006 Жыл бұрын
Channelle est trop belle et remplie de la gloire de Dieu.
@aimeenadegenahayo7769 Жыл бұрын
J’ai vécue la même chose mais malheureusement l’église m’a rejetée et non le garçon kuburyo nubu ntinya kw’integra muri église. Imana ishimwe kubwawe no kuri Église yawe
@kellyberniceakimana6585 Жыл бұрын
Merci pour tout ❤
@grethairakoze9746 Жыл бұрын
❤❤❤
@pameegrace894 Жыл бұрын
Beautiful story ❤
@lauritanicole4410 Жыл бұрын
14ans niho wahinduye idini😁😁
@beatricenibogora2629 Жыл бұрын
Harimwo leçons zikomeye z'ubuzima.
@TheGloryOfGodRevealed Жыл бұрын
This is beautiful to see the church being Christ like ❤
@felixshikiro7065 Жыл бұрын
Ndakeneye contact yawe Haricyo nzakubaza Murakoze
@Umuhoza199 Жыл бұрын
Hama Camera man ubutaha azagaragaze amasura yabo neza, apana uko wagira ngo ni gatouche yakoresheje.
@imeldahakizimana7908 Жыл бұрын
Oooh ngabi, nous avons vecu la mm choz...
@ngabire3 Жыл бұрын
Mpore, ma!
@aristidendayubaha6114 Жыл бұрын
Numva nshak kumenya uyu mu pastor
@ngabire3 Жыл бұрын
Apôtre Dieudonné Nahimana! Ushobora kuba war'usanzwe umuzi canke umwumva afasha abana bahoze mw'ibarabara muri NEW GENERATION.
No mukibazo waciyemwo wabandanije kuba exemple kuri benshi kuko jew vyaranshikiye,nabibwiye famille gusa ariko eglise yoyo narayihunze.nubu après des années sindasubira guhagarara ngo nkorere Imana. Mme Ngabire,Yesu wakoreye agukomereze amaboko gushika kwiherezo.🙏