Habuze iki kugira igiturire kiranduranwe n' imizi mu Burundi: Turiko tuja hé?

  Рет қаралды 17,034

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

Пікірлер: 37
@shabajims2966
@shabajims2966 Ай бұрын
Ivugakuri burya mugihugu baracariho vraiment. Bravo me frere
@PacifiqueMunezero-sg7il
@PacifiqueMunezero-sg7il Ай бұрын
Abarundi twihane kuko Ibibihe bigaragaza kuza kwumwana wumuntu, Ibi Ntibibasamaze ngo muriko murarondera inyishu yavyo! Uwandura nashishikare yandure, uwezwa ashishikare yezwe! Ibi nivyabihe Yesu yavuga! Soma bibiliya, iga bibiriya ubone Gukuramwo ivyimpwemu! Yesu ahezagire umuntu wese uza kwizera ubu butumwa Imana impaye ngo ndabashikirize
@JeniferAnifa
@JeniferAnifa Ай бұрын
Umwera uva ibukuru ugakwira hose abo nyene bohejuru nibo babibazwa.Babonye Neva akweze nabandi barakwega
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r Ай бұрын
Ico Ngushimiye wa-mugabowe urarinda kuvugira imbere yayo Masiha kandi uvuga ukuri abo bategetsi bafise icivugo kivuga giti abatutsi barariye natwe mutureke turye😂😂uravye inzara ingene ivuza ubuhura mu-ntara za ruguru kimw gusa n'ukuri Imana izobahana.kuko nakamara-maza!
@HilaireNtakiyica
@HilaireNtakiyica Ай бұрын
Monsieur Aimable, ivyo vya Haute Cour muravyibahire! Kubera iki? Kubera ko abari Arusha, bayifashe nka Manoeuvre dilatoire! Nta Haute Cour yoza iruta la Cour Suprême qui est la Plus Haute Cour de l'Etat!!! Iyo nayo irahari, yoshobora gucira imanza abo bantu bari m'ubushorirshori bari impliquée dans la corruption institutionnalisée, iyo yaba ifise ubwigenge, alors, aussi longtemps qu'il n 'y a pas d'indépendance de la Magistrature, il n'y aura ni justice judiciaire, ni justice sociale, ni bonne gouvernance, ni paix, ni sécurité, ni développement!!!
@Mkel890
@Mkel890 Ай бұрын
aba bantu barwanye bavuga ngo intwaro z'abatutsi zitwaye nabi, aha niho bagomba kudushikana???🤭🤭🤔🤔
@AiméIrakoze-r3f
@AiméIrakoze-r3f Ай бұрын
Président 2025 akugire ministre de la justice kuko ndumva ukorivyuzi pe!
@gertrudekazoviyo384
@gertrudekazoviyo384 Ай бұрын
Uyu mucamanza akwiye icubahiro. Burya Uburundi buzokizwa n'imvugakuri nk'izi. Hari uwomumenya ngo aduhe akazine kiwe? Iyimugejeje ngaha iramubona.
@gabylove4602
@gabylove4602 Ай бұрын
Prime mbarubukeye
@HABONIMANAAngelot
@HABONIMANAAngelot Ай бұрын
Uwo yitwa Aimable ni umunyarumonge
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
N'Umushingantahe w'Indyamunyu, yonse amaberebere yiyemera. Kuko ivyo ni ndemanwa.
@kanimary5642
@kanimary5642 Ай бұрын
Ntawompa fone yiwe gabasha ?
@PetercleverRumbete
@PetercleverRumbete Ай бұрын
Mucamaanza waciye ugo rubanza ukaruca neza,nukuri lmana izoguhe umugisha kuko waremeye uheba amagara yawe kubera uriko ugwanira ukuri
@EricNyandwi-p2g
@EricNyandwi-p2g Ай бұрын
Notre pays est en dange tous ces qui concernent l'économie.seul dieu la réponse.😢
@Rubuka264
@Rubuka264 Ай бұрын
Burya ivyishe igihugu babishize mu mategeko yo kwikwegerako. Kuva kuri président kugera k'umu secrétaire, aba ministres, députés, sénateurs, généraux,...., ugashirako imiryango yabo, incuti n'abagenzi babo, boooose ntibatanga taxes ku mishahara, ikori kuvyo binjiza n'ivyo basohora mu gihugu, ahubwo bagashiko exonération, abandi batanga ikori na taxes bakorana n'abo batabitanga. Wumva bazoreka kurya ibiturire?
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r Ай бұрын
Papá wanje kuba waraciye ugo rubanza ukarenganura abantu udatinha izo nyamaswa nukuri bitebe bitebuke Imana izokugororera,kandi Imana ishimwe mu-burundi hariho abagabo hako barenganya umuntu wotuma ubica.
@AlainDivinKakunze
@AlainDivinKakunze Ай бұрын
None abantu bagena abantu mumabanga izindyamunyu ntibazizi kwr!
@JaphetIrakoze-m5f
@JaphetIrakoze-m5f Ай бұрын
Uri Umugabo kabsa ubumyomyezii buhraa hejuruu myenee kwl
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Abanyagihugu bararira, abacamanza bakarira, umukuru b'igihugu akarira,....n'ukuri ubutungane bwabaye ndanse😂😂😂😂.
@UBUMENYINYABWOTV-1
@UBUMENYINYABWOTV-1 Ай бұрын
Kbs barundi bavandimwe nimuhaguruke muvuge impinduka mu gihugu cyanyu ziri mu maboko yanyu ntahandi!
@YvellaIneza
@YvellaIneza Ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@niyoyandemyecelestincondo4839
@niyoyandemyecelestincondo4839 Ай бұрын
Uwo mucamanza Prime n'imvuga kuri. Uwo nibamuhe atware Inspection Générale de la Justice hariyo akajagari gateye ubwoba. Abantu bararenganywa, bagatsindwa bafise ukuri wa manuka I Bujumbura wa manuka I Bujumbura muri Inspection Générale de la Justice uje Kubaza dossier ukabura uwukwakira. Cette institution a besoin du sang nouveau
@UBUMENYINYABWOTV-1
@UBUMENYINYABWOTV-1 Ай бұрын
Ikibazo muravuga mugahaguruka ibyo mwavuze mukabisiga aho mwicaye😂
@MichelManirambona
@MichelManirambona Ай бұрын
Ukurikurazwi mugabo ntanguvu kugira
@PetercleverRumbete
@PetercleverRumbete Ай бұрын
Mushinganta nukuri wavuze nuko utari buvure, ariko impanuro uriko uratanga bozikorerako kugira uburundi bubogoke, nayubundi bennewacu tugeze ahantu haryohera uwudakunda uburundi
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne Ай бұрын
Irambire Mutama
@Mkel890
@Mkel890 Ай бұрын
uwo ni nde?
@alinemunezero3227
@alinemunezero3227 Ай бұрын
Mu Burundi bwa bundi haracariho IMVUGAKURI.
@hakizimanamelance7613
@hakizimanamelance7613 Ай бұрын
Mwibereye mur Business mwebwe
@FrederickThadeo
@FrederickThadeo Ай бұрын
Leka mtama ntabachamanza mubulundi na abalyamanza
@richardthierryicoyitungiye8867
@richardthierryicoyitungiye8867 Ай бұрын
Nsanzwe ndakuzi, uri umuntu mwiza
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Ай бұрын
Oya turabizi kuva nakera bipfira mumutwe wigihugu iriterambere ryase nububukene vyose vyankira muri présidence ariko icatumye iprona irangiza mandat nicokizotuma dd nayonyene irangiza mandat ntabukomezi ntabwenge numwanya wonyene ukomeye pacifique aguma ababwira ati nimushireho ubutungane buzokingira ivyanyu inyuma yintwaro zanyu bakamwita umwasi wigihugu nimureke bijinyikire mumakori yacu muzoba mubibona.
@anicetndayishimiye2043
@anicetndayishimiye2043 Ай бұрын
Iyintwari yitwa gt??
@FrederickThadeo
@FrederickThadeo Ай бұрын
Wewe ni mwanaume lakini usiguse chakula Cha wazee
@Binegu
@Binegu Ай бұрын
Igihugu cuzuye ababandi gusa!!!
@hakizimanamelance7613
@hakizimanamelance7613 Ай бұрын
Umwera hejuru uriko wirabuza ibintu mugihugucose
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 61 МЛН
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН