🥂

  Рет қаралды 17,934

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

2 жыл бұрын

Jeanne Gapiya asanzwe arongoye ikigo ANSS citaho abagendana umugera wa SIDA, yatuyagiye uko vyagenze kugira yandure umugera wa SIDA n'ibihe bigoye yoba yaraciyemwo

Пікірлер: 50
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 Жыл бұрын
Mme Gapiya brave dame Imana igume iguhezagira iguhe kuramba ubona ivyamwa vyico warwaniye....kaboss hezagirwa nawe cane ♥️
@tharcissenkezabahizi1269
@tharcissenkezabahizi1269 2 жыл бұрын
Jeanne GAPIYA est une femme qui a une très forte personnalité et elle est une pionnière dans la lutte contre le VIH-SIDA non seulement au Burundi mais bien au- delà de notre pays. Sa voix a porté loin dans la prévention et la lutte contre cette pandémie.
@cynthiakamikazi9648
@cynthiakamikazi9648 2 жыл бұрын
Bravo Kaboss!!! Amazing interview, utora aba guests bafise vyinshi bakoreye igihugu kandi b'inspira abandi! Jeanne Gapiya fait partie de nos trésors nationaux 🇧🇮❤️
@adelaideumurenzi7304
@adelaideumurenzi7304 Жыл бұрын
Une trés grande dame!!!De nos jours kubona abantu nkabo biragoye! Le vrai drame de notre époque!!!
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 2 жыл бұрын
Kaboss and Jane GAPIYA you guys you made my hours bless you aboundantly
@faithiagift6614
@faithiagift6614 2 жыл бұрын
Vraiment Maman Jeanne Que Dieu vous bénisse abondamment pour cette honnêteté et des précieux conseils je suis sûr ça aidera beaucoup des gens. Ikiganiro cyiza
@lokami3866
@lokami3866 2 жыл бұрын
C'est vraiment touchant Mme Gapiya vous êtes un ange sur terre. Est-il possible de vous offrir un cadeaux
@nshimadinsnshimadins4688
@nshimadinsnshimadins4688 2 жыл бұрын
C'est vraiment intéressant comme entretien très instructif avec Gapiya que je connais depuis son adolescence
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Maman Jeanne, she is beautiful hanze nindani Une grande dame avec un grand coeur Very very friendly and humble Imana iragukunda kuko nawe ukunda abantu❤❤❤❤
@gycedarina5298
@gycedarina5298 Жыл бұрын
Amazing woman , very brave 🤩 . Kaboss nawe turakunda cane ama émissions wama utugirira , Imana ikuje imbere
@lilianedoresseininahazwe1095
@lilianedoresseininahazwe1095 2 жыл бұрын
This is 👌👌
@cestdauphin4039
@cestdauphin4039 2 жыл бұрын
Wowww hangout ya fraîche♥️♥️♥️
@sharifhassanaly6109
@sharifhassanaly6109 2 жыл бұрын
Woow 👌👌👌
@antoinetteilibagiza4366
@antoinetteilibagiza4366 2 жыл бұрын
Jeanne yo uri mwiza pe . Imbere ni Yuma. Ndakwibuka last saw 25 years ago in Entebbe Uganda .
@erza6832
@erza6832 2 жыл бұрын
Ari cool birenze
@msn1781
@msn1781 2 жыл бұрын
Aaaawwnnn rire yiw iraryoshe caneee♥️♥️
@confitbienius6903
@confitbienius6903 2 жыл бұрын
Gapiya est vraiment trop forte 🥺😇, très bon interview vrt 👌,kaboss keep doing it well 👊
@moniquendayishimiye2527
@moniquendayishimiye2527 2 жыл бұрын
Meercii beaucoup Mere Superieure...🙏🙏🍀
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 2 жыл бұрын
Notre tante est très belle 🥰🥰🥰🥰🥰
@World_Of_Fashion257
@World_Of_Fashion257 2 жыл бұрын
You the best Brother Thnks for your hard work brother GodBless
@alinekaneza2960
@alinekaneza2960 2 жыл бұрын
Très brave Jeanne Gapiya... Imana ibandanye iguhezagira👌
@agnesbwiza7601
@agnesbwiza7601 2 жыл бұрын
Uri akarorero muvyeyi! Imana ikuzigame 🙏🏽:)
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 2 жыл бұрын
Merci nari. Nkumbuy hang out y'abatumire ba bien.
@kanyangeassumpta5832
@kanyangeassumpta5832 2 жыл бұрын
You are a hero a role model for generations behind you Jeanne ❤️❤️❤️❤️👌
@shurwe5199
@shurwe5199 2 жыл бұрын
Cette je l aime bien et j admire aussi son courage, sa personnalité parce que c est une battante et une grande guerrière 😍😍
@shellanshimirimana5171
@shellanshimirimana5171 2 жыл бұрын
Kaboss u are doing a graet job 🤌🏽bandanya uko
@claudinehabonimana6625
@claudinehabonimana6625 2 жыл бұрын
My mum more love
@AncestorsJourneys
@AncestorsJourneys 2 жыл бұрын
Much respect to her
@chanykeys6832
@chanykeys6832 Жыл бұрын
Wooow,, Ikiganiro ciiza caane kand cubaka💯 Merçi beaucoup
@ladyA323
@ladyA323 2 жыл бұрын
A great interview
@melindorofficial3511
@melindorofficial3511 Жыл бұрын
Urumuvyeyiii wibihe
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 2 жыл бұрын
Mme Gapiya: Ubona nsa gute?🙂We uramuzi Bikira-Mariya? Kaboss4real: mmmh Ego😂 Mme Gapiya: Ubona tudasa?🌝 Kaboss: canee gose😂😂 Nice interview. Merci kaboss🥂
@nadegeuwimana7544
@nadegeuwimana7544 2 жыл бұрын
none kaboss aramuzi Bikira Mariya vya kweli🤔🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@coolfia5639
@coolfia5639 2 жыл бұрын
go ahead kabos👌
@yussufmusafiri4824
@yussufmusafiri4824 2 жыл бұрын
Gusa uy mu maman 🤰 ni mwiza ndakeseri
@kankindiimelde7822
@kankindiimelde7822 2 жыл бұрын
Kaboss wirambire cn
@rodriguevebernsabimana2275
@rodriguevebernsabimana2275 2 жыл бұрын
ikiganiro ciza courage
@kevinniyonsaba6906
@kevinniyonsaba6906 2 жыл бұрын
Umu maman wacu niyikomerere agum atez imber igihugu cacu
@alexisbimenyimana3260
@alexisbimenyimana3260 2 жыл бұрын
Ivyo avuze nivyo kweli,uvuze Gapiya benshi twumva Jeanne!Ntawuzi ko hari abandi ba Gapiya😃😃😃
@danedanioche6047
@danedanioche6047 2 жыл бұрын
Good interview but mukazi language igomba guhinduka, le terme ‘’gushuha, ama dili,’’ ni language familier…language courant, soutenu, na familier… faire la différence naho bitoroshe mais en gros merci pour l’interview et courage!!! courage!!!
@colombeirakoze1969
@colombeirakoze1969 2 жыл бұрын
wow atwenga nkumuntu aryosha compagnie🤣🤣🤣🤣
@havyarimanaolivier8818
@havyarimanaolivier8818 2 жыл бұрын
Uyo mu mum niyirambir
@tresormugisha9244
@tresormugisha9244 2 жыл бұрын
🤙🤙🤙
@josephhabibambe764
@josephhabibambe764 2 жыл бұрын
ese wamwana yatatwite igihe bamubwira ko afite VIH yabayeho?
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 2 жыл бұрын
Yavuze ko abaganga baciye bamubwira ngo akuremwo iyo nda.
@gerardbucibaruta4170
@gerardbucibaruta4170 2 жыл бұрын
None jimbere nta caméra mufise ishobora kuduha ama shusho meza?
@ibucooperative2979
@ibucooperative2979 2 жыл бұрын
Bivana na telephone ukoresha wewe
@anita-ip6ut
@anita-ip6ut 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza mugabo biragaragara y'uko utakurikiye histoire ya Gapiya avant y'uko mugira Ikiganiro, de 1 Umugera ntibisigura yuko warufise jeunesse iri chaud mais surtout Umugera urashobora kugusang ahuri soit umugabo canke umugore arashobora kuyikuzanira ukisanga urayifise donc avant yuko ubaza abantu bagwaye reseigne toi kubera malgré hariho abemera iyo ngwara muribo kndi hariho nabatayemera mais banzwi S.V.P soyons professionel uyu ni #MOTHEROFTHENATION
@kaboss4real
@kaboss4real 2 жыл бұрын
Ni hh twamubajije ko yayitewe na jeunesse yiwe ? Subiramwo neza ikiganiro ham ugaruke gu commenta 😌Murakoze
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 39 МЛН
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 34 МЛН
Deep Learning Interview Prep Course
3:59:50
freeCodeCamp.org
Рет қаралды 346 М.
Ep : 5 I Jain Philosophy: An Introduction I Dr Vikas Divyakirti
3:29:27
Vikas Divyakirti
Рет қаралды 4 МЛН
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 25.07.2024
25:59
RwandaTV
Рет қаралды 7 М.
Детство злой тётки 😂 #shorts
0:31
Julia Fun
Рет қаралды 4,1 МЛН
Собака не хотела чтобы так вышло...❤️
0:24
Выйграли Много Денег с Сыном
0:55
Карман
Рет қаралды 8 МЛН
MrBeast Встретился С Сигмой😳 #shorts
0:48
a_ve_znali
Рет қаралды 3,1 МЛН
настоящий чемпион
0:59
QorabogTV
Рет қаралды 4 МЛН