🥰

  Рет қаралды 28,814

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Жыл бұрын

😍 Imwe muri couple zikunzwe cane mu muziki igizwe na Wallace na Yousla batuyagiye vyinshi ku rugo rwabo n’ibibazo bahuye navyo
👨🏾‍🎤 Wallace yagiriyeko atubwira uko agomba agaruke mu muziki
🎬🎥: ‪@akadirishaprod305‬
#Uburundi #Umuziki #Jimbere

Пікірлер: 86
@deborahnish
@deborahnish Жыл бұрын
Muraryoooshee😍😍 ariko papa Lincoln ugabanye kumwita ngo uyuuu😂😂😂 oyaaa reka nta uyuuu nukumwitaaa akandi gatesa❤
@Musindi736
@Musindi736 Жыл бұрын
Hewe nukutuzanira couple ya DJ israel cank Kigingi
@nestagad1288
@nestagad1288 Жыл бұрын
Big up for this couple knd baraberany umugabo atera morale ,wife naw akivugira make agakunda gutwenga
@maronkocome4786
@maronkocome4786 Жыл бұрын
Back ground sound control muri montage, tres nécessaire pour la qualité sonore de votre œuvre. Merci pour la vidéo.
@akimanabella-bd2sn
@akimanabella-bd2sn Жыл бұрын
Wallace et Yousla ndabakunda beza banje muhezagirwe mubeho mutababaye💕💕🎊🎊🎊🎉
@ezekyriyazi9997
@ezekyriyazi9997 Жыл бұрын
Wellace iki kijama n comedian kabisa ndamwemera sana
@gegenzig4947
@gegenzig4947 Жыл бұрын
This couple made my furahiday thanks kaboss my brother you made it happen🎉❤❤❤
@leoncevyumvuhore1947
@leoncevyumvuhore1947 Жыл бұрын
Iki kiganiro c'aba bantu kiraryoshe, harimwo ukuri kwose, Imana ibakomereze urukundo rwanyu
@bigfizzoofficial
@bigfizzoofficial Жыл бұрын
Ndabafana 🙌🏾🙌🏾
@championburundi8109
@championburundi8109 Жыл бұрын
Mr Ngangari weyayu❤🇧🇮🙏
@kaboss4real
@kaboss4real Жыл бұрын
🙏🏾Thank You so Much LEGEND 🙌🏾 n’ikintu gikomeye kuri jewe kubona commentaire yanyu 🤌🏾🙏🏾
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
How beautiful✨ so very Good❤❤
@phanyebenezer9860
@phanyebenezer9860 Жыл бұрын
What a Wonderful couple😊
@jefftotheworld1
@jefftotheworld1 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza can holla to ma man Kaboss for real
@twoboyzofficial4092
@twoboyzofficial4092 Жыл бұрын
Ubundi Uwoniwe Bita Koresha Mwanya #Nakubali_Wallace
@dstesbaskets3093
@dstesbaskets3093 Жыл бұрын
Wow ndabakunze vrt Imana ibahe umunezero mwinshi 🙏
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 Жыл бұрын
What a beautiful couple of the year ❤❤❤ On vous aimes beaucoup banje
@GraceIrankunda-eh2op
@GraceIrankunda-eh2op Жыл бұрын
Vendredi ya fureshiii saan😎😍 Best couple
@nillyjos1203
@nillyjos1203 Жыл бұрын
❤❤ i liked it melody
@chaneldiciChaneldici
@chaneldiciChaneldici Жыл бұрын
What a beautfull couple❤😊
@petermulundi-py8zb
@petermulundi-py8zb Ай бұрын
big up my bro brother Walace
@inessinzinkayo8278
@inessinzinkayo8278 Жыл бұрын
Wow muranryoheye cane couple nziza 😍😍thank you kaboss nukuza uratuzanira ama couples 🤛🏽
@SBWorld17
@SBWorld17 Жыл бұрын
This guy is real. Nice interview
@gabinmarcus8375
@gabinmarcus8375 7 ай бұрын
Obed Mbonihankuye rest In peace 🕊❤️
@osok7259
@osok7259 Жыл бұрын
True Man right here wallace❤
@DonatienBigirimana-ni5cl
@DonatienBigirimana-ni5cl Жыл бұрын
Bro wallace nakubali san kur true story big up my brother,ndagufan san kaka
@chelseadushime9561
@chelseadushime9561 Жыл бұрын
Wow👌nice couple
@samuelniyo8605
@samuelniyo8605 Жыл бұрын
Kweli shaaaa.umunyagihosha wiwacu.
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
jewe ndakunze vibe yaboooo🤣🤣🔥🔥🔥🔥🔥🥰🇧🇮
@bellairadukunda2263
@bellairadukunda2263 Жыл бұрын
Belle Couple❤❤
@bansbans3802
@bansbans3802 Жыл бұрын
Ikiganiro naragikunze vya danje nubu nagisubiyemwo uzomugarukane kaboss
@blaisetv1460
@blaisetv1460 Жыл бұрын
Ndabakunda cane
@lysaannickairadukunda8424
@lysaannickairadukunda8424 Жыл бұрын
Wallace &yousla jew ndabafana gose🥰🥰🥰
@mairymairy1851
@mairymairy1851 Жыл бұрын
Mubandanye muhezagirwa kabisa❤
@sandraoselin
@sandraoselin Жыл бұрын
I enjoyed the whole interview♥️😂
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 Жыл бұрын
Ndarenganye🏃🏃🏃🏃
@AimeDax-bb1xq
@AimeDax-bb1xq Жыл бұрын
Blessed family 👪
@nkurunzizaguyclaver4889
@nkurunzizaguyclaver4889 Жыл бұрын
Waoo wallace avuga ukuri ,oft ntahuye yuko gukunda umuntu atabikwiye nirwo rukundo gwa vre,
@niyukuriangecareine1204
@niyukuriangecareine1204 Жыл бұрын
😂😂😂 muratesa gose ♥️ I love U guys 🤗 maman Lincoln🗣️ jew sindavyemey kuzi kuririmba🤣🤣
@fleurydannyornel126
@fleurydannyornel126 Жыл бұрын
Furesh saaaanaa
@AlidaSindayigaya-jj6pk
@AlidaSindayigaya-jj6pk Жыл бұрын
👌
@adriang.
@adriang. Жыл бұрын
Wallace twohuza vraiment
@msn-zv9oe
@msn-zv9oe Жыл бұрын
Yousla t es très jolie ma chérie
@bujaflava
@bujaflava Жыл бұрын
Umugaboooo yubahwe
@bizimanajacky
@bizimanajacky Жыл бұрын
I love you guys yuyu simvuze,,,,,❤❤❤
@jedidjajediaelakimana2407
@jedidjajediaelakimana2407 Жыл бұрын
Kar katesa🎉
@JojoreineNahayo-pw5rl
@JojoreineNahayo-pw5rl Жыл бұрын
Musubire mur gospel vyobabera cane🙏♥️
@bellandayiragije2239
@bellandayiragije2239 Жыл бұрын
🥰😍😘
@laurasandraishaka4882
@laurasandraishaka4882 Жыл бұрын
😍🔥💯
@ornellairakoze1360
@ornellairakoze1360 Жыл бұрын
Ndabakunze
@IMoFashions
@IMoFashions Жыл бұрын
❤❤
@thierryiradukunda6474
@thierryiradukunda6474 Жыл бұрын
Top familly
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Жыл бұрын
Ubumuntu wumugabo ntakwiyemera nugusangira ibitekerezo,gukora cane,nugufashanya.
@iam-del
@iam-del Жыл бұрын
Ntegerezwa kumwanikwa😂😂😂
@PrinciaEmerusabe-km5mb
@PrinciaEmerusabe-km5mb Жыл бұрын
Vyizaaa caaan
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 Жыл бұрын
Yousla ndakund ingene wavugny ubupfasoni knd urazi icarico Urugo wipfuza kurugo rwawe rwova rwiza nanje nka tantine wawe nkwipfurij urug rwiza
@EpiSinBu
@EpiSinBu Жыл бұрын
Aha Wallace turamwizeko kukanyuma
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
❤❤❤
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 Жыл бұрын
😘😘😘
@kevinbright834
@kevinbright834 Жыл бұрын
Brother jew ntavyinshi novuga birenze kukubwirako woter'imbere muri vyose nahose 💪💪 ahasihay ndabafana sana; respect bro.
@clovisirakoze8870
@clovisirakoze8870 Жыл бұрын
Abantu nkabo nibo tuba dukeney!! WALLACE NDAGUKUMBUY TROP!! Ndakumbuye nyaranja Iive😂😂hope that batayugaye😅😅😅
@yvettendinumuryango1569
@yvettendinumuryango1569 Жыл бұрын
😭😭😭
@inezaliliane9430
@inezaliliane9430 Жыл бұрын
Ndakunda karaoke yiwe
@KirundoGang
@KirundoGang Жыл бұрын
💥📸🇧🇮
@KirundoGang
@KirundoGang Жыл бұрын
📸💥🇧🇮🙏
@gerdatuyikeze5440
@gerdatuyikeze5440 Жыл бұрын
😅cari top
@olivierman6323
@olivierman6323 Жыл бұрын
Jewe ndakunda Introduction ya kaboss n'ukuri 😂
@aphillanduwayezu3147
@aphillanduwayezu3147 Жыл бұрын
Hhhhhhhhhhhh k muryosh NN.....yousla tn mari vuba aduh song turirimb jw n'a w hhhhhhhhhhhhhhhhhh nice couple jvm uhoraho akomerezaho mukubatwnza mwarahezagiw canee
@user-nd6qj1cc3s
@user-nd6qj1cc3s Жыл бұрын
Tv
@user-tq4hh3oo2u
@user-tq4hh3oo2u Жыл бұрын
Wallace ni muchokozi😅
@tonyesdras6907
@tonyesdras6907 Жыл бұрын
walace wale wale💎
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤😂
@jospinishimwe9379
@jospinishimwe9379 Жыл бұрын
Mumbwire title yirya song yatanguriyeko plz
@tizaterez357
@tizaterez357 Жыл бұрын
CHEKECHA by Wallace&BigFizzo
@jospinishimwe9379
@jospinishimwe9379 Жыл бұрын
@@tizaterez357 merci sana🙌
@FiftyD
@FiftyD Жыл бұрын
nukuri kwamungu Wallace aarafise impano yugutwenza, azoze aratumirwa cane. hahaha
@ndayishimiyerichard2489
@ndayishimiyerichard2489 Жыл бұрын
Wallace yubahwe nukuri araryohereje umusi🙌🙏
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 Жыл бұрын
"ngomba ngende we uratuma akandi" lol!!! that's me eating all the food before going to the show! btfl couple!
@hervemauzo-hi2ed
@hervemauzo-hi2ed Жыл бұрын
BAngU Ba Atari❤️🌹
@elviskamp
@elviskamp Жыл бұрын
Wallace umengo ariko asousestima umugore, sinziko yar sérieux cank
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
rek dufate ko atar sérieux kubr ko yousla yabifat nk ugufyina😅
@dstesbaskets3093
@dstesbaskets3093 Жыл бұрын
I didn’t get that vibe from him
@maridhiafatacky3307
@maridhiafatacky3307 Жыл бұрын
Diabète irahingurura umushatsi😂??Wallace aranyishe ng akagwara diabete umushatsi ugaca uhunguruka
@chaniazaninka4434
@chaniazaninka4434 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@carinemugisha5256
@carinemugisha5256 Жыл бұрын
Ka youslra sha nagaphasoni gose kandi nikeza karitekaniye kaguma kinumiye sha urigumira uko mwiza😍😍muri couple iryoshe
@gabinmarcus8375
@gabinmarcus8375 7 ай бұрын
Obed Mbonihankuye rest In peace 🕊❤️
#HangOut Joliswag & Tayana: ''Ingeso za Jolis zatuma ntinya kumwemerera''
1:06:48
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
Final muy increíble 😱
00:46
Juan De Dios Pantoja 2
Рет қаралды 51 МЛН
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 124 МЛН
Apollinaire Habonimana na David Nduwimana live muri Narahariwe concert
3:34
Les 1ers mots de Youssouf Ndayishimiye
3:06
OGC Nice
Рет қаралды 14 М.
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
Take me Back R flow:''Channy Queen yaramfuhira muri clip ya Sheba''
29:59
Magazine Jimbere
Рет қаралды 3,4 М.
AWS Certified Cloud Practitioner Training 2020 - Full Course
3:58:01
freeCodeCamp.org
Рет қаралды 4,8 МЛН
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01