🤭

  Рет қаралды 13,899

Magazine Jimbere

Magazine Jimbere

Күн бұрын

🎞️ Kurikirane ino videwo umenye vyinshi mu vyarenze urugendo rwa ‪@SatBOfficial‬
🎶 Muri HangOut y'uno munsi turikumwe n'igihangange mu muziki ariwe Sat B. Aratuyagira vyinshi: uko yatanguye urugendo rwiwe, n’ibibazo yahuye na vyo n'ibindi vyinshi
#Uburundi #Jimbere

Пікірлер: 84
@christainc.5217
@christainc.5217 28 күн бұрын
❤❤❤sha urya muziki wimodokari watumy ngira courag wogukora kand narawuguz❤❤love❤satb
@hittoptv
@hittoptv 28 күн бұрын
Courage Brothers nivya Bien sana🔥
@Fitbdi
@Fitbdi 28 күн бұрын
Praise goes to the bodyguard and me. Standing and watching for 46minutes. Deserve your likes
@futuremillionaire450
@futuremillionaire450 27 күн бұрын
Sat-B uno musi uvuze amajambo akomeye cane. Ndahigiye vyinshi. Kandi amashurwe yaw bayaguhe, warabikoreye👑
@dvjlanez
@dvjlanez 26 күн бұрын
Yaaaaagaaa🔥 ndamwera caane 💯 Gusa kaboss mwadukiniye nabi sio Dame 😂😂😂🏃
@SinethembadekileSanaraiza
@SinethembadekileSanaraiza 26 күн бұрын
Nakukubari sana mz very very nice ❤
@HaramahoroJoie-ye6ny
@HaramahoroJoie-ye6ny 28 күн бұрын
Jewe ndumwe mubemezako sat b ariwe mu artiste wumu professionnel w'ibihe vyose vraiment 🙌❤️much respect king
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 21 күн бұрын
Mwaberewe bro
@MechackNinziza
@MechackNinziza 27 күн бұрын
Création yibisazi.respect kaboss and much respect to SAT B.🤜🤛🇧🇮
@mugishamédiatv
@mugishamédiatv 22 күн бұрын
kabossi ufite creativity zirenze I¨ m your big fan
@hilairendimurukundo
@hilairendimurukundo 28 күн бұрын
Hari ikintu nibutse kera sat b yahora avuga k agiye gushiraho show y 10000fbu tugahakana noe ubu show zose n 10000fbu kwinjira kuri make much respect brother ❤🇧🇮👊💪
@fleurydannyornel126
@fleurydannyornel126 25 күн бұрын
Fresh xn 🎉🎉🎉
@_-wt8ns
@_-wt8ns 28 күн бұрын
Iyobodigade yasatub iranyica pe gusa imucungera neza❤❤❤🎉🎉🎉
@isialaska4real497
@isialaska4real497 27 күн бұрын
🙈Aka kagabo kavugana confidence irenze,afise na confidence nki yumuyobizi wese,this guy disserve to be a king of this BujaFlavor 🎶🇧🇮
@VachouVachou
@VachouVachou 26 күн бұрын
Nawe urakagorekagabo stupid you're
@NiganzeIsmael
@NiganzeIsmael 27 күн бұрын
I'm here from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🔥📸📸🎯
@elknmaestro6514
@elknmaestro6514 24 күн бұрын
👌👌👌
@BrillantHarerimana
@BrillantHarerimana 28 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉MyfavStar🌏🌍Ly from Maputo Mz❤🎉🎉
@User12358__
@User12358__ 28 күн бұрын
My Man - Kboss for real- Imana ikuzigame. Turashima SAT B. Mais ww urakaze kumurusha. K'UBUNTU BW'IMANA. Never forget that. Please.
@hilairendimurukundo
@hilairendimurukundo 28 күн бұрын
Unyama 🔥👊❤🇧🇮
@NicolleIrumva-m9t
@NicolleIrumva-m9t 28 күн бұрын
Fav star love u so much 😘😍
@hamzapharrelle
@hamzapharrelle 27 күн бұрын
KABO$$ FOR REAL ⚡⚡🎖️🎖️
@JacobChapuisantIgiraneza
@JacobChapuisantIgiraneza 25 күн бұрын
Jeu d'echec ntibadeplaça am pions uko😂😂parallèlemnt klii
@Fitbdi
@Fitbdi 28 күн бұрын
28:00 ndaho nditurije ariko kuvyo mbona vyo kuri 45 Hari umuntu aza kuba yaduze pression
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 28 күн бұрын
King sat b🎉🎉🎉❤ ntiyigera andambiraa😊😊 mwene buja flevaa🎉❤
@iradukundaange-rw8ey
@iradukundaange-rw8ey 26 күн бұрын
Sat b 🎉🎉❤❤ndagukunda bro❤⚘️⚘️🤘❤️🤘🤘👏👏
@austingracendayisenga7065
@austingracendayisenga7065 27 күн бұрын
bro keep shine wew warapambanye kbs kweli bakwiye benshi kwiga vyishi kuri wew caaane
@benzemaaa09
@benzemaaa09 27 күн бұрын
❤️🇧🇮
@EnockNdayishimiye-hn6oh
@EnockNdayishimiye-hn6oh 28 күн бұрын
Yaga❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💐💐💐
@Rodrigue_1993
@Rodrigue_1993 28 күн бұрын
Yagaaaaaa
@Buja2573
@Buja2573 26 күн бұрын
This guy nta ma université canke iki afise… but you can’t deny that he’s SMART and a visionary
@SpesNikuze-z9n
@SpesNikuze-z9n 28 күн бұрын
Kaboss
@stevenfabricenyambalo2243
@stevenfabricenyambalo2243 26 күн бұрын
🔥🔥🔥🇧🇮🇿🇦
@OmanOman-c5k
@OmanOman-c5k 28 күн бұрын
Big up to this who stands up hhhhhh he deserves likes
@JordyHabarugira
@JordyHabarugira 28 күн бұрын
Inkuru yukuri
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 28 күн бұрын
We are hanging on it 🎉🎉🎉🎉
@user-nb7xi2ci7l
@user-nb7xi2ci7l 26 күн бұрын
yieee sat b
@Fernand_KyGame
@Fernand_KyGame 28 күн бұрын
Yagaaa ✌ ✌ ✌ ✌
@bsderrick
@bsderrick 28 күн бұрын
Kent P, yarakoze kbs! Arafise uruhara runini kuba Sat yarahangamye
@bukurufreddy28
@bukurufreddy28 28 күн бұрын
Burundi🎉🎉
@cdentmnyama
@cdentmnyama 28 күн бұрын
❤❤❤❤❤ good chilling
@munezeroalexis6713
@munezeroalexis6713 27 күн бұрын
Best hang out ever 😂😂 king sat😋 favo one
@simeonnijimbere6285
@simeonnijimbere6285 28 күн бұрын
Sat b aratinya New generation kwl😂
@Dekharmaofficial
@Dekharmaofficial 28 күн бұрын
Karabasase🙏🙏
@KanonoMulenga
@KanonoMulenga 28 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@CharlesNdila
@CharlesNdila 28 күн бұрын
One love my brother sat b
@guydarcyremesha1111
@guydarcyremesha1111 23 күн бұрын
In chess, the player with the white pieces always makes the first move.
@hassannibigira
@hassannibigira 26 күн бұрын
Big up
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 21 күн бұрын
Amissi oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee, Satura niwe muririmvyi w'Umurundi yamenyekanye ku nguvu ziwe, uwuvyanka ampinyuze.
@PlacideSalimMbazumutima
@PlacideSalimMbazumutima 28 күн бұрын
Yagaaaa king
@user-nb7xi2ci7l
@user-nb7xi2ci7l 26 күн бұрын
❤❤❤❤❤sat b 🎉🎉🎉🎉🎉 make some noice
@elviskamp
@elviskamp 25 күн бұрын
Please umuntu yoba afise indirimbo ya sat b ya kera yitwa SAMANTHA, ambwir ndamurondere ayimp inbox please!!!
@GulainIradukunda-ch8nk
@GulainIradukunda-ch8nk 27 күн бұрын
Kbs urincabwenge hejuru cane
@bdreams2793
@bdreams2793 28 күн бұрын
Tu presentes tres tres bien
@user-ny1fj5hd7d
@user-ny1fj5hd7d 28 күн бұрын
Nice interview
@jozy1921
@jozy1921 28 күн бұрын
Sat king
@ericburundii
@ericburundii 27 күн бұрын
With the marechal
@MUNEZEROKevin-tk3py
@MUNEZEROKevin-tk3py 28 күн бұрын
Satura🎉🎉🎉
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 28 күн бұрын
Ugwo rugabo rucunze iki? Va muri video bro. Ntasekirite ikenewe
@Fitbdi
@Fitbdi 28 күн бұрын
Iki kiganiro niciza
@IrangezaYaga
@IrangezaYaga 28 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@fifikeyprofidel6284
@fifikeyprofidel6284 28 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰
@ninetteba433
@ninetteba433 28 күн бұрын
Mwapendej les garçons
@Overson2
@Overson2 26 күн бұрын
Amashi Kur stb
@DonDivinNgendakumana
@DonDivinNgendakumana 28 күн бұрын
❤❤❤❤👍👍👍🤛🤛
@TheophileNgabirano
@TheophileNgabirano 28 күн бұрын
Yaga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤
@pacitozi7612
@pacitozi7612 27 күн бұрын
uwabonye journal ya kaboss yariko arasoma ko icuriste ntampe like
@ISMAIL_THE_BARBER
@ISMAIL_THE_BARBER 28 күн бұрын
Unyama
@user-yy2wf1lg2x
@user-yy2wf1lg2x 28 күн бұрын
Mchizi boss😂😂😂😂
@BobNahimana-bn7qp
@BobNahimana-bn7qp 28 күн бұрын
Why muma interview ya sat b fizzo akunda kuzamw kensh ariko fizzo wee arashobora Kumar interview yie yose without the name of sat b ?
@vt-kn6qf
@vt-kn6qf 28 күн бұрын
Mtoto wa sister msalimie da lela
@agamidocile1797
@agamidocile1797 28 күн бұрын
None urwo rugabo rwigarisha aho ruhakora iki ? Ntiwari kuguma hanze ?
@ernestnshimirimana8917
@ernestnshimirimana8917 27 күн бұрын
Marchal
@Aho100
@Aho100 24 күн бұрын
Why tho? Kuberik bodyguard ahagez gaho? That’s weird af!! You don’t trust kaboss?
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 28 күн бұрын
Nico gituma yariye Belle Nice amuhimvye yanka kumutwara
@amandinearakaza3363
@amandinearakaza3363 24 күн бұрын
🇧🇮@satb🫶🥰
@BigiBeex
@BigiBeex 28 күн бұрын
Love from @bigibeex
@kevincheveriteriteka3065
@kevincheveriteriteka3065 28 күн бұрын
🫡🥑🥑🥑
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 26 күн бұрын
shishwa nayo mafyeri yiwe yokwishima
@LandryLucIrakoze-vq8wl
@LandryLucIrakoze-vq8wl 27 күн бұрын
Mimi Sat B eti nimuongope nani??
@shobo-lifeofficial5197
@shobo-lifeofficial5197 26 күн бұрын
Ikzbin.info/www/bejne/hZ6xnY2HqMhqfpYsi=U16NV-4ktR_kNLfC
@user-bi1xr5wv1h
@user-bi1xr5wv1h 28 күн бұрын
Yagaaaaa
@kizaamani
@kizaamani 28 күн бұрын
yagaaaaa
@munegaclovis8402
@munegaclovis8402 28 күн бұрын
Yagaaaaa
🔥#HangOut @Stylozoff :''Sinkija Gusenga kubera ubu Star 😳''
34:23
Magazine Jimbere
Рет қаралды 16 М.
Just Give me my Money!
00:18
GL Show Russian
Рет қаралды 1,2 МЛН
Angry Sigma Dog 🤣🤣 Aayush #momson #memes #funny #comedy
00:16
ASquare Crew
Рет қаралды 50 МЛН
Lack of quorum forces early adjournment of the Tibetan parliament
5:45
Uri sweet by Melanin Gusto (Live Session)
3:03
SincinaTech
Рет қаралды 150
Sat B//Black Fm//Je Vais Bien Uko Bayitavye Muri Studio
30:18
BLACK Media
Рет қаралды 1,6 М.
🥂#HangOut Vania Ice:''Nkora umuziki wi bihe vyose''
36:01
Magazine Jimbere
Рет қаралды 6 М.
Just Give me my Money!
00:18
GL Show Russian
Рет қаралды 1,2 МЛН